UKURI KOSE ARAKUVUZE ,IKIVYINVYE KIMENEKE

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 14. 02. 2022
  • #*Pasteur Isidore MBAYAHAGA +257 68235604#*
  • Zábava

Komentáře • 78

  • @asifiwedaniel4815
    @asifiwedaniel4815 Před 2 lety +7

    Vy'ukuri uvuga ukuri kuzuye..icompa ubu butumwa bukaba mu mitima yacu..; Imana nishimwe ku bwawe Pasteur Rehoboth ikurindire mu buntu bwayo kuko ndazi neza ko hari nabakozi b'Imana badashigikira ukuri kuri muri wewe..ariko courage bandanya unyegurura.

  • @user-qu3dc4rj6p
    @user-qu3dc4rj6p Před 6 měsíci

    Urakoze cyane paster inyigisho zawe zigira akamaro kenshi🙏🙏

  • @izuwayonestor3646
    @izuwayonestor3646 Před 2 lety +1

    Urakoze Mbayahaga Isidore Imana Igufashe cane gusobanukirwa.

  • @girukwishakaclaudine5374

    Gusa tugusabira can twebwe kugira Imana yomw'ijuru igomeze can kuko amajambo uduha avyura imitima myishi iri muri gihenomu Nukuri Data ahari mw'ijuru ahabwe icubahiro nukuri Amen

  • @ukurikwabibliya6007
    @ukurikwabibliya6007 Před 2 lety +2

    Kabisa uhezagigwe cane
    YESU akongerere amavuta

  • @julesniyonkuru7059
    @julesniyonkuru7059 Před 2 lety +2

    Yemwe psteur yubahwe kd Imana imuhe inkomezi turamukunda kuko avuga ukuri kwivyo tubayemwo

  • @oliviernduwimana5254
    @oliviernduwimana5254 Před 2 lety +4

    Ukuri kwuzuye kbsa.🤩🤩🤩

  • @carinesabukunze8874
    @carinesabukunze8874 Před měsícem

    Urakoze canee 🙏🙏🙏🙏👏👏

  • @TharcisseIyakaremye-so5mw
    @TharcisseIyakaremye-so5mw Před 7 měsíci

    Imana ishimwe cyane ndabakunda cyane

  • @hyacinthemahoro-pi7vr
    @hyacinthemahoro-pi7vr Před 8 měsíci

    Yesu aguhe umugisha ndagukunda uvuga ukuli,Uzi kugirango ubonane na paster ni protocol itoroshye!kd Yesu yicishaga bugufi!ikinyoma kwifuza indonke....yesu adutabare😢

  • @user-rd9cs2pk4z
    @user-rd9cs2pk4z Před 6 měsíci

    Imana idushoboze mukuyikorera mukuri.Murakoze cn Mukozi wi Imana,

  • @user-os2tz8db8i
    @user-os2tz8db8i Před 10 měsíci

    Nijambo ryamavuta ukomere kukivi uwuvugira arahari nashaka kumubaza ijambo ryo kuvayo 20:8 icarivugako kuko Imana yaduhaye ivyagezwe 10 ngo tuvyitondere hakaba ivyahinduwe

  • @nibwobumanatv2826
    @nibwobumanatv2826 Před měsícem

    Blessings pastor , greetings from Rwanda🎉

  • @fidelehabimana9792
    @fidelehabimana9792 Před 8 měsíci

    Ndagukunda rwose,Imana iguhe umugisha Mushumba❤

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 Před 2 lety +2

    Uyu mutama yubahwe😀👋

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 Před 2 lety +7

    Protection y'Imana ibe kuri wewe, yewe Mukozi w'Imana.
    ❤️❤️❤️

  • @fistonnkndegea9543
    @fistonnkndegea9543 Před 6 měsíci

    Pst ndagukunda cane gose

  • @user-ny9kg3sr4l
    @user-ny9kg3sr4l Před 6 měsíci

    Amen

  • @chellaniyinshoboza9146

    Abakozi b'Imana bavuga ukuri mwiki gihe barakenye Imana ikwongereze inkomezi ukomeze uyivugire izoguhemba

  • @angestecy6093
    @angestecy6093 Před 2 lety

    Imana iguhezagire mukozi w'lmana uratubwiye hasigaye ahacu.

