SOLUTION COUPLE ❤‍🩹 : Ubu rero numwaka mushasha nibintu bishasha 🤩 umviriza nawe mugenzi ngo......🤣

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 09. 2024
  • WE LOVE YOU SO MUCH.
    Solution couple :
    NORASQUE NTARE 6 : +257 72096080
    FANNY LAVINE :+257 79210295
    FEARLESS GENERATION✍️

Komentáře • 355

  • @majedalotaibi9350
    @majedalotaibi9350 Před 7 měsíci +94

    Abemer iy couple nkanj mur rwarukund mubinyerek mukump like ❤❤❤❤❤❤❤

  • @propheteuwimana6073
    @propheteuwimana6073 Před 7 měsíci +77

    Uwemerako Fanny akunda norasque cane mumpe like ❤️

  • @SalimaDusabimana-su8qf
    @SalimaDusabimana-su8qf Před 7 měsíci +2

    Ababony KO Fanny apfuhira umu chr WE mump like

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Před 7 měsíci +15

    Weekend nziza kubakunzi ba solution couple nkanj ❤❤❤❤ mugir Aho muba mwubahwe ❤️❤️❤️

  • @ViolaMiburo-ir2xy
    @ViolaMiburo-ir2xy Před 7 měsíci +6

    Dododoweeee guys uwuryohew nkanjye amp utuntuu ndishimy ndabakundaaa and kubakundaa😂

  • @RemyHakizimana-sl6ir
    @RemyHakizimana-sl6ir Před 7 měsíci +1

    Norsq +fanny vyatanguye umenga ndaponda ibintu vyanyu ariko gushika iyisaha ndabakunda can urukundo rwanyu ruriko runyigisha vyinsh ndabakwirikirana cane vrmt imyiteguro myiza knd mukomere

  • @MichelineBucuti-pu7mu
    @MichelineBucuti-pu7mu Před 7 měsíci +9

    ndabakunda basha mwanaberewe murasa neza Courage Imana ibaje imbere🙏❤️❤️❤️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @user-so3hf4ov2p
    @user-so3hf4ov2p Před 7 měsíci +2

    Tuzaaaa ndabonashah ndabona sh mubkor nez vet Imana ibahezagre cn❤❤❤bisab mubkor film yany muzoyduh inyum y mariag kk tuzob tbakumbuy kubaban murabagen🥰🥰

  • @user-hz7yc2bh4r
    @user-hz7yc2bh4r Před 7 měsíci +7

    Ubw nnj nkab ndahashits mbay uwamber 💃💃💃💃ahwiiii rek rer ntore agatebe nicare mbanz ntegamatw solution couple❤❤❤❤❤

  • @nadinebahati8612
    @nadinebahati8612 Před 7 měsíci +5

    Muzotubwire Aho ruzobera tuzoze kubafata mumugongo ❤❤❤❤

  • @saras1134
    @saras1134 Před 7 měsíci +4

    IJAMBO EX NTITUZOSUBIRE KURYUMVA PLS . BARASENYA INGO . DUKENEYE NORASKE NA FAXINE GUSA .

  • @Luxe-ClaudiaRENGUKA
    @Luxe-ClaudiaRENGUKA Před 3 měsíci +2

    J nzoz kubaramuts nukur murates😂❤

  • @emilyKay8
    @emilyKay8 Před 7 měsíci +3

    Thanks more happy new years to you🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 courage beaucoup IMANA ishishikare kwivanga muvyanyu🎉🎉🎉🎉❤❤❤

    • @niyonsabagenevieve6261
      @niyonsabagenevieve6261 Před 7 měsíci

      Ndavakuze nukuri imana ibaje imbene uwubanka abandureko murambire muri Yesu

  • @user-vk8hg6xz6d
    @user-vk8hg6xz6d Před 7 měsíci +2

    Norafaxine nimumbwire mufise imyaka ingahe basi ❤

  • @user-qx4rw7ei8t
    @user-qx4rw7ei8t Před 7 měsíci +1

    Fanny nukur uranyish ngobirasek ndakuvug Mwizina haaaa dis lavine wubagwe nukur

  • @christellairakoze532
    @christellairakoze532 Před 7 měsíci +7

    Nolaske weeee ntunzi sindakuzi,ariko ntuzohemukire Fany nukuri,kuko nuvyubahuka,imana izoshavura,ndabakunda rwooose❤❤

    • @kubwimanaflora726
      @kubwimanaflora726 Před 7 měsíci

      Nizey kobasoma commentaire,turabakunda vrema Imana izobame hafi muri vyose ntihazogire uwuhemukira uwundi!!❤❤❤❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 Před 7 měsíci +2

    Umuntu yumvise ijwi rya Clarisse agonge hano👊👊

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 Před 7 měsíci +2

    Mwambaye neza
    Muraberewe 👌👍❤️

  • @itangishakaemmanuella-vh2ts
    @itangishakaemmanuella-vh2ts Před 7 měsíci +1

    Imana ibaj imbere beza banj

  • @AcquelineNdayihimbaze
    @AcquelineNdayihimbaze Před 4 měsíci

    yoooo basha nukur mwebwe muranyica beza banj ndabakundaaaaaaa ngo tuzaaaa ewe jewe biratesaaa❤❤❤

  • @user-yn4cw7kh1z
    @user-yn4cw7kh1z Před 7 měsíci +1

    Asha muraryohera saana Imanikomeze ibana namwe

  • @EvangeliqueIrakoze
    @EvangeliqueIrakoze Před 7 měsíci +3

    Mbaye uwamber bantu banje ndabakund si je mbony muragishizeko ikiganiro cacu

  • @LythiaIrirakiza-ji2ll
    @LythiaIrirakiza-ji2ll Před 7 měsíci +1

    Ndabakunda cn ubundi yesu yivange muvyanyu

  • @moisenduwayezu8595
    @moisenduwayezu8595 Před 7 měsíci +1

    My first comment: Following this couple, I got a revelation, "Ubuzima tubaho si ubusanzwe buriho gusa, ariko kandi ubuzima tubaho turaburema bukabaho"

  • @afsamossi830
    @afsamossi830 Před 7 měsíci +2

    Ako karirimbo nisawa kbs nanje ndatije na chr wanje❤❤❤🎉🎉🎉

  • @BigirimanaIbrahim
    @BigirimanaIbrahim Před 7 měsíci +1

    Ndabakunda cane imana ibahezagire.

