Igiporisi cerekanye abafashwe bagirizwa kwiba amahera muri Diamond Trust Bank

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 03. 2023
  • #Burundi Inyuma y'ubusuma bw'amahera vyavuzwe ko bwakozwe mu bubiko bw'amafaranga bw'ibanki Diamond Trust Bank, igiporisi cerekanye abantu 8 bafashwe bagirizwa kuba bari mu bakoze ubwo busuma, hakaba hari n'abandi 3 harimwo abatanzaniya 2 bakironderwa. Pierre NKURIKIYE avugira igiporisi amenyesha ariko ko bagitohoza ku gitigiri c'ukuri c'amafaranga yibwe koko.

Komentáře • 20

  • @jeanboscomunyarurembo3490

    Ndakengurukira igipolisi , kuba carabafashe.

  • @somatv257
    @somatv257 Před rokem

    Aho bataberekana sinkozi zikibi yabaye uwitavye Imanaa

  • @uwasemutonikenya7235
    @uwasemutonikenya7235 Před rokem +5

    Ariko Tabwo aribyiza kwerekana umuntu mumaso mugihe akiri umwere rwose Tabwo arisawa rwose nbyiza komujya mubahisha mumaso kuko ejo mbashobora kuba abere mbagasaga tacyaha bafite Murakoze

    • @muslimmuslim512
      @muslimmuslim512 Před rokem

      Wew kuvuga ngo sivyiza mbe bobo ko bitaba vyabateye isoni mukuja kwiba nibaze babatwereka kugira tumenye ibisuma

    • @evelynenkurunziza287
      @evelynenkurunziza287 Před rokem

      None wewe uvuga gute kwarabere?? Kndi bafashwe nitonga??

  • @eastafricanmusic3451
    @eastafricanmusic3451 Před rokem

    Kandi haribintu mukwiye guhindura abajejwe umutekano.nko kuvuga ko umusumba afungwa akongera agataha mutazi ko yatashe !!! Twebwe tugirigwa nabi nabo basuma turababara cane

  • @emmanuelnsengiyumva2731
    @emmanuelnsengiyumva2731 Před rokem +2

    None abo banyezamu baja gufungura isaha icenda z'ijoro?

    • @nestagad1288
      @nestagad1288 Před rokem

      None ntiwumva ko uwo basizeho yari muri mission yo kwiba nawe 💁🏽‍♂️

  • @eastafricanmusic3451
    @eastafricanmusic3451 Před rokem

    Nimube mubatwereka naho nyene ifoto zibona neza kuko Abo ninkozi zikibi.

  • @romanreigns5226
    @romanreigns5226 Před rokem

    Ko taberekana amafoto tubabone tubamenye

  • @hategekimanamariespeciose5701

    None kuki mutaberekana neza nuwobafosabazi bakorana biragorana kuberekana

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 Před rokem

    None simwe mubarekura ???? Nikuki igisuma civye igitoki coco mutakirekura??? Uwivye inkoko, isabuni Ubuntu butobuto nibo bafungwa.

  • @benoitvaillant1081
    @benoitvaillant1081 Před rokem

    Gusa rero nkuko ubivuz ntibace bongerako ayandi nabo ngobabeshe

  • @claudinemuhayimana-kj2xt

    Egokwl uwomuzamuww aragowe

  • @glorianduwimana
    @glorianduwimana Před rokem

    Mana nziza ndagushimiye kukuntu Imana ihora ihoze Micheline haaa simbabaye ndaryohewe Micheline weeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @ntihabosereverien3570
    @ntihabosereverien3570 Před rokem +1

    Ahubwo wewe uvuze ngo ntibaberekane bakurabe neza murikumwe

  • @ntejontejo7641
    @ntejontejo7641 Před rokem

    Amajwi ntasohoka neza

    • @m.mabeba1972
      @m.mabeba1972 Před rokem +1

      arasohoka neza cane

    • @sylva4054
      @sylva4054 Před rokem

      Ivyo sivyo. Erekana caméra zabonyemwo n abahindi. Imana iriho bizomenyekana. Mubaze uwo muzamu yahawe amafranga n umuhindi ahejeje gusinziriza abandi bazamu.