Ubu genda naraboze mu mutima😭/sinzi se w’umwana wanje/INTAHE Y’umugore yakundanye n’abagabo babiri

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 23. 08. 2024
  • #sirenvibestv #girlfriends #intahe

Komentáře • 214

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  Před 5 měsíci +17

    Kubifuza gufasha Coco gukoresha ADN y’umwana numero yiwe ni 61 08 82 04

    • @giramahorocynthia1358
      @giramahorocynthia1358 Před 5 měsíci +3

      Reka kuza muraciramw abatumire !mubareke bavuge

    • @user-re3sc9ck9f
      @user-re3sc9ck9f Před 5 měsíci +2

      😢😢😢 mana narinzi ko arijew gusa vyabayeko mana ndababaye nyene jew narabuze naho ndabivugira kugira nduhuke umutima wanje ndabasavye nanje mufashe

    • @Brina-777
      @Brina-777 Před 4 měsíci

      Jew ndi Canada, iyo numero ni telephone canke ni lumicash???

  • @grettamukezamfura408
    @grettamukezamfura408 Před 5 měsíci +27

    Ba mureka umu invité avuge basha muramuciramwo sana.

  • @Possible204
    @Possible204 Před 5 měsíci +28

    Umwana afise nationalité americaine, Coco agiye muri embassy bamwereka kiriya gipapuro ca fake, ahubwo Coco azosabe ambassade, uriya mugabo arungike amate hama ambassade ije gupimisha, numva ko vyokorwa gutyo. Hama umwana afashwe. Ivyemezo vyerekana ko umwana ari umunyamerik, nuko umugore yagire atange divorce, hama ikindi akemera gutanga le 5milles dollars,.umunyamerikakazi yabony ko adn ariyumugabo wiwe, niyo mpamvu. Hama Coco yagize neza kutamuha umwana kuko yari kumwica. Mwirere mama kandi azokura, azoba igitangaza, uyo ni umugisha wawe. Komera Coco.

  • @zenandayishimiye2233
    @zenandayishimiye2233 Před 5 měsíci +9

    Siren za murafata ko ata nkuru muzi mumubaze nku muntu wumushitsi ntimwerekane ko musanzwe muzi story

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ck Před 5 měsíci +3

    Je ikikiganiro nagihereye ejo muga vyaranse ko ngiheza kubera ncansanga ngiz émotions 😢gusa courage Coco mwijuru har'Imana ihoza amarira.

  • @NkingiAlbertKelly
    @NkingiAlbertKelly Před 5 měsíci +2

    Courage Coco Imana izokurere warabaye intwarikazi kudatanga umwana wawe.
    Osi Imana ibahezagira kurivyo nihabiri mutwereka biratwizuza

  • @user-lz5lb1cd8o
    @user-lz5lb1cd8o Před 5 měsíci +3

    Baramuciramwo cane bavugirarimwe nibobavugavyinshi gudumvyumutumire

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 Před 5 měsíci +8

    Ariko mwaba komutera gukosoreka!!!! Iryo jambo rivuga guterinda mugerageze kurihindure. Yamutwaje inda bakongera bakavugako umupfasoni yibungenze. Hanyuma imbanyi igeze kugihe akibaruka ikibondo. Sukuvyara ni ukwibaruka kuko havyara inka, impene, intama nibindi bitungwa dushobora kurya akanyama.

  • @belladagnesniyoyankana822
    @belladagnesniyoyankana822 Před 5 měsíci +7

    Hosy & Gretta mwamuciriyemwo cane umu Guest,faillait la laisser raconter son histoire neza

    • @Chreambard1684
      @Chreambard1684 Před 5 měsíci

      Numiwe barumuciramwo sanaaa naho boba bazi son histoir avant birabishe kumuciramwo aho kumureka ww avyivugire.bavuga menshi kumurusha😁😁

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Před 5 měsíci +2

    Pole sana sha ariko warasamaye cane ayomahera waronse nicokintu cambere wariguherako kumenya ese uyumwana nuwande?ja kumavi IMANA itabare umwana amenye se

