part3:Inkuru yacu irababaje||barankubise cane mfise inda||uwafashe ku nguvu maman sinshaka kumubona

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 01. 2021
  • mwaramutse canke mwiriwe. turabizi muri benshi cane mwadusavye ngo tubaronderere suite y'inkuru yawa mu soeur yafatwa ku nguvu akavyara umwana w'umukobwa yitwa Ritha, twarabibakoreye ngiyi ntibacike.
    PS: iki n'igice ca mbere. Ni ndende cane ariko twizere ko abo yafashije bazoyiraba yose bakayiheza.
    muhezagirwe🧡
    #soeursandra#rithamaryangel#testimony#part1

Komentáře • 146

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  Před 3 lety +11

    mwaramutse canke mwiriwe. turabizi muri benshi cane mwadusavye ngo tubaronderere suite y'inkuru yawa mu soeur yafatwa ku nguvu akavyara umwana w'umukobwa yitwa Ritha, twarabibakoreye ngiyi ntibacike.
    PS: iki n'igice ca mbere. Ni ndende cane ariko twizere ko abo yafashije bazoyiraba yose bakayiheza.
    muhezagirwe🧡
    #soeursandra#rithamaryangel#testimony#part

    • @belizaita
      @belizaita Před 3 lety +1

      Ndabashimiye kubá mwarabandanije kuturonderera suite nk'uko twabibasavye.

    • @sandrensandren903
      @sandrensandren903 Před 3 lety

      Mwaramutse pore sana Sandra natwe warakomeretse natwe nuko vyatubayeko kwirerana umwana usanga atamuntu numwe amukunda nukwihangana

    • @infotechkobero8411
      @infotechkobero8411 Před 3 měsíci

      Yoooo uwo yarandeze uramubwira azompe ifoto yanje nkirimuto

  • @lionelopromoter3343
    @lionelopromoter3343 Před 3 lety +12

    Ndigishijwe nukuru mwubahwe mucubahiro canyu #Sœur Sandra&Ritha#We love u👌👌👌👌

  • @vavauwimana6942
    @vavauwimana6942 Před 3 lety +5

    Nukuri imana ibashe kubakomeza mwikundaniye numwana waw kuk mwigishije beshi kunkuru yawe jtm maman sandra

  • @ancillendayifatiye9637

    Imana yaguhaye akana kazagufasha mubutamakazi bwawe.

  • @darleneirangabiye4482
    @darleneirangabiye4482 Před 3 lety +5

    Waaaoo muraryoshe
    Vous êtes vrmnt intelligentes, ouvertes.
    Ese yaba uburundi bufise incabwenge nyinshi nkamwe tuba tugeze kure
    Muter'imbere mwigishe abandi mwarahaw umugisha, mwarahezagiwe.
    Turakeney émission spéciale mukebure benshi mufise ubwenge butangaje ,muriyumvira mukuvuga ntimuvuga n'importe quoi
    Imana ibandanye ibahezagira.

  • @cadienaomiemuhoza9549
    @cadienaomiemuhoza9549 Před 3 lety +8

    Une proposition : Maman Rita azogende(si elle ne le fait déjà) ds des centres Hari ce genre de Femmes bababaye kugira abashingire intahe...🤗Vyobafasha.... Mm Rita, il y a des jeunes qui souffrent kdi kuba Uzi Imana,peut être que Dieu s'attend de toi kumubwira abandi ba Jeunes car Jésus est le meilleur consollateur qui soit. (Courage) Merci❤️Courage🤗 ✌🏾✨

  • @jijiluckbmzbt188
    @jijiluckbmzbt188 Před 3 lety +6

    Imana ibahezagire

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 Před 3 lety +2

    Jew ndakunda abamama bacuu sana🇧🇮🇧🇮🇧🇮🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼pol sana mama sister naw natwe twarababuze turipfuvyi aba mama nibobavyeyibeza nikundira nanje

  • @vivantjournalist
    @vivantjournalist Před 3 lety +5

    Mercii bcp, #SirenVibesTv
    Iyi nkuru irigisha saana,gusa irababaje!

