Nutareba iyi video uraba uhombye/ naho wabizira ariko ukwiye guhagarara ugamya ibyo wizera 100%

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 19. 04. 2024
  • Bakunzi bajye mbashimiye uburyo mukomeza gushyigikira ibikorwa byajye cyane cyane BAVAKURE !
    Hari abakomeje kubwira muma comment ko babuze uko batugeraho , yaba kubifuza kuduha ibitekerezo cg ubundi bufasha...
    Niba ufite igitekerezo cg ubundi bufasha watwandikira kuri +25#0788469364_whatsapp
    MURAKOZE!

Komentáře • 73

  • @denysnkurunziza1821
    @denysnkurunziza1821 Před 3 měsíci +10

    Yesu ko yasengaga yasengaga mu izina ryande?????
    Abraham,nowa ,mose,yakobo....nabandi bavugishwa mana Bose basengaga mu izina ryande?????
    Abapastor muri munyungu zanyu agakiza ko murabeshya namwe mwibeshya. Mutwigishe umurongo wukuri ukomoka kuntumwa nabahanuzi uko basengaga apana mwe ibyowadukanye byo kunyuranya nintumwa dusoma muri bibiliya

  • @Clemenceuwamariya
    @Clemenceuwamariya Před 3 měsíci +2

    Ndagukunda cyane mukozi w'Imana ibwiriza umwuka w'Imana ukurimo akagukorrsha ikabwizanya abantu b'Imana ukuri. Bivuze ngo inyigishi zawe zijyana abantu mugakiza.
    Imana ikomeze ikwagure mubyumwuka kuruta ibyuyu mubiri upfa ukabora

  • @KazoyaIssa
    @KazoyaIssa Před 3 měsíci +5

    Yego pst ntarindi zi dukwiriye gukorizwamo. Ni irya yesu

  • @KerenExaucee
    @KerenExaucee Před 2 měsíci

    Uvuga neza cane Mukozi wa Yesu. Shishikara turiko turahezagirwa.

  • @claireinamahoro5631
    @claireinamahoro5631 Před 3 měsíci +1

    Imana ihezagire umukozi wayo, kandi nanje imbabarire

  • @didacekayiranga1562
    @didacekayiranga1562 Před 2 měsíci

    Amina pr Ijambo ryukuri muriyiminsi riracyenewe lmana igukomeze ikongerere amavuta

  • @مورو-م2ر
    @مورو-م2ر Před 23 dny

    Hezagigwa cane wabwirije neza

  • @MbonimpaEsperance
    @MbonimpaEsperance Před 2 měsíci

    Ndagukundira ukuri kwawe pst,imana ikutuzigamire

  • @MukangirinshutiJeannette
    @MukangirinshutiJeannette Před měsícem

    Past imaniguhumugisha kubwivugabutumwaryanyu

  • @NdayishimiyeGerard-hf5ed
    @NdayishimiyeGerard-hf5ed Před 2 měsíci +2

    Izi ni comedy subutumwa bwiza uyumugabo yiterera inkuru gusa nayubundi ntavyiwe none iryoniryo Jambo ry'lmana ryofasha abantu bagahinduka.😢 Twembwe abarundi twarabuze abotwigisha ijambo ryanyene ijambo.abo bagabo bibereye mumadiri gusa ntavyimana wapiiiii

  • @KwizeraJeanLuc-qc9fy
    @KwizeraJeanLuc-qc9fy Před 3 měsíci +1

    Imana igihezagize pastor 🙏🙏

  • @user-cs4dd6mq9i
    @user-cs4dd6mq9i Před 3 měsíci

    Ndagukunda mba murwanda gusa ibyigisho byawe byose ndabirena knd bikamfasha nitwa Daniel

  • @user-sp3xt8po7n
    @user-sp3xt8po7n Před 2 měsíci

    Nuko pasteur komereza aho

  • @aloyshabonimana1328
    @aloyshabonimana1328 Před 3 měsíci +1

    Uvuze ukuri pastor ntarindi zina Twahawe rizodushikana mw'ijuru kwa Data wa twese atari izina rya Yesu christo Imana iguhezagire

  • @user-mo9zn1ts9c
    @user-mo9zn1ts9c Před 2 měsíci

    Imana iguhe kuramba wigisha ibiruhura❤

  • @MahmoodAlalawi-jn7ox
    @MahmoodAlalawi-jn7ox Před 2 měsíci

    None.komutabesha.abeseramu.bosebarazikorowani😂😂😂kukibatayisize.mundimizose.barabahenda.muzosangamwasoma.ivyashetan😂😂.bibiriyayer.ndayemer.ijana.kwijah❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @jaypmorgangiraneza3634
    @jaypmorgangiraneza3634 Před 3 měsíci

    Wigisha ukuri kenshi. Isi y'uyu munsi ni iyo ukunze kuvuga.

