UMUGORE N'INKINGI Y'URUGO, ABAGABO NI NK'IBUMBA, NUCA BUGUFI NTAKINTU ATOGUHA
Vložit
- čas přidán 7. 09. 2024
- #christlifecenter, #clc,
Haruwo afise iciyumviro ashaka guterara canke iciyumviro kubijanye nikiganiro ca WARUBIZI? Yoduhamagara canke akatwandikira kuri izi numero : 1(602)525-4010
Muri kino kiganiro ,twaganiriye nabakozi b’Imana Mme Emeryne, Mme Seconde, Mme Calmene basengera mw’Ishengero rya Christ Life Center.
Twaganire ingene umugore ari inkingi y’urugo nkuko Bibiliya ijambo ry’Imana ribivuga
1.Ni gute umugore ari inkingi y’urugo?
2.Ni ibihe bibazo ahura navyo
3 Muri iki Gihugu tubayemwo America itubwira ko dukomeye, nigute umugore yo kwitinda kuba umutwe muri ya excellence , independence turondera? Ni gute twojuwa role yacu kuburyo tuguma twubaha abatware?
4. Ni gute nubahisha umutwe (umugabo) nk'umutwe w'urugo?
Kaze mukurikirane kino kiganiro
Igikogwa canyu kiri très aprecié merci beaucoup Mutima w’Imana akomeze kubamurikira
Merci beaucoup madame Emelyne uri umukenyezi aciye ubwenge Yezu ni mwiza agira neza yaratsinze mu buzima bwawe arakaninahaza ibihe bidashira
Merci beaucoup madame Seconde uraduhaye imitwe y’ingene twogwanya stress blessings
Bravo DADA Blessings
Mwarahiseee murarenze bagore beza w'r proud of u Uhoraho akomez kubitaho
Woooow muramfashije.Abagore bagaciro.I have learned a lot.Mwuzuye ubwenge bwinshi.May God bless you .We need more of this
Emelyne azikwigisha pe. Kandi yaramenye ijambo ryimana. Ariko nabandi batumire bigishije neza.
Education is also important as Mrs Seconde mentioned! Murakoze cane bagenzi! Turize vyinshi
Wow merci les mamans, sois bénie ma tantine Seconde❤
🙏🙏 umugore mwiza agira urugo rwiza
Imana ibahe umugisha❤❤❤
Ladies you’re amazing and blessed!! Keep it up!!!
Thank you you’re such an amazing person I appreciate you
Murakoze cane Eduige🙏🏼
This is so powerful. God bless you ladies ❤
Thank you so much ❤️
Iyo ntahe yawe turayikeneye Dada
Merci beaucoup
Amen
Muraho neza
Nkunda ibiga niro byanyu
YESU akomeze aba girire neza
Muri abakenyezi b’agaciro pe!
Umukenyezi bamutazira MABOKO IGIHUMBI
Uhoraho abishimire bagore beza buzuye ubwenge
Ndafashijwe
Inkingi pour supporter tout le poids mais inkingi yubakiye kuri foundation ariwe Christo
Hello Darlene ndanezerewe nokukubona uvuga neza ikirundi madam
Murakoze cane Marie🙏🏼
I like these ladies 😂
❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