Intahe ibabaje cane😭MAMA AMBABARIRE SINDAMUMARAMAJE😭namwe mworira😭Yari amarira gusa/my Journey

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 20. 08. 2024
  • #myjourney #sirenvibestv

Komentáře • 639

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  Před 8 měsíci +48

    😭😭Constance yaciye mu gahinda gakomeye ariko Imana ishimwe ko yahamurindiye😭
    🙏🏽Muze kwihangana muheze ikiganiro kugira mutahure ubukuru bw’Imana🙏🏽🙏🏽
    Constance ansanzwe akina Film Uwifuza kumukurikirana yoca kuriyi link : czcams.com/video/Cofh1MgzF40/video.htmlsi=CmJZx5MYqSTPWQY1
    Kuwuza kwifuza gushigikira uyu muvyeyi numero ziwe ni ‪+257 69 46 94 19‬
    Muhezagirwe 🙏🏽

    • @Beronegahimbare344
      @Beronegahimbare344 Před 8 měsíci +2

      Imana ikugirire nezaa constance

    • @kawziraburundi9711
      @kawziraburundi9711 Před 8 měsíci

      Pore 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

    • @kawziraburundi9711
      @kawziraburundi9711 Před 8 měsíci +2

      Nukuri urakoze nukuri

    • @user-rj5dd6vg7g
      @user-rj5dd6vg7g Před 8 měsíci +2

      Sorry sorry sister I think you're growing like me

    • @user-rj5dd6vg7g
      @user-rj5dd6vg7g Před 8 měsíci +2

      😢😢😢😢

  • @VenusteHumble-no8qg
    @VenusteHumble-no8qg Před 2 měsíci +2

    Intahe ikomeye cane n'aho iteye agahinda ariko irakomeza cane umutima
    Vyukuri nanje ndafashijwe cane

  • @AjenezaNuria
    @AjenezaNuria Před 4 měsíci +3

    Ndumva umutima wa Nuria utuntuye munyibukije nanj ubuzima nabaywmwo na mm gushikaho numva imengo nokwiyahura nkapanga komoka bikanka ariko ubu ndashima Iman Kuba ahongeze😢😢😢😢😢😭😭😭😭😭Hosy ahoubona Imitim yacuntiyorohewe gs nsubiye kwibuka ubuzima bwanj bwakahise😢 kw ndibuka ingene mama wanj yanyima ibirato akagurr mukuru wanj 😢😢 Hosy courage kubikorwa vyawe cosi nawe mana imukomeze kumurindira umuryango imuhe nubuzima bwiza ndi Nuria mvuka muntara ya cibitoke carugombo uwoba yarabaye mubuzima nkubwo link zanj ndazishaka 😍😘😘

  • @DianeIrakoze-dv8ky
    @DianeIrakoze-dv8ky Před 6 měsíci +2

    Yoooo ndatangariye Constance vraiment sinarinzi koyaciy murububuzima mugabo ukaguma wiha amahoro nukuri ichimwe kumana yacu yakuzigamiye murububuzima ndagukunda cane❤

  • @alinehabonimana6344
    @alinehabonimana6344 Před 8 měsíci +17

    Ooohhh Mana ndakwingize constance umuhezagire caaaane booose bazomutangarire kugira umuhoze amarira yose yarize.Au nom de Jésus. Amen

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o Před 8 měsíci +9

    Pol sana constra vyukuri wahuye nibigeragezo vyinshi ariko lmana harigihe izokwibagiza uwomubabaro wose courage ❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🌟

  • @Ngabiranoelnassif
    @Ngabiranoelnassif Před 8 měsíci +7

    Constance bibaho mubuzima kl,gsa uko uzoguma ubona abo ba maman ukavyibuka bizotuma uguma ucumurira ubusa.wewe reo nka constance wababajwe urazogenda iwanyu umubwire umuvyeyi wawe ko wamubabariye,hanyuma uce wegeranya abo bagore ubabwire ko bakubabaje kukukwambika ibara ariko ko wababariye.aho uzoba wibohoye pe.ndagukunda sana ❤❤❤

  • @EddyNDEGEYA-sl3ui
    @EddyNDEGEYA-sl3ui Před 8 měsíci +8

    Murakoze cane !! Constance merci beaucoup pour votre témoignage !! Merci ndafashijwe nukuri !!