  • @user-es4nn5nb9b
    @user-es4nn5nb9b Před 3 měsíci +1

    Urabeshe vraiment higa umukate wirenganire

  • @khamissiniyonkuru385
    @khamissiniyonkuru385 Před 3 měsíci +2

    Nahora ndagukunda ariko aha singushigikiye, none nimba atarindi zina rihari,Yesu akaba nawe yarasenga, we yacasenga, avuga izina ryande?

    • @denysnkurunziza1821
      @denysnkurunziza1821 Před 3 měsíci

      Ibi umubajije nukuri
      Abapastor bibereye muguhenda Abantu badatahura ukuri . Nyamara ukuri kuri kuntumwa nabahanuzi kuko nibo batwigisha izina ryo kwamba za. Gusa uyu mugabo agerageza gake mukuvuga ukuri ariko ntiyavuga ukuri kuzuye kuko yashiduka yavuze ukuri islam

  • @user-md8qh7qp5k
    @user-md8qh7qp5k Před 3 měsíci +1

    pst ndagukunda ibihebyose nkunvirije ndafashwa ndi lrwanda mungu aguhezagire Amen

  • @NzisabiraProsper-ls7ol
    @NzisabiraProsper-ls7ol Před 3 měsíci

    Pasta turakwemeracane uvugukuri harabakora amasengesho yafeke nkimishatsi yamamesh abafise amatwi nibumve bibwirwabeshi bikumva nenevyo

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 Před 3 měsíci

    Irijambo ryajiriye jewe kuko nanje narinasubiye inyuma urakoze cane

  • @user-ns7yg2vr5x
    @user-ns7yg2vr5x Před 3 měsíci

    Hhhhhh😂
    Murebe uwihisha uko angana, nuko asa,
    Unarebe abo arimo abwira uko bameze!!!!
    Barahondaguwe baranoze!!!
    Ntacyo mubona bisobanuye?
    Mujye mubaha birire Basha.

  • @user-zl6pe7ee1h
    @user-zl6pe7ee1h Před 2 měsíci

    Mwarahezagiwe caaane

  • @freddyniyoncuti5512
    @freddyniyoncuti5512 Před 3 měsíci

    Yesaya igice 3 :16-26 muzohasomere abagore n'inkumi kugira bakizwe neza.

  • @sylviebigirimana
    @sylviebigirimana Před 2 měsíci

    Iyo sport nibiki?ndakunda uyo mu paster nukuri inyigisho ze zigira aho zinkuye naho zingeza

  • @TuyizereAndre
    @TuyizereAndre Před 3 měsíci

    Imana iguheumugisha 🎉

  • @NiyongaboOswald
    @NiyongaboOswald Před měsícem

    Pasta apotre isidore uhezagirw cn muraduhezagira cn

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil Před 3 měsíci

    None pastor kombona😂 huzuye gusa aba T mbega😂 iyo😂 sengero yawe nta H bahari❤

  • @niyukurieliphase5485
    @niyukurieliphase5485 Před 3 měsíci

    Mutamba neza namapendo aba papa

  • @user-ih7iy3lh7p
    @user-ih7iy3lh7p Před 2 měsíci

    Ndafashijwe

  • @freddyniyoncuti5512
    @freddyniyoncuti5512 Před 3 měsíci

    Inzu y'Imana ni twebwe amadini ariko ayovya abantu kuko anshingiye kuri theology n'ikigiracumi n'ugutegurira inzira antichrist(Ivyahishuriwe Yohana 18

  • @user-wt8pq3pe8u
    @user-wt8pq3pe8u Před 2 měsíci

    Huruma

  • @kwizerahashim6667
    @kwizerahashim6667 Před 2 měsíci

    Nonex aburahamu ko yasengaga kukuruta yigeze asenga mwizina ryaYesu? Yesu se yigisha abantu gusenga ibyo yabishyizemo?ntimukabangikanye Imana

