Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Urakoze inyishu nciye ndayumva nafimbajije ntaraheza vidéo,none nciye nsanga ikiringo ribujijwe kurinwa naragishikanye,
Urakoze na Chère Jeanine ❤
murakoze gushima
Urusigo canke urukoko nibiki ngewe simbizi ndumunyarwanda nsobanurira Jeanine mwiza
Keshi biva kuri amibe
Ham ibikatsi vyindani ucubisesa?
Nne twoyigurra hhe iyombuba ya orignal
mu tempera
Ndagukunda cane maman jeanine,nkwibarize riravura iryamitsi ivyimba usanga yirabura?worikoresha gute?
Urakoze cane muvyeyi mushishikare kugubwa neza.nkWibarize mugihe wokoresha riryacupa rivamwo mayoneze harico vyica?munyishure mwoba mukoze kuko ndaremvye
ikintu cibumba kimeneka
Mukunzi wacu ndagukunda cane udushakira ingene duteka ibiryo kandi ukomeze utuntu nutundi none iryo bumba tworikura hehe?
Merci tantine wacu,none umuntu afise imbanyi yonwa ibumba ntihagire ico rimutwara?
egome ariko 6 mois kuduga birabujijwe
Urinwa mugitondo gusa utarafungura?
Uwonsa yorinywa?
Merci.Ariko mwibagiye kutubwira umuntu yowunywa kangahe.
chacun matin
Rigurirwa hehe nn turisangahe?
ninusu wobaza kandi urabe original ryizewe
Merci beaucoup
De rien
Ufise inda worikosha
Murakoze caane
Urusohoka rugaca imbere mu gitsina narwo baruvuza iki?
yoooooo haaaa mpore Ndiho agukize inbox
Abatari i buja iryo bumba rya vert tworikura he?
Ibumba rya verte kuri Cosmetica i Bujumbura ririho. Ni kuri boulevard de l'Uprona haruguru yo kuri galerie kwa Rurimirije
muba diventiste Riba ririyo
Ni amibe se???
Yego
Urakoze turabakunda hanyuma wavuze ngo riravura ikivyimba kikimena none nagahenera buriya buza kujisho ryagukiza? Hama kumugongo warikoresha igihe kingana gute?
Yoooo ijisho ni danger inbox
murasavye muze muturonderere umuti ukuraho amaribori
Egome cane❤
Uraturangira numuti uvura kwiyagaza kugitsina apana indani
Yooo hh
Wubahwe cane ndakwemera ariko gerageza ubidandaze nihotwobigura tu vyizeye
Sawa
Merci utaragire avuta yimishatsi yinteteri wobukoze
Egome ncuti yanje
Ubinywa kangahe kumusi?
Iminsi yose mugitondo