Dr RUSA - ABAFASHA BOKO HARAM BARAZWI - SOBANUKIRWA KWISHYIRA HAMWE KWA MALI, NIGER NA BURKINA FASO

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 09. 2024
  • #rwanda #congo #afrimaxtv #kagame

Komentáře • 22

  • @user-yn9ee5tj6j
    @user-yn9ee5tj6j Před 9 měsíci +2

    Bwana docteur ndagushimiye caane kubiganiro vyawe wama ugira ndakunda gukwirikirana ibiganiro vyawe kuko biranyubaka cane nukuri ivyuvuga muvyapolitike nivyo ndagushigikiye vremand uko nukuri

  • @julesmugisha1002
    @julesmugisha1002 Před 9 měsíci +6

    Muburundi en 2015, occident yakuyeho imfashanyo yari kuri 53% du budget. Kuva bayikuyeho, niho wanashaka imishahara y,abakozi yaciye itangura kuboneka kugihe without any problems.

  • @sibomanaelias5789
    @sibomanaelias5789 Před 9 měsíci +3

    Turahuza cyane Dr. I prefer you❤❤

  • @lolivison9346
    @lolivison9346 Před 9 měsíci +1

    Thank you Dr.Rusa imana ijye ikomeza ikuturimdire ukomeze watse urumuri rwubumwe ku banyafrica. Ngewe mba and nize muri West ariko ntakintu Dr Rusa avuga kitaricyo.Byose nukuri ahubwo nuko iyo ubyumvise bwa mbere urikanga,ariko byose nukuri.

  • @mugishadandov4408
    @mugishadandov4408 Před 8 měsíci

    Murakoze! Twarabibonye n'urubyiruko ndetse n'ababyeyi barafatanyije bose. 💞🇷🇼💞

  • @Mwisebonere
    @Mwisebonere Před 9 měsíci +2

    #ndarandeba Dr rusa na Dr ap girwaza nibo bambere basobanura neza ibintu bikumvikana kurusha abandi Bose kw'isi.aba ni ibivejuru ubwenge bafite ntibusanzwe

  • @user-ht5cb8zn8p
    @user-ht5cb8zn8p Před 9 měsíci +2

    Dr Rusa adukorere ubusesenguzi kumakimbiranen ya Venezuela na Guyana, murakoze!

  • @liberemugenzi9803
    @liberemugenzi9803 Před 9 měsíci +1

    Doctor avuga ukuri! ibi bintu vya democracie abazungu batuzanyemwo ni mucezo wandani!
    baduhenda ngo abanyagihugu(abaturage) nibo bashiraho umu president ngo knd bakongera bakamukura mugihe yatwaye nabi😂
    aho baduhendey sahandi selon la demarcatie abanyagihugu bakuraho cank bashiraho president uniquement biciye mumatora none dufate ko umu president atorewe mandat de 10 ans hama agaca atwarira abazungu kwl nta sens bifise ko le peuple ica irindira 10ans ya mandat kugira batore uyundi?
    si la democratie avait été conçue pour l'intéret africain hari gushirwaho iyindi alternative yo gukura umuyobozi mubi sans attendre son mandat

  • @fiacrenyangenzi4927
    @fiacrenyangenzi4927 Před 4 měsíci

    Ikiganiro cyiza na Dr.Rusa!uzadukorere i Kiganiro kuli Haiti

  • @user-vr1xd5kl2t
    @user-vr1xd5kl2t Před 9 měsíci +1

    Pan-Africanism iganze dukomeje kumva byiza byadushimisha kumva Congo Burundi Rwanda Tanzania Uganda Kenya twihuje tugasenyera umugozi umwe

  • @kzevalzev
    @kzevalzev Před 8 měsíci

    Volume iri hasi cyanee.

  • @user-uf1ic6kt1e
    @user-uf1ic6kt1e Před 9 měsíci

    Dr,murakoze cane. Muzoduregurire ikiganiro ku mikorere ya ONU na cane kuri véto ya birya bihugu bitanu ntayegayezwa. Ese irya véto yokurwaho n'ibindi bihugu vyotsinda intambara ya gatatu y'isi ? Yokursaho n'iki ? Jewe véto ya USA ku guhagarika imirwano muri Gaza yambabaje cane.

  • @liberemugenzi9803
    @liberemugenzi9803 Před 9 měsíci +1

    Munyamakuru urazombariza doctor iyo aka ga slogan: *EN POLITIQUE ON NE TUE PAS ON ELIMINE LES OBSTACLES*
    Shaka kumenya ico abivugako nkumuhinga kuko nakuze ndavyumva gusa sinabitahuy

  • @karabayingajoseph1778
    @karabayingajoseph1778 Před 4 měsíci

    Hari aho ngarukira abarokore gutsindwa kw'icyaha guherwye muri Sahel AES nitsinda jihadism Satani azaba atsinzwe, muri Sahel, ubwo rero icyiza kizaba gitsinze ikibi, bityo c'est le pays qui soutient le jihadism qui va s'effondrer et non celui qui le combat!

  • @fidelebizimana6324
    @fidelebizimana6324 Před 9 měsíci

    Urimukuri

  • @karabayingajoseph1778
    @karabayingajoseph1778 Před 4 měsíci

    Ko uvuze ko Sahel (Mali) yongeye kwisana uko yahoze mu bumwe bwayo, tukaba tubona ibibera muri Kongo DRC na M23, tukaba tuzi uko ubumwe bw'ibihugu bwari bumeze mbere y'ubukoloni, birangiye ibihugu bisubiye uko byari bimeze kera ntibyaba bigenze neza nk'uko ubishima muri Sahel? Ndavuga (unicité ancestral des pays nations)

  • @PeterMwanza-hy1ot
    @PeterMwanza-hy1ot Před 9 měsíci +1

    Mukomeze ibiganiro vyanyu biratwubaka

  • @paulrutayomba8462
    @paulrutayomba8462 Před 8 měsíci +1

    uyu mugabo yumva Africa nkanjye

  • @user-ht5cb8zn8p
    @user-ht5cb8zn8p Před 9 měsíci

    Dr Rusa adukorere ubusesenguzi kumakimbiranen ya Venezuela na Guyana, murakoze!