  • @GASONGOBlaise
    @GASONGOBlaise Před 3 měsíci

    Uko nukuri

  • @NdagijimanaJean-mh2kx
    @NdagijimanaJean-mh2kx Před 3 měsíci

    ❤❤❤❤❤Amen pasta🎉❤🎉

  • @UwinezaClaudine-oh1lv
    @UwinezaClaudine-oh1lv Před 2 měsíci

  • @user-zc5uk5bw4j
    @user-zc5uk5bw4j Před 2 měsíci

    Amen

  • @leokwizeraimmaculee510
    @leokwizeraimmaculee510 Před 3 měsíci

    Hallelujah

  • @user-zk6bp4ek8e
    @user-zk6bp4ek8e Před 3 měsíci

    Amen amen

  • @SiboAnastase-qr8tx
    @SiboAnastase-qr8tx Před 2 měsíci

    😊amena

  • @user-su4iw9dl8q
    @user-su4iw9dl8q Před 3 měsíci

    Mbe wamugabo we ukwo kuri kwawe kuzokwira hoooosi ryari ? Ntaco komeza komeza abandi bishinga gusenga barira nabo ata rukundo bagira nkivyo ntibavuga oyoooo bavuga ngo mpwemu mpwemu guuuusa nayo itakuzamwo atarukundo

  • @CyriaqueDusabe-xe9xo
    @CyriaqueDusabe-xe9xo Před 2 měsíci

    Sema

  • @user-es4nn5nb9b
    @user-es4nn5nb9b Před 2 měsíci

    Urazi abagore usanga bafise abagabo 6,7 kandi bafise umugabo bubakanye ?muvuga butumwa bamuvuga kumpande zose ariko iyo muvuze kuruhande rumwe ntimuba muriko murigisha jewe vyarambayeko mumyaka 25 nzakwisanga umugore narindamusa gihe nivyo bitigiri nkubwiye

  • @NshirimanaClova
    @NshirimanaClova Před 3 měsíci

    Turahari

  • @leokwizeraimmaculee510
    @leokwizeraimmaculee510 Před 3 měsíci

    🙌

  • @user-cd5py1fk2y
    @user-cd5py1fk2y Před 3 měsíci +1

    AHUBWO UMWANKE CANE UKUBE kuko avuze ibitari vyawe yesu kristo nuwacu twe yakijiji ivyaha..we nyimba atavyaha ugira rekana na yesu

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 Před 3 měsíci

    Ntaco mwavuga mudashizemwo akanoti koko iyonda inganuko ubona abowigisha inzara ibagaragara mumaso

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera Před 3 měsíci

    Nonewehombayahaga ntukunda kwiryohera kosarirenungararoko wamuriye kenzemiriyo weniwewe rakowariyi pfuvyi

    • @ninestkondas1457
      @ninestkondas1457 Před 2 měsíci

      Ibi uvuga. n'ukuri? Nimba arivyo arakwiy kubitunganya. Ntaho imvugo yoba itajanye n'ingiro yigisha neza!

  • @ProtaisNkunzimana-em6fs
    @ProtaisNkunzimana-em6fs Před 2 měsíci

    😅😂😮😢

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 Před 3 měsíci

    Kugenda mutarushe? Yesu yabwiye abatumwa ati genda mukore umusaruro. Mwambare ikambambiri musanzwe mwambaye, ikoti imwe, ati ntimutware porte- monnaie/ carte de credit.
    Genda mwinjire munzu irimwo amahoro, muhagume, mufungure ivyonabo bariye, banywa amatwa miyanwe; banywa amazi namwe munywe amazi. Ariko benshi muri mwe atumiye kuvuga ubutumwa bwiza mubanza ku negocia salaire, hotel, n' indege/ imodoka climatisé i bunguruza kugeza musubiye inyuma!!!
    Yesu ntibabatumye kwubaka ivyo bisengero amahanga. Yesu yigishiriza yocaye kuri iyo misozi myiza cane mufise aho iwanyu.
    Twisu😮zume

  • @HABIMANAChristia
    @HABIMANAChristia Před 3 měsíci

    Mutubwire inshigiro ryukwemera kwanyu kuko Bose barigisha

  • @claireinamahoro5631
    @claireinamahoro5631 Před 3 měsíci

    Imana ihezagire umukozi wayo, kandi nanje imbabarire

  • @israeljaden
    @israeljaden Před 3 měsíci +2

    Mbega.wahora umukunda gute udatahura ivyo avuga?

  • @khamissiniyonkuru385
    @khamissiniyonkuru385 Před 3 měsíci

    Nahora ndagukunda ariko aha singushigikiye, none nimba atarindi zina rihari,Yesu akaba nawe yarasenga, we yacasenga, avuga izina ryande?

  • @leokwizeraimmaculee510
    @leokwizeraimmaculee510 Před 3 měsíci

    Amen

  • @RukundoFrancine
    @RukundoFrancine Před 3 měsíci

    Amen

  • @khamissiniyonkuru385
    @khamissiniyonkuru385 Před 3 měsíci +1

    Nahora ndagukunda ariko aha singushigikiye, none nimba atarindi zina rihari,Yesu akaba nawe yarasenga, we yacasenga, avuga izina ryande?