B face - Insolites ft. Meili (Official Video Lyrics)
Vložit
- čas přidán 24. 01. 2021
- Insolites is B Face's 2021 debut Song featuring Meili.
Audio produced by AMIR Pro
Lyrics made by Jay Smith
The song is all about the problems and challenges that hamper the Burundian music industry.
Buy and Stream on:
Deezer: www.deezer.com/us/album/20382...
Spotify: open.spotify.com/album/57j6CT...
All right reserved @RapBusiness 2021 - Hudba
keep listening to insolites guys enjoy it
umunwa ni jew ijambo niry umufana murakoz ibandanye ibaryohera ntimwibagire kugira share ,subscribe, like,na comments
🙏
Woe uwutakwemera arasara
𝐊𝐚𝐛𝐢𝐬𝐚
Merci sanaaaa bro uranduhuye kabisaa ndaza kukurondera kabisaa kuko
Ikintu nari maz iminsi niyumvira cofasha #Iyibeat bige kuyikubita live abaririmvyi #bazikorereko kenshi uburundi #bugire Ico #bwisangije i know Imana Irik Ibarabisha Amaso
Urumugabo ndake
Uwabaye nkanje iyindirimbo Akayumva akongera akayitangura Ampe izo Like
Big up mr Face
BFC urihe kowahoze cane
😂😂😂😂😂😂😀😀😀😀 Nashaka mvuge ikintu reka nkaukeeeeeee....😀😀😀😁😂🤣🤣🤣But iyi song nayumvirije incuro 10 sinzi ko bahari abo twavyumvise kumwe
Izahakuuu wumvise k bakuvuze
yiyumvis
Akazi keza bro bubabwira baze baragabanya
Umuntu yumviriza indirimbo nkanje ari gusoma commentaire zabandi mpa like nkubone
Mugabanye bana hhhhh uburundi niho honyene abasani bakora collabo aruko bahujwe namacinya hhh love from hit top tv gonga like ngaha nimb wayikunze
Naw Landry ntubibona?
COVID19 ariyo yahuj abaraho🤣🤣🤣😻😻😻🇧🇮 Turakund Igihugu Gsa Insolites zirarenzw🇧🇮
Plz Landry ,umuvumburo wihuta kwa B face
Umuvuburo kur b face
Muturonderer kweli kuko ivya insolite birarenze
N
Ndayumvirije 5 fois.
Rap COMMANDO Akoze Umuti, Araduserukiye Abafana.
Uwemera ko akwiye Trophy ivuye Mubafana AGonge Like Ngah please.
Nihano umuririmvyi wa gospel yirenza royal 10 nimifuke... Uratwenza peee, nkivyo uvyiyumvira gute!! Urarenze, uwuvyemera namp like
Kabisaaaa love from IHURORO TV
Hhhh ngo ngwik ihuroro TV
@@samynish257 🤣🤣🤣🤣 c'est une erreur humaine 👊
Insolite à 100%
Bakuveko uvuz ukuri kwose.
👍
oyooooo😂😂🙏🙏🙏🙏
Hahhahhahah weye B face gabanya muta kazi nzuli ndakwemera kabisa! Ndayemeye uranyemeje courage on the flow
Gusa ntugikora wewe nkubonera kuri comentaires zaba songs yabandi eeeh chriss biz garuka muri game urakumbuwe
Nshaka Remix ya Chris Biz kuko amateka yoba yanditswe😂😃💯
Urakenewe nawe blo turagukumbuye
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Wallah ubivuze vyose ndagowe
Heureusement ko bibwigwa benevyo
#nduwokumashuha
Hahahahhhhhhhh ndakwemera big up sn
Jewe ndakwemera sana niwe wenyene ushobora kugira indirimbo ndende(nkaba congoman) ARIKO ikaguma iryoshe #keepitup #ushoboyeubaushoboye #talent #257insolites
Love from Ildephonse comedian 💪💪🤣🤣🤣
Kabis
Ildephonse ndakunda ukuntu utwenza
👅
Big up bro
Bt brather jew mfis impano ya comedy
Ninde amaze kwumviriza incuro 10x😩
Congrats My King Rap Yuda
Uranyemeza, Ndakwikundira Keep Advices Us.