  • @etcexpert_topoconsult5306

    Ndagukundira ukuntu wama uvuga la réalité y'ubuzima twamamwo aha mwisi🤣🤣

  • @thierry3318
    @thierry3318 Před 2 lety +1

    Imana ibahezagire

  • @charlesgatete6033
    @charlesgatete6033 Před 2 lety +4

    May God bless you so much man of God

  • @samsonmuragizi4701
    @samsonmuragizi4701 Před 2 lety

    Amen Amen 🙏🙏🙏 Ubarikiwe sana mutumishi wa Mungu

  • @nestorvyamungu1313
    @nestorvyamungu1313 Před rokem

    utubwie neza cyan, ukomez ukomezw na Nyagasani

  • @fredtv5337
    @fredtv5337 Před 2 lety +2

    A Adventist church yumve ayamajambo bareke iryane

  • @revprjuvenalndayishemeze7354

    Ijambo ryiza cane

  • @kimeregyslainbi
    @kimeregyslainbi Před 2 lety

    Imana igukomeze kubw'Ubutumwa bwiza udushikiriza.

  • @fulgencetuyisenge7208

    Neza cyane kuko muravuz'ukuri

  • @paulyamuremye7081
    @paulyamuremye7081 Před rokem

    Pasteur n'ukuri maz'indwi 2 ndakukurikirana,uratang'umuti pee
    uramfashije nukuri uriko ungirira operation ndabishimira IMANA.ndabasabe mudusengere twari twataye agakiza.Nanje namea ndi ku mavi nsaba IMANA ingwanirire kuko ndi muntambara ntokwishoboza kuyinesha.
    Murakoze cane kumasengesho mugiye kudusengera.muhezagirwe cane

  • @MTheoTV
    @MTheoTV Před 6 měsíci

    Ningira amahirwe yo kugera i
    Burundi nzoteranira mu ishengero ryawe

  • @niyonsabagenevieve6261

    Ndakunda ubutumwa bwawe uracari uwambere kubutumwa bwiza

  • @marcelnkomo1539
    @marcelnkomo1539 Před rokem

    Ni inkebuzo kuko ndashima ingene ushikiriza la vraie morale de la société kandi ubandanye turagukeneye.
    Imana iguhezagire muvandimwe

  • @leonidasbuntu789
    @leonidasbuntu789 Před 2 lety +1

    Ubutumwa bwiza bw umwuzuzo.

  • @levissinzoyiheba2380
    @levissinzoyiheba2380 Před 2 lety

    Imana ishimwe cane

  • @NiyomugaboEugene-qk6my
    @NiyomugaboEugene-qk6my Před 7 měsíci

    Nukuri ndi umunyarwanda arko ndagukunda! Kndi umuntu wese ubasha guhagarara imbere yabantu akwiye kubwira abantu ukuri ko icyambere ari ubugingo kndi tugahora twiteguye ko yesu azaza nibwo butumwa kwizera yesu kristo bakamwizera!

  • @jeanclaudeniyonizigiye5639

    Mutubwre aho iri shengero titumbereye

  • @christophenzohabonayo6871

    Turashimwe inyigishozawe 90% nukuri ariko harico ngomba kuntahuza mbega niryari umuntu avuga ATI YESU ashimwe ryari tuvuga IMANA itubabarire mudufashe canke IMANA ishimwe mumpe umuco harinibindi atubwira ntemeranya cane Nawe ndasavy umwanya kugira untahuze

  • @JaphetNirandekura
    @JaphetNirandekura Před rokem

    Bakwanke mugabo ubabwizukuri

  • @nindamutsajosiane-cj4yi

    Uko nukuri

  • @user-cy1mj1qu4s
    @user-cy1mj1qu4s Před rokem

    Amen Amen 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮

  • @plannzuguru2825
    @plannzuguru2825 Před 2 lety

    Mimi ni Mtz Huyu mchungaji namkubali sana, japokuwa kirundi sikijui sana

  • @milym2713
    @milym2713 Před 2 lety

    🙏🙏🙏👋👋🙌🙌🙌amen💝💝

  • @cedrickadafi6140
    @cedrickadafi6140 Před rokem

    Urimvugakuri mukorera hehe

  • @TharcisseIyakaremye-so5mw
    @TharcisseIyakaremye-so5mw Před 7 měsíci

    Ndumunyarwanda ndifuza nimero zanyu

  • @fundi_feli6299
    @fundi_feli6299 Před 2 lety +2

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙌🏼🙌🏼 Uhezagirwe cnee Pasteur

  • @100miyamacho7
    @100miyamacho7 Před 2 lety

    Ndafashijwe

  • @HeritierKezakimana-hs7oh

    Very good

  • @faidandamukunze157
    @faidandamukunze157 Před rokem

    urigishaneza turikumwe ndukeneyeinimeroyaweyafone murakoze

  • @nzeyimanaagnes7300
    @nzeyimanaagnes7300 Před rokem

    Uhezagigwe mutumishi uvuzukuri kabisa nahacu kweri

  • @josephnindabira7875
    @josephnindabira7875 Před 2 lety

    Hezagigwa muvyeyi

  • @kanyangemimi5953
    @kanyangemimi5953 Před 2 lety

    Balikiwa

  • @emerynimbona1730
    @emerynimbona1730 Před 2 lety

    Uko ni ukuri kwose

  • @marielouiseumutoni6551
    @marielouiseumutoni6551 Před 2 lety +1

    Iri jambo rifise akanovera kabisa

  • @ngabeernest4072
    @ngabeernest4072 Před rokem

    Murahoneza? Uranezezacyane ndagukundarwosee imana ikwongerere impano nokwizera.

