Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Yesu aguhe umugisha ndasavye lik nimba mukunda umuririvyi wacu kamikazi
Amen
❤🇧🇮
Kami turamukunda pet yangu adu hindirimbo 👍🙏💯🇧🇮
😊❤❤@@user-jm3pc7tu7c
Good to priy is oNLy one in My life kami Thanks very youre song God bless you
Kamikazi ndagukunda❤️iyo numva nameze neza nkumva indirimbo zawe mpita numva courage igarutse
Kami,iyindirimboyarantabaye.mubihebigoye,imanikuzigamire jo shua.nawe.azakoribikorwankivyukora.amen
Kami ndagukunda bihebuje ijwi ryawe ,nindirimbo zawe bihumuriza umugenzi ujya mwijuru ,hahirwa abafite inzira zijya i sion
Ooh hallelujah ugusenga uku nicyo kuri cyo pee🙏🙏kurafasha nibyo nanjye ndabihamya, kuduha amababa tukigerera aho dusabana na Data🙌🙌🙌 ugusenga n'intwaro turwanisha tukanesha.Urakoze cyane Kamikazi, Imana iguhe umugisha kuko nawe uba uwuduhesheje.
Ndagukunda cyanee
Kndi igihe kizoshika mbone ibirikure vyose,niho nzoca nterurirwa njanywe nabamalayika Hallelujah!!mpise nkumbura gukizwa
Imana ihuhezagire iyo niriwe mumafungo ndi🇲🇴mbaza gukubitamwo iyindirimbo diis umutima wanje nunva ubohotse cane ndabakunda bivuye❤🙇♂️🙇♂️🇧🇮
Amen Mungu azidi kukuinua katika Kazi yake nice song
Amenn kwariwenziga kubuntu yesu aguhe umugisha
Amen kamikazi imana iguhe umugisha ❤❤❤ ugusenga nigukuru🙏🙏🙏🙏
Amazing one this song has taught me a lot of things be blessed mummy ❤️❤️💋🙏🏽❤️🖤💕💕
Neza cane uririmba neza amen
Big
Imana ikomeze kukurinda mumurimo woman inkwagure
Thank u My Lord to pray I s very number one has be coming t o help some one That is not pray us not one has be forget to gueller in sicountry but because you are Salavetion but me lsay that l'm not perfect for u Amen Amen
Ugusenga kurafasha mubingora amen 🙏🏻 urakoze mwene data
Amen!! Thank you so much woman of God!! May the grace of God be increased upon you and yr family!! 🇧🇮🇧🇮 We actually love you!! Keep it up!!
Ntawutokwipfuza urugo rwubaha Imana Remain blessed
Amené amené yesu aguhe mugisha kandi anzaronk iherezo ryiza
Amen ugusenga ni gukuru
WoW imana iguhe umugisha kubikogwa ukora kamikazi ndagukunda cane gose 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦
Amen🙏🌹💓Love kamikazi
Amen amen Dada indirimbo zawe zirampezagira cane
Ndakwemera.indirimbo zawe ziramfasha cyane zikasubiza mo imbaraga z,agakiza.
Oh Halellua.ugusenga kuramfasha ibihe vyose.imana iguhezagire muvukanyi wanje
Amen amen .ugusenga kurafasha cne.uraduhezagira.Ndiho akongere amavuta ukomez kubohora imiti yacu
Thanksu u topriy is oNLY one inMy life
IMANA iguhezagire cane ncuti yumusalaba
Niwe utwikorera amaganya yacu ibihe byose Amen
Amen utwikorera amaganya yacu ibihe vyose
Imana ibakomeze kugira mushikare umurimo w'Imana
Ugusenga kuramfasha nanje cane,hezagirwa my sister
Ugusenga kurafasha ibihe vyose na cane cane mumahigwe nomuma rushwa🙏🙏🙏🙏
Murwanda turagukunda Imana ijye ibana nawe thank you!!
Amen Amen YESU Aguhe umugisha Urampezagira. Cane mundirimbo zae 😘😘😘
Yesu akumpezagirire kundirimbo nziza
amen,ugusenga ni gukuru cne,uhezagirwe my KAMIKAZI
Kandi igihe kizoshika mbone ibirikure vyose Amena urakoze Kami hezagirwa
Ugusenga gukingura ijuru. Uhabwe umugisha utagabanije mama Joshua.