I Agree with you in this Song.🤝🤝🤝👏👏👏💌🥰💝💉💊💉
💥💥💥💥💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥akazi keza bro tera imbere
Thank you for your support ibi nivyo dukeney mu muziki wacu mufatane mu nda
Urashoboye gr frr sindambirwa no kwumviriza I song yawe iranduhura pe
Lolilo
Babwire buvye kubera barasarisha kandi nivyo kweli 👍👍👍👍👍🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️
Hahhhh ako kabakizwa karanyish kabisa 😃Big up I song iraryosh saan;ikiryosh gusumba nuko naw wishizemwo,uvuze ukuri du début jusqu'à la fin👏👏👏👏👌👌👊👊👊
uwuguma ayisubiramwo nkanje nampe izo like #love_from_yanje_tv
Ndakunda ukuntu B-Face yicara agatororokanya ivyiyumviro nk'ibi, bravoooo
Impanuro zirakwiye, hasigaye ko abaririmvyi mwicara hamwe mukaba umwe, Love from Somalia peacekeepers.
Nice song
@@augustinegahimbare9094 Yes it's a best song, u are right.
You the only one you the biggest you the best You're the one who has a key from rappers. 🇧🇮🇷🇼 Ibiwacu ndabakunda 🇧🇮🇸🇪🇸🇪 gonga cin👇
Mubaririmvyi dufise bubwenge mu Bdi ndemeje ko ari B face vrt salute man
Ntibumva nkugutwi kwi 🐐🐐kwumva kubabuye be face bahe benevyo bavyumve kabisa
Bite ni sawa ga Boniface,nagomba ugushimira ku ndirimbo usoheye nibaza yuko bumvise impanuro zawe Imana igume ikuja imbere muri vose,ugume ushira inguvu zogukoresha ivyakaranga kacu kugira tugume tumenyekana kubijanye gucuraranga ukoeresheje ingoma,ikembe,umuduri,inanga.Urabandanya uko numvirije indirimbo yawe.Nibagerageze ku kwigana muri vyose,big up B Face.Uwuhoraho agume akuja imbere...
Uwemera ko B-face yatwits🔥 amp izo Like 🙏
B Face uvuzukuri Kwel ntah muja
En tous cas vrmt nafurahi sanaa
"Mu Burundi 🇧🇮 niho honyene umunt ashobor kwiyita Marshall ata n'umu City afis amucungera😂😂" B face wubahwe kbsa🙏🏾😂👑 uwashizeko like atayumviriza nkanj amp like🙏🏾😂😂
Hongera b face warahanuye mwiyindirimbo jewe narayumvirije ndumvako igizwe namajambo yuzuye kuko jewe ndumukunzu wumuziki wu burundi ariko amabifu yuzuye mubaririmvyi murakwiye kuyahagarika kuko niyindirimbo nayikundiye impanuro ziyirimwo terimbere
More love for you my big brother ❤❤ndakunda rap yawe
B-face wanyemeje kabisa .harumuntu yagize interv kwa Gael ngo ntamuntu yomwishura rero umuhaye gasopo naho utamuvuze izina .mm nilisemaga utandika mwimbo wa dakika 10 ungine kama ule wa 2018.big up sana sana kitu kikali nimesha usikia 12 fois bado nasikia tuuu
Love from Mozambique.🇧🇮🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿.lil paff-noma
Obrigado chichewa mumata
Boniface arayaga nukuri. Abumva nibumve. Urabandanya uku, hazogera igihe bumve. Uwutumva nawe azumvirayo. Félicitations B Face
Wubahwe Mr B face this is message 🎶🎵🎧👏👏👏
Yaaaaaagaaaa🔥🔥🔥insolite 🔥
Good idea nice track
Insolites 🔥🔥🔥
Gabanya insolites hejuru cane 🤣🤣🤣💞💞💞💞💞💞ibishweka ndashwanyutse uranyishe on the fro
Kwani wasanii wengeni wanasemaje?
Kwa upande wangu nimekubali ujumbe; respect B-Face
Man nahora ngira ngo warabivuze vyose none mbonye ko ariho ugitangura.
