Indirimbo zo gutazira zaririmbwe n'umukuru w'igihugu mu gikorane c'amashimwe

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 22. 08. 2019

Komentáře • 53

  • @kangabejosephine2117
    @kangabejosephine2117 Před 3 lety +1

    Waruwogusanga imana warayikundaga

  • @ntanibindijberchmans584
    @ntanibindijberchmans584 Před 4 lety +3

    Yesu wacu ahezagire umukuru wigihugu afise iciyumviro cokwihereranya n,IMANA

  • @jonasnimbona771
    @jonasnimbona771 Před 4 lety +7

    Parmi les pays du monde entier sauf le Burundi a président spécial qui chante en dansant et louer Dieu Tout-Puissant.

  • @jeandondecampeur9221
    @jeandondecampeur9221 Před 4 lety +2

    Imana yacu ni nziza pe mukomereze ahonyene atari Imana ntawotwara atamfashanyo imyaka 5, muhezagirwe Imana ibahe imbere

  • @tigizigigim1527
    @tigizigigim1527 Před 4 lety +1

    Amen amen imana irakomeye cane

  • @user-xp8qt4mj6c
    @user-xp8qt4mj6c Před 4 lety +1

    President wacu Imana yamuhezagije vyose kabisa murahumba ntaho muzomushira oyeeeeeeeeeee

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 Před 4 lety +2

    Amen
    God bless Burundi

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Před 4 lety +1

    Imana yarakoze kuba yaraduhaye President yubaha Imana.
    Mana warakoze cane!

  • @igiranezaseth3970
    @igiranezaseth3970 Před 4 lety +3

    from RUMONGE we say Amen

  • @laddertojesus3332
    @laddertojesus3332 Před 4 lety +6

    May God bless our Président in Jesus name

    • @rutegwadavid2535
      @rutegwadavid2535 Před 4 lety

      I think about King David on the dancing at the time. Long live Mr president

    • @kaysenterry9642
      @kaysenterry9642 Před 2 lety

      you all probably dont give a shit but does anyone know of a way to log back into an Instagram account..?
      I was stupid forgot the password. I would love any tricks you can offer me.

    • @harleyanderson1866
      @harleyanderson1866 Před 2 lety

      @Kaysen Terry Instablaster :)

    • @kaysenterry9642
      @kaysenterry9642 Před 2 lety

      @Harley Anderson thanks for your reply. I found the site thru google and Im in the hacking process now.
      I see it takes quite some time so I will get back to you later when my account password hopefully is recovered.

    • @kaysenterry9642
      @kaysenterry9642 Před 2 lety

      @Harley Anderson it did the trick and I actually got access to my account again. I am so happy!
      Thank you so much, you saved my account !

  • @ndikumanadesire6244
    @ndikumanadesire6244 Před 4 lety

    Imana ihezagire Uburundi nabarundi. Ewe mana Warakoze kuduha abayobozi nukwubaha kandi bagukorera.

  • @serafinea9105
    @serafinea9105 Před 2 lety

    amen 🙏🙏🙏

  • @renatamanirakiza2068
    @renatamanirakiza2068 Před 4 lety +2

    Amen amen 🙏

  • @evavava1481
    @evavava1481 Před 4 lety +1

    Imana igushyigikire uzabone ubugingo bwiteka

  • @cesariesindihebura7392
    @cesariesindihebura7392 Před 4 lety +3

    Muhezagirwe kandi muryoberwe mu Mwami

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Před 3 lety

    Ndamukije komezagusenga mwesahomuri yesu azabatoneshe mubwamiwe ndi micheline

  • @ericburundi4292
    @ericburundi4292 Před 4 lety +1

    Amen amen

  • @dancillendayizeye6740
    @dancillendayizeye6740 Před 4 lety +2

    Amen💃💃💃💃

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 Před 4 lety +1

    MUCH LOVE FOR MY PRESIDENT

  • @romeojay3093
    @romeojay3093 Před 4 lety

    Notre président est prophète !! que Dieu soit loué

  • @motomoya8463
    @motomoya8463 Před 4 lety

    Wenye wivu watafute docteur.

  • @catherinemukamanzi1257

    Amen

  • @josehenry7333
    @josehenry7333 Před 4 lety

    Amen 🙏🙏🙏

  • @oiseauxsympa1147
    @oiseauxsympa1147 Před 4 lety +1

    😁😁😁

  • @NDUWARUGIRAClothilde
    @NDUWARUGIRAClothilde Před 23 dny

    Pétrole. Nkurunziza. Ruhuka. Mumahoro

  • @DodoDodo-pb9mw
    @DodoDodo-pb9mw Před 4 lety

    🙏🏼💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾Amen

  • @ciellaajeneza5571
    @ciellaajeneza5571 Před 4 lety

    🥺

  • @eliacendayishimiye2149
    @eliacendayishimiye2149 Před 4 lety +3

    Biraryoshe pe

  • @christiannsengiyumva6253
    @christiannsengiyumva6253 Před 4 lety +2

    Iyo mana n iyaba dd n imbonerakure birigwa barica bakangaza I nzirakarengane z abarundi nayo abasigaye iyo mana musenga kuri twebwe ni shetani kuko amabi mukora ntava ku Mana y Israel.

    • @pattybologna8236
      @pattybologna8236 Před 4 lety

      Mwebwe bande?

    • @christiannsengiyumva6253
      @christiannsengiyumva6253 Před 4 lety +1

      @@pattybologna8236 a babanza kwiyumvira Imbere yogukurikira ibintu bitagira umutwe n amaguru.

    • @christiannsengiyumva6253
      @christiannsengiyumva6253 Před 4 lety +1

      Abo bishira Imbere mw ijambo ry Imana nta maraso bama bakoze nimba utabizi nawe ndakeneye kumenya ico uri?

    • @DodoDodo-pb9mw
      @DodoDodo-pb9mw Před 4 lety

      christian nsengiyumva
      Halleluyaaaaaaa
      Från DK

    • @mbonimpayealoys1588
      @mbonimpayealoys1588 Před 3 lety

      Vrt uyumunt arambabaj kuriy sms yandits bamupunguz kuvug wang kugir muz mubazw mak kk abucirurubanz sivyiman yagutumy

  • @alltooler4341
    @alltooler4341 Před 4 lety

    Mbe ya genocide bavuga ngo arigutegura yaherereye? Ubona yarabaye none that was an old game from the north niho genocide yabaye a trade

  • @nkeshimanapascal916
    @nkeshimanapascal916 Před 4 lety

    christian nsengiyumva ,wewe twaraguhebeye urimuri bamwe banywa bakaborerwa ngo bamwomoye bakaja kwikangura basanga ariko arasengera uburundi ari mugihugu imana yamuragije,haraho waribwavyumve kwisi?UKWO NUGUPFANA AGAHINDA NO KUMARAMARA NKURUNZIZA ARABASUMBA.

  • @franckndizeye5673
    @franckndizeye5673 Před 4 lety

    Ndabasabe uwuyifise ayompe kuri whatsapp +27784231150

  • @user-xp8qt4mj6c
    @user-xp8qt4mj6c Před 4 lety +1

    Irambire mutama wacu Mana ukomeze kumutuzigamira birampimbaye

  • @claverkarabanekera6043

    Amen