  • @soniakira2799
    @soniakira2799 Před 5 měsíci +6

    ”Iy’ urushye, iy’ uremerewe,Bibwire Yesu, bibgire Yesu !Iy’ ukumbuy’ abakunzi bawe, Vyos’ ubimuganyire !”
    Indirimbo inje mu mutima numvise ikiganiro.
    Coco egera Yesu agusane umutima, aguhe izina risha! Arashoboye kuguhindurira amateka🙏🏽
    Raba kumusozi har’Impore, hari agakiza❤️❤️❤️

  • @AnnieLaurianeNDIKUMANA-py6sv
    @AnnieLaurianeNDIKUMANA-py6sv Před 5 měsíci +2

    Siren vibes TV merci cn ndakunda ingene mukora. Ntimukora nkabandi batumira abamaze kuba ivyamamare ariko mwebwe mutuzanira n'abandi bikorera ivyabo. Vrmt biradufasha twebwe tukiri hasi. Vrmt binyigisha kutokurondera amahera gusa ahubwo kwiha discipline😇 l'argent sans discipline c'est rien. Merci bcp

  • @LorraineAyinkamiye
    @LorraineAyinkamiye Před 5 měsíci +3

    Courage sha coco....kazima wemey ikosa aha twese nta n'umw adakosa...hamwe n'Imana bizogenda neza....guma ku mavi mwiza

  • @munezeroingrid
    @munezeroingrid Před 5 měsíci +3

    Hosy N gretta turabakunda ms muzohore mureka umutumire avuge

  • @jinamajody
    @jinamajody Před 5 měsíci +2

    Les journalistes ni ibiganiro vyanyu ni vyiza ariko mu kazi kose surtout au contact humains birasaba ama recyclages.
    Ja kuri internet murabe ama tutoriels yigisuko bakoresha ama interviews.
    Il faut surtout surtout éviter des questions fermées.
    Ikindi reka kumworienta ku nyishu mushaka.
    Mana weeee mbegurwamooooo🔥🔥🔥

  • @giramahorocynthia1358
    @giramahorocynthia1358 Před 5 měsíci +7

    Bé mureka kuza muciramwo abatumire,bé mureka bavuge baheze!muze mugabanya kubaciramwoo!!reka bavuge kk muba mwabatumiy twumvirize bob,apana mwebw

    • @ArakazaThierry-jq5le
      @ArakazaThierry-jq5le Před 5 měsíci

      Ahubwo muzi bike ! Aho ntimubona ko bavugana ivyo bapanze neza ??? Jewe mba mbona ari akantu bapanze kugira bironkere ama views gusa !😀😀

    • @mugisha.palice19
      @mugisha.palice19 Před 3 měsíci

      😂😂

  • @uwamureraespe.7756
    @uwamureraespe.7756 Před 5 měsíci +1

    Humura cherie wanje, Imana izabigenza neza, kuko ufite umutima mwiza, izere Imana izabigenza neza

  • @natachaicitegetse
    @natachaicitegetse Před 5 měsíci +1

    Je numva umwana nuwo umunyamerika nico gituma uwo mugore yamubwiye ngo amumuhe nuko yari yabonye ko ari uwumugabo wiwe.Gusa coco courage Imana yo mw'ijuru irabona umutima wawe iragucira inzira

  • @francoiseuwihoreye3084
    @francoiseuwihoreye3084 Před 5 měsíci +4

    Muravuga cane mu biganiro be mureka umutumire avuge aheze kuko mumurenza urwamo ukayoberwa nyenikiganiro nuwukirongoye ivyo vya coco biroroshe niba umugabo yaramwiyandikishije birakwiye aba rwiwe ataba rwiwe aho rwaracitse azomufasha ahubwo naje muri ambassade birakemuka

  • @ChristInMeHopeOfTheGlory
    @ChristInMeHopeOfTheGlory Před 5 měsíci +2

    Gretha & Hosy mufis bcp de commentaires plus q l'invitée

  • @nivyimanacharlene9482
    @nivyimanacharlene9482 Před 5 měsíci +1

    Hosy&Gretta muzogerageze umutumire yiyexprime aheze mumubaze ikibazo muhane umwanya kuko vyinshi biraducanga