  • @lyzagasogoumuhoza2756
    @lyzagasogoumuhoza2756 Před 3 lety +3

    Iyo temoignage irababaje! Seigneur! Just nuko muri aba brav femm🌷

  • @ntandikiyekevin2607
    @ntandikiyekevin2607 Před 3 lety +2

    allow me to express my sincere respect to Madam Sandra and miss Ritha ...It takes a big heart and a lot of courage to do what you're doing..I must certainly say that I am happy to see that both of you turned out happy and okay...it so great...keep on inspiring and strengthening broken people..The Nation needs people like you

  • @lionelopromoter3343
    @lionelopromoter3343 Před 3 lety +6

    Ababikira ndabikundira cane👌👌👌

  • @cadienaomiemuhoza9549
    @cadienaomiemuhoza9549 Před 3 lety +4

    Gloire à Dieu 🙏💜. BRAVO À maman RITA. ET RITA❤️. IVYIZA NI IMBERE. DIEU EST LÀ POUR VOUS. KANDI COE MAMAN RITA L A DIT,CE N EST PAS UN HASARD KO MWABICIYEMWO.... ET C BIEN QUE VS LE RECONNAISSEZ. KDI KO MUFASHA LES AUTRES. GLOIRE À DIEU KANDI❤️❤️

  • @cedrickniyomwungere8927
    @cedrickniyomwungere8927 Před 3 lety +1

    vrt Imana ibahezagire kuko ntivyoroshe gutanga histoire nkiyo kuk nigkomere gikomeye cakubayeko ariko Imana ibhezagirire kuk wabikoze kugira dufashwe vrt

  • @zaza8625
    @zaza8625 Před 3 lety +4

    Hosy ndagutumye nkumukunzi wa siren uzutubarize Sandra une fois uwabimukoreye yoba yarabaye touché nicaha yamukoreye akaza akamusaba ikigongwe yomubabarira uzumubaze icokibazo ndagusavye

  • @user-sp7of1tb5d
    @user-sp7of1tb5d Před 3 lety +2

    Hosy nd Felide merciii bcp ni emoignage nziza

  • @willyabelnzeyimana7616
    @willyabelnzeyimana7616 Před 3 lety +4

    Mwatugiriy ikiganiro ciza cubaka kndi cigisha nintahe ikomeye canee hanyuma nibazako nkumuntu yamanye Imana uwomuvyeyi ni mon avis sindabivuze ngo ndamucire urubanza cank ngo ndabinjirire gusa nibazako yoharira uwoyabimukoreye akamutwaza inda atipfuje Muga burya harya ntakibera ubusa umwana nawe numugisha nibazako iyo amuravye amubonamwo urukondo rw'Imana ryinshii numuhezagiro après tout uwabikoze naw Imana iramubona vyiza mbere yokwi dénonça kuko une faute avouée est moitié pardonné.nkuko rero kumana atacaha kidaharirwa naw niyaseruka akavyatura nakanwa kiwe icocaha compisho azopfana kumbur yagitewe nukutamenya.hanyuma muvyeyi naw numwana waw wapfashije benshi kubera iyintah mutanze izokiza B enshii,murakoze

  • @kingarmelmugisha5642
    @kingarmelmugisha5642 Před 2 lety

    Mpore Soeur Sandra.
    Jewe nari maze kwumva KO wafashwe ku nguvu.Birababaje cane.
    Mugabo Imana yaragukomeje malgré ivyo waciyemwo bibabaje.
    Encore une fois Mpore mpore

  • @florencenininahazwe5533
    @florencenininahazwe5533 Před 3 lety +5

    Ndaziko hosy ar umu émotionnelle hosy iyinkuru ugitangira kuyumv ubw ntiwariza Hama abantu nabakunze caaane baduhaye message ikomeye mubuzima et surtout nous les filles hosy merci beaucoup iy TV yanyu iritaho kumenya ubuzima kwakiremwa muntu nacane cane iy muziko vyofasha abatari Bake merci bcp mubandanye muhezagirw

