INGAZI Y'UBUZIMA Ep1:

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 20. 08. 2024
  • Vous pouvez nous contacter sur WhatsApp : +25779091773.
    #Burundi, #Buja,
    #Jordan, #Lebron_James, #USA, #CANADA,
    #Sada_Nahimana
    #IntambaZacu, #FFBTV, #Isaactv, #Burundi, #CAN, #Fifatv, #Indunditv, #RugimbanaTalkSports, #Isimbitv, #Iristv,#Yagotv,#Wiloo, #BizBiz,#Winamax,#Les_Réservistes, #Wasafi_Media, #Afrimaxtv#Chita_Magic.
    #

Komentáře • 137

  • @DesireKwizerimana-hl6vb
    @DesireKwizerimana-hl6vb Před rokem +5

    papa utamu wew nzogukurikira ahuzoja hose kuko ndumufana wawe wokugwego gwohejuru kuko ubu nubwo ntakunda kuguhaa ubutumwa ndakwunviriza walahiii urintega bizoza mubuzima bwanje i'love you so bcp big win to the life

  • @papautamu8897
    @papautamu8897  Před rokem +2

    Bakunzi bacu muraho murakoma!!!
    Mbega ko Iki Kiganiro benshi bakomeje kudusaba Partie ya 2, mubona twozoyibaha nk'inyuma ya mezi 2 siho vyoba vyiza?
    Ahubwo ndabibarize.
    •NINDE WUNDI MUBONA MWIPFUZA TWOZOBAZANIRA nawe tukabaha INGAZI Y'UBUZIMA BWIWE?
    •ESE WEWE NTABWO WOTWEMERERA ukaduha IKIGANIRO ?
    INGAZI Y'UBUZIMA BWAWE haraho yofasha Abandi woba UKOZE CANE.
    Duhamagare kuri WhatsApp Canke bisanzwe: +2577901773.
    Murakoze

    • @anesiendaz9890
      @anesiendaz9890 Před rokem

      Nukuri intahe zirubakaaa, mukomerezaho kutuzanira abantu batuma imitima yacu irema aho twari twihebuye.
      Intahe zirubakaaaa

  • @KwizeraDidier-cp9ly
    @KwizeraDidier-cp9ly Před 2 měsíci +1

    Wamugabowe Namenye ko Imana iratabara

  • @irambonaofficial9507
    @irambonaofficial9507 Před rokem +6

    Ingazi y'ubuzima kabisa. Merci bcp mon frere de depuis @Souleymane

  • @hermesndayikunda4983
    @hermesndayikunda4983 Před rokem +3

    Mrc bcp papa utamu.ndabasabe muzohor mukora ibiganiro abafata amashusho bashiramwo n'iyanyu kugira twebwe tubakurikirana tubon neza kd tworohew kubona uko ikiganiro kigenda.

  • @charlesntigurirwa2653
    @charlesntigurirwa2653 Před měsícem

    Imana iguhe umugisha @apotre Kandi ihe umugisha uriya muryango Imana yanyuzemo kugirango ubone umugisha w'Imana.

  • @jeanpierreuwitonze4233
    @jeanpierreuwitonze4233 Před rokem +4

    Iki kiganiro ni ciza. Imana irahambaye ishatse iraguhindurira ibihe

  • @vevo4025
    @vevo4025 Před rokem +5

    Sha aha rero uranyemeje kuko ibi mu Burundi ntawari bwabigire, uri uwa mbere kweli

  • @kabatesitriphine6135
    @kabatesitriphine6135 Před 6 měsíci +1

    Ohooo!!!! Imana Ishimwe cyane kubw'ijambo ry'Imana rikurimo apotre nkunda kugukurikirana cyane ndi mu Rwanda i Kanombe

  • @mugabodavid3006
    @mugabodavid3006 Před rokem +1

    Un témoignage riche en inspirations. Umukozi w'Imana Isidore arakoze cyane.

  • @user-sj5gs4xr2r
    @user-sj5gs4xr2r Před 4 měsíci +1

    Pole sana mukozi w,IMANA,Yarabiroranije neza ryarishure uriko uracamwo

  • @user-pb3ok7ui6i
    @user-pb3ok7ui6i Před 22 dny +2

    Good

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup Před rokem +3

    Umusaza MBAYAHAGA ndamwera cane ❤❤

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 Před rokem +2

    Turamukunda

  • @clovisizabayo4624
    @clovisizabayo4624 Před rokem +5

    Ikiganiro niciza Can muduhe nibindi vyishi kabx papa utamu urashoboye✍️✍️✍️🇧🇮

  • @nzobasoles4293
    @nzobasoles4293 Před rokem +3

    Ndagukunze cane.Papa Utamu komerezaho

  • @manekodrizzy6792
    @manekodrizzy6792 Před rokem +5

    Wooh.👏👏👏👏

  • @AcquilineNDAYISENGA-qd8nz

    Imana ntaho itokura umuntu canke ntaho itomushikana.
    Umukozi w'lmana akomere kw'ibanga, bitanga icizere

  • @LeaPascasie-ce6ku
    @LeaPascasie-ce6ku Před rokem +2

    Imana ibahezagire cane kuri ico kiganiro mudushikirije.Murakoze.