I like how you made this with imiduri, inanga, ingoma tons! This is lit🔥🔥🔥👍🇧🇮
B face 👍👍👍🙌💯
Yaaaaaaasssaas B-Face j n umuryango wanje ntutubihira na gato 👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿 komeza uvuga ukuri ncuti...Imana ikuje imbere ubandanye utera imbere
Ukuri kuzuye. Courage mon frère
💣💣 Yuda mwenye rap zake
Big up B-Face urakoze umuti kweli icakora uwumva niyumve wavuga uwukunze iyi song nkanj ampe like
Keep it up big brother b face on the flo
Number one in the game Be Face nobody else all the way from Burundi and Rwanda 🇧🇮🇷🇼
respect B face bibwibwa benshi bikunv benevyo best song of the year
Yes B face my man keep it up!! Abarundi your fellows tukuri inyuma🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💓
B nawe gabanya insolites, nakubali lakini👍👍
Rap yudah big up unaweza kbsaaa fireeeeee in bja fleva
Big brother 🦁🦁 urahanura kabisa ndemeye🔥🔥🔥🔥🔥
Big Up sana 👌urashoboye musaza
Nakukubali B-fece 💪💪💪💯
Muta none kuvuze vyose ubaye iki?hahaha ibisigaye nzobishira muri remix yayo nanj ngire Rap,
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🤣🤣🤣🤣,Merci kuvuga ukuri kwose,ntaco wabeshemwo umuziki wacu urateye ikigongwe🤣🤣🤣
Vyuka msaza nimwe nawe uzibire iki gihengeri 😂
ntavyo asigaje kiretse ivyo yibagiy😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣Ivyu Burundi ni woooooo😍🇿🇦
Abatemera guhanurwa bavyise beef
Nice song b face😍
My thé best b face yuda INSOLITES ni song yamateka
Safi sana B-face walayiii komeza sana uvuze ukuri kabis safi sana uBurundi burakeney abnt babukund nkawe
Kuvuga ukuri biragora ariko kumaze gusohoka kubabaza benshi gusa guhindura nabeshi ntaguca kuruhande nice song ibikoresho ndangakaranga big up b face
B face wubahwe uzi umuziki vrt kandi message utanze urakwiye vrt bahakure icirwa❤🥰
Cn kbs
Ati ibishweka wahitanye muruvumera😂😂😂😂babwira sha bumve courage 🤣🤣🤣iyi song uwuyiknze n'a nje nampe lik
Number one song murwanda no muburundi kbx b.fase komerezaho uraturyohereza cyane kbx murwanda turagukunda cyaneeeee.
Ni Dannnngerrrrrr.. Top sana
Waouh another hit on the town fire lit
Iyi song nubwo woyiraba incuro 100 ntihibwa akazi kose kuri b-face
Love from ivyacu TV
B Face naho noba ntagufana sinoreka kuvuga ko uvugisha ukuri,komeza ubandanye uhongora injavyi kumbure abo vyega bazokwiga bakuremwo ubutumwa bwiza.
B face on flow.nahora ntakwimviriza arko guhera today ntakintu nakimw caw ntazoba nzi kuk urakaz uri umwami wa rap kbxa.bakubite abandi bagend waje hagez.
Ahuciy hose mugisagara ça muyinga ni #insolites kbxa iri on ♨️♨️♨️♨️♨️
Ufise Talent kandi Uri honnête @B-Face.
Kabisa amajambo ni original umudiho nawe ni top.
Terimbere.
Komeza guhanura
Notre musique igumane identité.
*kurarana umwana abavyeyi baraye inzara*🤓🤓🤓🤓🤓
B-face ndaguhaye respect from🇿🇲
🔥🔥👌🏽👌🏽👌🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Harya ngo ikirango umukobwa wumuririmvyikazi yariye hit atwara inda?😀😀😀 Monna nivyo kwl??
