YORODANI by KAMIKAZI Sandrine

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 5. 09. 2024
  • Ncuti mukundwa ubihe urimwo ninzira igufasha kujabuka YORODANI.

Komentáře • 362

  • @izibyosegloria7507
    @izibyosegloria7507 Před 3 lety +6

    Amen
    murakoze cyaneee Mama Joshua
    Dufite Umusare Yesu Kristo azatwambutsa , azatujyana kdi azatugezayo
    Imana iguhe Umugisha kubwo guhembura imitima yacu

  • @godaible8936
    @godaible8936 Před 3 lety +8

    Ngukunda kubi Ariko noneho Ibyunkoreye Binkoze Kumutima be blessed My sister Mbese numvag Ngiye kubivabamo😭 Urakoze Nukuri Mwuka wera ari kuri woe

  • @nyiracumialoysie1955
    @nyiracumialoysie1955 Před 3 lety +3

    Kami indirimbo zawe ziramfasha cyane.ndagukunda cyaneeeee!!!!!.uzihangane ubigumemo Yesu azaguhemba.muri US.A ntihazaguhindure.ndagusengera.iyompano uyizimije nababara.

  • @iradukuna
    @iradukuna Před 11 měsíci +2

    Haleruya ducamubuzimabugoye lmana izarye ibananamwe ndimu Rwanda kandindagukundacyane lmana irarye iguha umugisha ❤❤❤

  • @corndogonastick37
    @corndogonastick37 Před 3 lety +10

    Greetings! This is a beautiful song! I'm a 7th Grade Science teacher in Massachusetts (USA), still teaching 100% remotely due to coronavirus. I've been giving my students a tour of modern African music, one country each day. I play the music in the background for the first few minutes while they do an opening task to get them ready for the lesson. This song is my choice from Burundi. My students really liked it!

  • @mariammariam4153
    @mariammariam4153 Před 3 lety +3

    Yesu kristo azotwambutsa yorodani imana ibazigamire Really 🙏🙏❤️❤️

  • @alinesiyoguheba9323
    @alinesiyoguheba9323 Před 3 lety +4

    Amen indirimbo zawe ziraryoshe hezagirwa mukozi wimana imana ikongere amavuta🙏👏

  • @ingabirekennyleilla8436
    @ingabirekennyleilla8436 Před 3 lety +3

    Amen🙏.twari tugukumbuye Kami.Imana ikwongere amavuta.love you

  • @merryburundi963
    @merryburundi963 Před 3 lety +2

    Amen kamikazi ndagukunda cn knd twari tugukumbuy can

  • @Sindamug
    @Sindamug Před 3 lety +3

    Kamikazi ndagukunda kubi!!!! couple yanyu nayo ntaco noza ndayivugako😍😍😍.Imana ibakomereze Aho nyne!!!

  • @joselynentakarutimana3419

    Kamikazi ndamukunda cane yaranyigishije ijambo ry 'imana watumye natura ivyaha kubera ijambo ry awe yesu akumpere imigisha iva isiyoni

  • @bienvenupatrick5025
    @bienvenupatrick5025 Před 3 lety +1

    Kami ndagukunda cyane imana ijyikumpera umugisha gusa ndifuza kowampa adess yawe

  • @isimbiuwimpuhwe957
    @isimbiuwimpuhwe957 Před 3 lety

    Kami unkorera umunsi cyane ndagukunda iman ijye iguha umugisha

  • @oswaldbayubahe4666
    @oswaldbayubahe4666 Před 3 lety +4

    Amen Amen indirimbo nziza Caaane

  • @toutestoutes1981
    @toutestoutes1981 Před 3 lety +1

    Amavuta ni nkomezi bishishikare bikurwako uraduhezagira Vya cane 🙏🙏🙏🙏💕💕💕💕 ikirenze Aho ndagukunda kamikazi nkakunda nuwakuduhey ngutunezerez Muri mpwemu yera biciy mu ndirimbo zawe

  • @nicoladrienne6495
    @nicoladrienne6495 Před 3 lety +4

    Yesu abah umugisha😘😘

  • @nyiracumialoysie1955
    @nyiracumialoysie1955 Před 3 lety

    Amen.uri umuririmbyi nkunda cyane.dukeneye ko usohora izindi.