  • @terimerenct7919
    @terimerenct7919 Před 3 lety +1

    Imana. Izoguha umugisha
    Muvyeyi

  • @irakozeblaise1067
    @irakozeblaise1067 Před 3 lety +4

    Hosy urumunt mwiza uduhaye iyi nkuru

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 Před 3 lety +3

    Ndagukunda cane Sandra, munyigishij vyishi mwiyo ntah yanyu. Mrci bcp, k Dieu vs bénisse abondamment et courage pr cette initiative d'aider les autres

  • @saidiirankunda1397
    @saidiirankunda1397 Před 3 lety +4

    Yooooh Abo bantu Umwana na nyina ati pole saana sh Imana irababona

  • @letthemknowyourbusiness6743

    I followed your testimony from day one ,I like you so much Ritha and her mum. May God bless you so much 🙏You are clever people.

  • @faisalalmawali5313
    @faisalalmawali5313 Před 3 lety +2

    Merci maman Rita turagutahura birashika kd turabakunda can kumitahe zanyu maman Rita n'a Rita mwihangane

  • @user-sp7of1tb5d
    @user-sp7of1tb5d Před 3 lety +2

    Poleeee sana soeur sandra

  • @musangImfura
    @musangImfura Před 3 lety +3

    Harabantu umengo bariho gugira bacimanza imana izi byose muvyeyi ihorere

  • @kagabaalexis2661
    @kagabaalexis2661 Před 2 lety +1

    Mu Rwanda , mwe abarundi dufitanye amateka maremare turabakunda

  • @sysyngezahayo7113
    @sysyngezahayo7113 Před rokem

    Ndabakunda Hosy❤

  • @caritasnihozeko7167
    @caritasnihozeko7167 Před 3 lety +2

    Yesu aguhezagire Muvyeyi Sandra wabaye intwari nukuri ariko tera iyindi ntambwe Imana igufashe unezerwe unezererwe umwana Imana yaguhaye kandi ufise umwana mwiza cane kandi ku Mana irabizi vyose, rero nezerererwa iyo ngabire vyavuye ku Mana
    Nawe mwana, Nezerwa kuko ta vie n'est pas un hazard uri mu mugambi w'Imana, unezerwe ubohoke.

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 Před 10 měsíci

    mpore muvyeyi Imana ibazigame numwana wawe warakomerekejwe iyontahe irababaje

  • @gaudencehabarugira8216
    @gaudencehabarugira8216 Před 3 měsíci

    Sandra na Rita ndabakunze cane. Iyo ntahe yanyu irimwo inyigisho nyinshi surtout ku vyerekeye kubaha Imana. Umusavyi w'Imana Yobu yaravvuze ari: ehe raba kubaha Imana nibwo bwenge kandi kuva mu vyaha niko gutahura. Sandra warubashe Imana, uririnda icaha c'ubusambanyi nubwo hariho abavuga KO uri umwiyorobetsi wewe urazi ico wasezeranye n'Imana. Rero courage kandi les critiques mu bantu zamaho Ariko ntibizoguce intege ku co wasezeranye n'Imana. Na Rita ndakwipfurije kuba déterminée mu buzima.nk'uko kwa maman wawe. Intahe yanyu yarandijije Ariko yaranyubatse cane. Muhezagirwe

  • @maryjose4196
    @maryjose4196 Před 3 lety +2

    Mana iyontahe irandiza cane irababaje cane kandi iranfashije Imana ibahezagire naje naciye mubibazo bihakwa kusa nivyo

    • @angelrithamary6073
      @angelrithamary6073 Před 3 lety

      Worry less
      Uradufise
      kanyanasandra@yahoo.fr c son mail🤍
      Turabakunda
      Ritha ♥️

