Byarangiye Bibiriya yamaze guhinduka mwitegure akarengane gakabije/musenge mutakambe ibihe nibibi
Vložit
- čas přidán 10. 04. 2024
- Bakunzi bajye mbashimiye uburyo mukomeza gushyigikira ibikorwa byajye cyane cyane BAVAKURE !
Hari abakomeje kubwira muma comment ko babuze uko batugeraho , yaba kubifuza kuduha ibitekerezo cg ubundi bufasha...
Niba ufite igitekerezo cg ubundi bufasha watwandikira kuri +25#0788469364_whatsapp
MURAKOZE!
Twiyumvire Uko dukora igihe twigisha Ijambo ry'IMANA murikigihe Kuko turagowe ubugeni bwimbwa n'umuntu ,Akayabo n'umugore umugabo n'imbwa umugore b'igiti umugabo n'uwundi mugabo umugore n'uwundi mugore Turagowe Ariko twihangane Kuko YESU KRISTO araje
Ntabwo nsengra iwawe arikoo niwew mu pasteur numviriza ubutumwa bwawe nkumva harikintu buhinduy murijew...Imana ikurinde abakwankira ukurii kandii ukomerezahonyn kuko iryo niryo vugabutumwa rikenew kinogihe..🙏♥️♥️♥️
Nikaribu nshuti murusengero njyewe uyu numu Apôtres wanjye Uvuga ubutumwa neza❤
Yeremiya yajyaniye ubuhanuzi abayuda barabutwika Imana imuha ubundi bwanditse nkubwambere baramufunga ntibyabujije ko ubuhanzi bwimana busohora baribeshya
Ndagukunda cyane
Harihakenewe abavugabutumwa nkawe Imana iguhe umugisha
Mushumba mwiza, Imana ikongerere impano nk'izari muri Polycarpe wemeye gutwikwa kubwa Yesu Kristo. Natwe Imana itwongerere kwizera nk'uko, tutazayisebya igihe cy'akaga tukigezemo.
IMANA ibahe umugisha cyane! Twafashijwe pe!
😅😅un8jyv
Ndagukunda niwewe dufise muburundi uvuga ukuri kwà bibiriya.Imana izoguhr ijuru❤❤❤
Nikaribu mwishengero rya Apôtres chibitoki 12 numéro 98
Abayisoma turi maso Kandi turimaso Kandi turiteguye Imana twizerako izabidufashamwo nabo yabyanditsemwo komera Kandi uhumure wowe wabimenye bitaraba 1petero4:12;yakobo1:12 mwakoze kutumenyesha ni Niyonsaba jeremie
Ahubwo nibarekeraho kuko byabarangiriyeho wowe komeza ukore umulimo wayo ikomeze iguhe u ubushobozi natwe tukubonereho umugisha wo kuvuga ijambo ry'Imana
Inyamaswa n'igishushanyo cyayo biri mukazi abeza bo muri babuloni bagomba kuyasokamo bakifatanya na Kristo n'itorero rye kwamamaza kugaruka kwa Yezu Kristo.
Amen
Mukozi wlmana ndagukunda cyane Yesu ashimwe Nitwa Nsengiyumva Fidel nagirango mbasabe ntakuntu mwajya mukoresha ikirundi mugakoresha nicyongereza ngo ubutumwa bugere kwisi hose kugirango ubutumwa bwanyu burokore isi !murakoze ndabashimiye cyane
Navugaga gushyiraho umwentrepreteur wururimi rwumvikana kwisi hose
Imana iguhe umugisha💚💙
Jyewe iyo nkibi binyibutsa ijambo ry'Imana nkavugango Imana irababona nibakomeze basohoze ubuhanuzi yesu araza maranata ni Niyonsaba jeremie
Yesu aguhe umugisha mukozi w'Imana ,jya ukomeza winishe kuko ntibigikorwa,n'ibitangaza gusaaaaaa
Urimo umwuka wiman najye ayomakuru ndayafite
Mushumba IMANA uguhumhgisha ibyahanuwe bigombagusohora kuko satani arigukora kumugaragaro Kandi abantubarikumukorera nimbaraga
Ufite Yezu Kristo nibi bafite amategeko mu umutima abo nibo bazarenganwa,si abafashe bibiliya ahubwo ni abafite ijambo ry'Umwami Yesu mu mutima.
Apotre avuga ukuri pe,ariko aranakwiye kwigisha ivy Isabato y Imana kuko benshi bataziko yoyahinduwe tutaranabaho, bagashiraho Dimenche nanubu bakagombako abantubose basenga kuri Dimenche uwutabikoze agahanwa nubutungane nn mumenye agace kuvyahinduwe ariko biriko biraza nimusenge cyane
Mushumba IMANA Data wa twese ihimbazwe Kandi iguhe umugisha cyane.
None se ko tugira ngo uzadusure hano mu Rwanda, uzaza se? Turagutegereje.