  • @ftrfrt8154
    @ftrfrt8154 Před 3 lety +3

    Hubahwe Imana yabatoranije🙏🙏🙏

  • @fanuelniyonizigiye517
    @fanuelniyonizigiye517 Před 3 lety +1

    Tuzozirya kwel n'akayabagu kareze pe!!!! Imana izimpe kwambuka amahoro!!!!

  • @muhozaannemarie7417
    @muhozaannemarie7417 Před 3 lety

    Mana, yanje kamikazi, numugabo imana, ibahumugisha mwishi, ndakwibuka, kugatumba, kami

  • @niyoncutinoel4663
    @niyoncutinoel4663 Před 3 lety +1

    Nice song, urafise ukuntu uhinyanyura uturirimbo twawe ugasanga turakora kumutima abatari bake.

  • @gentilledushime3876
    @gentilledushime3876 Před 3 lety +2

    Mbaye uwambere mukuyakira Amen amen ndahezagiwe mukozi W Imana🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @khgdyfghyfff5000
    @khgdyfghyfff5000 Před 3 lety

    Amen mama wa jeshua imana ibandanyekugucanira mpwemuwimanayamanenawe nitwamarakwambuka yorodani tuzobirya tu imana iguhezagire

  • @ngendahayojeanmarie2344
    @ngendahayojeanmarie2344 Před 3 lety +3

    Mwese mwantanze kuyiraba kubera nirinkifatiriwe,uwundi musi nijenzobuwambera,,,Kamikazi Imana ibandanye kugushoboza

  • @esperanceabumukiza3042
    @esperanceabumukiza3042 Před 3 lety +3

    Ndakunda ukuntu uririmba ugashiramwo agafilme kajanye nindirimbo. Urampezagira🙏🙏

  • @patrickntwari6960
    @patrickntwari6960 Před 3 lety

    Amen Maman nukuri singuhenda murampimbara cane kuko mwahaye ikibanza Yesu Nawe acabagira imbizi yivyiza natwe tukabonerwaho kwibutswa vyinshi nukuri ndimubiteguye kujabuka komeza kwagurirwa Maman hezagirwa caaaaaaaane.

  • @ezechielnahimana9749
    @ezechielnahimana9749 Před 2 lety

    Mugirumugisha kami kazi Sandrine turaguteyintege 🙏🇧🇮🙏👍uburundi turashoboye

  • @ariellanizigama2720
    @ariellanizigama2720 Před 2 lety +1

    Amen Amen tuzoziry ntakibaz duft kk tuzob twarazikorey

  • @eiricnitunga9622
    @eiricnitunga9622 Před 3 lety +6

    Yoooo bantanze aribeshi narigusenga nagirambayuwambere🙆‍♀️Kami yayimpaye ndimwisengero nahatswe kuyireba ndaryoheweeee cane

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 Před 3 lety +2

    Terimbere muri Yesu mukobwa wi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 nda💕💕

  • @uwasejannine1632
    @uwasejannine1632 Před 3 lety

    Imana. Ishimwe ndagukunda cyane merereye murwanda

  • @ezechielnahimana9749
    @ezechielnahimana9749 Před 2 lety

    Our comments me l say that thank u My lord but bitter that never lass akaryoshe ntigahoramwitama oya nimuryame me see u tomorw kami ndemeye urashoboye 💯