  • @claudinebigirimana5408
    @claudinebigirimana5408 Před 3 lety +1

    Bonsoir, muri beza, iyonkuru irababaje cane , mpore cane Sandra, Rita tu es un enfant parfaite, j’aime la complicité que tu as avec ta maman, Imana ikomeze ibarinde kandi ibayobore.
    Votre histoire est triste et édifiant en même temps. Sandra komeza usenge, Imana ninziza cane.Peace

  • @anithaniyogushimwa2094
    @anithaniyogushimwa2094 Před 3 lety +3

    Hosy nukuri ndagushimiye kuba umugarukanye

  • @alainmubalama1365
    @alainmubalama1365 Před 3 lety +4

    Asante jolie temoignage.

  • @cynthiairadukunda5391
    @cynthiairadukunda5391 Před 2 lety

    Imana iguhe umugisha cane mama bibaho cane tugomba kuvyakira mumutima

  • @manundayi2409
    @manundayi2409 Před 3 lety +4

    Merci Hosy gusa iyinkuru iravuna umutima pe😭😭😭😭😭 ariko Imana ninkuru ibandanye kubakomeza bantu banje

  • @user-ip9fe5le8r
    @user-ip9fe5le8r Před 3 lety

    Mwakoze cane hosy kutuzaniea suite yamama sandra na ritha yaradufashije cane iyi temoignage

  • @user-vc4yf8jm8b
    @user-vc4yf8jm8b Před 7 měsíci

    Courage ma soeur, ingene wagumije umuhamagaro wawe ni vyiza cane, Imana ikomeze kugushoboza

  • @dondeohatungimana1212
    @dondeohatungimana1212 Před 4 měsíci

    Jewe ukovyumba ntiyokwirirwa arisihira kuko munntuwese abigayukwashaka
    Haribeshi bavuawe baratabwa nkuku kwacu ,
    Ariko wewe CHR wanje yarakuryamyeko ,
    Shima
    Kanda ndagukunda.
    Mr tekana Yezu arikungoma
    Uwowo wakurikiye yaravuze kuruta
    Sabirabavyaye bagata ntibarere.Rita courageuse @

  • @esperancensanze8083
    @esperancensanze8083 Před 2 lety

    Komera Mama bibaho humura IMANA NIyomucyamaza

  • @ChantalDUSABE-js9my
    @ChantalDUSABE-js9my Před 9 měsíci

    Yooooo!!!!mwarakoze muvyeyi kutic umwan asuko uhezagigweee!!!!

  • @bettyuwimana1045
    @bettyuwimana1045 Před 2 lety +1

    Amahoro Sandra!
    Ndi mu Rwanda ndabakunda kdi ndabakurikira
    Ubutumwa bwiza

  • @ange-bellagateka7004
    @ange-bellagateka7004 Před 3 lety +2

    Uwambere nejw vyarantuntuj can ariko Yesu yaradufiriye😍

    • @KwaneleMalathopha-id6hr
      @KwaneleMalathopha-id6hr Před rokem

      Yooo!! Pole sana mama Ritha ,ndagushimiye ko wabaye umuvyeyi mwiza mubihe bitoroshe nkivyo

  • @beatricenkurunziza3136
    @beatricenkurunziza3136 Před 7 měsíci

    Courage merci,combattez jusqu'au bout et surtout la vie eternelle

  • @anthiacishahayo4731
    @anthiacishahayo4731 Před 3 lety +5

    rolaaalaaa muratesa

  • @epithacesimple8498
    @epithacesimple8498 Před 2 lety

    Belle maman!iyo wubaka urugo rwaw rwar kub urw umugisha

  • @hhhshhhh9724
    @hhhshhhh9724 Před 3 lety +3

    Hosy reka nce nguha subscribe vrmnt uyumusi nkozweko can Maman Ritha mwubahwe binyibukije ubuzima banje 😢😢😢

