AHA MUHITONDERE:IBINTU 8 ABAGORE NABO BANKA KU BAGABO BABO By Ev. Renilde SEMIRENGO

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 27. 02. 2024
  • HOLY CANAAN TV ni imboneshakure ibashitsako ubutumwa butandukanye,n'inyigisho z'Ijambo ry'Imana mu ntumbero yo kwagura ubwami bw'Imana.Yesu abahe umugisha.

Komentáře • 41

  • @UwiringiyimanaAnnemarie
    @UwiringiyimanaAnnemarie Před 2 měsíci +1

    Urakoze mubyeyi buriya abantu imitima yaraboze

  • @INGABIREVestine-fy2op
    @INGABIREVestine-fy2op Před 2 měsíci

    Mubyeyi byamayeho kuko narwaye hypertension. Imana igihe umugisha

  • @user-xg2uo2kk2i
    @user-xg2uo2kk2i Před 4 měsíci +2

    Urakoze cyane

  • @UMVIRIMANA
    @UMVIRIMANA Před 4 měsíci +2

    Imana iguhezagire

  • @mfuranzimajean7229
    @mfuranzimajean7229 Před 4 měsíci +1

    Icecekere wa mubyeyi we nawe si wowe!
    Umuntu wese akeneye kugira uruhare mu byiza yifuza.

  • @user-ro7cc4bt7h
    @user-ro7cc4bt7h Před 4 měsíci +1

    Imanuro zirakwiye bantu
    Bi Mana

  • @chantalumutesi7836
    @chantalumutesi7836 Před 4 měsíci +1

    Maman urakoze utwubatse muribyinshi imana iguhe umugisha.

  • @user-qt7pu2us5p
    @user-qt7pu2us5p Před 4 měsíci

    Imana iguhezagire muvyeyi mwiza inyigisho nziza cabe

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c Před 4 měsíci +1

    Mwiriwe neza muvyeyi .Uvuze neza cane.mugabo umenye kwivyo vyose biba vyavuye kuruwo mugore.

  • @Busal-og3yg
    @Busal-og3yg Před 4 měsíci

    Imana yarabahaye ubgenge muvyeyi🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼 Muhezagirwe

  • @renildesemirengo2803
    @renildesemirengo2803 Před 4 měsíci

    Mpore mpore. Imana ibatabare. Niyo buhungiro bwacu

  • @kellenmukagihana985
    @kellenmukagihana985 Před 3 měsíci +1

    God bless you❤

  • @MutesiMarieclaire-ej1di
    @MutesiMarieclaire-ej1di Před 4 měsíci +1

    Erega Christ niwe uzaza agaca intambara zigashira

  • @leonidassabushimike9377
    @leonidassabushimike9377 Před 4 měsíci +1

    Mwavuga mugabo ntiwibagireko haragore nubwo wokwita muaiko ugasha umutimawiwe uguma aribuye uhitamwo kurondera amahoro hanze kuko kuba muhira ataho bitaniye numuriro

    • @ChristineCimpaye-lf4uj
      @ChristineCimpaye-lf4uj Před 4 měsíci

      Harigihe habaharicatumye uba ibuye, burya abagorr barabika biryavyose bitarivyiz umukorera!

  • @ingabirejosine
    @ingabirejosine Před 4 měsíci

    Ryose inama yanyuninziza nangengeze igihe cyogushaka bizamfasha

  • @user-kc1qb4yg9w
    @user-kc1qb4yg9w Před 4 měsíci

    Muvyeyi xubahwe burya iyakorerakureho abaribindi muragize icomundahurzako akagenda ubabae yangarka ikieranja ukanyigisha muga ubabae harinigihe yamagusinga nkicuro zirenga5 asigabimeze nabi muga niwe mutwe wurugo niyiyumvire koyoyanga numugote abant twapfirie indani

  • @elienimbona2706
    @elienimbona2706 Před 4 měsíci +1

    Kamare zacu nizo zituma tunanirwa.