  • @user-xp2bs5ps4m
    @user-xp2bs5ps4m Před 5 měsíci +1

    Imana izomufash gusa umwana nuwuru muny America ukurikij l'histoire yose

  • @iriiriho5368
    @iriiriho5368 Před 5 měsíci +7

    Gretta ndagusavye ureke kumuciramwo abanze avuge aheze wepaule après plse

  • @user-kn6dd3pu5b
    @user-kn6dd3pu5b Před 5 měsíci +8

    Imana ninyembabazi, Coco Imana ikugirire neza umwana amenye se kubera birababaza

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 Před 5 měsíci +1

    Claudine disk ndamuzi nyakabiga yari umukobwa akunda abantu bose nubwo yana mu bagabo yari umwana mwiza caaane Imana irahari chérie ejo niheza .

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 Před 5 měsíci +1

    Mana weee uwomuvyeyi abayintwarikazi! Iyo courage yokurondera papa wumwana ntumusige murujijo Imana izobigufasha iyo ADN izokorwa numva bizokunda🤦‍♀️

  • @carinesignorellikabanga1617
    @carinesignorellikabanga1617 Před 5 měsíci +5

    Yooo Claudine shahu Coco Ndagukumbuy nukuri malgre tout Coco Afise umutima Mwiza cane gose Ndakwibukaa caneee

  • @user-qs1dn1id5k
    @user-qs1dn1id5k Před 4 měsíci

    Imana imufashe Claudine, intahe yiw vrt nukuri atabeshemwo hama uwo muhungu wew ndamuzi ntay azoriha kand amahera arayafise akwiye pee kand uw mukobwa yaramunezereje amuha vyose peee nihamwe abahungu natwe hariho ibigaba badashima

  • @danielmvuyekure
    @danielmvuyekure Před 26 dny

    Abarundi turakwiye komera nko mu Rwanda kuko hari. Benshi bafashijwe murubwo buryo

  • @user-su3hc1oz3s
    @user-su3hc1oz3s Před 5 měsíci

    Merci Hosy et Gretha ibiganiro vyanyu nivyiza harimwo impanuro ,coco wihangane courage ukomeze gusenga

  • @NkurunzizaoRegis-gi3lx
    @NkurunzizaoRegis-gi3lx Před 5 měsíci +2

    Iki kiganiro muzocite boys and girlfriends kuko natwe abahungu turakeneye kwiyumvamwo kabisa.

  • @iranadia7256
    @iranadia7256 Před 5 měsíci

    😭😭😭😢😢Imana izomuh igisubiz biciy mubantu inamuh kwihngn birbbj gs ndamukunze❤ hosy namwe Imana ibahezagir kumufash

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 Před 5 měsíci

    Komera claudine pole uri umuntu mwiza bizogenda neza sana kubera Imana.

  • @emelyneiradukunda3205
    @emelyneiradukunda3205 Před 5 měsíci

    Girl friend my favorite one thank Hosy et Gretta mur Umugisha kumahanga ❤️❤️❤️

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Před 5 měsíci +2

    Conséquence du péché niyo mais Imana yacu ninyembabazi Imana izogufashe umenye réellement se wumwana Umwana amenye aho avuka

  • @godswonderstv797
    @godswonderstv797 Před 5 měsíci

    Franchement iyo story irambabaje cane. First ndashimiye coco ko yishimiye uwo mwana. Hama numvise Imana harivyo imaze gukora nubu surtout yizere ko uwo mwana Ari ingabire ivyo bitazomwaffecta negatively Imana imukingire. Kandi vyukuri if I could sinari kurindira abandi nari kubikora même totalement. Ariko still I believe ko INZIRA z'Imana, for the sake y'uwo mwana na mama wiwe, Ari nyinshi. Coco, prend courage en Dieu peu importe tes débuts, ton avenir et Celui de l'enfant peut être plus meilleur.

