Big Fizzo Yashatse kunyica,Yvan Muziki asutse amarira menshi cyane,Barandoze Hafi Gupfa/Baramwishe

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 09. 2021
  • #mrgiveaway

Komentáře • 772

  • @izerejosiane1945
    @izerejosiane1945 Před 2 lety +11

    Yvan vyihoze ukomeze urugendo rwawe, nimba wanswe numurundi umwe, ntiwanswe nabarundi bose. Hari benshi caaaane tugukunda, kandi dukunda nindirimbo zawe. Be courageous brother Yvan

  • @zkwire2617
    @zkwire2617 Před 2 lety +7

    Pore sana Yvan Muziki muvyagushikiye. I'm proud of you on coming out to tell the whole truth. I guarantee you soon will elevate than any of those haters. I stand with you in this, komera mwene wacu🙏🏻

  • @nzeyimanachanel7900
    @nzeyimanachanel7900 Před 2 lety +39

    Rwanda Burundi we are 1
    My mother was Rwandan my father is Burundian am proud and also very lucky to have parents from both countries. Nkunda UBURUNDI Kandi nkakunda nurwanda with all my heart. We are one.

    • @deleankane9930
      @deleankane9930 Před 2 lety

      Man uribesh Kandi cane umurundi numunyarwanda sibamw Kandi nibihugu sibimwe Kuk harivyinsh bibitandukan: 1:umupaka 2:imico 3:bandanya naw nibindi
      Kand umbabarir Kub nvuz ib

    • @eddyfightmanzi2502
      @eddyfightmanzi2502 Před 2 lety

      Urumuboregwa 🤢😉

    • @nzeyimanachanel7900
      @nzeyimanachanel7900 Před 2 lety +8

      @@deleankane9930 ubwenge bwawe naho bugera nyene. Umupaka washizweho numukoroni. Umico nimwe, ibindi nivyo ushaka gushiraho kugira ushireho ibibatandukanya.
      ABARUNDI n'ABANYARWANDA nibamwe ibindi nubusutwa gusa.
      Ubishoboy umpe uburorero 2 bwitandukaniro yumuco uriko uravuga wongere umpe uburorero 2 bwuko ubona batandukanye.
      Ntubwire ngo Idarapo cank indirimbo zihayagize ibihugu or imipaka yabakoroni ivyo nivyashizweho.

    • @nzeyimanachanel7900
      @nzeyimanachanel7900 Před 2 lety

      @@eddyfightmanzi2502 uvuze?

    • @awezayesu1779
      @awezayesu1779 Před 2 lety +2

      @@deleankane9930 ibitekerezobyawe birihasi cn wew🤮

  • @ahimunatube7497
    @ahimunatube7497 Před 2 lety +5

    The problem is... He is not specific. Afitaniye ikibazo numuntu hama akaza kugishira kugihugu nikindi. Ufitaniy ikibazo numuntu gishire kuriw ubwiw. Pas kuvuga ngo abarundi this abanyarwanda that. Urwanko ni kumuntu si kubantu man anyway we love u. Garuka murugo turanagukumbuy

  • @jeanclaudejeanclaude1920
    @jeanclaudejeanclaude1920 Před 2 lety +7

    Abotwikundaniye B&Rwanda twihanire like mukugaragazanya urukundo

  • @arcada86
    @arcada86 Před 2 lety +43

    #Yago essayer de chercher chaque fois l'équilibre de l'information.

  • @uwinemasandrine9994
    @uwinemasandrine9994 Před 2 lety +25

    Be strong brother the God who created you loves you more than you think and he is always by your side

  • @oliviernizigiyimana9882
    @oliviernizigiyimana9882 Před 2 lety +20

    Nanj sintahura impamvu bamwibasira mukumutuka! Vrt ntanahamwe yihakanye uburundi kd Kuba yemera abavyeyi bosee numva atakosa cnee, kd burya tutagiye kwihangana zibihugu ntawobeweko abarundi nabanyarwanda turibamwe twavyanka tuvyemera, duhuje ururimi, ubwoko, amazina yimiryango, ndetse nimico nimwe twese turagira urupfasoni(ikinyabufura) rro numva a bariko bamwibasira aribo bagiye kur politique👌❤️🔥