  • @rev.ericmunyazikwiye9361
    @rev.ericmunyazikwiye9361 Před 3 lety +1

    Turagukunda cyaneeeee pe, Imana ikomeze igushyigikire kandi ikwagurire imbago

  • @isaacirabizi9450
    @isaacirabizi9450 Před 2 lety +1

    Oh my God thanks, God bless you 🙏 nice song lyrics about life style of world to day 🙏

  • @ambroisetuyikeze8738
    @ambroisetuyikeze8738 Před 3 lety

    Ndakunda indirimbo zawe.Imana ikihe imbere.ndipfuza kukubona.noguha intahe y'ukungene nabohowe n'indirimbo yawe ivuga ngo "waranyibutse"

  • @elesa1279
    @elesa1279 Před 3 lety +1

    Amen urakoze cane
    Imanikomeze kukwagura mumurimo wayo

  • @gabrielndikumana1055
    @gabrielndikumana1055 Před 3 lety +1

    Imana ikomeze kubongera amavuta mukozi wimana indirimbozanyu ziraduhezagira.

  • @sahinshipu6294
    @sahinshipu6294 Před 3 lety

    Amen urampezagira nukuri ubalikiwe. Sana

  • @hatungimanagilberte3414

    Twambutse imiruho yaha mw'isi vyose bizaba birangiye muhezagirwe cne bavyeyi💞💞

  • @sarahmary1222
    @sarahmary1222 Před 3 lety +7

    Yes that is true so much for this song God bless you and all y

  • @uwasejeannette9053
    @uwasejeannette9053 Před rokem

    Mama ndagukunda cyane cyerekaduhuye nkagusuhuza

  • @christineniyonkuru7137

    irambire.kabis.ndagukinda.cane.😍👌👌👌

  • @esperanceniyokindi4451

    Uwumuryango uragahezagirwa n,Imana pe!!

  • @mamahappy2577
    @mamahappy2577 Před 3 lety +3

    Amen kamikaze turagukunda imanikumpere umugisha

  • @ssebiyikiathanas707
    @ssebiyikiathanas707 Před rokem

    Ndirimbo nziza God bless bambi

  • @anataanata1629
    @anataanata1629 Před 3 lety +2

    Amen..amen.nkunda.indirimbo.zawe.kubi.

  • @adelphinesimon4064
    @adelphinesimon4064 Před 3 lety +2

    Amen Amen indirimbo zawe zitwigisha vyishi 🙏🙏

    • @ezechielnahimana9749
      @ezechielnahimana9749 Před 2 lety +1

      Thanks lord but me lbelieve Kami is oNLy one where is the power to us in your music nithing that thanks 👍🇧🇮👍 kami when you like you say that Amen x2 kami you are lite ⭐of burundiano music

  • @glorioushabonimana2127
    @glorioushabonimana2127 Před 3 lety +1

    Yes mama Joshua we love the song indirimbo nzinza turakwikundira❤️❤️😊🙏

    • @KAMIKAZISandrine
      @KAMIKAZISandrine  Před 3 lety

      Amen Sister wanje muhezagirwe cane

    • @KAMIKAZISandrine
      @KAMIKAZISandrine  Před 3 lety

      @Josephine Nzoyisaba Iyomuzi niyonashatse gusubiramwo nyene.Hama uwuduha izindi aracarikungoma Kandi zirahari nyinshi mutazi zizozira kumwanya ntiwibaze ngo nukunanirwa tubikora tubibona.

  • @joachinnshimirimana4697
    @joachinnshimirimana4697 Před 3 lety +1

    Uradutuburiye mommy ntukituririmbira ivyuhimbye umwanya waragutwaye

  • @shakaryumukukamajeanclaude7577

    We love you mama joshua, Imana ibandany iguhishurir vyinshi❤️

  • @ngwearobert1277
    @ngwearobert1277 Před rokem

    Imana ikongere imigisha gamabhuja ulilimba neza change by ngwea balahilaje from nyakanazi Tanzania