  • @GyslaineAkimana
    @GyslaineAkimana Před 5 měsíci +2

    Pole sana numva warahuritse nibibazo😢arik hariho ibintu dukora twishinye bikatuzanira ingarukambi sinibaza uburyo wogurisha Parcelle ugiye Malawi,Mozambique kuk parcelle ntizigaruka kimwe wavyitwayemwo nabi kurondera uwuguha urukundo akurira amahera ngonuko akubwira Je t'aime gusa abarundi ntibogusubiza ineza wamugiriye

  • @huguettecharnellagirumuban4958
    @huguettecharnellagirumuban4958 Před 5 měsíci +1

    Hellloooo,ikiganiro kiraryoshe ariko mwamuciriyemwo caaaaane umutumire.

  • @user-gl1og1pp4r
    @user-gl1og1pp4r Před 4 měsíci

    Coco Uhoraho agukomeze kandi Umwizere ntakoza isoni azokugirira neza ham hosy & gretta Ndabakunda mubikora neza❤👌

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 Před 5 měsíci

    Pole sana abakobwa bahura n ingorane nyinshi. Mbega abagabo bibihemu

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o Před 5 měsíci +1

    Yooooh mana yanje vy'ukuri bimwe bavugako isi nisiguro yamajambo agoye nukuri nihatar pe. Gusa coco mpore imana ninyembabazi kandi kubwivyo imana izogutabara

  • @BerniceNellaGAKIZA-dq1mh
    @BerniceNellaGAKIZA-dq1mh Před 5 měsíci

    Imana ihezagire Hosy na Gretta bakuzanye Hama Imana izokwishura nukuri Kandi iciye mubantu

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Před 5 měsíci +1

    😅😅hosy warativy umutim ngo noe kutanguy kurira hakir kare

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg Před 5 měsíci +2

    Umwana wa coco numunyamerika sha araboneka.j ndamuzi Yitwa OMALI

  • @mathhatungimana7747
    @mathhatungimana7747 Před 5 měsíci +5

    Ego ni vyiza kuganiriza abantu. Ariko iyo bishitse bakarira ni mubareke barire kuko baba bariko barakira umubabaro wabo. Nukuri mugerageze kubareka barire bikenewe bazogaruke aho kubabuza kurira. Muzobaze abahinga.

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 Před 5 měsíci +2

    Greta uri keza chch ndabakundaaa 💋

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 Před 5 měsíci

    Baragira tricherie sana ahubwo yarabikoze kweri

  • @francineningabire2660
    @francineningabire2660 Před 5 měsíci +4

    Basha har truc l´américaine yakoze kko ntiyar kwemera kumuha amahera yose yamuhay inyuma ya fake ADN atazik yashizemw inyanga. Bon courage Coco, Imana yagushoboj gushinga iyi ntahe izogufash iguhe nubwo bushobozi bwo gukoresha iy ADN

  • @claudineniyonkuru7331
    @claudineniyonkuru7331 Před 5 měsíci +1

    Claudine mpore bizogenda neza kazima utishe uwo mwana, hama urasubira muri Ambassade usabe basubire gukora ADN urya mugore ntiyongere kuvyinjiramwo. Uwo mugore harico yakoze.

  • @CongeraClaudine
    @CongeraClaudine Před 2 měsíci

    Mon Dieu,har.ibibazo duhura navyo kubera dutinya ubuzima bubi ahandi naho kudafata Ingingo

  • @HAVYARIMANAChantal
    @HAVYARIMANAChantal Před 5 měsíci +1

    Amakosa yoyo yarayakoze kandi ntawe nohanura gukunda abantu barenga umwe. Abakobwa mukiri bato namwe ntaciza nakimwe kiri mugukunda abagabo bubatse. COCO je imbere yuko uronka inyishu za ADN nogusaba kwegera umwana wawe ukaza uraganira cane numwana ukamwereka ko imbere yavyose murondera ubuzima bwanyu. Ugashira Imana imbere yavyose ukamwigisha gusenga avant tout. Imana ni se winpfuvyi numugabo wabapfakazi.