    • @deleankane9930
      @deleankane9930 Před 2 lety

      Ndavyanse abarundi naba nyarwanda ntituribamw plz murek kubeshany
      Ah uravy umuco wabarund ubon uhuy nuwukinyarwanda Rer murek kubeshany Kuk harivyinsh bidutandukany 1:umupaka 2: igihug(kimwe nu Rwanda 2: nuburundi) 3: urek kwikuramw ubweng kabis urabibon naw ikidutandukany

    • @albertntirenganya5517
      @albertntirenganya5517 Před 2 lety +1

      @@deleankane9930 ooooh nawe ufite ikibazo none nimba ataribimwe ururimi kuki twumvikana?

    • @deleankane9930
      @deleankane9930 Před 2 lety

      @@albertntirenganya5517 ah ntakint bovug mukinyarwanda utokwunv

    • @justinniyongabo1971
      @justinniyongabo1971 Před 2 lety

      Ntaburundi yihakany ntavyo wakurikirany yaravuz Neza kwatari umurundi kimw Arik ageragez kumenyekan biciye mukuvuga ububesh gusa Arik Nico catumy azima ntawihakany igihugu ngo bimuhire

    • @KarangwaAphrodis
      @KarangwaAphrodis Před měsícem

      Barundi Barundi mureke amatiku urwanda n, burundi nibihugu bimwe kuko iyo tuvugana na muse muzi ukenerwa ikindi imico myinshi turayihuza

  • @owlbig
    @owlbig Před 2 lety +4

    Man nivyo Muziki yaratwitse harasha yago nibareke kubesha uyo mujama yarakubitaga kera indirimbo nziza ❤️from Burundi 🇧🇮

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 Před 2 lety +12

    Be strong💪 My lovely Brother Never Give up Abagukunda turahari💕

  • @denismiziramigabo4606
    @denismiziramigabo4606 Před 2 lety +7

    Yooooooo Yvan pole sana man ibuka ko Imana igukunda.Yago thanks man kugarukana Yvan.

  • @goldstorly5712
    @goldstorly5712 Před 2 lety +9

    Turagukunda Yvan kandi turanagukumbuy abo bakwanka bihorere ntawukundwa na Bose...much love from Burundi

    • @denismiziramigabo4606
      @denismiziramigabo4606 Před 2 lety +1

      Cakoze

    • @goldstorly5712
      @goldstorly5712 Před 2 lety +1

      Abarundi turamukunda vrt gusa akwiye gutahura ko burya atawukundwa na Bose afise ama hit menshi......ahubwo turakumbuy ibikorwa vyaw

  • @muteteriannah5935
    @muteteriannah5935 Před 2 lety +2

    Be strong brother,God knows why.I love you from the bottom of my heart

  • @bulezebuleze3239
    @bulezebuleze3239 Před 2 lety +17

    WE, burunndians specially the new generation turafise igikogwa gikomeye co kubaka icihugu cacu twese tukabana mu mahoro.Yvan,wihangane sana bro. Ntucike intege kuko yaba Urwanda,yaba Uburundi twese turi bamwe.Courage

    • @dannyrurema
      @dannyrurema Před 2 lety +3

      ibyo nibyo muvandi !

    • @joselinemageza1031
      @joselinemageza1031 Před 2 lety

      Urumunya Bugingo ntacyo uzaba abagukunda nimeshi

    • @macyotv5716
      @macyotv5716 Před 2 lety +1

      Yvan warengeye ntikavange umuziki na politique nimba muburundi badakunda umuziki wawe korera mu Rwanda
      Ndi umurundi w' umutima in exile for many years
      Ariko be careful
      Aho uri ntuhazi
      Urwanko rw'imiryango rw'umuburundi nturuwambere rwashikiye
      Ntabwo babanka kubera m,uvuka k'umunyarwandakazi
      Urwanko rwa inabukwe n' umukaza nta nationalité rufise m'uburundi
      Ureke kwirisha uri umugabo

    • @macyotv5716
      @macyotv5716 Před 2 lety +1

      Hanyuma uhebe inzoga
      Ntakuri kw'imborerwa

    • @macyotv5716
      @macyotv5716 Před 2 lety

      Uri bwoko ki
      Papa wawe yari ubwoko ki?
      Forget award m'uburundi nimba uri muri group zabo Bita ba Mujeri
      Igumire M'urwanda nimba

  • @ishimwejeandedieu1928
    @ishimwejeandedieu1928 Před 2 lety +10

    Be strong Man!!