kuki ubajije mona niwuzi gusa
@@hadijahadija6037 kubera ataravyara we naweee
Mo'W Kanzie we uzobe exception 😉
Uvuga ukur naw ukivuga. Big up boniface
Ikiryoshe n uko utikuyemwo. Uratesaaaaa thoo
Bon bimfashe umwanya munini kugira numve notanga commentaire 😂😂😂 mgb nagumany ubwoba k comment yanj ihava iba insolite yindi 😂😂😂😂😂
Blazeeeee nimekubali ndak
Love from #Runtowndjs
B face🥰🥰🥰big up sana🔥🔥🔥🔥
something big🔥🔥🔥🔥 inyuma yibiri kumutima 5
B-face niko Australia nakupogeza sana kwa message zuri
Niwe dufise broo on the flow we love you so much ngo bakwise boniface ubaye umusani wiyita bfacee😂🤣🤣🤣🤣
👌👌nice ujumbe umefika kbs we need more big up never given up keep speak 📢
B-Face baguhebere kabisaaaa👏👏👏👏👏👏👏🙌🙌🙌🙌🙌🙌🎩🎩🎩🎩🎩
B face nukur iyindirimbo ndayumvirij ituro zitan harimw ibint vyish vyakamar kabis🇧🇮🇸🇦👈ndabikundir nukur bagabany e......🥰🥰
Big up sana BFace and Meili 🔥🔥🔥
Yayayaaaa🙆🙆🙆🙆
Shaaa ndabuze nico mvuga ndake!Asha #BFace amabanga arayamenye yoose p,gusa avugukuri ndamushigikiye🙏 Ibiri muri #BujaFleva ni #Insolites nzak!
Melodic and informative music😍🙏
Iyi song irarenze pee ubaye umushingamateka w'abafana👌👌👌
Uwonyegeza umunori yosanga abaye impumyi kbs
Nice song🇧🇮
Wew ntiwigera uvuga ibinyuranije ni gihe tugezemwo urasa Ku ntego big up bro!
Urakaze kuriki gikorwa nukuri
Love from #Weezynation 🎯🎯🚀
Abafana bakuramukije ukavyimba bien dit kabisa 🔥
Komera mutama wanj nemera. Good song🙏🏼🙏❤️💪💪
Abarundi tugabanye insolites kabisa 😅😅😅 mbega indirimbo yumwaka 🔥🔥🔥 urakoze umuti musaza⚔️ B-face wubahwe Kuko ntiwidoga ushira kumugaragaro 🤜🤛
Keep it up BFACE NO ONE CAN TOUCH THIS.
Iyo naringwaye big song bakwite Rap yuda urarenze
B-face babwire ndumva watanguy bagabany nindiribo zabakobw kuko numwan akura azi kuvug chr bahindur kweri ndabon mwaje big up San bareke kuroga abana buburundi bwejo ndagufan 💪💪💪💪💪💪💪💪🏃🏃🏃🏃
Abamvirije insolite nkanje bemera kwavuze ukuri kuvugijwe mumudiho wikirundi ururanga twese nigihugu cacu bampe like ndabibone
Ndemeye naje kwari songe
Mutama uvuze ukuri. Abavyumva nkanje like muzishireko
Wow B-face utumye ngaruka Burundi umusic wa barundi nari narahevye none iyindirimbo irampamagaye nukuri u did great keep it 👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nice song from in USA 🇺🇸
BIG TUNE!!! RASTAMAN BIG TUNE🔥🔥🔥🔥🔥 💯
Sinahora nakunda kugira ico mvuga kundirimbo, ariko ubu nda uze nti 👍👍courage mon frere.
Ondo frooooooõooooo nukuri respect 👍👍👍 ntawe bitaraba aba aha iwacu
Wavuga ntiwavura muhungu wacu hewe ucukoze urazi amajambo kwl ahubwo abiyita kingi bbarabesha kingi ni b Fece warahi uwuvyemera Azé twimanukire💃💃💃💃🔥🇧🇮🇴🇲
One thousands like from War'ubizi TV
B face uranezereje cane kukuntu wiyumviye gukora Iyi song uraciye ubwenge kabisa nuko utari hafi yanje wankora muntoke ugatuma ukaraba after 🤙🤙🤙 nakubari Sana, from SA🇧🇮🇿🇦
Insolite buja frever nibisanga wallahi !!!!!!!b face courage bazovayo
We ndakwemera Sana B Face uri strong mumuziki💪💪💪