Amajambo akomeye ya SAIDI BRAZZA mubihe vyiwe vyanyuma//Iterambere ry'umuntu niko kwikukira kwiwe

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 03. 2023
  • Amajambo akomeye ya SAIDI BRAZZA mubihe vyiwe vyanyuma//Iterambere ry'umuntu niko kwikukira kwiwe
    #saidibrazza #rastafari #reggae
  • Zábava

Komentáře • 49

  • @ahishakiyearlene585
    @ahishakiyearlene585 Před rokem +7

    Noe ngaho ugiz iki vrt😢😢gushirako ikiganiro yamaz kwigira😢kandi aho usanga hahez igih agikoz har nibindi vyakozw inyuma yiw mukabiposta ariko kwapfuy niho mubony mwogishirako😢ariko abarundi turakunda agapfuy nukuri😭😭

    • @ChachaChany
      @ChachaChany Před rokem

      Hewe aho rero wombwira k ico kiganiro atigez agipostinga ngira ni gishasha aho usang ari vuba

    • @lonnyntwari-bz5wu
      @lonnyntwari-bz5wu Před rokem

      Nivyo nanj nariko nvuga kiragaragara ko haciy nukwezi agikoz ariko kubera kumukengera ntiyagisizeko ariko kubera atakiriho atanguy kukivyaza umusaruro atakibibona basi naw aryoherw abarundi Imana itubabarire tu

    • @meshoalqahtani394
      @meshoalqahtani394 Před rokem

      Hubwo ndumiwe kimaze nkukwezi kuko ibigori vyarumvye

    • @alainblaise9401
      @alainblaise9401 Před rokem

      Gael arafise ikibazo cogu posta ikiganiro kimaze iminsi gikozwe

  • @sibomanaezechiel-ge3uf
    @sibomanaezechiel-ge3uf Před rokem +3

    Shha ndakuneguye.usohoye. ikiganiro.arukwafuye sibyiza😊

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 Před rokem +4

    Rest IN Peace
    Gusabirababaje candi biratangaje!
    Raba ukuntu Imana yamuzungurukije mubihugu vyishi ariko wewe atabizi canke imushiramwo kwiyumvamwo kwisubirira mugihugu yavukiyemwo kumbe Imana yo yarabona kovyozobavyiza arangirije ubuzima ahoyavukiye!
    (RIP)

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Před rokem +2

    Aheza nimwijuru Saïd brazz Iman ikoroherez

  • @noussaibalamar9684
    @noussaibalamar9684 Před rokem +2

    Indeed we belong to Allah, and indeed to Him we will return 💔we will miss you Oncle 😢

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Před rokem

    Gayere..😢😢.urabona.ivyutwibukije.😢😢😢.nogufata😢😢😢

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 Před rokem +2

    Composition yiwe ntiyari yoroshe Kabisa. R. I. P legend!

  • @i-gmusic4940
    @i-gmusic4940 Před rokem +3

    Aho warigupfuma ukireka bro gusa umenyeko yagiye abonyeko wamukengererye ark mube mwihanura

    • @annonciatteuwimana1630
      @annonciatteuwimana1630 Před rokem +1

      Imitima mibi bafise ntanisoni ga Gaëlle ariw twahora twizey ?Imana irababona basha 😭😭😭💔💔💔

  • @madonnauwimana6352
    @madonnauwimana6352 Před rokem +1

    Ukwo n'ukwuri Imana imuhezagire

  • @chrismugisha6173
    @chrismugisha6173 Před rokem

    back to your wise words LEGEND, keep resting in peace 💔

  • @aaii8301
    @aaii8301 Před rokem +2

    Inalillah wainailah rajiun 😭😭💔💔💔

  • @nishimwetressy7215
    @nishimwetressy7215 Před rokem

    Imana imwakire mubwami bwayo 😥

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Před rokem +1

    Uyumu vieux yari yafashije uBurundi CN gose Kandi Leta ntiyigeze imufasha kandi sivyiz vraiment