  • @zawadinduwimana
    @zawadinduwimana Před 5 měsíci

    Noe dukorik

  • @lionelbandyatuyaga4326

    Babwire

  • @andremisago8023
    @andremisago8023 Před 2 lety +1

    Nejerejwe ni jambo twigishijwe,
    Umuvugabutumwa Imana imuhezagire
    Nagira rero nterere gato, mbonyeko abihana baza bagahagarara imbere gusa
    nyuma bakabasengera,
    Nasaba ko abakozi b' ishengero ubutaha bobatega ugutwi umwe umwe
    bakatura ivyaha vyabo kugira babohoke, kuko ntushobora kubohoka
    ku caha utacaturiye umukozi w Imana.
    Ikindi icaha kifita imbaraga zidasanzwe kuburyo bw uko utacatuye bicorohera
    kukwizingirako ubugira kandi ariko iyo wacatuye uba umenye ibanga rya Satani.
    igihe cose umuntu ataratura icaha ciwe aba akiri umunyamabanga wa Satani
    Soma Yakobo 5:16
    Kwaturiranira ivyaha niyo nzira yonyene yogukira ivyo vyaha umuntu yahora akora akabigenderamwo.

    • @MTheoTV
      @MTheoTV Před 6 měsíci

      Ntekereza ko CZcams bite we n'iminota mike uko biri kose uyu mugabo arimo ubwenge bw'Imana buriya no Kwatura birakorwa cg se wenda niko Uhoraho(Uwiteka) yamutegetse .Mu Rwanda turabakunda cyane.

  • @angeaudreynimenya2401
    @angeaudreynimenya2401 Před 2 lety

    Shalom.
    Muri Romains 10: 9-10
    Kuvuka ubwa kabiri bizera mu mitima bakatuza akanwa! Noe ko batatuye n akanwa kabo ko Yesu ari Umwami n' Umukiza w'ubuzima bwabo abo benedata??

  • @richardmanirakiza3756
    @richardmanirakiza3756 Před 2 lety +2

    Iri shengero riri amaja hehe?basenga ari dimanche??

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 Před 2 lety

    Subsribe ngiriyeko nshirako.

  • @eliasmpozamarira2536
    @eliasmpozamarira2536 Před 2 lety

    UVUZUKURI MUTAMA PASTOR
    ABIBONE NIBESHI CANE, NONEHO MWIBIBIHE HADUTSE NABAGUNGA ABAPFAKAZI NI PFUVYI KANDI BITWA BAPASTOR,BAREVERA BABISHOPU NIYANDI MAZINA NTIRIWE NDAVUGA, BISIGAYE ARAMAYOBERA,

  • @izuwayonestor3646
    @izuwayonestor3646 Před 2 lety

    Ariko wewe nokubona gute Muvugabutumwa?MPa Whatsapp yawe.

  • @felixnfoley1791
    @felixnfoley1791 Před 2 lety +1

    Impà ñumero

  • @marcelnkomo1539
    @marcelnkomo1539 Před rokem

    Mbe ko utambara impeta yo gusezerana n-umufasha wawe!
    Hari akanenge wabonye muri iyo mpeta y-isezerano.
    Nifuza ko woyambara kuko wama wamushize imbere mu ubutumwa bw-imiryango imana yaba yaguhamagariye!
    None ntayo wigeze wambara???

  • @manirakizadidier8112
    @manirakizadidier8112 Před rokem

    Jewe mbona wigisha neza ! Ariko ivyo wigisha ubihere iwawe!! Wa mupfakazi yakwitwarira urabanza umutunganirize umugirir impuhwe. Ikindi urivanga cane muri politique kandi ivyo vyica ubutumwa bwiza!!! Wigish ariko nibaza ko ubutumwa bwa mbere buhera kuri twebw nyen

  • @umusarabatv8746
    @umusarabatv8746 Před 2 lety

    Yooo,🤔😭💔 ikuzimu 😭😭 mbegukuntu ikuzimu hateyubwoba 😱 ihangane urebe iyi video rebukuntu mwijiruru bizaba bimeze nshuti yumusaraba biteye ubwoba. czcams.com/video/Vo8iXDqJXGk/video.html

  • @ericndihokubwayo6830
    @ericndihokubwayo6830 Před 2 lety

    Amen