Fabelove Dogo Official Audio @ 2018

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 09. 2024
  • Inyuma y'indirimbo yakunzwe nabakunzi biwe benshi,indirimbo yise " Barihe " ubu wa muririmvyi wanyu Fabelove Kamiligado aje abazaniye iyindi nayo nyene itavyorosha yise " DOGO " nimuyitege amatwi namwe.

Komentáře • 208

  • @eufraimnijimbere5895
    @eufraimnijimbere5895 Před rokem +17

    Umuntu aziii kamaze kuza k umviriza kandiii iyii Rap iryoshe 2023 ashireko Like

  • @baillydivinncuti201
    @baillydivinncuti201 Před 7 měsíci +10

    2024 abakicumviriza dogo mump likes turab💣💣💣💣🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @bainturo
    @bainturo Před 6 lety +18

    Love from #CityBoy Biguru Biyumba😅😅😅

  • @jeanpaulininahazwe9755
    @jeanpaulininahazwe9755 Před 4 lety +6

    Dogo by fablov 24000 vues mu mwaka umwe...best rapper in kenya by b face 24000 vues dans 3 semaines...yaragusiz sh vyemer rap yuda ni numba 1

  • @mtnumberone
    @mtnumberone Před 6 lety +20

    Love from weezynation

    • @mortishavida2273
      @mortishavida2273 Před 6 lety

      mt number one wizzy aba batipe kuri B Face nabana cane gose! Abara Rappeurs bumvikana ni T Max na B Face gusa. nkuyu nahora ndamwumva kwizina gusa sinaribwanumve indirimbo yiwe nimwe kabisa! Ngo narinziko uzozana iroketi none wazanye mugobore ntampamvu yokukwishura!! Hahahaha B Face ni King ntibamunyarako ndake!

    • @legend7dn407
      @legend7dn407 Před 6 lety +3

      Mortisha Vida we rap ntayuzi ndagutahura bfc aravumye kumaradio ariko simuri rap ni mur ragga

  • @philbertndayikeza3729
    @philbertndayikeza3729 Před 4 lety +7

    Kama unamkubali love Gonga like

  • @Jaymiami17
    @Jaymiami17 Před 4 lety +8

    Much love from Australia 🇦🇺 K SHAN BOY 🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @bizoskiyagistrapper2479
    @bizoskiyagistrapper2479 Před 6 lety +28

    Waranditse kabisa ,Big up sana my Bro.👌😂😂😂

  • @mbcboncamanda2777
    @mbcboncamanda2777 Před 6 lety +5

    Big up saaana Fabe love umuraper nemera ahubwo wari waratevye kuvugukuri ngo avyumve!!!!

  • @meschuvyamungu3358
    @meschuvyamungu3358 Před 6 lety +11

    Wew niwew gangstar iwacuuuu kabisa respect

    • @calebdouglas4929
      @calebdouglas4929 Před 5 lety

      Prince urunvako abarundiko dushoboy ark aramuponze b face

  • @vincentgomezgomez9093
    @vincentgomezgomez9093 Před rokem +3

    Much love from🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦

  • @kazeclaus2398
    @kazeclaus2398 Před 6 lety +6

    yeah big-up sana my gang star k.shan boy kamirigado subira utuvyurire rap yakanovera kuko abo bageraje gushira imbere ivyabo vyarabatekurukanye ntibize biguce intege mugihe hariho abazoba bariko barakwirengagiza

  • @bestpro582
    @bestpro582 Před 6 lety +2

    Caaaaane gose kamiligado . uyo mudogo mubwire ntazi ivyakora akaca avyita rap. courage bro KING RAP muburundi

  • @reverienhakizimana28
    @reverienhakizimana28 Před 6 lety +2

    Respect kabx WW iconogusaba mukorane colb n B-fac vyicamwo neza vrm Rspct

  • @nachilon6529
    @nachilon6529 Před 3 lety +3

    Love from NA chiløn ✌️🇧🇮🙏

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 Před 5 lety +2

    This Fabee is Emy- Nemy ndakurahiye. Well done bro Faby

  • @djnoe3933
    @djnoe3933 Před 5 lety +2

    urakurako ikikintu ushireko song ifise time nziza.... hama best song nukunyen

  • @kinghubert4533
    @kinghubert4533 Před 6 lety +10

    Uranyemeje ndake 😍😍😍😍😍😍😍😆😆😆😆😆😆😆😆

  • @rukundodivin4068
    @rukundodivin4068 Před 4 lety +3

    Still playing this hit song in quarantine 😯

  • @wilsonkwitonda496
    @wilsonkwitonda496 Před 6 lety +3

    Wari warindiriye iki.
    Barakubona bagucokoje ntiwari kuduha gishasha

  • @sindayigayasylvestre9762
    @sindayigayasylvestre9762 Před 3 lety +2

    Ninde akiyumviriza 2021?