  • @user-dg6fe8rz7e
    @user-dg6fe8rz7e Před 4 měsíci

  • @user-du9jv6iz1i
    @user-du9jv6iz1i Před 4 měsíci

    Amin pr

  • @ChannelNiyurukundo-uw7pi
    @ChannelNiyurukundo-uw7pi Před 4 měsíci

    Courage et bien merci
    Maman wacuuuuuuu

  • @PhilbertKarenzo
    @PhilbertKarenzo Před 3 měsíci +1

    Bibah p

  • @DrUcx-ucx
    @DrUcx-ucx Před 4 měsíci

    Mubyenimanizaba mungo kuko ntankundo zikiriho inama nukumuntu yakigiririkizere akarekuwobabanagakomezibye ngeyambwiye konti puberi mukabari ago bigeze dusenge

  • @user-dg6fe8rz7e
    @user-dg6fe8rz7e Před 4 měsíci

    Merciii bcp muvyiyi

  • @mpawenimanaannonciate3344
    @mpawenimanaannonciate3344 Před 4 měsíci +1

    Murakoze muvyeyi .ariko twemerere ko turi mumisi yanyuma.mbega iyo bimeze uko umugore yokora iki ko benshi bagenda baraheze

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816 Před 4 měsíci +1

    Burya uvuze jewe gusa 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭ndakubwije ukuri ntivyoroshe ntivyoroshe namba mu ngo turimwo.Imana Gusa Idutabare.

  • @MutesiMarieclaire-ej1di
    @MutesiMarieclaire-ej1di Před 4 měsíci

    Turasabwa kwihangana kugeza kugupfa kuko hahirwa umuntu wihanganira ibimugerageza kuko namara kwemerwa azahabwa ikamba ritangirika

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c Před 4 měsíci +1

    Burya umugore akurwanya muvyiyumviro mukama hahandi natwe nkabagabo bitubabaza kubi.nayo ivyo kwanka imiryango abagore nimwe mutwara idarabo yigihugu.ugisha inama umugore agushigikira muri vyose nawe nkumugabo ucumushira hafi yawe.ikibanza abagabo duha abagore nimwe muciha. Nta mugore azi kuroranya woshira kure yawe.Nayo uvuze abagabo bacinyuma abagore emwe abagore nibo ba mbere kuko uwo abo bagabo batwara abafise umugabo wiwe.Rero abagore nibo bambere mubusambanyi.umugabo ajahandi kuko umugore yamufashe nabi.

    • @renildesemirengo2803
      @renildesemirengo2803 Před 4 měsíci

      Gutanako umwikomo siyo nyishu ahubwo nukuganira kugira mutore inyishu yibibazo muba mufise.

    • @KarimuncutiOrnella
      @KarimuncutiOrnella Před 3 měsíci

      Nukwiraba ivyo ukora ugahindura apana kwishigikira mumafuti burya wokorera ivyo bintu vyose avuze ukabikora neza ukareka kugira amahoro murugo

  • @MutesiMarieclaire-ej1di
    @MutesiMarieclaire-ej1di Před 4 měsíci

    Ese ubundi iyo umugabo atujuje ibyo bintu 8 nkumugore wumunyabwenge yakora iki?wasenya cg wakwihangana ?

  • @user-kc1qb4yg9w
    @user-kc1qb4yg9w Před 4 měsíci

    Umutima wabamama unyarka gukomereka kd ninako unyarka kunezerwa. Burya umugore ntahandi yategerezwa kuruhukira kireka kumugabo wiw kenshi usanga habikibzo umugabo akangira iyo umugore akamana yantimba uko abibika kenshi buryawe niowokora ibinganagt? Wew mugabo utigeze umwicarike ngomuyage kukibzo cigezekiba kabure niovyobabimaze imyaka niho usanga kenshi umugore yamana umudhiha ntavuge neza umubajije a akidhura i siw nuko yabitse yibint bibi ham mwenuwomugore umusi vyakunze akavuga azovuga ww murkumwe usange yapfirie indani

  • @genevievenyiransabimana1172
    @genevievenyiransabimana1172 Před 4 měsíci

    Mubyeyi icecekere nta kundi

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c Před 4 měsíci +1

    None uzoja kwubaka umaze kuryamana nabagabo 49 uwo mugabo mwubakanye agukunde uruvuye he? Uguma umugereranya nababahabara kandi ko benshi bagumana akakuvyarira urucangagirane rwabana wewe ukabumurezi nka Yosefu.Uwo niwe avuga kumugabo atamukunda naho yogerageza vyose nta munsi numwe azobona kwamukunda.iyo sujet muvyeyi yirekekuko nabagabo benshi baritone bicwa nabahabara babagore bameze batyo.

  • @renildesemirengo2803
    @renildesemirengo2803 Před 4 měsíci

    Abantu benshi Baja kubaka barakomeretse rero nukwiga ingene uzimya umuriro kuko kuwuhunga siyo nyishu

  • @danimoliere6919
    @danimoliere6919 Před 4 měsíci