  • @jeanneleya2349
    @jeanneleya2349 Před 3 lety +4

    Wow so beautiful

  • @innocentmushuma1806
    @innocentmushuma1806 Před rokem

    Hezagirwa ma, Iman'igimisha🙏🙏🙏

  • @MediaNiyomwugere-n9r
    @MediaNiyomwugere-n9r Před 7 dny

    😢😢😢❤tuzicyara nukuri tuzaba twarazikorey

  • @AlineVyukaOfficial
    @AlineVyukaOfficial Před 3 lety +1

    Amen amen amen , ibibazo tuzobirangiza

  • @domithillendayishimiye8426

    Tuzojabuka ibibazo mwizina Ryawe Yesu Kristu amen

  • @gerardsaglam3082
    @gerardsaglam3082 Před 3 lety +2

    Nice choras dear. Mvyutse ngashikirako.
    Imana yaraguhezagije ijwi ryiza. Love from Gerard

  • @nyiracumialoysie1955
    @nyiracumialoysie1955 Před 3 lety

    Kami ndagukunda cyane.uramfansha cyane.

  • @nkunzimanaconstance3396
    @nkunzimanaconstance3396 Před 3 lety +1

    Imana ikongere amavuta ,turagukunda

  • @yikezlaique9199
    @yikezlaique9199 Před 3 lety +7

    Mbay wambere

  • @sandrinenizigiyimana6012
    @sandrinenizigiyimana6012 Před 3 lety +1

    Amen,hezagirwa ncuti

  • @freddymuganga9731
    @freddymuganga9731 Před 3 lety +3

    AMEN !!!!!MURAKOZE KAMIKAZI

  • @nioodie6604
    @nioodie6604 Před 3 lety

    Girumugisha muvyeyi kunda Yesu akuraba neza

  • @aliceciza732
    @aliceciza732 Před 3 lety

    Murampezagira caane. Imana Ikomeze Ibakoreshe turabakunda caane

  • @alngg1298
    @alngg1298 Před 3 lety +3

    Amen👏👏👏👏 kbs imiriho yisi iratunanij

  • @nadiagateka2629
    @nadiagateka2629 Před rokem

    Yesu abahe umugisha

  • @burningnkurunziza755
    @burningnkurunziza755 Před 3 lety +2

    Ndagukunda urampimbara ca'e

  • @NgirirabanaElizabeth
    @NgirirabanaElizabeth Před 3 měsíci

    Ni isabere ndagukunda cyane

  • @martinbyamungu5539
    @martinbyamungu5539 Před 3 lety +3

    Ubarikie sana dada yangu katika huduma yake.

  • @greashgreahes6291
    @greashgreahes6291 Před 3 lety +2

    Mercii Kamikazi twari tugukumbuy

  • @constanceniyoofficial5289

    Mukozi w'lmana ndakunda ibikorwa vyawee kuko uradukuriye muburyo bwivyimpwemuu

  • @shugweryimanaeninisia5292

    Courage mamy turakunda indirimbo zawee Imana ibane namwe!!

  • @normantinyefuza9704
    @normantinyefuza9704 Před rokem

    I love your songs am a Ugandan of Rwanda origin

  • @bernadettekosani9465
    @bernadettekosani9465 Před 3 lety

    Imana ibahe umugisha. Murakoze

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 Před 3 lety

    Kami wahorahh nukuri uzingene narinkukumbuy

  • @vyukaatv7517
    @vyukaatv7517 Před 3 lety +1

    Bic,song mamie ❤Imanikomezimirimo yamaboko yawe

  • @fulgencevianneynshimiriman9450

    Kamikazi aratanga ubutumwa bwiza abicishij mu ndirimbo. N'abandanye yigisha kuko arokora imitim itari mike!