  • @b2daytv887
    @b2daytv887 Před 6 lety +2

    Fablove arizi rap but rap yiwe ntaho izomushikana kuko ntazi ivyarimwo, umuziki wiwe si commercial !!biragoye cane gusubiramwo indirimbo yiwe!! Muri concert agezweho usanga afise abantu bake bashobora song ziwe uca usanga ariko ararimbira wenyene !!bface aho arushiriza bagenzi biwe umuziki wiwe uri commercial abantu bawufata mu mutwe na ningoga kandi arazi kwandika kubarusha bose !!ama lyrics yiwe aba ari nka histoire ukuntu kndi itahuritse neza !!

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 6 lety +2

    sha wew urisuzum nuzi nogushir i song kur you tube ngo ham ukeney guter intambw

  • @burundifrancois4718
    @burundifrancois4718 Před 6 lety +2

    Wapi...sha..warishuy ariko....oya...urya mupeti...kugir mushobor bizosaba gukora beat nyinshi...bibaye ngombwa mueokoresha gutukana...ngir kugir irya ndirimbo ikoroke...si non yarabahonze mulutwe kabisa... Fabilov j muri studion imeze neeza...apana ahantu bagukorey indirimb umengo...ni mukagopo... Wapi...studio siyo kweliii....

  • @AugustinNkundimana-g1q
    @AugustinNkundimana-g1q Před 2 měsíci

    Fab love ndagukunda cane ntah ntarakubo face to face,respect❤

  • @remyndaribike3964
    @remyndaribike3964 Před 5 lety +3

    Fabelove. Big up. B Face numwana kuri Rap Dogo

  • @nibarutadesire8249
    @nibarutadesire8249 Před 5 lety +5

    Big up uramuvunye igikanu ndake

  • @niyokwizerachadrack5972
    @niyokwizerachadrack5972 Před 6 lety +5

    Fyonyora fyonyora ivyo bi dogo

  • @saidihamzaramadhan2338

    Sha vrt nawe urigisigo mukurapa mwishwanje
    Fabi big up Mungu akuzidishie wepesi

  • @stadimonotheist9022
    @stadimonotheist9022 Před 6 lety +11

    Kabsa bitumy nshirako comment kuko vyinsh bib ngo birutwa Na bike vyiza,#fabelove igikogwa ciza

  • @klein-257irdkj5
    @klein-257irdkj5 Před 5 lety +3

    Fabe love est une vraie machine

  • @bakithekid27
    @bakithekid27 Před 6 lety +3

    Oh my God this guy is so talented

  • @legend7dn407
    @legend7dn407 Před 6 lety +5

    Yes narondere izina yiyita apana umu rappeur kuko ivyakora si h i p h ô p 👏 kamili gado

  • @peacekayan7928
    @peacekayan7928 Před 5 lety +1

    Mubwire uyo mu Dogo,respect fabelove

  • @jeffcedry
    @jeffcedry Před 6 lety +1

    Safi saaana wewe ni #kamili Rapa Boy frm kayshan..umekaza

  • @user-en6sb9vi9s
    @user-en6sb9vi9s Před 4 měsíci

    Yee brother respect kbx kbr uri 1 kabx

  • @jeanmariendikumana998
    @jeanmariendikumana998 Před 4 lety +2

    C,est scandale vrmt comme rappeur légendaire comme ce lui ci de ne produire des tracks visionnaires
    .tu resteras artiste local si tu ne changes pas

  • @EmmaNdayizeye
    @EmmaNdayizeye Před 25 dny

    Fabelove keep on working ghee 💪

  • @ingabireawazi2918
    @ingabireawazi2918 Před 6 lety +3

    Ni danger kbsa nibitagira ico bimuhindriye azoba atazohinduka
    GATO KARAKURA
    CankuzianO

  • @chadryarcelkarire9232
    @chadryarcelkarire9232 Před 6 lety +4

    Egooo ndk game igiye kuryoha

  • @nathanaelnzoyikorera5074

    Tha keshan boy is better than others rappers

  • @user-kl8im2ex4v
    @user-kl8im2ex4v Před rokem +1

    Mwambie kabs baba

  • @billygeithiradukunda7400
    @billygeithiradukunda7400 Před 6 lety +2

    big up bro ndakwemera

  • @flambeauxducentre5758
    @flambeauxducentre5758 Před 3 měsíci

    King of Hip Hop Fabelove

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 6 lety +1

    aba rapper biburundi mukora ata numbero mufise nicogituma rap mu bdi izokwama irihasi cane mukor biff zubwenge zibinzijira ama cash apan ubujuju kuko mbon ariy vision mufise

