B face ndabuze ivyo novuga n'ukuri kwa Mungu , 10min n'icaye hasi ndayumviriza ino ndirimbo , Koko wewe Guhera unomusi ndakwise King of Rapers bashake bavyemere kbs.
Thanks sana big up sana wavuga kabisa abo batu biborna kundirimbo zo hanze nibikubite agashi bamenye KO atawuzo kunda ibuntu vyacu mugihe Natwe tutabikunda.
Ukuri kuraryana ariko numuti kandi kurakiza B-man face babwire izonjinji zigirira ishari abiwabo zigashirimbere abanyagahinga muyandi magambo abanya Mahanga as long as we have B-face to Hit them really hard vunizombwa
Kbx big up my brother babwire music sugufyina nugukora kuko jewe naribuze ko ngaha hari music ,they have to work hard instead of making those Biff ; knd iyo umunt ark aravuga ukuri benshi baraja contre yiwe knd bazi ko ari ukuri bakabirengako babizi!
Bro B Face Sha uri hatari kabisa! Wachanye ntako udakoze pee! Ndakwemera 100%! Bro urigisigo mukurapa kabisa. Babwire bumve kabisa.nuko nuko!!!! Big up man.
ndashigikiye iciyumviro nyamukuru b face ashikiriza mw'iyo ndirimbo . Barundi Barundikazi,ntawuzoza guteza imbere uburundi atari abarundi ubwabo nyene.si no mu muziki gusa ni mu bice vyose vy'ubuzima bw'igihugu
Keep it up bro , tell the truth who love he be love who hate don’t even listen, umuziki muburundi ntuvuzwa cane , special they Americans song I never hear in usa they burundi song ,
B face ndabuze ivyo novuga n'ukuri kwa Mungu , 10min n'icaye hasi ndayumviriza ino ndirimbo , Koko wewe Guhera unomusi ndakwise King of Rapers bashake bavyemere kbs.
B FACE Hats off bro hahahhhah really you make the difference urabariye kabisa duhe akandi kabisa
B-face urankosoye kbc mbuze ico mvuga ahuri hose menyako marley agukunda snaaa brother babwire borohe 😅👏👏😍😚🙏
Uri number one b face
Impanuro ziri muri iyi ndirimbo ni izo kabisa, turakwiye kwikebuka!! Umuziki ndundi urakwiye guhabwa agaciro kuko ni umiwiki mwiza caana!
New generation! Barumdi, Barundikazi, iri ni itunga ntangere. BF, Urakora ku mutima!
Courage shn On the'flo uzokwama ur king kuber uvugira abanyagihuguu
Wababaye kabisa... Bivuge ata nzigo atanurwamo... Bivuge Big up BFace
Ngo nduwi Kigali kandi muba ku Mutakura. Murakoze gushira Mutakura on the map.
Thanks sana big up sana wavuga kabisa abo batu biborna kundirimbo zo hanze nibikubite agashi bamenye KO atawuzo kunda ibuntu vyacu mugihe Natwe tutabikunda.
Bg up brooo ✊ nongaho USA urimo kuduzaza mn✊komeza ✍️✍️✍️✍️
Wambie b face nice song meja from canada
Komera ukomeze
Amazing ❤️
Impanuro Gusa nice 👍
Babwire my bro b face
Ukuri kuraryana ariko numuti kandi kurakiza B-man face babwire izonjinji zigirira ishari abiwabo zigashirimbere abanyagahinga muyandi magambo abanya Mahanga as long as we have B-face to Hit them really hard vunizombwa
B-Face ntakubeshe hariho difference hagati yawe nabandi baririmba Hip-Hop you're the king kbsa murino minsi👑🔥
Aratanganj Kandi kbs ariko arakora sana yongera anahindira vyinshi muri hip-hop yuburundi🔥🔥🔥🔥💥💥💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Ivyawe birandenga B face kwemera birenze Big up
Ndi umunyarwanda gusa nukuri nkunda umukozi kumurimo uyumujama ndamwemeye kd mpise mba umufanawe ukomeye
b face unyibukije amateka ya riderman 10' ataguhagarik big up sana
napenda unavyoimba Bro. big up sana urashoboye cane
nice song bro b face kama kama dawa👍👍
I am Proud to be a fan of burundian music,B face u the true first rapper ever 🇧🇮🔥
icagatatu nicakane nicambare ni🔥🔥🔥🔥🔥
This guy is very dangerous ... Keep it up bro
🤣🤣Nic song babwire kbs ukuru love u
Kabisa nanje ndemeye...urabivuzeee
Yaaa this guy is lit wallahi...abandi baribeshaa, koko uraseruye icari k'umutima pee!!
