Menya vyinshi ku bijanye n'ubworozi bw'inkwavu n'akamaro k'amaganga y'inkwavu

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 3. 07. 2022
  • #Tuyage #SFCG #Iterambere #UMUKENYEZI
    Menya vyinshi ku bijanye n'ubworozi bw'inkwavu n'akamaro k'amaganga y'inkwavu mu gufumbira imirima no gufasha kuvura ingwara z'ibiterwa. #Mashariki_TV ibashikana mu #Ruhagarika Commune #Buganda intara ya #Cibitoke, ku mworozi w'inkwavu Njebarikanuye Bora.

Komentáře • 40