YESU WENYENE NI WE ASHOBORA KUGUTABARA MU MAGERAGEZWA YAWE/Pasteur Samuel
Vložit
- čas přidán 7. 07. 2024
- Pasteur Samuel kuva muri Israël - Dimanche, 07 juillet 2024 - KIREMBA
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE! - Hudba
Yesu nashimwe WE KO ashobora kudutahura,agatahura uburemere bw'igeragezwa kuko nawe yageragejwe.hezagigwa bakozi b'Imana
Amen 🙏💓
Kabisa
Meirra tv yesu abahezagire, kuko mudusangiza ijambo ry'umwami kubaba turi kure❤
Amen 🙏💓
yes ,abahezagire cane kwijambo ryimana
Amen 🙏💓
Yoooo Mana abawe baracariho naho beshi biyoberanya ndaryohew kubona umuntu nkuwo avuga yesu
Amen 🙏💓
Oooooh Amen Amen Amen ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA. Merci Beaucoup mon Pasteur
Amen 🙏💓
Imana Ishimwe
Amen 🙏💓
Nukuri, ishengero ni rimwe mumahanga yose.
Ivya Mpwemu uburyohe bwavyo ni ubumote mwisi yose
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💓
❤❤❤Amen
Amen 🙏💓
Meirra tv yesu abahezagire, kuko mudusangiza ijambo ry'umwami kubaba turi kure
Amen 🙏💓
Wow! Mon professeur de Christologie Samuel
🙏💓
Yooooo ni Yesu gusa ashobora kudutabara, aragahezagirwa
Amen 🙏💓
Imana iracafise amasigarira no muri Israël.Yesu ahimbazwe
Ego cane. Amen 🙏💓
ok
🙏💓
Meirra tv yesu abahezagire, kuko mudusangiza ijambo ry'umwami kubaba turi kure❤
Amen. Yesu Kristo abahezagire cane 🙏💓
Meirra tv yesu abahezagire, kuko mudusangiza ijambo ry'umwami kubaba turi kure❤
Amen. Yesu Kristo abahezagire cane 🙏💓