Bubanza: Ishirahamwe rifise iraro ry'inka 300, rigamije gushika ku 1000. Rizotanga inka 150 ku mwaka
Vložit
- čas přidán 18. 10. 2020
- Urakunda ubworozi bw'inka? Uyu munsi tugushikana i #Gihanga i #Bubanza ahari ishirihamwe "LifeWay company", rifise irarao ry'inka amajana atatu, rikaba rigamije gushika ku nka 1000. Iryo shirahamwe rizoza riratanga ku banyagihugu bo muri ako karere inka 150 ku mwaka ku mwaka. Ririko rirubaka ihinguriro ry'amata n'ikigo co kwigisha ivy'ubworozi. Intumbero kukaba ari uko hoboneka amata menshi, abanyagihugu bafungure neza baronke n'amafaranga yo kwikenura. Aho uherereye hoba hari imigambi nk'iyo ? Dutere akamo, tugufashe kuyiratira abandi
Bravo @general NEVA. Uri umuntu wumugabo . Ndagushyigikiye
I can see how president is happy to see those developments
Yoooo vyiza cane
za whatsup turafise intereran yivyiyumviro kuko imitwe ikor ikoranye
Nipfuza gutangura ubworozi bwinka, mirashobora kundonsa contact za life way company?
Mpakamwe😃😃😃
Neza cane ibi nivyo abarundi twese twipfuza muri reta nkozi imberbe niheza
i dont mean to be off topic but does anyone know of a way to log back into an instagram account??
I stupidly forgot my password. I would love any assistance you can give me!
@Leon Leroy Instablaster ;)
@Cole Julio i really appreciate your reply. I found the site thru google and im trying it out now.
Takes a while so I will get back to you later with my results.
@Cole Julio it did the trick and I actually got access to my account again. Im so happy!
Thanks so much you saved my account !
@Leon Leroy you are welcome :)
turashak numero zabo muzob mukoze
Turagomba reta ituzanire ubwatsi bita korisi gayana iduhe abenegihugu mugihugu cose babishoboye tubutere kugirango ubworozi bukunde tubukore
Nivyo kugira igihugu cacu kiberurangiranwa mwukorora nogushora amata menshi hanze
Ingorane yubworozi muburundi: Ntaryazibitungwa zikwiriye zihari, Nubuvuzi burihasi can, nkinkoko igwaye ntivugwa ikire.
Good job
Imana ibaje imbere muvyanyu mufise umugambi mwiza cane
Imana ibafashe