Uruzi kajeke rurabangamiye abantu n,imirima vyo muri komine Gihanga,mu ntara ya Bubanza

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 09. 2024
  • Abarimyi bo muri komine Gihanga mu ntara ya Bubanza barataka bagatakamba ngo Leta isubize uruzi Kajeke mu nzira yarwo ngo rureke kubononera imirima.
    #akezanet #environnement #Burundi

Komentáře • 1

  • @merlynekuri6824
    @merlynekuri6824 Před 3 lety

    Iki kibazo kituraba twese. Nababa muri mukaza biraturaba. Mbe tuzorya iki indimo zitwawe gutyo??? Abahinga nibatubwire igishobora gukorwa, hama dukerebuke umwe wese aho ageza ukuboko