  • @FannyFafaofficial
    @FannyFafaofficial Před 8 měsíci +16

    Nanj ndarize😢😢 😢😢😢😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭ikiganiro ndagihevye nosara namarira😢😢😢umunyamuyinga wiwacu love from FANNY FAFA OFFICIAL 🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @rg4631
    @rg4631 Před 8 měsíci +10

    Imana irikumwe nawe ,izoguhoza ayo marira ,hari ibindi vyiza yaguteguriye ❤

  • @IradukundaEmery-dk3pu
    @IradukundaEmery-dk3pu Před měsícem +1

    Ooh pole sana mwene Data constance.ndaguhojeje mpore.kandi ndamuzi aritekerereje kweri.ndamwibuka ahantu bja🤗(BMBCI)

  • @christella5092
    @christella5092 Před 8 měsíci +7

    Usenge cane shahu kuko uwomwana kubona yisukako amazi sha nakaroge nukuri ntiwibaze ngo ivyo nibisanzwe

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj Před 8 měsíci +3

    Mushiki turagukomeje hari impamvu wanyuze murivyo bihe,kwari kugirango imana yiheshe icubahiro,niyo mpamvu uriho,pole sana.

  • @jimcolinmatonde6039
    @jimcolinmatonde6039 Před 8 měsíci +8

    Ce témoignage ma vrt touché😢 merci pour ce témoignage❤

    • @wilsonwilson6833
      @wilsonwilson6833 Před 7 měsíci

      Costancepore sanawa rababayep imanaigu komezecane kukobite yeumuba baroivyonu nvise

    • @wilsonwilson6833
      @wilsonwilson6833 Před 7 měsíci

      Costance urakoze caneinta heyaweha ikindiki ntuinyigi shijekwel

  • @DorotheeNdayihimbaze-eg4ik

    Intahe ikomeye ya constance,Imana nihabwe icubahiro yarakoz kukurokora ikagukura mubiziga vyishi,yashatse kuzovuga ugukomera kwayo nubutabazi bwayo🙏🙏🙏🙏

  • @AliceBarabwiriza-yl1jv
    @AliceBarabwiriza-yl1jv Před 8 měsíci +5

    😭😭😭😭hariho intah nudutah peee😭😭komera can constance bury mwijur hari Imana ihoza abarira nukurii

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 Před 8 měsíci +4

    Iman irikumwe naw ivyoyaguteguriy birahar ncut yanj najew ndariz vyari bitey agahind❤❤

  • @alinendayishimiye7028
    @alinendayishimiye7028 Před 8 měsíci +4

    Nukuri kwankwa numuvyeyi nigikomere atamuntu akomora kiretsimana yonyene jewe nubu numva hataragera ko nobivuga ndacabaye cane imana niyanyomora ibisebe nfise kumutima nzobivuga😢😢😢😢

    • @bellairakoze2769
      @bellairakoze2769 Před 7 měsíci

      Mpoleee naw mwiza wanj ni htr turakwiy kwiyakira mubuzima

  • @JeanineNiyonkuru-pi6ew
    @JeanineNiyonkuru-pi6ew Před 8 měsíci +2

    Wigore uronder aho wokura imbabazi. Biragoye ariko Imana izogushoboza sha. Jtm bcp bcp

  • @nadinengendakumana6296
    @nadinengendakumana6296 Před 8 měsíci +3

    Ndashimiye cane Constance kuriyo témoignage. Kimwe gusa courage Jésus est au contrôle. Agufitiye kazoza keza

  • @belysenihorimbere1588
    @belysenihorimbere1588 Před 8 měsíci +4

    Yooooo pôle sana conso vrt Imana ikomeze kukubahafi ubandanye uterchargea uw munezero kl nayubundi kwisi nihatari 😢😢

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 Před 8 měsíci +3

    Constance kuva ndamubona muma film namubonye yaciye mu ntambara itoroshe guhera narifuje cane kuva sa témoignage merci beaucoup kubona wamuzaniye numvirize inkuru yiwe yitwa intambara kandi ndumukiriya wiwe nama ndamushorera impuzu yama yaciye mu Bwiza nabizi muga naramukunze cane kuburyo mbwira Umukozi ni niwabona constance umushorere impuzu yabana ntwarira Abo mu bitaro constance urumugisha kubagushorera wama urengana