Ariko Isidore uramushigikira!!!🙏
Murwanda tuguteze amatwi,kdi iminsi yanyuma ibyahishwe bizagaragara amen ❤❤❤
Murakoze
Pasteri urintwari uvuzeukuri isiyaheze
Ariko naho biruko, naho ubgiriza, utababgije ukuri bazoja mu muriro, niyo umushatsi, amatwi, amaso, ururimi, inzara, umunwa, igitsia, impuzu, ibirato, umutima, amaguru n'amaboko bitākizwa.
Amen❤❤❤❤❤❤
Amavuta komereza ngaho yesu Akongereze Amavuta ndagukunda uvugukuri
Pastor Mbayahaga, nama ndagukwirikirana munyigisho zawe Imana Igume Iguhereza Imigisha
Mukozi
Wimana uramfashijepe
....
Mpwemu Yera avugiye muri wewe,uvuze ivyo abandi batavuga!
Imana ikwongere umugisha watwigisha nuko tutumva
Umukozi wimana imana imwongere amavuta turakurikiran ubutumw bwiw buratwubaka cn
Apotre, ni Yesu uzabidufashamo.
Shira ukuri kwose hanze,Amen Amen
Turagowe Mana dutabare
Imana iguhe umugisha abantunibakibwizabanu ukuri
Amen🙏🙏🙏
Ukuri ni kuvugwe n'abanyu nkawe. Nibyo koko abantu benshi bamba igishura cy'ubukristo kandi imbere ari amasega aryana. Uriyamushumba wakoze icyaha cy''ubutinganyi ngo abone amadollari yo kubaka urusengero yaribeshye pe.
Komeza ufashe abantu b' Imana wenda bacyaya bazabohoka bahumuke, Ngukundirako wigisha uhishura ibyaha bikorwa n' abantu niyo nzira abanyedini bagakwiye kunyuramo
Umukobwayahemukiyeyesukuberifantaikanyenatwabagaboduhemukirayesukuberiki
Imbwa kweri nihatari Imana idutabare
🙏🙏
Nazo nimbwa zimisega imikoma
Uri itwaripe
Bizotafata ivyobirofavyabazungu bitazi ijamboryimana
Guhindura bibili ntakibazo nubundi nibo bayizanye si iyanyu
Imana iguhe umugisha
Shimwa yesu
Ukonukuri😢abakristo twitegure kurenganwa nirizina Ryan Yesu twitiri bagiyekutubuzakurivuga
Bivanye nuko bo babizi ko ari igihuha....ikaba ari programme bateguye ubu barashaka kubihindura bazane ibindi bizomara nkiyindi myaka 2000 we nanje tutagihari.....abanyafika benewacu tuve muriryo teshamutwe ryabazungu muze tuyoboke ivyiwacu.ibi ngo baragiye kuduhindurira nta mushinwa nta muhinde naba nya aziya benshi wonsanga banabitaye ho umwanya kuko bazi ko ari igihuha cabazungu....bemera ivyabo ntabyabazungu bemera ndakurahiye...
Ese uwayandikishije nimwe wayihinduye baribeshya Imana irababona Ibyabo biyanditsemwo keretse niba batayisoma apocalpce1:3;22:1....ni Niyonsaba jeremie
Yeremia we...woba uzi iyo bible abayanditse nico bagendeye ko ...woba uzi amavanjiri yakuwemwo bivanye nivyo batashaka ko abantu bamenya? Ariko abazungu baravuga yuko ushaka guhisha umunyafrika umuhishira muvyanditse...we yemera ivyo umweretse umusomeye,umwandikiye ariko kubera ko ari umunebwe ntamwete ashira mwo ngo avumbure ivyiwe....yemera ivyo atamitswe....nitwaba tuciga ivyabo bazungu badupangiye tukemera imana batwigishije ubuho murahakana iki ...reka nyene bibiriya bayivugurure bakuremwo ibitakijanye nigihe turimwo😊😅
Ni guheba amashengero yabo na covid vyaranse
Ukuri kwuzuye
Nukuri pasta wewe umvuga ukuri Kandi ndagukunda kuko nduhisha ukuri nzonza ndakubone
😢😢😢😢😢❤❤
Mana tabara
Yesashimwe past arikore uzazamurwanda kuvugubutumwa ryarise
Ni Niyonsabajeremie ndi pasiteur nubwo ntabushobozi mfite bwo gushyira ukuri ahagaragara ariko ukuri kuzatsinda ikinyoma biramenyerewe mubemera Imana ntabwoba byakagombye kudutera
Ikibazo nikimwe ko ibi mwita ngo muremere ko atari ivyanyu ko arivyo mwatamitswe nabo bazungu nyene igihe babakoroniza bakabakura kumana yabasokuru bacu mukemera iyabazungu igihe babihinduye murabikora ho iki? 😂😂😂 abanyafrika twapfuye tugenda basi...iyo bible ntamukurambere wacu numwe uyu yanditsemo numurongo numwe...nigitabu caba romani banditse nyumaaaa cane uwo yesu muvuga yapfuye....
Imana iturengere😊
Uragahezagigwa n’uhoraho
Urandyohera paster kuko ura
Mukozi w'lmana tugeze aho rukomeye ndigusenga cyane
Gusa,murirengagiza kuvugish'ukuri yuko niyo bibiliya nyene musanzwe musomera abakristu niy'ibinyoma.none ko aribo babandikiye niyo mufise maging'ubu,bobuzwa n''iki kuyibahinyanyurira?