  • @meva3047
    @meva3047 Před 5 měsíci +1

    Ntivyorosh ariko coco uri intwari gusa.courage Bizogenda neza

  • @user-ws7bv6lo4w
    @user-ws7bv6lo4w Před 5 měsíci

    Jw reo nzoz nanjee Shing rwnjee mug ndabakund ndakund ivy mukor knd Imana icunge cnee

  • @user-no6yf8lz1d
    @user-no6yf8lz1d Před 5 měsíci

    Mpore mpore mukobwa mwiza ,
    Imana igukize ibikomere ariko numva ntashimye ko ushira kahise kawe kuri réseaux sociaux.

  • @AliceAkimana-lq6pf
    @AliceAkimana-lq6pf Před 3 měsíci

    10:43coco humura Imana izokwishura kandi ntuzokwicuza

  • @user-jl9wo4dk2u
    @user-jl9wo4dk2u Před 5 měsíci

    Girlfriend Ayo mahera ntay tubaha yabikoze abizi nagarame yonkwe.namwebw nimwifuza gukora ikibi kizobagarukako🎉🎉

  • @Thebfchou
    @Thebfchou Před 5 měsíci +1

    She can file child support kuri state the guy abamwo (NY), go to the embassy and tell them you want to file child support. naho ari hiyo since Uwo mugabo yandiste kuri birth certificate, the embassy is obligated to accept kubera the child is American by birth (again since Ari kuri birth certificate) Yihakanye umwana then baca b’obligea ko afata DNA test and if he is the father nta choice azoba afise ataruko aza ararungika amahera. Binyaruste umwana ataragira 18yrs old. Uzoronkeramwo the answer if he is the father or not, ariwe the father uzoronka a little financial support basi yiyomyaka umwana asigaj kugir ashikir 18ans.

  • @user-vl6ep5lo5g
    @user-vl6ep5lo5g Před 5 měsíci

    Ihangane kwisi nuko bigenda ❤umwana nawe azokura kandi azobintwari komera sha coco

  • @nduwayojando4170
    @nduwayojando4170 Před 5 měsíci

    Ibintu vyarabaye amazi😢😢

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj Před 5 měsíci +2

    Evitez la vie de débauche mes chères soeurs🙏

  • @christakabanga9437
    @christakabanga9437 Před 5 měsíci

    Mme rema à ce que j’en déduis numva umwana arumu americain la femme yanka ko ton enfant aronk ibintu baronderanye et le prblm le burundais naw abarundi turazinanye turikunda muga chère dame senga amahoro avaku Mana kandi Imana niyo yonyene yorosha ibikomeye abo banyamerik bateze Imana ubund ntakiyinanira nabone n’Imana yabaremye vous êtes tous bénis mes chères hosy et gretta

  • @user-so8yj7wv2p
    @user-so8yj7wv2p Před 5 měsíci

    Juste kuvuga k hosy &gretta mbakunda.ivyo mudushikiriza ni ngirakamaro.❤❤ Ndanababwir k mur aba modératrice beza❤❤❤ je vous aime au chocolat au lait

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Před 5 měsíci

    mpore coco warahuy n ibibazo gikuru nukurwa ukavyuka gusa egera Imana usenge kuko izokworohereza ubuzima ukire les blessures du passé

  • @jordinendikumana66
    @jordinendikumana66 Před 5 měsíci +1

    Twebwe muka papa yarabuza na papa wacu kuza kuturaba, yihishije mu bakizwaaaa, reka Cimamanda atuke abaporoti les hypocrites 😢😢😢😢😢

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 Před 5 měsíci +3

    Une femme polyandre et burundaise qui s'assume n'ibitangaza

  • @user-tw7jh1wr7v
    @user-tw7jh1wr7v Před 5 měsíci

    Bamureka guciramwo umutumire coco courage

  • @user-vx7en5mf3n
    @user-vx7en5mf3n Před 4 měsíci

    Haroho abantu atakinini twofasha ariko reka dukengurukire Imana yo yamushoboje kuvuga ukuri, hama ikindi Imana yanka icaha ntiyanka umunyavyaha koko senga inyishu izova mu gisabisho kandi hizogenda neza. Hama Hosy na Greta nukuri Imana ibahezagire kuco mwafashije ariko za mugerageza kuterejana ko histoire mutayizi mureke mweneyo ayivuge