😅😅Atanzigo atanurwanko bivuge kweri sha iyi rero yanje hagez ndakwemeye nibabanze bakunde ivyiwabo nayo ivyabndi ntacobimaze ndagukunda rero ukuntu uca imigani yikirundi urumurundi 100% Respecte bro
Ahaaaaa....bibwirwa benshi bikunva bene vyo, Uwutazokunva muminota 10...uzoce uheba! suwuzovayo. NEZA CANE!
Direct hahandi
@@jameselias7572 kabisa ntahandi niho nyene nanjy ndabizi
B face akwiye award ya ''best writer'' ... 😂😂😂 ivyo guca kuruhande yabihebeye amakinga ☝
naku bari baba 👏👏👏
Ndagufana sana nikubivuga uko biri kuber Ukuri turabizi kubabaza sana big up bogart
Bro urazi ikirundi man! Killer style. Added to 40 playlists @ DJ MURYA OFFICIAL
Uje uri urubeya kabisa. Ibikogwa vyawe biriko biratweza.
Komera uja imbere bro!!!
Kandi uzanye style itamenyerew, so uri umwe kabisa!!! Urashoboye!!!!
Eish...Mbega mbega...We b face mungu anakuona
Uyu muvandimwe azi kurasa kandi ni umuhanga. Ariko se abanyamakuru b'i Bujumbura nabo bameze nk'ab'i Rwanda. Sha mubakatire kuko natwe twarabarabgije dusigaye twiyumvira amakuru ubundi tukiyumvira CZcams. kuri radio ni ZERO.
Kbx big up my brother babwire music sugufyina nugukora kuko jewe naribuze ko ngaha hari music ,they have to work hard instead of making those Biff ; knd iyo umunt ark aravuga ukuri benshi baraja contre yiwe knd bazi ko ari ukuri bakabirengako babizi!
👍 waje hageze muta. ahubwo, 10:41 ni mike! uradukorera akandi ka 30' 😂😂😂! za udukosora abo bajinga. courage sana.
B-face unaweza zaidi kbs mikono nawekajuu
Bro Uzi kwandika vrmnt lv from rwanda
Big up mutu wangu washa fire 🔥🔥🔥 ukuri kurababaza
Cool 😎
Hahaha kabisa una tisha B FECE
Bon courage B-Face!
B Face for life👌👌
Bro B Face Sha uri hatari kabisa! Wachanye ntako udakoze pee! Ndakwemera 100%! Bro urigisigo mukurapa kabisa. Babwire bumve kabisa.nuko nuko!!!! Big up man.
Big up Burundi🦅
Akayume kweri ikirundi dukunda
Big up sanaaa bro ndakwemeye knd ndagushimiye caneee gose
Wavuga ntiwavura vrmnt
Atari induru Gusa nk'ibikaya muma gunira? 😂😂😂😂 uranyisheee B Face
Can’t get enough
Canada 🇨🇦
Big up sana my bro.iyi song vrma irimw impanur nyishi cane bro
Big up saana...kuri ino song... courage my bro!
Nic Ndakwera sana uririmba neza
Big up b face i am people of zambia i love this song❤❤9❤❤❤
Ibikaya mu maguniraaaa hahahahahahaha babwire bumve!! hama ico ca gatanu ni ca kabiri ninkora mutima kabisa uraba wumva birenge niwe ubarirwa
Iy song izokwam ir hit kbx
ndashigikiye iciyumviro nyamukuru b face ashikiriza mw'iyo ndirimbo .
