Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Murakoze cne.fise umwana yariye ishano naramuhaye umuti,ariko nubu ntafungura afunguye naho aca vomissa kandi aramaze ukwezi ndamuhaye iluti
urakoze mubyeyi.
Bakunzi ba Jeanine tv ndabaramukije igitondo ciza c'umugisha🙏❤
Babwire barakunda kubivuga 😂😂😂😂 kwivuza nibanga
Merci
de rien
Iki kintu uvuze ni ukuri haraho tuvuga ngo ndi Ku muti W ishano baca bongezamwo.
ego cane
Merci bcp muvyeyi mwiza izo ntete nn umuntu yozikurahe mutubwire mwob mukoze
Sawa inbox
❤❤❤❤❤❤❤Merci
❤️❤️❤️❤️
Muvyeyi ico nosaba jewe nuko wozirangura hama ukarangura igisuru nizo muringa ndetse imiti uhora utwigisha te vere romare hama tukabigurira iwawe kuko harahi baduha ibitarivyo ifu yamakara
c'est une bonne idée
Du@@jeaninetvduhe nimeroyawe
Urakoze mamman ivy'uvuze nivyo
👍♥️🙏
Nshaka nimero yanyu
62435218
Kumwana naho nyn umuha cumi nyn??
umwana umuha bivanye n'imyuka 3 out 4
In box umuntu yobatora gute ga muvyeyi mwoduha numéro mwoba mukoze
ziriko hejuru kuri Jeanine tv
Murakoze ubikora umusi umwe gusa ?
oyaye nka deux jours
Mwiriwe , ese numwana muto w'imyaka 5 , umuntu yatumuha