  • @faidakmpire2906
    @faidakmpire2906 Před 2 lety +8

    Ihangane ukomere bro 💪💪💪iyi si niko imera hariho abantu baba bifuza guhora bakomeretsa abandi

  • @mbonimpajmarie2822
    @mbonimpajmarie2822 Před 2 lety

    Yvan ndagukundaaaa troooooop, U did more and we need again broo.... U deserve...be blessed brother

  • @jospinbinanije501
    @jospinbinanije501 Před rokem

    Be Strong Yvan Big Love from🇧🇮🇧🇮

  • @rukundogadi6004
    @rukundogadi6004 Před 2 lety +5

    We love you bro from 🇺🇸🇷🇼❤️

  • @ismiadventure39
    @ismiadventure39 Před 2 lety +6

    Keep it up brother.. The future is so bright.. Burundi and Rwanda we are one. new generation will make a good Burundi I believe.. Abarundi Kumutuka Yvan that shows ko what he said is true..

  • @staceykeuxdx
    @staceykeuxdx Před 2 lety +4

    This is so true my mom also has been suffering in my dads Burundian family 😩, this discrimination is really bad especially if kids are involved 😤😤

  • @stivecrown4433
    @stivecrown4433 Před 2 lety +10

    Keep 😓 hard work man

  • @blessingnizigiyimana4873
    @blessingnizigiyimana4873 Před 2 lety +3

    Yago warakoze kuduha yvan.ndamwemera sana indirimbo ziwe zaradushikiriye muntara twarimwo

  • @djasminururabo2184
    @djasminururabo2184 Před 2 lety +2

    Courage Nyagasani agume agutere agateka ukomere kd ugume utere imbere tukuri inyuma kd turagukunda sana 💓💞💋tugufite kumutima

  • @jonasnsengiyumva1086
    @jonasnsengiyumva1086 Před 2 lety +4

    Pole sana musaza

  • @fydowirwanda8785
    @fydowirwanda8785 Před 2 lety +2

    sibeza by Yvan mziki.courage bro never give up on.

  • @elephant05
    @elephant05 Před 2 lety +11

    Be strong brother 💪💪

  • @ihirweapaisant4953
    @ihirweapaisant4953 Před 2 lety +1

    Komera bro 👊
    We're behind you

  • @kimfleury8455
    @kimfleury8455 Před 2 lety +1

    Love from Burundi #Yvan❤️❤️❤️

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Před 2 lety +60

    Ikintu avuze co gukubitwa na Sonny arikumwe na fizzo n'ukuri ndabizi. Sonny yarafunzwe fizzo aramufunguza

    • @nimbonaalexandre1159
      @nimbonaalexandre1159 Před 2 lety +7

      Fizzo nigiti kiturigwa uzobaze nugwanda gwaramufunze baza yago arabizi imana imbele sisinyuma

    • @nimbonaalexandre1159
      @nimbonaalexandre1159 Před 2 lety +2

      Ndi bujumbura nonaha nikigal nejo nzaba mpari

    • @Kadundi
      @Kadundi Před 2 lety +7

      Fizz ninbwa KBC ndamugaye

    • @nimbonaalexandre1159
      @nimbonaalexandre1159 Před 2 lety +1

      @@Kadundi imbwa nisonanyoko

    • @benignenishimwe8051
      @benignenishimwe8051 Před 2 lety +5

      Bro gukubitwa nimba byarashitse ntibisiguyeko yoza guteranya urwanda nuburundi ntaninyungu abitezeko en plus nawe wenyine ubwiwe numurundi

  • @ainesseakineza763
    @ainesseakineza763 Před rokem

    Sha yvan ukomere natwe twakuze tukumva umuziki waw ntuzopf upfuye ikind ab bkwank nibabandany bkwank ariko ntituzopf tukwanse twebw reo umnyeko har abarundi bgukunda don't cry be strong u're our artist dukunda cane