  • @madonnauwimana6352
    @madonnauwimana6352 Před rokem +1

    Imana impaire mu bwami bwayo adusigiye inkebuzo

  • @inyishumedia
    @inyishumedia Před rokem +1

    NUKURI mukubito muru sarisha mwari mubiki ko mwatevye guposta ikiginiro ciwe wenda yari kwiyunva akanaryoherwa aho yari kuba MUKUBITO mwikeuke

  • @Cherissa_
    @Cherissa_ Před rokem

    Still in our heart💔😢

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 Před rokem +1

    Yesss

  • @elkabilamoses
    @elkabilamoses Před rokem

    😢😢😢Intwari Izotwama kumutima....R.l.p

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 Před rokem

    iman imwakire mubayo😭😭🙏

  • @Musindi736
    @Musindi736 Před rokem +1

    Rip saidi Braz

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi Před rokem

    Uburundi turabuze umwanditsi w'indirimbo z'ibihe vyos🙌 Yamara vyar kuba vyiza cane iyo mugishirako kare akibona🙏😭 Ariko Umukubito mwubahw kur support kumusanga kugatumba nabwo n ubutwari👍 Arik ico nizer nuko kino kiganiro kitoba catebye kujako kubushake bwanyu kuk ivyuma haraho bidasezerana😎 🙌 Muhezagirwe🙌
    #WeGotThat👁

  • @Cl_wazlah257
    @Cl_wazlah257 Před rokem

    Ewe justin sh muratwenz pee🤔🤔🤔 gu posta ikiganiro kumuntu ubony ko apfuye bimaze iki kuri Brazza?

  • @bitangimajeanfischer-mm1xd

    R.I.P saïd braza

  • @egideiradukunda3000
    @egideiradukunda3000 Před rokem +1

    Rip mutama

  • @mengecitytotheworld
    @mengecitytotheworld Před rokem

    Rip 😢

  • @user-di6tm8gk3j
    @user-di6tm8gk3j Před rokem

    Niwiruhukire imana ikworohereze iyowibereye

  • @yves7091
    @yves7091 Před rokem +1

    Kuki ugisizeko ubu bro

  • @justinpeace3182
    @justinpeace3182 Před rokem

    R.I.P Saidi Brazza UMUKUBITO wubahwe

  • @niyonzimafelicien8560
    @niyonzimafelicien8560 Před rokem +1

    We nawe ikiganiro ugi postinze nkuwugihari

  • @miraly2
    @miraly2 Před rokem

    Uzahore wibukwa ibihe vyose,

  • @chrissbachir1364
    @chrissbachir1364 Před rokem +2

    Stock yubahwe.

    • @annonciatteuwimana1630
      @annonciatteuwimana1630 Před rokem

      Asha abarundi nibakunduwukize kl R.I.p Saidi Braza 💔💔💔💔🕊️🕊️🕊️🕊️

  • @blueclout
    @blueclout Před rokem

    Rest in peace rastaman

  • @dieudonne7715
    @dieudonne7715 Před rokem +1

    Urasohoye stock Imana ikubabarire turabona wamukunda ico womenya abarundi twaraciye ubwenge mb mubamushinguye cnk bamuravye kumusego urimwo??uyubamwo ntiwakora ibi😭😭😭😭

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Před rokem +1

      Nawe ikubabarire kubera uriko uca urubanza utazi contexte.
      Juste Gael yarakoze kuja i Ngozi kugira iki kiganiro.
      Nawe uratwereka ibikorwa vyawe

    • @annonciatteuwimana1630
      @annonciatteuwimana1630 Před rokem

      ​@@kalyka4107 nkaho umushigikiy mumafuti ko yarapfuy ntampamvu yokugi postinga 😢😢😢baberakumenyo gusa 💔😭😭

  • @elyseg_lighth2267
    @elyseg_lighth2267 Před rokem

    Umugabo apfana imigambi nn iyo 6avril ntakundi katayishitseko arko hapfa umuntu ntihapfa ivyiyumviro vyumugabo

  • @navitrothebest4488
    @navitrothebest4488 Před rokem +4

    Kuba waripakije ukamusanga ingozi nurwo n urukundo mutama bagukureko amajambo

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Před rokem +1

      Nukuri abarundi turagoye.
      Uvuze ibintu nariko ndiyumvira.