  • @lodana2575
    @lodana2575 Před 3 lety +1

    Yoo nimwihangan mwarakomeretse cane

  • @kagabaalexis2661
    @kagabaalexis2661 Před 2 lety

    Aha harimo amasomo menshi, ndebye siren Vibes tv ndangije kureba uwo mubikira kw'isimbi tv ariko mwarakubititse n'umukobwa wawe Rita (W'umunyabwenge). Wagambiriye neza ,nikorera IMANA , mbasabiye umugisha

  • @ingoma257media
    @ingoma257media Před 3 lety +2

    Murakoze kubandanya histoire yabo 😌👍

  • @user-bi9pn1pm8z
    @user-bi9pn1pm8z Před 2 lety

    Ivyo uvuze nukuri biragutera kutikunda nagato 😭pole sana

  • @renildensabimana2139
    @renildensabimana2139 Před 3 lety +3

    Vos témoignages me touchent le coeur. Courage chère sœur Sandra et votre fille Ritha.

  • @djnana6001
    @djnana6001 Před 3 lety +3

    Vrmnt usigay mufis amasanamu meza vrmnt

  • @firminniyonsenga1597
    @firminniyonsenga1597 Před 3 lety +1

    INTAHE YIGISHA CANE, KIMWE GUSA UMUBANO WANYU URIMWO AMAHORO KURUSHA ABANDI BESHI CANE.
    KANDI RITA ASA NA SANDRA IMANA IBAHEZAGIRE

  • @sysyngezahayo7113
    @sysyngezahayo7113 Před rokem

    Sr Sandra,Rita muhezagirw Imana yabagiriy neza.......mwaciy muri vyinshi murabitsinda,bravo,sr Sandra ndakuzi cane mais sinigera menya ngene bimeze gusa nama bibaza ibibazo ndishuwe.......ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤

    • @lauritanicole4410
      @lauritanicole4410 Před rokem

      Ndavyibuka abana yarareze baje gusenga ntawabicara iruhunda 🧐

  • @agnesirambona-yf6mo
    @agnesirambona-yf6mo Před 11 měsíci

    Mpore beza uhoraho yarabazigamye mubibazo nubu mukomere intahe yanyu irandijije😭gusa ndabakunze icompa tukabonana noryoherwa

  • @nusra2574
    @nusra2574 Před 3 lety +4

    Ndabakunda😘😘😘

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 Před 3 lety +1

    Icokigugu ngonumupapa IMANA IMUBARINDE

  • @antoinettendikumana1223

    Uretseko l'histoire idasa,yamara nanje narakomeretse bitey ubwoba,donc iyi témoignage iranyubats ukuntu,umva iranyubatse d'une façon vyans nuko ndyama ntahejeje kuyikurikirana yose du début jusqu'à la fin.nukuri ndafashijwe pe

  • @pinsonnagil9784
    @pinsonnagil9784 Před rokem

    Maman Ritha akwiy kuja agira Ama témoignages abantu benshi surtout Bari mu ma centres bahuy n'ibintu bishush nivyo ariko bagum bigunze cane batiyugurur alors k ari kimw mubituma bakira

  • @nshimirimanaadele5110
    @nshimirimanaadele5110 Před 3 lety +1

    J'aime beaucoup Ritha et sa maman

  • @irakozeevelyne6603
    @irakozeevelyne6603 Před 2 lety

    polesana

  • @Alice-vl2kn
    @Alice-vl2kn Před 3 lety +4

    😭😭😭😭Ndababay disiii ark Imana ninkur izobahoz ay marira

  • @dodiechanesse9263
    @dodiechanesse9263 Před 3 lety +3

    Nkunda igitwenge ca Rita😂😂 za witwengera mwana much❤️

  • @ninispes8093
    @ninispes8093 Před 2 lety

    Ooooo! Rita wa sandra yarakuzeee! Ndamwibuka cane kwa violette tubana mu Rutana ! Mon Dieu

  • @user-gk4ly1ut2h
    @user-gk4ly1ut2h Před 3 lety +2

    Hosiiiiiiii nukuri tubabarire ikikiganiro kigarukire aha abumva imana kwigira neza baravyumvise nukuri bivanye na comenteur abantu bavuga ziteye nisoni nukuri birababaje basha nimworohe kuminwa ico usabira abandi nico kizokugarukako😭😭😭🤭 mukomere maman ritha warwanye intambara itoroshe yesu azoguhe ijuru

    • @angelrithamary6073
      @angelrithamary6073 Před 3 lety

      Ntawubuza abantu kuvuga, you know
      Nta mpungenge, twari twiteguye♥️
      Ritha ♥️

  • @nyiransabimanaliberee3545

    Muzaduhe ikindi gice kdi ubuhamya bwabo buranyubatse pe.