  • @mimikaneza3576
    @mimikaneza3576 Před 2 lety +1

    Nturi uwa 1 kandi nturi nuwa nyuma uvyagwa namaraso ari différents.ntukumve amabwire yabantu.komeza ubuzima bwawe,ufashe umuryango wawe Hama ibindi ubireke Imana. Abatakwanka tukuri inyuma.big up sana mon frère. abarundi nkawe tukuri inyuma ncuti. Ubandanye uhezagirwa nabo bakomeze kumaramara

  • @djasminururabo2184
    @djasminururabo2184 Před 2 lety +5

    Yallah wallah birababaje cyane

  • @animeedits-vy4kd
    @animeedits-vy4kd Před 2 lety +1

    Pole sana papa Avan

  • @nailaniyonkuru5718
    @nailaniyonkuru5718 Před 2 lety +3

    Pole sana so sad 💔

  • @theinsolit3230
    @theinsolit3230 Před 2 lety +5

    Abantu sibaza!
    Ubereka amenyo bipfuza kuyahungurura.
    Pole sana Yvas.

  • @franckingabire1107
    @franckingabire1107 Před 2 lety

    My brother yvan muzk namenye wew kurusha abandi mumuziki wi burundi reka mvuge god blessing u

  • @user-cm1yf6uc6c
    @user-cm1yf6uc6c Před 3 měsíci

    Yvan courage WE love you 🎉❤❤

  • @iragenamariejeannette.4878

    Be strong yvan muziki you are loved 😍😍

  • @mbonekodominique3023
    @mbonekodominique3023 Před 2 lety +1

    Good man. Rwandans with you brother

  • @tiumuganwakazi7166
    @tiumuganwakazi7166 Před 2 lety +2

    Yooooo humura cane sha Yvan abarundi tukuri inyuma.. Be Strong cane

  • @ndayizeyekevin8714
    @ndayizeyekevin8714 Před 2 lety +7

    Wikomerere mutama abakwanka bakwandurekooo Guys please bamurab ivyomwandikaaa apan gucafuza umuntu kand mutama wirambireee mutama 🥰💞💪💪courage terimbereee

  • @niciarashma7932
    @niciarashma7932 Před 2 lety

    Pole sana Uwiteka akube hafi

  • @user-pn7ey6ru9i
    @user-pn7ey6ru9i Před 2 lety

    Pole sana sha yvan

  • @filyamkeza9711
    @filyamkeza9711 Před 2 lety +2

    Uyu i yvan damuzi arumwana yitonda afise indero avuga make ibyo byabo Avuga bose turabaz abaharire abasengere 🙏🙏🙏🙏i

  • @aliceumuhoza6403
    @aliceumuhoza6403 Před 2 lety +1

    Keep going my brother. Biragora kubana n'umutima ukomeretse gusa Imana ikomeze kubana nawe idushoboze kureka inzangano n'imitima mibi #yvanmuziki stay blessed mn kd uhazwe uburame cuz ubohoye imitima ya benshi

  • @terrymuhoza9888
    @terrymuhoza9888 Před 2 lety

    He is a born legend🇧🇮🇧🇮

  • @nyiramuzika
    @nyiramuzika Před 2 lety +1

    Bro wari hit byahatar njy narimfite imyak'itandatu narinkuzi brd najyaga nunva songs zawe nkajana na daddy muma show yawee waruzi gucuranga byahatar man respect br nanjy ubungub natw turi KGL niho dutuye Arik icogih twari tuba muri 5 man abarundi bamw bafite ubwenge buciririts br bihorer udukubite Andi ma Hit song like "umurundikazi" c'était mon préféré Arik nanjy soon nzab'umuhanzi nindangiza school Arik man ibi bibor nibisanzwe man bacumugani mukirundi n'ikinyarwanda ngo byinshi bibi birutwa nabike vyizaaaaaa tx and shall out to Yago the top shtr

  • @umuhozasolange7550
    @umuhozasolange7550 Před rokem

    Pole pole Bro humura nturi wenyine rwose umuntu abaho kubera ,Imana apana abantu bihorere Imana yaragukujije ;Imana izabibabaza .humura twe turagukunda rwose ,bareke ubundi se bagukundaga ngo baguhiki ,Imana ibatembereze ahubwo bave mubuzima bwawe batazavaho bana kuroga .