Ariko nawe: hariho igihe wari watumiye umu Apôtre w'umugore
Ikibazo ni amadini yabo tuyoboka .twebwe dusubire kuvyo twomera
😂😂😂😂 aka kimbwa niko kabi basiiii. Ivyo bibahe ko ntaho ndabibonaaaa😂😂😂
Ntabwo bazabigeraho ubwo Yesu Agiye guhagarara kubicu
Ariko no ngaho barazirongora binyegeje
Yari yambay mugongo wazi,n'imbere yambaye akantu gatoya gafuka amabere benshi ntibabishimy nanje
Inde?
Nihatari
Muri Republic du congo Umugore ntagaciro agira murugo , umugabo ataharitse baramutangarira ,,, umwana wimyaka 24 usanga afise abagore 4 canke barenga,
Icaha cubusambanyi kuribo si icaha
Je ndahamaze amezi 6 kuva nitwa izina sinigeze mbona ivyo ndiko mbona ngaha
Uri congo majahe
lmana iguhezagire pasta urikwigisha nezaa ibinibyo dukeneye uzaduhe whatsap yawe
Uzokore nahahandi
Nimuze muri islam butigeze buhindura inyugutinimwe canke akazatsa hopfuma haranduka ijurun'itsi quran n'ubunisugi kaze
Roma yicaye kudusozi indwi. 1Religion. 2Education. 3 Famille. 4Agricurture. 5 Politique. 6Bank monnetaire. 7 Les medias. Utudusozi nitwo mu Vyahishuwe yohana dusobanura rero kimwe kimwe ukwaco ariko ahakomeye ni muri Religion kuko kwica itegeko ryImana bahirahiye bizababibarangiranye ababakurinosi
Ivyo uvuze n'ukuri natwe turabibona!
Ndakwikundira 🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦
Pàsiter komera
tUrimuRUGamba
Ninde azoyikwaka?uvuga ivyutazi
Aba Canada twarabimenyereye?
Bemeje ivyo haheze 4ans
Ivyo uvuga uraja i buraya uvyigishe uko hanyuma wirabire ibikubako😂😂😂
Izo n'inyigisho zo kwigisha muri Africa gusa. Nabone barabizi ko batohirahira ngo babicishe no mu kanwa.
Wapi iburaya ivyo ntibikirya ubu hagezeho uburenganzira bwa muntu....erega ikibazo dusenga imana itari iyacu...ibana yaburahamu imana yayakobo...ibaze uri muri afrika😂😂😂 sha nubundi twararamvye
Bwana mbayahaga uri umuntu ivyo uvuga nagerageza kuvyumva, ariko reka nkubwire aka kantu,mukuri twebwe abanyafrika twarayovye tuyoboka amadini..Imana yabakoloni badukandamije turemera baratuyobora ,iyo bible muvuga muvyukuri uyizi ho ki?muzi amateka yayo,muzi uko vyagenze yandikwa? Ariko muvyukuri mushize mugaciro murumva koko umuzungu yari kubwra ijuru umwirabure bazoribane mwo koko?igisubizo ni OYA.ese bible nubwambere bayihinduye?oya si ubwambwere.ibihugu bindi vyakolonijwe nka afrika vyateye imbere vyavavanuye nikintu cose cumukoloni iyo kiva kikagera.muze twemere ko dusenga imana itari iyacu tutazi twatamitswe...aka rorero ubuchinwa ubuhinde nibindi bihugu baretse imana yabazungu bemera iyabo bari basanganwe baguma kumuco wabo baja kukivi barakora...uyu munsi abo bakoloni bajya gusega aba chinois.baretse ayo madini bareka inyandiko zabo bakoresha ivyabo.rero muhame hamwe kuko mwemera ivyo mudafise ho ubumenyi .iyo bible kera bayandika vyararya ubu abantu bamaze guca ubwenge hari ho abatavyemera duhereye kubanyaburayi babo..abakivyemera naba nyafika nabanya amerika yepfo..ubu rero bari gutegura ibindi bishasha bizoyobora iyindi myaka 2000.nukuvuga abana turiko turavyara nibo bazobibamwo kuko twe vyarafashe twarayobotse.iyo bible yabo bayikoza ico basha kuko ntamurongo numwe wanditswe mwo numunyafrika...cnk basi anagishwe inama😂.bwana mbaye ahaga ntamu chinois yoza kubabazwa nivyo abakurambere biwe batanditse batamwigishije ngo bagiye guhindura blabla nibindi...ngo ahangayike..wapintanagato...mbayehaga iyi msg uzoyisoma.umenye ko nawe uba uriko urafasha umukoloni kumwigishiriza nokuyovya bene wanyu..abo tutavyumva kumwe ntimuntere amabuye ahubwo munyigishe😊
Ndakwemera ariko Nawel uca kuruhande bibiriya kuko utaviga ko akarengane kazaba gashingiye kwi sabato ?
Amen
Amen