Barundi Barundikazi,ntawuzoza guteza imbere uburundi atari abarundi ubwabo nyene.si no mu muziki gusa ni mu bice vyose vy'ubuzima bw'igihugu
Chiiiiiuuuuu
Urakoze kubakura ku nzira kuko ivyo baririmba ntitubatahura nibagezaho
Nibaririmbe rwabo vyaturambiye twebwe abakunzi b'umuziki
Birateye ubwoba wumvise ivyo aba Dj bakora, uravye n indirimbo dusigay dufis ziri o top
Ndemeye vraiment kuk uvuzukuri.
💥💥💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 all day
Sema B face on the flow.. 👌👌👌👌 ikiri k'umutima kigira kane ni original😂😂😂
Sha aho nanje nemeye pee
NC song boi
Ooooooh babwire mze👏👏👏👏abitamwo nk'isazi yita mumata 😂😂😂😂kubita kumagara ntibumva 😷😷😷batonde kigabo!!!
Respect man
Mistali yenye vina kabisa, mzee nakubali
Mmmmmmh hari wewe nurya mutype yakwise dogo murashoboy kabisa unayipa haki beat kabisa
Iyi ndirimbo iyankuyemo pe. Bitumye b face mukunda
Uravuze ibintu bizima sinaribwumve neza love from +27🔥🔥🔥🔥🔥
Wow you the one bro
Ninde acumviriza iyi hit muri 2020?
Jewe ndayiriko
Je nubu ndacayiriko kwr
Je nubu ndacayiriko kwr
Guys we need to support this guy ariguteza imbere uburundi nukuri 👌👏👏
Ngoma kali,nimeilewa kinooomaa,fireeee
B face numwami wa hip hop je ndavyemeza
Kabisaaaaa👍👍👍👍👏👏👏👏👏👏courage vrt
My B face simpaga kukwumva nanubu nagarutse en 2023 Kandi igihe cose nzohora mpari kubwawe uranduhura kabsa❤❤❤❤❤❤❤❤
Congratulations for this song,Mr B face on the flow.
I like your hardworking, bro
Iyi song vyans ko ndayihaga. Munyihanganire, pas parce que gusa message, m amajambo arimwo, n'ubuhinga birimwo, plus umudiho. Big Up mon frère @B-Face
👏👏 ndemeye kbsa
urashoboye bro komera kabisa
Keep it up bro , tell the truth who love he be love who hate don’t even listen, umuziki muburundi ntuvuzwa cane , special they Americans song I never hear in usa they burundi song ,
A hat trick to B Face, a real Burundian rapper
Coup de chapeau
Bavyita Guhongora injavyi mu kirundi,Keep moving forward bro,keep pressing
Urumuhinga yumukizi urakaze b face keep it up
Ivyo guca pembeni twabihebeye amakinga😅😅😅😅
Ibiri k'umutima
Nice song
King râper ndi
👌👌👌👌👌👌
yewegayeeee....!!! kbs ndumu rappeur noca ndabiheba kuko ndumva hariho beneyo
nakubali kbx brooo
Iyi yoyo ije ari missile kabisa, watsapize waridize kulize ize tigzagwan watagwan bumbastik tiiiiiiiiiaaaaaaaaa!!!!
Hahaha
Ego Abarundi bakunde. indirombo zabo kubera Izabanyamahanga. ntakamaro KO zivuza Ataruko ziteturura. indoro. yaryaruka rumwe rumwe
Nic song men
nakubali B-FACE 🤘🤘👊👊
nc bro
Respect braa🔥🔥🔥😂😂😂u kill da beat wallah😂🔥🔥
woow very nice song
Hahahaha u make my night b face😂😂😂
Olga lorie r
Lorie, uyu muhungu kuki aje nabi ?
Ntavyoguca kuruhande nkamakinga kuko ikinga urishize hagati mwibarabara hagati baraguyfonda, uyumuhungu aranyemeza kand'amajambo avuga arumvikana.
nice b face
Muze uririmba bien sana... big up kabisa... ariko uraheba ama clip ntakubereye nagato... ninka fizzo... clip sivyanyu
Nukuri nukobumva umudiho hokumva amajambo nayukurikwel birakwiye guhinduka ivyumzikikwel uterimberekabisa
Nukuri