    • @murekeyisoniemelyne4393
      @murekeyisoniemelyne4393 Před 8 měsíci +1

      Yoooo Imana iguhe umugisha uri imfura ❤❤❤Kandi Imana ige ihora iguha byinshi kugirango ubone ibyo utanga nibyugumana 🙏🏽 Ndumunyarwandakazi nkurikira ibiganiro byanyu cyane cyane Siren vibes tv ❤❤❤❤

    • @christella5092
      @christella5092 Před 8 měsíci +1

      Warakoze kumushorera nukuri

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx Před 8 měsíci

      Duh number ziw tumushorer disi

  • @cheillakessyndayishimiye3661
    @cheillakessyndayishimiye3661 Před 8 měsíci +5

    Ndaye mbabay kubwubuzima bwa constance nukuntu ndamukunda ! Sha hosy wakoze kumwumviriza nukuri
    Hashimw yesu akikurinze consta🙏🙏ubahe imbabazi zibwina mutima Abo bantu Bose bakubabaje niho uzoruhuka neza

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 Před 8 měsíci +7

    😢😢😢😢IMANA ikworohereze mukobwa mwiza❤❤❤❤

  • @ChannyQueenofficial
    @ChannyQueenofficial Před 8 měsíci +3

    Hosy merci 🙏 😘 canee gukoresha igikiganiro na constance❤❤❤

  • @JunnyJunny-sj3gt
    @JunnyJunny-sj3gt Před 8 měsíci +3

    Pol sana constance Imana iracarikunwe nawe intambara waciyemwo Imana azakomora igikomere nureme Yesu aracakora

  • @aurorebukeyeneza641
    @aurorebukeyeneza641 Před 8 měsíci +3

    Disiiiii weeee😢😢😢😢😢araruhutse kubona ashoboye nokuvuga😢😢😢😢😢😢mpole constance..... Merci Hosy🎉🎉🎉zurayagisha abantu birafzsha kuruhuka

  • @annemarieshemezimana9097
    @annemarieshemezimana9097 Před 8 měsíci +4

    😢pôle sana constance intahe yawe iradufashije knd Imana ize ikugez kure

  • @user-dm7hx6bf8g
    @user-dm7hx6bf8g Před 8 měsíci +5

    Pole sn mwiza wahuye nibikomeye😢😢😢😢😢Imana izoguhoza amarira warize

  • @vanessagateka-nb7dm
    @vanessagateka-nb7dm Před 8 měsíci +9

    Mana weee😭😭😭 Ariko ubundi nanje nanka akarwi kabagore peee Yoooo ikindi umugore wo kuja kunwa inzoga agataha yaborewee nukuri kenshi ntaco bavamwo 😢

  • @joselynendayipfukamiye6720
    @joselynendayipfukamiye6720 Před 7 měsíci +1

    Ubwo rero lmana ishatse gutanga icigwa irafita matériel didactique. Kuba wararokotse mumazi nkarya, n'uruyoya lmana yerekanye ubumana bwayo kabisa. Iriho, irumva, iratabara... Tuzoyomeko nukuri. Merci Constance

  • @peace7313
    @peace7313 Před 8 měsíci +5

    Oh my Goddess mbuze ico mvuga you 😭

  • @murekeyisoniemelyne4393
    @murekeyisoniemelyne4393 Před 8 měsíci +8

    Mbega ubuhamya bubabaje 😢😢😢 ubuhamya Mu kirundi mubyita gute ? Imana imworohereze Kandi Hosy wakoze kumutega amatwi 😢😢ubuhamya bwe bwandijije 😭😭 love from Rwanda 🇷🇼 ❤️❤️❤️

  • @benignemanirakiza5440
    @benignemanirakiza5440 Před 8 měsíci +4

    Mpore constance!Yesu ni Imana

  • @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
    @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm Před 8 měsíci +3

    NIY'IFISE IJAMBO RYA NYUMA KU BAYO😭😭courage sh Constance Imana igufiseko umugambi nukuri!!