  • @jilu1095
    @jilu1095 Před 5 měsíci +1

    Burigihe ikintucose kirafise igaruka non nawe izonigaruka zivyowabayemwo kwigwanirira nibibi kubera ikinturunaka ukeneye mpore coco ihagane imbereye isomo ryubuzima

  • @claudinekanyange1069
    @claudinekanyange1069 Před 5 měsíci

    Ütü mü maman numviis ndamukunze kndi coco shahu uru mu maman mwiza disii❤hosy Gretta ndabaknda can muzana ibiganiro vyiza Kandi biradufasha

  • @NgabiranoLarissa
    @NgabiranoLarissa Před 3 měsíci

    Imana coco uzakuburanira

  • @Kampundufanny1977
    @Kampundufanny1977 Před 4 měsíci

    Nayibonye. Merci

  • @kadino_jc
    @kadino_jc Před 5 měsíci

    Adn ntizimvye murwanda sauf agize iya trois jours

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Před 5 měsíci

    Mpore sha coco Imana izoguhoza...hosy et gleu bzu❤

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj Před 5 měsíci +1

    Eviter la vie de débauche mes chères soeurs🙏

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před 24 dny

    Non bakwendey rimwenose ewe nihatar niyompanvu nankanokuryamana nuwariwewese umwampevye nkaboma fuhebany atakibaxo canjanako nuwundi

  • @stiveniriho6698
    @stiveniriho6698 Před 5 měsíci

    Coco urintwarikazi nukuri bandanya usenga Imana vyose bizogenda neza cne

  • @Angependo9141
    @Angependo9141 Před 5 měsíci

    Narabikoze mbaho nirwanaho nubwo Mama wanje yaba afise isabuni yarayihisha mumufuko wingutiya yambara akayigendana nigurira burikintu nikoreye ibikaju vyinshi nimyembe munkambi Tanzania ndayikuye muba Tanzania ariko sinigeze nsambana kandi njewe mvuze ivyo naciyemwo nogira ibice mirongibiri birenga papa wanje yarazimiye guhera 2002 ntaraboneka yagiye ambwiye ngwagiye Mwanza Tanzania ariko nubu ntaraza ntazi kongeze Américain

  • @jilu1095
    @jilu1095 Před 5 měsíci

    Mukama wanje abakobwa turarinda😢😢😢😢

  • @NkurunzizaoRegis-gi3lx
    @NkurunzizaoRegis-gi3lx Před 5 měsíci

    Yesu Ashimwe cane?

  • @clairiaarakaza4566
    @clairiaarakaza4566 Před 5 měsíci +1

    Hozy uramuciramwo gose..ntimumuha umwanya avuge..

  • @GyslaineAkimana
    @GyslaineAkimana Před 5 měsíci

    Coco pole sana arik Ntamu type wumurundi yogusubiza ineza wamukoreye😢hagarara kumunya Amerique niwesewiwe ahubwo umugore wiwe niwe avyihishe inyuma yabonye karuwiwe acabona azohava arungika amahera yaburigihe😌vyocinzira bakayaguha ukagura ahurerera umwana wawe heza vyoba vyiza cane

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 Před 5 měsíci

    Sha wobishobora ugasanga nuwiwe reka reka umwana numwana Ahubwo bzokwendaminiza hubwo sigaho

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n Před 5 měsíci

    Nukuri Coco urumuhizi 🙌🏽

  • @genevievegatogato3865
    @genevievegatogato3865 Před 3 měsíci

    Bjr. Nfise Master en santé mentale et Psychothérapies twokorana tugafasha abo bantu bashikiwe n'ingorane

  • @Mireilledusabe
    @Mireilledusabe Před 5 měsíci

    Namwe mwagerageje kumuciramwo nyimba kwari ku gagna umwanya ntumbaze😢😂
    Anyways uyo muhungu narabe yikureko iceyi vraiment...ko yamubwiye ko azoyamusubiza nibasanga ariy'umunyamerica 🤷🤷azoba akoze ikintu kizima kuko azoba a savinze ubuzima bw'uyo mwana vrm ko wumva ayafise😏😏🤷