  • @freddynzeyimana5453
    @freddynzeyimana5453 Před 2 lety

    Intahe nziza cane, Imana ishimwe ko bose bakize.
    Gusa nk'umuntu yemera Imana, ncumva mama avuga ko atigeze abona ikimenyetso na kimwe ko co gufatwa kunguvu gushika amenye ko afise imbanyi. Nibajije ibibazo 2:
    - None ubwo mu kwibaruka vyaramworoheye, Canke yabaye c-section?
    - ko wari usanzwe uri closer n'Imana nti wigeze wibaza ko imbanyi ari iya mutima mweranda? (Imana ikora ibikomeye kuri bose)

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 Před 3 lety

    Jesindavyara sindanubaka mugamurijewe numvashakakuvyara kurigahunda ndabishaka pana umuntu aturumbukira umuntu abamukoreye ikibi jendabitahura warababaye siritu wishakira kwihebera IMANA

  • @dinemahoro9012
    @dinemahoro9012 Před 5 měsíci

    Kuki abantu harababaho aruku jugeant ? Sandra sinkuzi ariko warakoze kugumana uwomwana numugisha ukwavutse kose.

  • @user-nw4rr1ng8b
    @user-nw4rr1ng8b Před 7 měsíci

    Uko nukuri umuryambw araryimbw akitukisha

  • @ndayizeyeornella6920
    @ndayizeyeornella6920 Před rokem +1

    😥😥😥😥😥😥Dieu est grand malgré tout

  • @gloriosentakirutimana7499

    Babwire abanyamajambo birigwa babesha bavug'ibinyoma...Sandra mpore mpore mugenzi

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 Před 3 lety +4

    Hosy murakoze kutuzanira iyiyindi nkuru gusa Ritha iyumumenya papa gusa jew sinumvakonokoroherwa mumutima

    • @angelrithamary6073
      @angelrithamary6073 Před 3 lety

      Abantu turatandukanye
      Kandi vyiza n'ukwubahana mubutandukane bwacu! Siko mama?
      Ritha ♥️

  • @festonelee8509
    @festonelee8509 Před 3 lety +1

    I'm gonna start from Part 1 to part 25

  • @odettemanzi6066
    @odettemanzi6066 Před 3 lety +1

    Ma sœur wabaye intwari kuba utakoroye inda ya ritha Kuko benshi batwaye inda batipfuz bihutira kuyikorora.lmana izobiguhembera

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 Před 3 lety

    Yesi tumeranabi kubzrabantuduhura buzuye ikibe

  • @AL-hm2nv
    @AL-hm2nv Před 2 lety

    Ntakuntu mwokina film y'ubwo buzima mwaciyemwo?

  • @dieudonneharerimana2356

    Mwarakoz kudukomez, non numubikira

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 Před 3 lety

    Rita iyo intaheyumvirizabantu batarahuranibibazo ntibumva uburemerebwavyo nkatwe tubatumazeguca mubibazo turabitahura kandi ntuzewicuze kuko harabafise abavyeyi urushije ubuzima harabafise abavyeyi babazi bishwenagahinda bababona abavyeyibose

  • @sysyngezahayo7113
    @sysyngezahayo7113 Před rokem

    Je me demande babankanisha kugira bunguke iki ?