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe Před 8 měsíci +7

    🥹🥲🥲😭😭birababaje pe,Constance ihangane,urarize nanje numva ntuntuye, bushaka gusa n'ubuhamya bwanje😭😭

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 Před 8 měsíci +1

    Komera di Consta, har'impamvu Imana yagucishije muri ivyo vyose maze ikakurokora, uri uwudasanzwe

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl Před 8 měsíci +2

    Hashimwe yesu yakoze ibikomeye caneeee constance wihangane imana harimpanvu ya kurinze kugira uze gukomeza abandi

  • @aimeerusselleiradukunda9743
    @aimeerusselleiradukunda9743 Před 8 měsíci +1

    Pol San consta ukomeze gusenga cane Imana niyo iturinda usengere nuruvyaro gwawe urwatureko ivyiza ntibazob mubih wabayemwo Hama Imana ikomeze umutima wawe mukuwurons amahoro intah yaw inyigishij vyinshii hezagirwa

  • @francineciza1395
    @francineciza1395 Před 8 měsíci +2

    Mon Dieu, Constance wacu Imana yarakubaye kandi iragukunda ikomeze igukomeza😘

  • @nihorimberedorine9945
    @nihorimberedorine9945 Před 8 měsíci +2

    Nukuri niryambere mpevye kuraba ikiganiro kubera amarira 😭😭😭. Imana nyen'amahoro izogushumbushe ukiri mwububuzima no mubuzoza🙇🙇🙇🙇

  • @angecheillaigiraneza9766
    @angecheillaigiraneza9766 Před 8 měsíci +3

    😭Imana igufashe kwibagira ivyo bikomere bikire 👏

  • @anithansengiyumva2013
    @anithansengiyumva2013 Před 8 měsíci +7

    😭😭😭umuntu atababajwe n'iyi ntahe nta mutima agira gusa n'uyo mwana afise intahe ikomeye muri kazoza😢😢

  • @zainab1947
    @zainab1947 Před 8 měsíci +5

    Ese uwumuntu koduhuje story 😭😭nyamara agahinda fise gafise nuwundi nukuri komera nanje nkubwiye ivyanje mwarira ico mbona mwakomera kuri yesu niwe utanga amahoro nayabantu kwl biragoye kubona abantu bumumaro😭komera my sister ❤️

  • @afsamossi830
    @afsamossi830 Před 6 měsíci

    Manaweee ndarizekubwa costence mbegibigeragezo weee!!!❤❤❤🎉🎉🎉

  • @parfaitendayikengurukiye7306
    @parfaitendayikengurukiye7306 Před 8 měsíci +3

    1corinthien 10.11-13❤❤❤❤❤Imana izokugeze kure wewe ufse intahe.

  • @feliciteirakoze2544
    @feliciteirakoze2544 Před 8 měsíci +4

    mana warakoze kumurunda Constance ihangane mama ❤

  • @JNy-rh9yg
    @JNy-rh9yg Před 7 měsíci +1

    Imana yacu iratabara n'inyuma ya zéro arakora ndafashijwe cane nubu buhamya Ndiho agukomeze azabahe iherezo ryiza 👏👏👏🙏🙏🙏

  • @AliceNiyibizi
    @AliceNiyibizi Před 2 měsíci

    yooo pole sana shaa Consta.Biratey ubwoba ivyo bintu kabisa😭😭😭

  • @user-ym2rb7xp6c
    @user-ym2rb7xp6c Před 8 měsíci +4

    😢😢😢 constance ihangan hashimw IMANA yakurinz ntivyar vyorosh ncuti dimanche ndagukeney tuyag kur église umubabar urandenz 😢😢😢

  • @user-tt8mi5wc5s
    @user-tt8mi5wc5s Před 8 měsíci

    Yoooo Mana yanje !!!!!mbegintahe ibabaje kumukinyi wacu wa film.Hosy congratulation kuba iriko utuzanira abadusangiza intahe zabo biduha kurema tukabona ko ibibazo dufise aribito cane ckn bikaduhankurema kuku hejur yavyose hari IMANA

  • @jeromenyandwi9535
    @jeromenyandwi9535 Před 6 měsíci

    courage nukuri warababajw bikwiye Imana iguh ibih vyumunezero.nukuri bury abakiny ba film ndundi nibak badafis intahe ziteyubwobaaa.yooo

