Umwimbu w'uburimyi ku gatasi k'umwaka w'2019 ushira uw'2020 wagenze neza murirusangi.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 18. 02. 2020
  • BURUNDI-UBURIMYI
    Umwimbu w'uburimyi ku gatasi k'umwaka
    w'2019 ushira uw'2020 wagenze neza muri
    rusangi.
    Uwo mwimbu, tukawukesha ahanini utwigoro
    twa Leta y'Uburundi ibicishije mu
    bushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi
    n'ibidukikije, mu kuronsa abarimyi ivya
    nkenerwa nk'ifumbire, imbuto zirobanuye
    hamwe n'imiti y'ibiterwa ku giciro kitavuna.
    Ivyo bikaba vyashikirijwe n'umushikiranganji
    Déo Guide RUREMA ajejwe ibidukikije,
    uburimyi n'ubworozi muri Leta y'Uburundi
    kuri uyu wa 19-02-2020 mu kiganiro yahaye
    ibimenyeshamakuru.

Komentáře •