Intumwa z''ibanki y'isi yose zaragendeye Uburundi kugira barabe imigambi iriko irarangurwa

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • #Burundi Inyuma y'imyaka igera Ku 37 badashika mu gihugu c'Uburundi, Umugwi wa bamwe mu bagize urwego nshingwantwaro mw'ibanki y'isi ( Banque mondiale ) waragize urugendo rw'iminsi itatu rwo kuraba uko imfashanyo batanga iriko irakoreshwa, aho igihugu kigeze mw'iterambere no kurabira hamwe imigambi mikuru leta yashize imbere kugira iyo banki iyishigikire. Kabaye akaryo ko kugendera imwe imigambi iriko irarangurwa ku mfashanyo y'iyo banki.

Komentáře • 22

  • @BUSHASHASWITCH
    @BUSHASHASWITCH Před 18 dny +2

    🥺🥺🥺🥺🥺 oyaah jew sinyuzwe ibintu vyifashanyo ndavyanka numutima wanj wose 😢😢

  • @sifajonson8870
    @sifajonson8870 Před 18 dny

    Byiza cyane courageous

  • @charlesuwizeye9838
    @charlesuwizeye9838 Před 18 dny

    Very good

  • @francinendacayisaba2411

    Vyizacane ❤

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu Před 15 dny

    Kububakira amazu meza bakagira uburaro bwiza ,isuku aho babaye ,kwijukira ubworozi bw'inka n'ibindi n'uburimyi ,gukingira ibidukikije,

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před 15 dny

    Heee ivyo nabana bacu bazovyicuza
    Kuba mwaratse imfashanyo

  • @ntakirutimanavicent-lj2tn

    😂😂😂😂😂 ntaco mvuze

  • @AdamAmos-rr6fg
    @AdamAmos-rr6fg Před 18 dny +3

    Abarund barakund ivyagusa aho gukora kore muronke ivyany gusega bihere

    • @etiennekarekezi5513
      @etiennekarekezi5513 Před 18 dny

      Ntamahera bafise nibaza

    • @userk23456
      @userk23456 Před 18 dny +1

      Ivuga ivyutazi wewe !!!
      Iki gihugu wewe ubona,tudakeneye aide yo hanze ??
      Ivyo nivyo nkurunziza yakoze,akirukana bose,none uyu musi turi mungaruka zavyo !!? Nk'igihugu canyuma kwisi gikenye.
      Iyaba waruzi ko igihugu nkiki cacu gikeneye des relations nama fonds mondiales,ntiwovuga ivyo.
      Uvuga nk'uwutazi na kimwe !!

    • @ryitangiyemoise5258
      @ryitangiyemoise5258 Před 18 dny

      Komutase kobabubakira stade Amahoro mwebw mudakunda ifashanyo cank ubuvuga ivyutaz ibihugu nkibi vyacu nivyanyu nyene biri munzira yitarambere biba bigifasha kuk ubwiyengo urwanda rurakize kukaba ruri kukibanz ca26 mubihugu bikenye urumvako namwe mukigwana ngo mubivemw rero biba bigifashw gusa kubera utabizi ntaribi ryawe ububivuz bivanye nubumenyi ufise burya gikira kwigihugu samazu meza ahubwo nukwo umunyagihugu muto ababayeho

    • @victorg7280
      @victorg7280 Před 14 dny

      ​@@etiennekarekezi5513Wewe ufise angahe wumva kabisa ko ataco ubu wokenera kubandi?Reka kuravuta!!!

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd

    ATI 37 ans badahonyora kubaka bwuburundi!ndaguh vidéo yiziheruka kuza

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu Před 15 dny

    Jewe ndabaza gushikaUbu abategetsi bacu ntibarabona Aho bakwiye guhera kugira batezimbere umunyagihugu akenye

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 Před 15 dny

    Aho bacababahenda ngo inka imwe igugwa 10 milion😂😂😂?

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před 15 dny

    Aba nibo baj kuturya

  • @KABIRITISahinguvu
    @KABIRITISahinguvu Před 14 dny

    Abo ntaco batumariye nabatasi

  • @manudiofficial
    @manudiofficial Před 18 dny

    Uk yaraye ibakomye 😅😅

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira Před 18 dny +1

    Leta ya NDAYISHIMIYE yihanije faustin NDIKUMANA imubwirako ahirahiriye agacisha mu kanwa ko abarundi bagowe bishwe n'inzara ko azoca ahura n'ivyashikiye Ernest MANIRUMVA muri 2009. Mwumve namwe !

    • @userk23456
      @userk23456 Před 18 dny

      Ba mureka kubesha gusa, none ko parcem yanditse itangazo ikabihakana.
      Ivyo vyose vyazanywe nabamwe baguma babesha.
      Mbe none ubukene ubunyegeza gute ?? Aho baciye hose,barabonye ko igihugu gikenye. Mbega sibo bahora batangaza ivy''ibihugu bikenye vya mbere(banque mondial nyene)??
      Mbega iyo muvuga ubukene muba mushatse kuvuga iki ?? Genda mu bihugu vyose,urabe ko habura abidoga,par exemple :aux Etats unis,nk'igihugu tuzi gikomeye,baguma bidoga ko ibintu vyazimvye.
      Uragenda hano hafi muri kenya,ubaze abanyagihugu bazokubwira.
      Nivyo ndabizi ntitwokwigereranya n'abandi twebwe turazi ko igihugu kiri mibihe bigoye,kandi nabo nyene muri bank y'isi barabizi,kuko nibo bavuga ko turi aba nyuma.

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu Před 15 dny

    Kububakira amazu meza bakagira uburaro bwiza ,isuku aho babaye ,kwijukira ubworozi bw'inka n'ibindi n'uburimyi ,gukingira ibidukikije,

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu Před 15 dny

    Kububakira amazu meza bakagira uburaro bwiza ,isuku aho babaye ,kwijukira ubworozi bw'inka n'ibindi n'uburimyi ,gukingira ibidukikije,