IBITAVURWA KUWASAMBUYE IGISIRIKARE MU BURUNDI.NINDE YATUMYE IGISODA GISAMBUKA?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 2. 07. 2024
  • Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
    MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 725 333 1923

Komentáře • 16

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Před 10 dny +2

    Kuva hatanguye ayo ma missions y'abasirikare aho baronka agashiruka bute gafadika, aho za somalie, Centreafrique, murabizi ko cane cane abasoda basigaye i Burundi babonye ko abavuye muri ayo ma missions baje bafise uduhera two kwubaka, murazi ko hari ama quartiers yitwa Mogadisho, batanguye gutanga ibiturire kugira babashire kuri liste yokuja muri ayo ma missions, ubwoko bwose. Muca mwumva ko atagisikire kizima kikihari. Igisikare carataye akaranga, n'akanovera. Ubu n'impehe nsa.

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Před 10 dny +1

    Kuva igisirikare vyategerezwa gukogwa mu bwotonzi budasanzwe, ariko Buyoya nabarya bamufasha gutwara bahisemwo inzira yoroshe, turaziko habaye igitugu c'ibihugu dusangiye imbibe, Tanzanie cane cane, cane cane hamwe bafatiye Uburundi embargo, Tanzanie yara menasa ko iniga Abarundi mukubima inzira y'igitoro n'ibindi bikenewe bica mu mihora ya Tanzanie. Hanyuma, Urwanda, Uganda bari muri ivyo vya embargo. None uwo Buyoya atari azi ingene afata ayandi ma strategies mukuvugana cane cane nabo batari bacumbikiye iyo migwi y'inkorabara, dont DD niyindi, uwo Buyoya wumva yari umutegetsi nyabaki. Abazungu nabo baramugize kw'iterabwoba ko bahagarika imfashanyo bilaterale et multilaterale, éventuellement bakumu menasa ko bazana abasirikare bagatera uburundi. None uwo mu Buyoya n'abamufasha gutwara batashobora guhangana nayo ma menaces, none yagarutse k'ubutegetsi aje kurya iraha sivyo, yaje agarutse gushira mu ngiro ivyo abo bazungu bamusavye ba mu menasa. Muribuke Mandela atuka Buyoya nabo barikumwe, akabagaye nkabantu atco bamaze, akabita ibijuju, Buyoya ntakure ururimi mu kanwa. Reka turabe imbere kuko akahise karatwigisha gutegura kazoza keza. Duharanire iteka, birya bavuga ngw'iteka aho ryamye, ntirikihari n'ukurigwanira. Murakoze k'uvyiyumviro mudusangije.

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 6 dny

    Ivyo rero vyari kujana n UGUTOHOZA BAKAMENYA ABAKOZE IHONYABWOKO N IBINDI VYAHA BIKOMEYE
    BIGATUMA HABA UMUGWI WEREKANA UKURI N UKUREKURIRANIRA

  • @user-qp3uy8cy7u
    @user-qp3uy8cy7u Před 9 dny

    Basha aho ntubeshe kabisa, muri 2007 abasoda abasoda baja somalia vyukuri hagenda abashingantahe,kandi nabanyagihugu baho barabonako arabasirikare bindyamunyu, mbere na 2013 hagenda abashingantahe,gusa munyuma niho vyagiye biba, kuburyo naba nyagihugu batagikunda abarundi nka kera

  • @HakizimanaJonas-i4g
    @HakizimanaJonas-i4g Před 6 dny

    Ahahaha ndumva muzi vyishi iciza nuko mwogirico mukoz mugakurah ivyo bitagenda nez nimba mwobishobora ndumva vyarayangay nimuhaguruk musubizibint kumurong

  • @user-bl2vh3kg2g
    @user-bl2vh3kg2g Před 8 dny

    Ikibazo gikomeye cane gihagaze kuri corruption !!!
    Corruption ni umugera wateye inzego zose !!!

  • @archangemutibagirwa554

    😂😂😂😂😂 ni gisirikare ca barundi gusa .

  • @user-ch2dq6ob4o
    @user-ch2dq6ob4o Před 9 dny

    Ivyuyo mu apotre bireke kulo arinze yavahasi akavuga yarengewe ivyuburundi birarenze bisiga ubwenge.

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON Před 7 dny

    Ivy'abarundi biragoye kuko abarundi bafise ivyiyumviro biyobeye

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 6 dny

    Uwo Mugwi ugakorana n Ubwo Butungane bwigenga
    CNDD FDD KUKO YAKOZE IHONYABWOKO RY ABATUTSI YACIYE IBIGWIZA NUBUSA
    YISHIRIRAHO Umugwi CVR KUGIRA GENOCIDE BAKOZE IGWIZWE N UBUSA

  • @user-dr5jo9bi1c
    @user-dr5jo9bi1c Před 4 dny

    Apostle Bernard, ntukwiye kudeha umuntu naho yrertse imukondo ijuru!
    Ntukwiye no kunyegeza igihugu yatwara.
    1986 hatwara Bagaza, uwo muzimu yaje muri visite i Burundi ni Mitterand kandi bukeye bwaho bona son premier ministre de sinistre mémoire Chirac nibo batamguye kubona ko borondera ikirofa cosubirira Feu S.E. le Président Bagaza
    Baca batangurira isambura ry'igsoda n'igihugu ngahonyene, nibo bateje Ntega-Marangara...
    Nibo Bicishije Ndadaye, nibo basunikiye Ntaryamira mu ndege bari bukorore, nibo bagarukanye feu... ngo asubirire Ntiba, bimuyobeye gutwarira i gihugu mu mayira abiri!!!!
    Feu... bati nyarutsa nyarutsa uheraheze guhamba Uburundi uje Mali.....
    Sije nohahera hohera ivyo bisizimwe!!!
    Uburundi buzozuka nka Lazaro.

  • @user-xn9od4ze1j
    @user-xn9od4ze1j Před 10 dny +1

    Sha nukuri muri abagabo bijunja nijambo imana yomwijuru ikomeze kubana n'amwe

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Před 10 dny +2

    Igisoda catanguwe gusambugwa na Buyoya, n'bandi basoda babatutsi bari mu nzego zohejuru iruhande ya Buyoya babigizemwo uruhara kandi turabazi. Aba DD baje bahohosha n'ubu barabandanya. Ahubwo nuguhimiriza abasore n'inkumi bakwije ivyangombwa, atabikwije babirondere babandanye binjira mu gisoda no mu gipolisi no muzindi nzego z'umutekano.

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana Před 8 dny

    Bobo komera uvuze neza ntagisoda gihari uravye amakuba uburundi burimwo abasoda baginzwe Imbata pe!umengo nibirobo vya cn.dd efdd nkomuri congo Bari mubiki?

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 Před 6 dny +1

    Hari ivyari kuzana Amahoro baravyirengagije
    Ariko Accord Arusha yari yavyemeje
    Navyo nibi UBUTUNGANE BWIGENGA KANDI MPUZA MAKUNGU MPANAVYAHA