  • @Danydanie23
    @Danydanie23 Před 8 měsíci +2

    Shaa yarageragejwe pe biteye ubwoba😭Imana igufiseko umugambi amarira warize azohanagurwa ubandanye u telechargea uyo munezero Imana ikwongerereze igukize ibisebe vyos wagize🙏🫂❤️

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 Před 8 měsíci +5

    Hosy niwubahwe unzaniye umuntu nkunda 😊

    • @florenceirakoze1850
      @florenceirakoze1850 Před 8 měsíci

      Ndiho agume agukomeza mwiza aguhe umunezero utazongera gushira apana uwo ucréa

  • @JoselyneBivakumana
    @JoselyneBivakumana Před měsícem

    Constance mpole cane! Imana igutabare waraciye mubigoye

  • @user-yw2sm7cr1n
    @user-yw2sm7cr1n Před 8 měsíci +3

    Yesuuu weee uzoramire uyu muntu uzomunezereze yarababae umutima wiwe ndababaae a sa place

  • @inesingabire
    @inesingabire Před 8 měsíci +1

    Imana Nsenga Inyumve uwumwanya ndabivuze Imana igutwenze izogukurize umwana😢😢😢 Numva mbabaye cane Imana irakomeye cane Uwirata niyirateko yayimenye

  • @FurahaNdayishimiye-wv2ef
    @FurahaNdayishimiye-wv2ef Před 8 měsíci +1

    Intah irababaj😢😢😢arik mwijur har IMANA Constance ushishikar wihangan

  • @user-sy1bc6qq6q
    @user-sy1bc6qq6q Před 7 měsíci

    Ndateye Intege Uwomuvyeyi Ndamubwire Imana iragukunda kandi urumunyamugisha! Kubwizontambara ukure icaha cose urabe umugisha w'Imana urimbereyawe. Shishikara wegere Imana gusa.

  • @RenildeNiyogusengwa-yi3lw
    @RenildeNiyogusengwa-yi3lw Před 8 měsíci +1

    Ndarize ,ndariz, n'ukuri sinoronk ingn ndijijw n'intah ya Constance!kumbe wahora untwenza waciy mubuzima nkubw🤭🤭🤭!Imana yabany naw,iy niy MANA muze tuyigumeko Ntitetereza!

  • @LandraNziza-mq1pq
    @LandraNziza-mq1pq Před 8 měsíci +4

    L'Éternel est grand et sa miséricorde dure à toujours!!Imana ishimwe ukuntu yabatabaye igatabara n'Umwana muburyo butangaje.

  • @yvettenzeyimana9548
    @yvettenzeyimana9548 Před 7 měsíci +1

    Courage maman Constance, merci Rosy kumpanuro umuhaye atange imbabazi. Atabishoboye asabe Yesu Christo amufashe atange Imbabazi. Kandi Christo niwe atanga amahoro kandi niwe adukiza ibikomere❤

    • @uwimanasarah5865
      @uwimanasarah5865 Před 7 měsíci

      harabantu bigoye cane kubabarira...ariko Kristo Yesu we atuvura ibikomere abe ariwe wokudufasha kubabarira abandi..namubonye yomora ibikomere umutima wanje

  • @fefeuniquenifertv2576
    @fefeuniquenifertv2576 Před 7 měsíci

    Iyi ntahe ndariiiiiiiiize amosozi yose andimwo aramperamwo. Consta, wihangane kweli kk wabonye ayo Yezu Yaboneye ku musalaba n'ukuri! Nababajw cane n'ukuntu ivyago vyakubako bikurikirana, kimw kihava haza ikindi knd kitorosh ark ugakomera ntiwiyahur. Imana Yagucishij mw'ivyo sans doute ko igufitiy ama surprises menshi. Izogushumbusha knd yarabitanguye

  • @pali3502
    @pali3502 Před 8 měsíci +1

    Yooooo😢😢😢😢mana urandijije kweri Imana yishurira kugihe kweri uzogumeko Imana wamenye❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @kanezaalice7369
    @kanezaalice7369 Před 8 měsíci +3

