#Burundi
Vložit
- čas přidán 1. 06. 2022
- Igiporisi c'Uburundi cerekanye abantu 6 bagirizwa ko aribo bagandaguye umukenyezi Ntakirutimana Eugénie umurundikazi asanzwe afise n'ubwenegihugu bw'Ububirigi. Mu giporisi c'Uburundi bamenyesha ko abishe uwo mukenyezi bagiye bamwivye amafaranga y'ama euro 1590 hamwe n'amafaranga y'amarundi 500.000. Ubwo bugizi bwa nabi bwabereye mw'ihoteri Porta Sion iri ku #Mutanga mu gisagara ca #Bujumbura kw'igenekerezo rya 29 Kigarama 2021.
Enfin twari twarahebuye ko atamatohoza agikorwa mais igikorwa ciza courage
Ibaze kwica ukecuru nukuri😭😭😭
Komera kumuheto. Ndakuriye ubwatsi igipolise cuburundi kuri ayamatohoza yimbitse. Komera kumuzinda ibi nivyo twama twiphuza Kubona
Uyumuvugizi wiki Polic mukunda kubi nincabwenge wubahwe ❤🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇱🇷🇱🇷🇱🇷🇱🇷🇱🇷🇱🇷
MUBADANYE MUTOHOZA, ABOBANTU BIBONEKAKO ATARUMBWAMBERE BABIKOZE. KWICA UMUNTU BISABA EXPÉRIENCE. BRAVO POLICE DE BURUNDI MUTWERETSEKO MUSHOBOYE AMATOHOZA. NE LÂCHE PAS.
Ubuse abantu bangana gutya bose bafatanije kwica umuntu umwe koko?murabagome pe.
Ariko kamberuto nukuri mwena metera musigaye mwica abantu Nukurii Sha mberu ndababay nukuri bitagira uko nobivuga ubu kamberu uzinukuntu ugwayaye wamugwaye burigihe imana yaguhaye agahengwe ucuja muvyokwicabantu Sha mana mama wawe ahari ndazarababaye Sha manaaa Nukurii shaa
Ibirundi nimugwize Amacamera nkomubindi bihiguuu
Ndakunda Ukuntu uduha inkuru itohoje neza
😭😭😭yooo mana yanj
Ihoteru zose razima habehariho camera
Nyakubahwa Umuvugizi avuze Neza. Kuvyu mutekano wo mu mahotel kuvya ma camera 📸. Ariko umaze kumvako aba bisha binjizwa na bakozi ba hotel . Nabo nibo bagenzura Ivyo vya ma camera urumva ko nubundi boyakwepesha ntibayarabishe kuri abo babisha mugihe bariko barakorana.
Vraiment! Abo bantu bateye igihugu isoni.
Mu vice nabo
Numuhabara yarumuhaye
Ryooo mberuto na metera yesuu weeeee ndapfuye basigaye bicabantu yoooo manaaaaa ndaravye
Mungu wangu kwica umuntu kubihumbo mirongo 50 nukuri uyu sumuhero nukuri kwa Mungu
Gusa ndiphuza ko mukuri kurana abashe Sarvatori nawe yarasiwe iburundi
Ana diaspora turabashigikiye mwebwe police yacu.Rambaàaaa
PNB YACU MURI MU KAZI KOSE
KOMERA KANDI MWUBAHWE
None kuberiki amahoteri yuburundi batashiramwo amakamera
Kweri abakoze amatohoza turabashimiye cane mukomeze cane
Komeza gufata inkozi zibibi zicafuza igihugu cacu nimwabibandanya igihugu cacu kibe pradizo
None burya nifungwa ntibazotinda barekurwa?? Burya ingero yicaha nurupfu abo bakwiye kwicwa kabisa kuko ninkozi zikibi
Ariko mana ndababay ee ubu kamberuto Nukurii shaaa ndababay ee ubu nukuri usigayewicabantuu
Ariko abantu bishe Bari bakwiye kwicwa🙄
Jado ntazoteba azoca ava mu prison kùko amaze gupfungwa kenshi yagirizwa ububisha agaca Amara akanya gato akitahira.
Izo mbwa
☆☆☆ Nukuri aba diaspora barabangamirwa muri bino bihe, kuburyo abo tuvugana baribafise umutima wogutemberera igihugu ariko baca bumva umwanya nabo bashobora kwicwa☆☆☆ ahubwo murakomeze amatohoza nokubishe pasteur aheruka kwicirwa ngaho mugihugu avuye muri America.
Muburundi batarashiraho itegeko kuwishumuntu nawe yicwa ntakarashoboka kuko gufungumuntu uwupfa yapfuye nikibazo ariko turagushimira cane uri ntwari
Ildefonse
None iyo mwiba ntimumene amaraso yiwe koko ubu vyabamariyiki atarugupfa nabi muzopfa nabi.
😭😭😭😭😭
😡🤬😈