  • @akimanalatifa3567
    @akimanalatifa3567 Před 2 lety +3

    Yvan komera kd usenge Imana ihora ihoze ujye ubasabira abobose bakwanga😭😭😭😭😭😭

  • @dianemuhawenimana3666
    @dianemuhawenimana3666 Před 2 lety

    Pole pole sana vraiment 😭😭😭

  • @user-xv2er1zp6t
    @user-xv2er1zp6t Před 9 měsíci

    Pole sana yvan muziki turagukunda kbx

  • @speedmillionakarohosafi3864

    Be strong man

  • @filyamkeza9711
    @filyamkeza9711 Před 2 lety

    Poreni sana 🙏🙏🙏🙏

  • @Empower1tv
    @Empower1tv Před 2 lety

    Pole Yvan Mpore Cheriii Komera

  • @Gwaneza
    @Gwaneza Před 2 lety +4

    Be strong 💪 my lovely brother humura abagukunda turahari mfura nziza

  • @MsTima-eg1xe
    @MsTima-eg1xe Před 2 lety +1

    Be blessed bro🌬💓

  • @teacherwalyrics392
    @teacherwalyrics392 Před 2 lety +1

    We got your back bro 💪 your blessed to many of us 💚

  • @krodyakamarisa6734
    @krodyakamarisa6734 Před 2 lety

    Pole yvan

  • @edouardniyongabo6431
    @edouardniyongabo6431 Před 2 lety +13

    Dear Yago, ndasavye uhamagare uwundi muntu azi ivyuburundi avuge nawe kugira habe equilibre de l'information.kuko Yvan yarabeshe de A a Z

    • @MPUNGANEWS
      @MPUNGANEWS Před 2 lety +2

      Histoire arimo aravuga urayizi? Tu étais là? Niba atari ibyo wivuga ngo arabeshye.

    • @moyambiri257
      @moyambiri257 Před 2 lety

      yago hamagara massamba na yvan buravan

    • @mutoniwasekessia5399
      @mutoniwasekessia5399 Před 2 lety

      Ariko ntiyavuze u Burundi yavuze industry ya music, kandi aho ntiyabeshe naba Fizzo na bandi birirwa barira ko irimo ikibazo

  • @muglandry6978
    @muglandry6978 Před 2 lety +1

    Much love from 🇨🇦Yvan, we duhe ingoma ama haters azokwicwa nakabonge 😂🥳

  • @kanyangezilfa1985
    @kanyangezilfa1985 Před 2 lety

    Yvan Muziki , be strong , Imana niyo ibizi , abakwanga bareke , courage nkunda indirimbo yawe Mpa ku mazi.Keep up

  • @cestlaviecestlavie4073

    yooh Fizzo niko yabaye na Lolilo niwe yamwakiriye avuye iwabo i Makamba mais ivyo yamugiriye n'agahomera bunwa 🙏, mporé sha Yvan bandanya gahunda yawe Imana irikumwe nawe un jour bazamwara 👌👍

  • @tuyisingizeemmanuel3344
    @tuyisingizeemmanuel3344 Před 2 lety +3

    Number 1like muzimpe imana ibahe umugisha

  • @superApollo2012
    @superApollo2012 Před 2 lety +2

    “Darkness cannot drive out darkness: only light can do that. Hate cannot drive out hate: only love can do that.” “The opposite of love is not hate, it's indifference.
    Haters don’t really hate you, they hate themselves because you’re a reflection of what they wish to be. Komera mon frère, je ndi umurundi yavukiye , yakuriye, Yigiye Buja, yatyabanye n’abanyarwanda kandi yanabashatse mwo . Naragenze amahanga menshi, nasanze ko ibibono, ibigarasha, ibivagundu, …ataho bitaba muri societies zose.
    Yvan Muziki komera abagifise UBUNTU turacariho kandi turagukunda.

  • @KundaEstate
    @KundaEstate Před 2 lety +2

    Hyvan disi. Sha Ihangane kbs.