  • @Tellylove884
    @Tellylove884 Před 27 dny +1

    Goood bro🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂❤❤❤

  • @arnaudmadrileno8527
    @arnaudmadrileno8527 Před 6 lety +5

    nakubali👏👏

  • @charleshakizimana4919
    @charleshakizimana4919 Před 6 lety

    Ubusanzwe abamwita umurapper nibo bamuhenda! Aririmba bien, ariko si rapp akora man

  • @yuliyusijules4006
    @yuliyusijules4006 Před 6 lety +4

    WE DOGO NEZA CANE!

  • @cubahiroaboubakar4953
    @cubahiroaboubakar4953 Před 5 lety

    ndagukunda caaaaaaane ndagusavy uduh iyidi nyimbo yo guponda urya mwiyemez b face

  • @nduwayojustin5107
    @nduwayojustin5107 Před 2 lety +1

    Kabisa mutama wanje.big up

  • @nellynatburundi422
    @nellynatburundi422 Před 6 lety +1

    Hhhhhhh Uy niw Faby love the really, yoooo my God wht that ,,,hhhhhhh you made my year kbs hhhhhhh iy Migani komer

  • @florisizere3574
    @florisizere3574 Před 6 lety +1

    sukuvuga ngo b face ntavyazi ariko turavye promotion bamuh itaye amakenga kuko fabulove yaba bamuha nkirya abayarabarangije ,kuko kugira usubiremwo indirimbo ya fabulove birakugora mugenzi ,ndamukundira ningoma akorerako z'iburundii.

    • @simonflanickirakoze2518
      @simonflanickirakoze2518 Před 4 lety

      Indirimbp yiw kugira uyumviriz neza bisaba uyivuze nka gatatu cnk Kane kgr wumve ivyo yaririmvye

  • @lyricswordofgod90777
    @lyricswordofgod90777 Před rokem

    Sha pet hari kimwi nabibir ntuze usubir gukinisha intare yokurigatur uwusakurume yisobimber uwuhezwe nagahegwe acaninkizo hhhhhh

  • @nsavyimanaprime8572
    @nsavyimanaprime8572 Před 5 lety +1

    NICE SONG BROOO RESPECT URAZI KWANDIKA PE

  • @legendary.music1
    @legendary.music1 Před 6 lety +3

    Nice song
    💀Wendo crâne Wendo kichwa usi abandonné

  • @Jeanclaudemboma
    @Jeanclaudemboma Před měsícem

    Ndi malawi ariko nanje ndemeye kabisa

  • @niyukurifulgence2545
    @niyukurifulgence2545 Před 6 lety +5

    good job

  • @fredericmanirakiza3644
    @fredericmanirakiza3644 Před 3 měsíci

    Fabe love wubahwe kwel aka kantu niko

  • @irangabiyeceleste4190
    @irangabiyeceleste4190 Před rokem +1

    2023 🔥🔥🔥

  • @Kimwanab
    @Kimwanab Před rokem

    dogo wimatongo😂😂😂😂 kimwana of mtg ntarimw cank? hit song kubanyamatong bose💪💪💪💪

  • @nsavyimanaprime8572
    @nsavyimanaprime8572 Před 5 lety +2

    NICE SONG RESPECT FABELOVE

  • @ThaBest-Optatus
    @ThaBest-Optatus Před 2 lety

    Ndemeye kbsa, kuva uno musi uri king wa rap🤐

  • @lutenclassic4772
    @lutenclassic4772 Před 6 lety +1

    You kill it bro... Respect

  • @jeffcedry
    @jeffcedry Před 6 lety +1

    u killed him bro..wape shida watoto

  • @maishaforreal7798
    @maishaforreal7798 Před 2 lety +1

    Young Legend 🔥👍🏿

  • @bigsonleba4172
    @bigsonleba4172 Před 6 lety +2

    Ico novuga Fabelove yaririmbanye agahinda ariko niyaba yakoze asubiza Girukwishaka Boniface aka B-Face niyihangane kuko B-Face arashoboye arashoboye.Bose barashoboye ariko kuzamukira ku wundi never.B-Face ararasa.
    Gusa nawe Hitamwo icogukora kuk uri mu nzira gusa B-Face arakurusha!