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Před rokem

    Nanj niko babwiye ngo ntatera inda😂😢

  • @ravindirikirirenza6597

    pardonner c'est aussi bien hari ukuntu umuntu aruhuka, basi naho atifuza kumubona azobivugire mumutima ati ndakubabariye bivuye ku mutima ahuri hose. bizotu ukira igikomere kuko ni sekibi yatumye abikora kandi sekibi nyene niwe azokwama anezerezwa ko abantu babaho bafise ibikomere ariko hamwe nokubabarira Imana idukiza ibikomere vyubuzima

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 Před 3 lety +1

    Abana bavuka mwubwoburyo barabanka ariko IMANA IRABAKUNDA BAKUNDAGUTERA IMBERECANE

  • @hdysydhdurjr1105
    @hdysydhdurjr1105 Před 3 lety +1

    Yooo ntahora.nibaza nti nije naciy mubitandukany nn !! Mana iyisi duhur nibigeragez vyishi

    • @angelrithamary6073
      @angelrithamary6073 Před 3 lety

      Umwe wese ivyiwe biramuruhisha ariko n'ukwibuka ko hamaho ivyiza! Ndagukomeje
      Bisous
      Ritha ♥️

  • @belysemugisha7580
    @belysemugisha7580 Před 3 lety

    Maman Rita ndumva wosaba imbabazi ishimitse kushavu wagize ukayigirira n'umwana ndabivuze kubera ko nzi neza ko ntakindi nakimwe gitanga umwana atari Umukama hari abamaze imyaka myinshi basambana bataratwara inda ariko wewe umusi umwe iminota utazi uba uratwaye inda nkaba mbona ingene Rita akuze ari inca bwenge umukobwa ategura kazoza kiwe ndumva ikigezweho ubu ari uguca bugufi ugashima cane kuko Imana yama iri muruhande gwacu nkuko wabivuze ko hari iyindi misi yakugwaniye ariko uwo musi biraba ,je répète ubu hageze gushima.

    • @angieboojie3952
      @angieboojie3952 Před 3 lety

      Abantu ntimunyurwa kuko mutumviriza!

    • @angelrithamary6073
      @angelrithamary6073 Před 3 lety +1

      Belyse, ntiwatahuye iyo interview
      Rero nciye bugufi ndagusaba ngo wumvirizanye amatwi atahubutse, amatwi atekanye atarimwo urunturuntu
      Ubwo, uraza kwumva neeeza buri kintu kimwe cose cavuzwe nahubu
      Sintinye kukubwira ko watwariye hejuru 🤗
      Ritha ♥️

  • @floridegahimbare3275
    @floridegahimbare3275 Před rokem

    Muduhe numéro ya sandra

  • @claudinebigirimana5408

    Sandra kanyana wewe nturi umubikira womukibikira, uri umubikira mumutima wemereye Imana ubuzima bwawe bwose ? Sibyo ?

  • @egidenkuriyingoma8995
    @egidenkuriyingoma8995 Před 3 lety +2

    Ababikira ngo n abagore baba patiri 😅😅😅😅😅😅😅😂😂ereg nab nyen barary abana

    • @angieboojie3952
      @angieboojie3952 Před 3 lety +2

      Ba wisonera kuko nibaza ko udashobora kubi témoigna! Ugira uwo gusaba kubadondagura wobikora? Canke ngira nizo nama ubagira!

    • @user-gk4ly1ut2h
      @user-gk4ly1ut2h Před 3 lety +1

      Kwiyuba mugenzi iyubahe ndasavye ntasoni ubo iyo mvuga ibereye sivyiza

    • @josephinegahugano6148
      @josephinegahugano6148 Před 3 lety +1

      Tu es un innocent ou un inconscient ???