I love your songs so much I listen to them all the time
Amen 🙏🙏🙏 .Ugusenga nigukuru imana iguhe umugisha 🙏🙏💖💖💖
Ameeeeennn❤️❤️❤️Ugusenga the key major to the Christians.ubandanye guhezagirwa kuko uduha ibiduha ibiduhezagira, biremesha. Blessed
Amena wongerwe amavuta.
Gerard ndagufashe
Imana ikomeze kugusiga amavuta indirimbo zawe ziramyubaka
Ilove you soooooo much forever and ever
Amen . Barikiwa
I love this song
It,s so funny Kuko lmigambi yabantu itandukany n'iyu horaha mugire umugisha
Ndahezagiwe sana may God bless you more.
Amen amen 🙏🏻🙏🏻 uhezagirwe
Amen🙏 uhezagirwe cane
Amazing song and Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏god blesses you all
Imana igukomez.uraruhura imitima ncuti nziza
Which amazing song, may God bless you, i like your songs
Amen kamikazi uhezagigwe
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen
Good blessed you my Kami
Muhezagirwe cane bene data😢😮🎉❤😂😅
Nukuri imana igukomeze
Wow I Love this songs is so beautiful and Nice to
Hezagigwa mumwamiyesu
Ndirimba numunezero ugusenga kuramfasha
Ndumunyarwanda turagukumda cyane
Amen Amen Amen murakoze
God bless you
Uranyuzuza caan mukundwaBe blessed with ur family
To priy is number one Every days kami from Burundi thanks is very shong you are 💥🌙 fore Burundi
Amen ndafashijwe
Imana ibandanye iguhezagira
Mama Joshua njye ndi i Kigali arko rwose izi ndirimbo zawe ziramfasha peGusa iyi yo ni RurangizwA
Ugusenga kurapfasha mubingoye
❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤amen amen amen
Amen amen amen amen
Amen Amen Amen Amen
Wow l like the song very nice singing
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ndakunda indirimbo zawe
Amen Amen murakoze
Amen ugusenga kuramfasha Amen Amen
Komer kamikaze wubahw kwel
Amen 🙏🏽
Ndafashinzwe kubwiyindirimbo courage Kamikazi, Imana ikomeze kukongerera amavuta mumwemu🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
🙏😘
Hezagirwa cneee turakwikundira.uratwuzuza.
Niho Nzoca Nterurirwa .Murakoze Cane Bantu Bacu.
Amen kurafasha
Amen amen, uwitka akujimber
God bless you kamikazi!
Amen glory to God ❤❤❤
God is good
Imana iguhe umugisha kubw'iyi ndirimbo.
Amen Imana umugisha kamikazi
Turagukund n' Imana iguhezagir cysn
Amen I like your songs
Ameeen
Amen ! Amen!!!!!
Amen Amen
Amen amen 🙏
Ubandanye guhezagigwa
Yesu akwongere umugisha
amen🥰🥰🥰🥰
Kamikaze indirimbozaW ndazikundacan♥️
amen
waoooouh ndafashijwe
Komer mugenzi
Amen cane
Ubalikie
Yesu aguhe umugisha ndasavye lik nimba mukunda umuririvyi wacu kamikazi
Amen
❤🇧🇮
Kami turamukunda pet yangu adu hindirimbo 👍🙏💯🇧🇮
😊❤❤@@user-jm3pc7tu7c
Good to priy is oNLy one in My life kami Thanks very youre song God bless you
Kamikazi ndagukunda❤️iyo numva nameze neza nkumva indirimbo zawe mpita numva courage igarutse
Kami,iyindirimboyarantabaye.mubihebigoye,imanikuzigamire jo shua.nawe.azakoribikorwankivyukora.amen
Kami ndagukunda bihebuje ijwi ryawe ,nindirimbo zawe bihumuriza umugenzi ujya mwijuru ,hahirwa abafite inzira zijya i sion
Ooh hallelujah ugusenga uku nicyo kuri cyo pee🙏🙏kurafasha nibyo nanjye ndabihamya, kuduha amababa tukigerera aho dusabana na Data🙌🙌🙌 ugusenga n'intwaro turwanisha tukanesha.
Urakoze cyane Kamikazi, Imana iguhe umugisha kuko nawe uba uwuduhesheje.