  • @PastorAncient-py7wq
    @PastorAncient-py7wq Před rokem +2

    Barikiwa sana

  • @fatunduwimana7878
    @fatunduwimana7878 Před rokem +5

    Nivyiza cane

  • @oliviernintunze8786
    @oliviernintunze8786 Před rokem +1

    Wubahwe cyne mwigisha naw mu journaliste ndakwemey ubaza ibibazo bizima bidufasha ❤❤

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před rokem +1

      Murakoze cane!!!
      Kumbure Ibi mutubwiye tuzoraba tubandanye tuvyubahiriza!!!

  • @blessedlady7074
    @blessedlady7074 Před rokem +1

    Umuntu nkunda cane kandi nemera. Baho utababaye mukozi w’Imana Zidori uhezagigwe

  • @nahimanasylvana-nr2ho
    @nahimanasylvana-nr2ho Před rokem +1

    Urakoze ku ntahe Yawe.
    Uwahindutse vyukuri ntatinya kuvugivyo yabayemwo, kuko ça encourage les autres. Soit béni

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Před rokem +2

    Murakoze caane

  • @alexisshemaburundi
    @alexisshemaburundi Před rokem +4

    Indimburaaaa
    Mukazi kosee

  • @axcelarakaza955
    @axcelarakaza955 Před rokem +5

    papa utamu iyi émissions n imwe kbs😀👍

  • @fafafabrice70
    @fafafabrice70 Před rokem +4

    Nice bro.
    Keep up kijana

  • @eventiusnshimiye496
    @eventiusnshimiye496 Před rokem +4

    Urakoze caane 👏

  • @DionusosDesosmadiba-cf2yy
    @DionusosDesosmadiba-cf2yy Před 4 měsíci +1

    Nice

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 Před rokem +2

    Imana ni nkuru kabisa

  • @audaceniyonkuru5256
    @audaceniyonkuru5256 Před rokem +2

    Ndagukunda wa mukozi w,Imana

  • @aimecesaire7197
    @aimecesaire7197 Před rokem +2

    Papa utamu iki kiganiro mugiranye na pastor mwagize neza muzokwongere mumuzane aha nyene
    Merci beaucoup

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 Před rokem +1

    Turashima Imana

  • @placidenyamweru2197
    @placidenyamweru2197 Před rokem +1

    Turafashijwe n'iki kiganiro. Murakoze. Turamushimiye nawe

  • @giftmusukwa5915
    @giftmusukwa5915 Před rokem +1

    Mutama,wavuga nuko tutumva kandi Imana ibandanye kukudukomereza

  • @user-uy5si8yk3i
    @user-uy5si8yk3i Před 5 měsíci +1

    Ubuntubwiman bubabeko ibih vyos amena

  • @fabo5415
    @fabo5415 Před rokem +2

    Murakoze cane 🙏

  • @JeanBosc0RUNEZERWA-tc6sc

    ❤umuvyeyi Wanjye 👋🏼👋🏼👋🏼👋🏼

  • @sandrinekidasharira9713
    @sandrinekidasharira9713 Před rokem +2

    Mbega ikiganiro kiryoshe!! Merci là-bas!!!❤️

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před rokem +2

      Vuba turabaha 2ème Partie kuko afise Aho ageze!!!

  • @gerardnzosaba2063
    @gerardnzosaba2063 Před rokem +2

    Yesu akura umuntu ku cavu akicarikana nibikoma ngoma

  • @isidoreyezunkiza-5048
    @isidoreyezunkiza-5048 Před rokem +2

    Wewe mukozi w Imana turagukunda cane❤🙏

  • @kubahothierry
    @kubahothierry Před rokem +3

    Mrci bwana Souleymane

  • @NiyonzimaGerard-ui2yn
    @NiyonzimaGerard-ui2yn Před rokem +2

    Iyo msg irigisha peeee Imana ibahezagire

  • @moontv2504
    @moontv2504 Před rokem +3

    Ndagukunda cane pasta nukuri ivyuvuga vyose nukuri kuzima🤣😂😂

  • @niyitanganelly8942
    @niyitanganelly8942 Před rokem +2

    Urakoz pee kumutuzanir

  • @nzojibwamichabani7579
    @nzojibwamichabani7579 Před rokem +3

    Mecri papa utamu komerezahonyene ✌️✌️✌️✌️💯💯💯💪💪💪💪💥💥💥💥💥❤️❤️❤️❤️❣️❣️❣️❣️👫👫👫👫🙅👫

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Před rokem +2

    Ikikiganiro kiraryoshe sn kandi courage umuntu atakiraba aba ahomvye kbx Kandi mwubahw sn