  • @edmondbyamungu9757
    @edmondbyamungu9757 Před 3 lety +1

    Muhezagirwe cane inkoze kumutima🙏🙏🙏

  • @anjemuhoza3595
    @anjemuhoza3595 Před 2 lety

    Iyindirimbo keshi ndayiravye ca ndema mumutima kuk ivyo mwakinye bimeze nkubuzima bwa saudia 😭😭🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @Ndayisengaonesime
    @Ndayisengaonesime Před 3 lety

    Kamikazi coulage kabisa naje gato ndarekura video nshasha noel tuyinjirane imigisha

    • @KAMIKAZISandrine
      @KAMIKAZISandrine  Před 3 lety +1

      Imana igukomeze ncuti.

    • @Ndayisengaonesime
      @Ndayisengaonesime Před 3 lety

      @@KAMIKAZISandrine murakoze ariko ndakeneye namba zawe kubera nfise vyishi twoganira apana irya nimer utanga nkeneye imwe yumuryango ubona bidakunda kuyimpa +258855527982 nyandikira

  • @gahimbarebella8652
    @gahimbarebella8652 Před 3 lety +2

    Amen hezagirwa cyane

  • @user-os5xe4xq9i
    @user-os5xe4xq9i Před 3 lety

    Amena tuzozirya tabibazo kweri barikiwa sana maman joshua

  • @ndengeyejanvier6083
    @ndengeyejanvier6083 Před 2 lety

    Imana nikomeze kugushyigikira

  • @niyoncutinoel4663
    @niyoncutinoel4663 Před 3 lety

    Iyi ndirimbo iranyibukije ibitari bike. Kuko kwisi ntawovuga ko ataraca mubibazo. Uyumvise umaze kujabuka yorodani biraguha kwirimbura. God bless you and your plans.

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Před 3 lety

    Kami jewenarinararush kubwibibazo ndemeshwa nindirimbo zawe zindogora mwisegesho imisivyishi ndishugwa imana izompe ndakubone basi unavugishe ndumurundi

  • @nizigiyimanaaderin8951

    Komera komera muvyey ukaba numuvukanyi wacu komera kwibanga watorewe niman turagukunda can

  • @abodetidings8392
    @abodetidings8392 Před 3 lety +1

    wow aka karirimbo ni keza cyane

  • @user-gn9hy5to3g
    @user-gn9hy5to3g Před 3 lety

    Hezagirwa imana iguhe imbaraga

  • @user-kb4yr4gt9z
    @user-kb4yr4gt9z Před 7 měsíci

    Ukomere cane muri kristo yesu mwiza

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 Před 3 lety

    Imana Ibahezagire

  • @jamilanimbona3692
    @jamilanimbona3692 Před 3 lety

    Amen Imana iguhe umugisha

  • @nshimirimanaclovis7907
    @nshimirimanaclovis7907 Před 3 lety +1

    Indirimbo nziza kbis

  • @yankurijedorcas1854
    @yankurijedorcas1854 Před 3 lety

    Ndagukunda cyane

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Před 3 lety

    Imana ikumpere umugisha

  • @godwinofficial9076
    @godwinofficial9076 Před 3 lety +2

    Nice song kabisa 🔥🔥🔥

  • @francineumurundi1916
    @francineumurundi1916 Před 3 lety +1

    Uko nukuri kutagabanije peeeee my sister kamikazi tuzozirya atamuntu atugerera canke rwaturabe kumunwa ariko kuwihanyeeeeee

  • @habaguhirwadesire4486

    ndagukunda cyane kundirlmbo zawe

  • @pelousseniyokwizera1993

    nari ndagukumbuye KAMI Iman iguh umugisha mwinshi

  • @nsoksjsjsjdn5288
    @nsoksjsjsjdn5288 Před 3 lety +1

    Ameeeen...Barikiwa
    Dada🇧🇮🇸🇦

  • @adijahjackey2869
    @adijahjackey2869 Před 3 lety +1

    Amen hezagirwa ukonukuri.

    • @lydiadusabe7111
      @lydiadusabe7111 Před 3 lety +1

      Nice so much good girl oh my goodness noe som nice wow ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