  • @hm3190
    @hm3190 Před 6 lety +4

    kabisa uramukariy gose

  • @venusteclassic9025
    @venusteclassic9025 Před 3 lety

    Fabelove, naho ari game ndakubwije ukuri b face wewe arakurusha mind wewe vyagiye kwanka vyase ,hip hop yawe yicwa niryo jwi ryawe

  • @monrisofficiel5916
    @monrisofficiel5916 Před 6 lety +1

    Nice song..hip hop BUJA.

  • @jemusihararianama642
    @jemusihararianama642 Před 3 lety

    Njany naho wemera kwariwarimbere yanyu kuk wavuzengo Bashirimbere ababishoboyi urumva niwarimbere ubu

  • @sostensopy2
    @sostensopy2 Před rokem

    Instead of all respect this fire song🔥🔥

  • @oliviernkurunziza2997
    @oliviernkurunziza2997 Před 2 lety

    Iyi music ndacayumviriza kabisa rap ni nk'iyi niyo ikenewe aha BUJA

  • @CraynePeter
    @CraynePeter Před 3 měsíci

    Respect fb lov

  • @jeansteve7179
    @jeansteve7179 Před 3 měsíci

    @nciye nkumbura mubusoro na fabilove

  • @florisizere3574
    @florisizere3574 Před 6 lety +3

    urenze muta ivyobiduga nukubiturirana nabisunika, turamaze kubona ingendo yibiturire yaba promoteur barahumba ,ngacobazoshikako

  • @masezerano2819
    @masezerano2819 Před 2 lety

    Waririmb nez gusa nuk utukan can urarab uhindir.

  • @kirinyota
    @kirinyota Před 6 lety +1

    🔥🔥🔥😅😅😅...crazy....keep up

  • @user-be6en7zk7c
    @user-be6en7zk7c Před 5 měsíci

    King💪🇧🇮

  • @wenyemacho7940
    @wenyemacho7940 Před 6 lety +2

    Fabi aratanze ikonzi à la Pablo Escobar:ibiguru biyumba😂😂😂😂ni nde yakwise on the flow????

  • @claudineangel2283
    @claudineangel2283 Před 6 lety +2

    nice song

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 Před 5 lety +1

    Big up my bro weni fire

  • @kingblackwallah
    @kingblackwallah Před 6 lety

    Haha! Numva urugero mugezeko arihatali kweli! lakini haracariho ikintu kimwe gusa kibura, kandi muracibagira caaane, B face na Fabilove...........,, nukuraba nezaaaaa, ariko sinziko arama..... agezweho

  • @fabriceruremesha8156
    @fabriceruremesha8156 Před 6 lety +4

    The rapper tupac du burundi

  • @Prince_Glory
    @Prince_Glory Před 5 lety +1

    Nice song bro 🔥🔥🇧🇮🇺🇸

  • @jimmydelphin2623
    @jimmydelphin2623 Před 5 lety +1

    j'suis fan👊

  • @JubaKonyokonyo
    @JubaKonyokonyo Před 28 dny

    Nakubari baba

  • @sergeshimirimana8363
    @sergeshimirimana8363 Před rokem

    Ndo hivo

  • @AlexisHakizimana-oh8bt
    @AlexisHakizimana-oh8bt Před 7 měsíci

    Fab love nakubal

  • @user-ms3tn1oe6e
    @user-ms3tn1oe6e Před 7 měsíci

    Docteur kng Burundi kwt

  • @afrosportsnews7641
    @afrosportsnews7641 Před 6 lety +1

    C'est b1 urabizi arik ntuwokwewgera Bface. Niyo mpavu utomwita dogo

  • @jeanpaulininahazwe9755
    @jeanpaulininahazwe9755 Před 4 lety +1

    Abo bose baguhenda ngo indirimbo iraryosh nabaguhenda nicogituma udatera imbere uguma hahandi...b face yirirwa mu ma concert hirya no hino kuri wewe wibaza akundwa kuberiki?yaragusiz Marek

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 6 lety +1

    uyo dogo anakupa presha wey achan na music

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 5 lety +1

    big up kamiligado

  • @julianna-claragiriteka7473

    respect fabelove

  • @gilleseloirwibuka3252
    @gilleseloirwibuka3252 Před 6 lety +2

    Respect !!!

  • @egidenshimirimana5529
    @egidenshimirimana5529 Před 4 lety

    Kosora kabisa, (kamiligado)

  • @florisizere3574
    @florisizere3574 Před 6 lety +1

    ubandanye uduha utuntu twumutse muta urarenze nukuri

  • @maishacenter-eastafricatv3976

    April 2024

  • @nzambimanaeduard9771
    @nzambimanaeduard9771 Před 2 lety

    l like your flo