  • @AndreNzokura-zh6no
    @AndreNzokura-zh6no Před rokem +2

    Courage mubandanye muhezagirwa

  • @Home-wg2fk
    @Home-wg2fk Před 8 měsíci +1

    Papa utamu jewe niwewanj uwo mbayahaga

  • @JuventNiyonkuru-dp6hv

    Ingazi yubuzima iranyubaka cne pasta uyo ndamwemera cnee♥️♥️

  • @miburojerome3067
    @miburojerome3067 Před rokem +1

    ubuhamya bushaka gusa nubwa pasteur theogene inzahuke wo murwanda Imana isezeranye irashitsa kand ahantu hose igucishije haba harinzira

  • @user-ef5hu7gl8r
    @user-ef5hu7gl8r Před rokem +2

    IMANA NISHIMWE

  • @salathielniyomwungere3993
    @salathielniyomwungere3993 Před 11 měsíci

    Uyu muzehe Imanimujimbere

  • @niyonzimaaline7470
    @niyonzimaaline7470 Před rokem +2

    Warahezagiwe nukuvuga ingabire zawe

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Před rokem +1

    Apôtre arasigura neza kandi aremesha abakristu bishimishije

  • @francoisengendakuriyo7010

    Ikiganiro kiryoshe caaane

  • @ericirambona6013
    @ericirambona6013 Před 7 měsíci +1

    😂😂😂😂Mbayahaga❤❤❤😂😂😂😂

  • @FreddyBagaza-ij9ff
    @FreddyBagaza-ij9ff Před rokem +2

    Nukuri nifuzako wazakubwiriza mukambi yaruyigi

  • @FreddyBagaza-ij9ff
    @FreddyBagaza-ij9ff Před rokem +2

    Munduhe inabaye ya fone

  • @godelievenisabwe8740
    @godelievenisabwe8740 Před rokem +1

    Murakoze cane pasteur yubahwe

  • @josephmiburo1767
    @josephmiburo1767 Před rokem +2

    KOMERA MU MWAMI JEWE NDAKWEMERA KUVY'UVUGA VYOSE BIRAMFASHA MU KWIZERA IMANA INTAHE YAWE YOYO NIGIGISHO IKOMEYE CANE.

  • @AliasAshali-fq7vp
    @AliasAshali-fq7vp Před rokem +2

    Komer muvug butumwa turakwumva mugihug cazambia nubwo atamahoro tuhafitiye tur muyabira

  • @asbrasa515
    @asbrasa515 Před rokem +1

    Uvuze ukuri inyigisho za prosperity nizabadayimoni nanje narabisobanukiwe ayo madini akundisha abantu isi kandi iwacu ari mwijuru

  • @kelvinoisos
    @kelvinoisos Před rokem +1

    Muzomutugarukanire❤️🙏🙏🙏

  • @user-bb6zf4vf6j
    @user-bb6zf4vf6j Před 11 měsíci

    Murakoze kunkiganiro ciza

  • @ingabirechristine4667
    @ingabirechristine4667 Před rokem +1

    From Rwanda uyu pastor ndamukunda ni impamo.

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 Před rokem +2

    Nahowatevye warikuriga nezakomera waramenye vyinshi vyimana ndagushimiye gose

  • @fidelitekarigirwamuyangwa973

    Ndamukunda

  • @user-dz3hb9bv9j
    @user-dz3hb9bv9j Před 8 měsíci +1

    'komera

  • @didierbutoyi4718
    @didierbutoyi4718 Před rokem +1

    Uyumutamma. Kweliii aganira neza vmt🤣🤣🤣

  • @ndayishimiyejustin3372
    @ndayishimiyejustin3372 Před rokem +4

    Yooo!!!Maman Buntu!!

  • @erimedia369
    @erimedia369 Před rokem +1

    Imana ishimwe

  • @jamilariteriteka
    @jamilariteriteka Před rokem +1

  • @niyonsabarogers9270
    @niyonsabarogers9270 Před rokem +1

    C'est vrais uravuze ijambo ryukuri muvugabutumwa.