    😭😭😭😭😭😭 nukuri ndatuntuye NDIHO azoguhe ijuru

  • @emelynekwizera4475
    @emelynekwizera4475 Před 7 měsíci

    Komera muvyeyi Imana ibandanye iguhezagira ❤❤ uzoze dusubireyo kukaraza busizi

  • @user-me4xz8bc9p
    @user-me4xz8bc9p Před 7 měsíci

    IMANA Iguhezagire caaane Mme Constance.ndafashijwe caaane nintahe yawe.Ooooh MANA WE urahambayeeeeeeee...ikinezreye caane Mr vyose nuko wakiriye Umwami Yesu.niw Yoshobora kurihira wenyen.Ameeeen.Merci bcp.kandi ndagukunda Mr film😊😊😊😊

  • @KampimbareDiane-lt9dc
    @KampimbareDiane-lt9dc Před 7 měsíci

    Imana igufashe caane sha constance nasanz narizee.Hosy wakooz cane bituma aruhuka k'umutima.Nivyo hakab hari umu psychologue azomugirire écoute vrt vyomufasha kandi asenge caane aje muri chorale hama yikinir film aryoherw .

  • @macumispeciose8439
    @macumispeciose8439 Před 7 měsíci

    Giteranyi Ruzo Masaka Ngomo. Constance pole sana ndumva warahuy n'ibibazo

  • @mariemurekatete3527
    @mariemurekatete3527 Před 7 měsíci

    Nukuri Constance intahe yawe irandijije nukuri ariko nongeye kubona Imana bushasha ihabwe icubahiro yoyo yarinze umwana bikomeye

  • @user-ky9gk2bn8q
    @user-ky9gk2bn8q Před 6 měsíci

    Pole sana constance Imana izigushumbushe cn

  • @elasenihimbazwe
    @elasenihimbazwe Před 7 měsíci

    Mana numvis'amarira menshi azenga mumaso yanje Yesu azoguhe kumukorera urangiz'amahoro urugendo kuko waciye mubikomeye pe

  • @claudiah1460
    @claudiah1460 Před 8 měsíci

    Uyo mwana uzomugirishirize délivrance

  • @user-vl4jc5dq7s
    @user-vl4jc5dq7s Před 8 měsíci +2

    Mpore sh constance❤

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial Před 8 měsíci +1

    Humura muvyeyiciye mubikomeye ariko hashimwe Yesu ahagejeje akora

  • @mariesolangeniyodusaba
    @mariesolangeniyodusaba Před 8 měsíci +3

    iki kiganiro kinaniye kucyirangiza kubera amarira😢😢😢😢😭😭😭 ihangane costance, Imana yagucishije mubikomeye izi impamvu zabyo😢😢

  • @mireilleharinganji
    @mireilleharinganji Před 7 měsíci

    Imana izigutwenze Bose bamenyeko hari Imana ihindura amateka

  • @user-rb4oq4lu1g
    @user-rb4oq4lu1g Před 7 měsíci

    Yooooo mbega inkuru ibbajee 😢😢constance lmana igukomeze cane,izaguteturure,

  • @ninalarissadusabe9713
    @ninalarissadusabe9713 Před 8 měsíci

    Imana yarakwimanye Constance.ukomere cane ubandanye ushingira intahe Imana.uri umuhizikazi

  • @user-kz8mt6nx8g
    @user-kz8mt6nx8g Před 7 měsíci

    Pol Sana constance wacu intah yawe iramfashije cane❤

  • @delphinedeltahatungimana3114

    Iyi ntah irantey agahinda wihangane cane hejuru har Imana ikomeye ihindur ubuzima

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 Před 8 měsíci +7

    🎉

  • @user-ev2fz8bz3k
    @user-ev2fz8bz3k Před 7 měsíci

    Imana iragukunda ahubwo senga ubwira Imana igushitseko ico yakuzigamiye

  • @NsabimanaFlorida-gp1cx
    @NsabimanaFlorida-gp1cx Před 8 měsíci +1

    Imvukira zi muyinga tumenyane 😊Mana nukuri sinzi ibitera abavyeyi bacu ariko je ndashima Imana uko papa na mama bahindutse🙏🙏🙏🙏🙏

  • @SalvatorMboninyibuka
    @SalvatorMboninyibuka Před 7 měsíci

    Mwahezagiwe Kuk Intah Yawe Nanje Iramfashij Cane.Yesu Azogushumbush Aguhe Umunezer Wukuri.

