UMUNSI MUKURU WAHARIWE UKWIKUKIRA KWUBURUNDI KUNCURO IGIRA MIRONGO ITANDATU NAKABIRI

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 2. 07. 2024
  • ( Umwidegemvyo mu vyubutunzi , nikwo kwikukira nyakuri ) kuruyu wambere mukakaro 2024 , uburundi bwarahimbaje kuncuro igira 62 umunsi mukuru waho bwaronse intahe yo kwikukira. Ibirori kurwego rw'igihugu bikaba vyabereye muntara ya gitega bitewe iteka n'umukuru wigihugu c'uburundi Evariste NDAYISHIMIYE. Nayo muntara ya cibitoke uwo munsi mukuru ukaba wahimbarijwe mu makomine 6 agize iyo ntara. Muri komine Rugombo ibirori vyatewe iteka na Buramatari w'intara ya cibitoke BIZOZA Carem

Komentáře •