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 Před 5 měsíci

    Hosychouuuuu salut n1 Gretha nuwomutumire❤❤❤❤❤wacuu

  • @mugishaarielle3280
    @mugishaarielle3280 Před 5 měsíci

    hama muraberew and i love the way Hosy yabwiy coco ngo noe ga coco ugire utangure kurira ubu😂genre ihangane ubanz uvuge ndabakunda

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 5 měsíci +1

    None worondera ayo 800$ mukaja kugirisha iyo ADN ko wumva uwo mwakundanye wo mu Burundi atanka ko muja kuyigirisha. Nico conyene kizotuma hamenyekana se w'umwana .

  • @user-ze7ke8no9r
    @user-ze7ke8no9r Před 5 měsíci

    Siren vibes mwubwahwe muzana ibiganiro bifise leçon,gusa uwo mwana biraboneka karuwo umunyamerika kuko yaramumusavye amumuh,gusa yagize neza kutamutanga,ariko kubera bamubrotsée nayikoreshe nuyo bahoze bagendana

  • @user-el6zl9ot1h
    @user-el6zl9ot1h Před 5 měsíci

    Waraciye mubikomeye ariko nawe wari muri desordre ariko senga Imana izoguhindurira amateka Kandi kuruwo mugabo wumurundi nimba azi neza kobagendanye niyiyimvirr akoreshe iyo ADN

  • @NkurunzizaoRegis-gi3lx
    @NkurunzizaoRegis-gi3lx Před 5 měsíci

    Numvise nkozweko cane vrmnt

  • @kelvinsauveur6264
    @kelvinsauveur6264 Před 5 měsíci

    Coco be strong. Reka na nuwo murundi nous les homme burundais nous sommes des selfish des ingrats. Ubu mukanya yibagiye ukuntu wamufasha. . Wewe just go to the embassy uvuge ibibazo vyawe ko umwana wawe afite nationalité. Américaine bazogufasha naguhe réinstallation wigire kwibera muri America. Birakogwa. Reka kwirusha nuwo murundi. Iyo ADN siyo ni tricherie .

  • @user-bp9zq8vd7u
    @user-bp9zq8vd7u Před 3 měsíci

    Coco mpore niwihangane.uyo muhungu wamukorey iciza ariko we agusubij inabi ihangane.

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p Před 5 měsíci

    Mugabo harihabantu batagirumutima kubona uwo mugabo sinumva igituma atomufasha kandi nawe yaramufashije uwo mugabo nagerageze kwibuka kera sinon Burya Imana irashobora kumukorerako

  • @consolatanduwimana6418
    @consolatanduwimana6418 Před 5 měsíci +2

    Bien dit Gretta

  • @mugishaarielle3280
    @mugishaarielle3280 Před 5 měsíci +1

    yooh quelle histoire mpore mpore kumutumire, une petite humble suggestion; mubona gut mugiye ,murategura abatumire banyu ntibaze bara precisa abantu naho bakora kuko ca implike ibintu vyinshi(umunyamerika,nation Unie, ca va directement o niveau yigihugu hama hariho ibintu bigomba gukingirwa)murakoze

  • @AmusedFrogmouth-xh5yz
    @AmusedFrogmouth-xh5yz Před 5 měsíci

    Oya tuvugi chukuri uyomukobwa yarasamaye mukuguma, kata mubihugu Yara, ronsu mutahe aguma awute mbereza. Mubihugu rero Yara samaye .

  • @claudineniyonkuru7331
    @claudineniyonkuru7331 Před 5 měsíci

    Uwo mwana nuwuwo wo muri America

  • @Kampundufanny1977
    @Kampundufanny1977 Před 4 měsíci

    Thanks

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 Před 4 měsíci

    Hosy ndabakunda ariko ikintu ndabankira ntimureka umuntu avuge intahe yiwe mumuciramwo gose mubireke gushinaguzwa Kumutumirwa bituma yibagira point yaragiye kuvuga.