  • @ElogeInteyiteka
    @ElogeInteyiteka Před 10 měsíci

    Courage mon frère papa utamu

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 Před rokem +1

    Bado mdogo hata mimi namzidi miaka kabisaa

  • @iramfashakevin-pt5iv
    @iramfashakevin-pt5iv Před rokem +1

    Thx apotre

  • @anniellaakimana3851
    @anniellaakimana3851 Před rokem +2

    Ufise intahe iryosh wa muvyeyi we !

  • @mudakikwaemmanuel1216
    @mudakikwaemmanuel1216 Před rokem +3

    🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬We follow too 👍 Shalom Shalom

  • @cedrickfeitoto
    @cedrickfeitoto Před rokem +12

    Ingazi y'ubuzima kbx!! Merci beaucoup Souleymane 🙏🙏

  • @nshimirimanajosue5804
    @nshimirimanajosue5804 Před rokem +2

    Iyontahe iratwubaste nukuri uradugije ukwizera

  • @africanlegacytv6621
    @africanlegacytv6621 Před rokem

    UTAMU wetu courage bizoza

  • @DeoNDAYISONERE
    @DeoNDAYISONERE Před 5 měsíci +1

    Muzomubwire pasteur atange umuco kuko hamwe avugako icamuzamuye arumuzungu yamurungikiye ama dollars kubera yigeze kumufatira agasakoshi bashaka kukamutwara. Ubu naho avuze umuryango wa Nyakwigendera Nyenicubahiro Pierre NKURUNZIZA

  • @francoisnduwimana3606
    @francoisnduwimana3606 Před rokem +1

    Ndubatswe nino interview kabisa Yesu ahezagire uwo mukozi w'Imana

  • @micomeshack7024
    @micomeshack7024 Před rokem +1

    Ikigniro cza vmt mecii

  • @joselynebigirimana3802
    @joselynebigirimana3802 Před rokem +1

    Nukuri ndafashijwe

  • @esithmkulwakulwa-lg7vt
    @esithmkulwakulwa-lg7vt Před rokem +1

    Urakoz cane

  • @nadiellanshimirimana9133

    Ndafashijwe cane

  • @eliezerirankunda7457
    @eliezerirankunda7457 Před rokem +9

    😂😂😂iyi interview iraryosbe cane vrma. Ati hamwe ntokora iki gikorwa mumpaye hokurikira iki?Ati twoguha ikindi gihano,ati hamwe umuntu yoshaka kwifutisha ati hokurikira iki?😂Uwutumviriza iyi interview yoba ahomvye

    • @dieudonnemuryame6726
      @dieudonnemuryame6726 Před rokem +1

      Hahaha araturyohera Mbayahaga Rehiboth.....❤

    • @dieudonnemuryame6726
      @dieudonnemuryame6726 Před rokem +1

      Hari iyindi interview yiwe yavuze ukuntu yaterefonywe n'umuzungu, yoba ari de cnk n'uwundi muvugabutumwa?

    • @indirimbotv59
      @indirimbotv59 Před rokem

      ​@@dieudonnemuryame6726 nanj iyo ndayizi burya niho narinziko yahinduriw ubuzima

  • @NOURIAHAKIZIMANA-ku9my
    @NOURIAHAKIZIMANA-ku9my Před rokem +1

    👌👌

  • @Mufasonileilla8532
    @Mufasonileilla8532 Před rokem +2

    Papa utamu indimbura wubahwe

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Před rokem +1

    😂😂😂😂 umuzungu yarakagukoze 😂😂😂

  • @vincentnkurunziza699
    @vincentnkurunziza699 Před rokem +1

    Papa utamu niwe tuzi kuri buja FM ??waroyehe?twogusangahe abakunzi bawe??

  • @maliamumpawenimana9816
    @maliamumpawenimana9816 Před rokem +3

    Part 2 inyaruke

  • @innocentmanirambona6495

    Indimbura

  • @nialgo97
    @nialgo97 Před rokem +2

    Ikiganiro ciza, kandi gitwenza nukur nakumbagay

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před rokem +1

      Murakoze cane.
      Vyoba ari vyiza cane mugihe namwe mwogisangiza Abagenzi banyu.
      Gusa dukomeje kubashimira cane!!!

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 Před rokem +1

    Abantu bakase iyo vidéo bavugako yemeyeko akinwa inzoga.ariko Imana ibababarire.

  • @YivesNijimbere
    @YivesNijimbere Před 10 měsíci

    Papa utamu wubahw ikiganiro kiraryoshe

  • @aimablekigabo8978
    @aimablekigabo8978 Před rokem +1

    Avuga ijambo jimana rikadufasha.