  • @user-fx4ol3ii5x
    @user-fx4ol3ii5x Před 8 měsíci +2

    témoignage nziza canee ndafashijwe

  • @jeanineiradukunda5049
    @jeanineiradukunda5049 Před 8 měsíci +1

    Nahora ndagukunda ubu birogereje❤ mpore mpore intahe ibabaj ariko imfasha benshi😢😢mukomeze nkuko kuko hariho izitadufasha courage

    • @AlietteAkumugisha-ir1jk
      @AlietteAkumugisha-ir1jk Před 7 měsíci

      Ncut yanj yesu aguhezagir kk nanj harah inkuy kand harah bishikany ikirenzic izaguh iherez ryiz

  • @KampimbareDiane-lt9dc
    @KampimbareDiane-lt9dc Před 7 měsíci

    Imana izogushitse kuree hashobok,Ikurememw umutima mushasha,hama uzobaharire ivyo bagukoreye.Dieu est grand.

  • @user-ic7ol1dh3v
    @user-ic7ol1dh3v Před 3 měsíci

    😢😢😢yooooô Mana costance wanje korerimana birakwiriye sinzongera kuvuga konaciye mubigeragezo

  • @user-ur1uo2pj8u
    @user-ur1uo2pj8u Před 7 měsíci

    Pole sana muvyeyi imana imana ihabw icubahiro ko yabarokoy numwana,kndi ukomez usenge cne

  • @irakozeariella6988
    @irakozeariella6988 Před 8 měsíci +2

    Vrt hosy faut ko umufasha uko wagize initiative yo kumukoresha ikiganiro umufashe kuronka umu pyschologue akamufasha gukira ibikomere hamwe no kwiha Imana azokira neza merci

  • @gloriosentakirutimana7499
    @gloriosentakirutimana7499 Před 8 měsíci +2

    MANA DUSENGA weeeee tabara nukuri numva ntuntujwe n'iyi ntahe,uyu mwana arakeneye kugirirwa ikigongwe n'urukundo🙆

  • @user-oh4jt6ys5i
    @user-oh4jt6ys5i Před 8 měsíci +2

    Constance nukuri Imana yarakwimanye vrt😢😢😢😢😢Nukuri uzayinambeho .Ikindi naco nkumuganga mwogenda kumu psychologue akabagirira cousling Ndazi vyose bizohera Ubeho nkumuntu utigeze uhura nikintu nakimwe ,Kandi Imana izokuramira mwiza Imana ikuzigamire Ibibondo vyawe iguhe namagara meza yo kurondera kugira Ubeho Bose baze batangazwe nukugiraneza kw'Imana

  • @EloivivianBurihabwa-it5zw
    @EloivivianBurihabwa-it5zw Před 7 měsíci

    Imana nihabwe icubahiro kubona yarakurokoye numwana wawe ntivyarivyoroshe

  • @uwizeyeghyslaine5468
    @uwizeyeghyslaine5468 Před 7 měsíci

    Pole constance Imana ikwirure warababaye kandi ikomore ibikomere waciye mubikomeye

  • @ChachaChany
    @ChachaChany Před 8 měsíci +5

    Constance wanje mpore mwiza warababaye nanje ndarize😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @user-uq5vh7jo9b
    @user-uq5vh7jo9b Před 6 měsíci

    Imana iguhe umugisha costance intahe yawe iramfashij cn

  • @user-hg5xb8jp7c
    @user-hg5xb8jp7c Před 7 měsíci

    Iyi ntahe irababaje pe mais courage yagushikanye ahantu Imana ikunezereze ar ukuruha wararushe

  • @user-jm3yj5le6j
    @user-jm3yj5le6j Před 7 měsíci

    Mana weee! Mbeg intahe imbabaje!! Abobagore Imana izabahemba, humura Yesu ahoza amarira, azaguhoza

  • @EvelyneInamahoro-rn2pn
    @EvelyneInamahoro-rn2pn Před 7 měsíci

    Yooo Mana yanje mpore muvyeyi wararushe cane gooose warababajwe bikwiye ukoze cane nokudushingira intahe bitumye ndema cane nukuri usenge Imana izoguha umunezero kuko ntaco inaniwe nukuri ndarize ariko uharire cane ndetse uzonababwireko wabahariye