Ndagukunda cyanee
Kndi igihe kizoshika mbone ibirikure vyose,niho nzoca nterurirwa njanywe nabamalayika Hallelujah!!mpise nkumbura gukizwa
Imana ihuhezagire iyo niriwe mumafungo ndi🇲🇴mbaza gukubitamwo iyindirimbo diis umutima wanje nunva ubohotse cane ndabakunda bivuye❤🙇♂️🙇♂️🇧🇮
Amen Mungu azidi kukuinua katika Kazi yake nice song
Amenn kwariwenziga kubuntu yesu aguhe umugisha
Amen kamikazi imana iguhe umugisha ❤❤❤ ugusenga nigukuru🙏🙏🙏🙏
Amazing one this song has taught me a lot of things be blessed mummy ❤️❤️💋🙏🏽❤️🖤💕💕
Neza cane uririmba neza amen
Big
Imana ikomeze kukurinda mumurimo woman inkwagure
Thank u My Lord to pray I s very number one has be coming t o help some one That is not pray us not one has be forget to gueller in sicountry but because you are
Salavetion but me lsay that l'm
not perfect for u Amen Amen
Ugusenga kurafasha mubingora amen 🙏🏻 urakoze mwene data
Amen!! Thank you so much woman of God!! May the grace of God be increased upon you and yr family!! 🇧🇮🇧🇮 We actually love you!! Keep it up!!
Ntawutokwipfuza urugo rwubaha Imana
Remain blessed
Amené amené yesu aguhe mugisha kandi anzaronk iherezo ryiza
Amen ugusenga ni gukuru
WoW imana iguhe umugisha kubikogwa ukora kamikazi ndagukunda cane gose 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦
Amen🙏🌹💓Love kamikazi
Amen amen Dada indirimbo zawe zirampezagira cane
Ndakwemera.indirimbo zawe ziramfasha cyane zikasubiza mo imbaraga z,agakiza.
Oh Halellua.ugusenga kuramfasha ibihe vyose.imana iguhezagire muvukanyi wanje
Amen amen .ugusenga kurafasha cne.uraduhezagira.Ndiho akongere amavuta ukomez kubohora imiti yacu
Thanksu u topriy is oNLY one inMy life
IMANA iguhezagire cane ncuti yumusalaba
Niwe utwikorera amaganya yacu ibihe byose
Amen
Amen utwikorera amaganya yacu ibihe vyose
Amen
Imana ibakomeze kugira mushikare umurimo w'Imana
Ugusenga kuramfasha nanje cane,hezagirwa my sister
Ugusenga kurafasha ibihe vyose na cane cane mumahigwe nomuma rushwa🙏🙏🙏🙏
Murwanda turagukunda Imana ijye ibana nawe thank you!!
Amen Amen YESU Aguhe umugisha Urampezagira. Cane mundirimbo zae 😘😘😘
Yesu akumpezagirire kundirimbo nziza
amen,ugusenga ni gukuru cne,uhezagirwe my KAMIKAZI
Kandi igihe kizoshika mbone ibirikure vyose Amena urakoze Kami hezagirwa
Ugusenga gukingura ijuru. Uhabwe umugisha utagabanije mama Joshua.
I love your songs so much I listen to them all the time
Amen 🙏🙏🙏 .Ugusenga nigukuru imana iguhe umugisha 🙏🙏💖💖💖
Ameeeeennn❤️❤️❤️
Ugusenga the key major to the Christians.ubandanye guhezagirwa kuko uduha ibiduha ibiduhezagira, biremesha. Blessed
Amena wongerwe amavuta.
Gerard ndagufashe
Imana ikomeze kugusiga amavuta indirimbo zawe ziramyubaka
Ilove you soooooo much forever and ever
Amen . Barikiwa
I love this song
It,s so funny Kuko lmigambi yabantu itandukany n'iyu horaha mugire umugisha
Ndahezagiwe sana may God bless you more.
Amen amen 🙏🏻🙏🏻 uhezagirwe
Amen🙏 uhezagirwe cane
Amazing song and Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏god blesses you all
Imana igukomez.uraruhura imitima ncuti nziza
Which amazing song, may God bless you, i like your songs
Amen kamikazi uhezagigwe
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen
Good blessed you my Kami
Muhezagirwe cane bene data😢😮🎉❤😂😅
Nukuri imana igukomeze
Wow I Love this songs is so beautiful and Nice to
Hezagigwa mumwamiyesu
Ndirimba numunezero ugusenga kuramfasha
Ndumunyarwanda turagukumda cyane
Amen Amen Amen murakoze
God bless you
Uranyuzuza caan mukundwa
Be blessed with ur family
To priy is number one Every days kami from Burundi thanks is very shong you are 💥🌙 fore Burundi
Amen ndafashijwe
Imana ibandanye iguhezagira
Mama Joshua njye ndi i Kigali arko rwose izi ndirimbo zawe ziramfasha pe
Gusa iyi yo ni RurangizwA