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 Před 2 lety

    OMG ibikomere disi urabigendanq warinze ukorerwa operation kubw'akagwi k'inkozi z'ibibi atanico ziguhora pole Yvan harya ngo igiker ugitera umugere ukaba ucunguruje wamye ubaruta uzama ubaruta kandi murabobos bashats kukwica bazatangara banagutanze gushika mumva so,komera muhanzi Imana izakomeze kugufata ukuboko murugendo rwawe kandi urakoze kubabarira abobicanyi be blessed my bro

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 Před rokem

    We love you so much 💪🏽💪🏽

  • @nimbonaalexandre1159
    @nimbonaalexandre1159 Před 2 lety +10

    Yago ntaguteranye nifizzo jewe nkunda urwanda nabanyagwanda murirusange King fizzo tjr fyeee

    • @fabricebishop3212
      @fabricebishop3212 Před 2 lety +1

      Fizzo ni king turamwera Inaha murwanda nawe azaduhe version ye

    • @davidinnocent7771
      @davidinnocent7771 Před 2 lety

      Ubujiji bukirimubanyafrica tuu. Gute wanga umuntu ntacyo yagutwaye. Nindwara murwaye kbs .
      Abafrica 😭 ishusho yubujiji bukomeye .

    • @rashkizakiza949
      @rashkizakiza949 Před 2 lety

      Fizzo kwankana bibi.kilamtu narizki yake.ntiyavuze igihugu cuburundi yavuze abahanzi.mushaka kuzamutemagura nawe? Niduniya hiyi

  • @blessingnizigiyimana4873
    @blessingnizigiyimana4873 Před 2 lety +1

    Turagukunda cane vyatumye ndagu following kuri CZcams.iyondakubonye nibuka indirimbo ivuga NGO “nkumbuye iwacu”.Yvan niwayibona uzonyandikir wangu.vyishiii tuzovugan.turagukundaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa sanaaaaaaaa

  • @yesuchristonumwami4383

    Yoooo Yvan mpore cane.Najew ndi umurundikazi nari narakubuze .komera kandi courage ico nokubwira ntawutangira Imigambi y'Imana kumuntu.Big up

  • @jayactros6977
    @jayactros6977 Před 2 lety +1

    Man keep going bareke bararusha nubusa agatinda kazaza namenyo yaruguru bazakugarukira one ☝️ day man

  • @misomushiko998
    @misomushiko998 Před 2 lety +2

    My brother gabany kuzan ibibaz ushiramw ibihung kuk ak Kant ub ushizemw Nik kab I love you burundi

  • @flyskyline7562
    @flyskyline7562 Před rokem

    Rara turagukunda cyane nukuri 😢❤❤❤❤❤

  • @umutimafamilytv992
    @umutimafamilytv992 Před 2 lety +2

    Wow I'm so sorry man but don't worry about what the people say. long as you happy that's what is a matter.

  • @Naomi-zy2zg
    @Naomi-zy2zg Před 2 lety

    Cha ndikumva ngize agahinda gusa pole sana Disi turenda guhuza story nukuri komerape Iman izagufasha kd ntacyo bazagutwara isaha nisaha baraduhiga imana igakingaho akaboko

  • @maniraguhajeanbaptiste4643

    Pore muvandimwe iyi niyosi twisanzemo kbx courage tukurinyima

  • @gedeonkwizera7949
    @gedeonkwizera7949 Před rokem

    Turagukunda cyane muvandimwe komeza umutima utere imbere

  • @yvesntonona1462
    @yvesntonona1462 Před 2 lety

    Frère Yvan turakuzi caane kndi turagukunda hama ukomere ube umugabo wame ugavye uracari muto isi iraryana Niko biri uhangane n'abansi ivyo biguhe icirwa.Turikumwe nawe nk'abarundi b'umutima

  • @startv257.
    @startv257. Před 2 lety +2

    Bro ivyo uri kuvuga ntago waguma ugarukana u Burundi canke Urwanda ufise uvyufa numuntu vuga uwagukoreye ikosa brother ureke gushaka kwankisha u rwanda nuburundi so big up sana akazi ugakora neza kandi wihangane ivyagushikiye brother be stronger Love from StarTV257

  • @muhitiratotoni3195
    @muhitiratotoni3195 Před 2 lety

    Yva gumakumuheto ndakuzi caaane petit frere Wewe ygore ndamuzi vraiment sinkeneye ko bitahurika nka biz.. pls ..... big up