    • @angelrithamary6073
      @angelrithamary6073 Před 3 lety

      Egide, woba uri umu patiri? Nahone amaze kubigirira ababikira? Canke uri umuntu de nature asanzwe afatana ku nguvu ?
      Ndaguhanura kumenya ivyo uvuga kuko IMANA Ntizotinya kuguhana, ico woba uri co cose
      Iyo urengutse ntuyitera ubwoba Iraguhana
      Reka kuba wihamagarirako ishavu Ryayo rero.
      Cisha make kuko nawe ntuzi ibikurindiriye, ntugire ngo n'uko uri umuhungu ngo ntaco gushengura umutima wobura ! Canke kirahari
      Cagutwaye umutima kigusiga uri nkurupapuro !
      Ndagusabiye gukira
      Ritha ♥️

    • @egidenkuriyingoma8995
      @egidenkuriyingoma8995 Před 3 lety

      Jewe ndu umukirisu asanzwe,jewe gufata ku nguvu ntibiranshikira,gusa ndatahura ko vyinshi mubitubako biba bifise igituma

  • @egidenkuriyingoma8995
    @egidenkuriyingoma8995 Před 3 lety +2

    Uyo mu mère agum yitwaza imvugo rukirisu mais arafis caractère yo kurakara

    • @angieboojie3952
      @angieboojie3952 Před 3 lety +3

      Nawe urafise character yawe! Mw'isaha hose yavuze ico nico kintu gusa washoboye gukuramwo? Ntasoni

    • @egidenkuriyingoma8995
      @egidenkuriyingoma8995 Před 3 lety

      Hhhhhhh nta kindi numvise walah

    • @musangImfura
      @musangImfura Před 3 lety

      Bibaho kuko 'n, umuntu nkawe

    • @angieboojie3952
      @angieboojie3952 Před 3 lety +2

      @@egidenkuriyingoma8995 nari kukubwira ko uri igipfamatwi ariko umuntu afise uburenganzira bwo kw'interpreta ibintu uko ashaka

    • @florencenininahazwe5533
      @florencenininahazwe5533 Před 3 lety +1

      Niko avuga nugutahura Kandi ntaco bitwaye

  • @laaatlllt4411
    @laaatlllt4411 Před 3 lety +2

    Nne maman wanj na kandi kana worondera cank uyundi mugabo 🙄🙄gusa nimunuke

    • @ayinkamiyeninette981
      @ayinkamiyeninette981 Před 3 lety +1

      Za urabanza kwumviriza inkuru uyitahure imbere y kuyi commenta

    • @angieboojie3952
      @angieboojie3952 Před 3 lety +2

      Wewe warazivye? Uramuvyara nawe unarenzeko uromdoke abo ushaka!

    • @josephinegahugano6148
      @josephinegahugano6148 Před 3 lety

      Reka kumutoneka atariwe wamukomerekehe,yakubwiyeko uwo yari yamurondeye?? Iyo misalaba ariwe uyikoreye ntiwunvako iremeye cane

    • @donnar3790
      @donnar3790 Před 3 lety +1

      @@angieboojie3952 uguma wishura abantu banditse ama comments mabi bose, uteza kuba uri "Rita" kuko comments zibi ntuzihanganira🤔, anyway abantu ntitumeze kimwe kandi ntanuko wobahindura naho wobabwira nabi canke ukabishura, harabantu de nature bavuga amajambo batabanje kwiyumvira atana compassion and that's the world we're living in today unfortunately

    • @angelrithamary6073
      @angelrithamary6073 Před 3 lety +2

      @@donnar3790 tu es excusée kuko jewe sindinda kwiyita irindi zina ntaco nokwihishiriza 😂ntawe ntinya! Rero abantu bafise umutima ,n'ubumuntu nabo baracahari
      Isi yose ntiyapfuye rumwe nkuko ubihagararako!
      Nubwo boba bake baracahari. Ni vyiza kwamaganira kure amajambo mabi kuko na vyiza hariho ababi deforma. Kuki mutinya kwereka umuntu ko yakosheje, mukamukingira ikibaba ariko bibaye kuri mwebwe noneho ukamengo ijuru n'isi rirururutse!!!!
      Nivyiza kwiyumvira!
      Merci
      Ritha ♥️

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 Před 3 lety

    Yoooo baruzuye abapadiri bafise abanahanze birazwi nibeshi nabasenyeri barabizi