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 Před 2 lety

    Yvan music turagukund dukund n'umuziki wawe abakwanga nabo baguhora kuba uvanze n'amaraso y'abanyarwanda bihorere bazabibazwa n'Imana kuko buriya niba hari umunyarwanda yaba yaragiriye nabi abobakwanga ntampamvu nawe babiguhora kuko buriya ngo umuryambwa aba umwe agatukisha umuryango ntabwo byakitirirwa abanyarwanda bose

  • @niyonkurufabrice3791
    @niyonkurufabrice3791 Před 2 lety +1

    Yvan Muziki turagukumbuy vmt uburundi nu bwa Bose tuguhay karibu

  • @thekedians6506
    @thekedians6506 Před 2 lety

    Nuh fear di haters bredda just trust di most higher 🙏

  • @mugishajpiere8261
    @mugishajpiere8261 Před 2 lety +6

    Urumurundi mugenzi wabo ahubwo mwige icabahuza kko urya incuti ukinovora intuntu

  • @tresorkabagema9123
    @tresorkabagema9123 Před 2 lety

    Only God can judge you Brother ...let em haters hate they got nothing on you and you still gonna be shinning ,Who Jah bless no man Curse.✌️🙏💝💸🤑🔥💯

  • @enockniyokwizera5150
    @enockniyokwizera5150 Před 2 lety

    😌😢😭🙏🏼

  • @westtvonline2963
    @westtvonline2963 Před 2 lety

    Be strong brother.

  • @zmkk2778
    @zmkk2778 Před 2 lety

    🇷🇼💓🇧🇮 Let's put away our Conflicts

  • @oliviaumwali8284
    @oliviaumwali8284 Před 2 lety +4

    Bro keep pushing you’re loved abobakwifuriza bagutangayo kuko urupfu twese nirwo turiho dutegereje

  • @Gymlifeforever922
    @Gymlifeforever922 Před 2 lety

    Stay strong 💪 Ntamvura idahita kandi niyaguye yarahise. Abakwipfuriza urupfu imana ibababarire. Wirambire! Kandi abansi bawe ubakunde kuko haraho uzokwigeza batagushikije 😆😆😆 kandi nintambwe ugenda utera barayibona so bakubite swatta 😛😛. Keep working bro imbere niheza…. We love your music all the way from USA 🇺🇸

  • @cedricgitwera3186
    @cedricgitwera3186 Před 2 lety

    Pole sana bro Imana Irakubona

  • @stivo5355
    @stivo5355 Před 2 lety

    Bro ndio dunia pole mungu atakusadia

  • @ninispes8093
    @ninispes8093 Před 2 lety

    Wihogora mwana wacu! Abarundi n abanyarwanda nous sommes les mêmes! YAGO i burundi turagukurikira cane! Turakumbuye Inyogo ye

  • @eddy.promoterblessing2789
    @eddy.promoterblessing2789 Před 9 měsíci

    @yvan_muzik mpise nibuka umunsi wigeze gufashya umwana yari yakoze ikibazo umufata umutwar kwa muganga mumodok yae hari kuri avenue de l'imprimerie I was say abanu babanu bariho kandi Burundi turagukumbuye❣️

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před rokem

    Yvan nihonkiboba ikikiganiro rekana nabo bakwanka ndagukunda cane ntawukundwa nabose kandi ntawankwa nabose knd ikiburantikiboneke ninyinawumuntu ntawanka umuvyeyi atarozwe uwumwanka abarikivume we courage tukurinyuma abafana bawe imana iguhekuramba uterimbere🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💕💕💕💖💯✅👌

  • @Bplus1
    @Bplus1 Před 2 lety

    I am the first

  • @esangira3648
    @esangira3648 Před 2 lety +2

    Bro, sabarundi bose bakwanka, kandi ntawukundwa nabose, nkuko wavyivugiye abantu bagaragaza urukundo utakihari. So, we niwihe amahoro, stay focused and positive, time will tell.

  • @usangabandiolive9850
    @usangabandiolive9850 Před 2 lety

    Be strong Yvan

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 Před 2 lety

    Asante Burundi