  • @chadiaManirakiza
    @chadiaManirakiza Před 7 měsíci +2

    Wallah muransaza pe munshira mur mood ❤❤❤

  • @user-fb8jj4tl9x
    @user-fb8jj4tl9x Před 7 měsíci +1

    Iman Ibandany yivang muvyanyu ndakaunda disi

  • @julesniyokwizera5626
    @julesniyokwizera5626 Před 7 měsíci +1

    Ndabatuye akaririmbo bellissima

  • @eliannebambonangenda8868
    @eliannebambonangenda8868 Před 7 měsíci +2

    Ubuntu biguma bisosa nkubuki imana imbere bantu banje abatabiryohererewe sibake hari abari muguturika ahohanze mwirambire ndabakunda caane

  • @uwitonzedativedative7258
    @uwitonzedativedative7258 Před 7 měsíci

    Nkigihe cawe cokwugururigwa umugisha ryohegwa. Ndi papa kessia sha naje ndagufana pe

  • @saras1134
    @saras1134 Před 7 měsíci +3

    NORASKE . TOMORA NEZA CHR WAWE YITWA KEZIMANA FAXINE💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞

    • @user-uq9mt7yu6l
      @user-uq9mt7yu6l Před 7 měsíci

      Nangira n uwumana faxine Arya n'a Kezimana ricya rijajo Narya gus ndavikundira

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Před 7 měsíci +1

    Hma ndababaze mwese kd muzonyishure ndabinginze mwara cree grp ya solution couple munyima muradukuramwo cnk mwarayuguye muntahuz kk ndabakunda cne ndagomb kubna namw harivyinsh ndiko ndabamurako🎉🎉🎉❤❤❤

  • @uwamahoro7981
    @uwamahoro7981 Před 7 měsíci

    Ndabakunda cane mwaratumye.mpinduk nsubira murukundo.so noraske fanny ntuze.umwim umwidegemvy.wokwisiga.sivyiz.kand mwese.ntimuze.mwibanire.ngondank ibi.ngondank.ibi

  • @AboushalfNgenda
    @AboushalfNgenda Před 6 měsíci

    Iman yishur hagez tuza kuk.iman.yari yabitanguy KO hazoger igih ugatuza tuza mwan.wima

  • @user-im9vp5gp6h
    @user-im9vp5gp6h Před 7 měsíci +1

    Fany,cheriwaweyavyibushekweri,musanezamwese

  • @niyonizigiyeodette6262
    @niyonizigiyeodette6262 Před 5 měsíci

    Baragira innovation bikandenga

  • @ZIGO-O.THE_FIRST6516
    @ZIGO-O.THE_FIRST6516 Před 7 měsíci +1

    Fearless generation nubwo nzobumwe nzoguma mbafana👌👌

  • @mugabekazidenise-dd1gc
    @mugabekazidenise-dd1gc Před 7 měsíci

    Yoooo najye nzabashyigikira Momo yanyu muyiduhe tubashyigikire rwose

  • @nitegekajacques-jt1ud
    @nitegekajacques-jt1ud Před 7 měsíci +2

    Urugo rwijuru rito nigo MBIPFURIJE Iman ibategurir urwinuru rinini♥️♥️🙏🙏

  • @sandrinebukeyeneza3201
    @sandrinebukeyeneza3201 Před 7 měsíci +2

    Nono ariko buzurongerako urumutwe Fanny nawe akaba umutima wa solution couple🙈🙈koryoha gusumba gusa turabishimira Imana ihaze ukwifuza kwanyu

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Před 7 měsíci

    Vyanyu Imana ikomeze kwivanga muvyanyu

  • @ssstella4463
    @ssstella4463 Před 7 měsíci +4

    Imana ishimwe🙏🙏🙏🙏 kandi ibandanye kubana namwe imbere niheza imana iyivage muvyanyu nimucike intege ndabasabiye umugisha Utarwa ni mana kandi imbubakire ibahe kurambana ibahe kuvyara abahungu NA bakobwa🙏🙏🙏🙏🙏 imbere niheza 🙏🙏🙏🙏

  • @JoselyneKajeneza-ry4tx
    @JoselyneKajeneza-ry4tx Před 7 měsíci

    Ndasaba Imana uwomunezero muze muwamane ndaba❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe9646 Před 7 měsíci +1

    Uwutobakunda yoba agwaye
    Muhezagirwe ❤❤❤

  • @GeorgeJabukiro-pk9cg
    @GeorgeJabukiro-pk9cg Před 7 měsíci +1

    ndabakunda nono ndagomba inimeroyawe

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 Před 7 měsíci +1

    Imana izobubakire

  • @nivyimanaphinehas4985
    @nivyimanaphinehas4985 Před 7 měsíci +1

    Ndabikundira

  • @irankunda4121
    @irankunda4121 Před 7 měsíci

    Fany bariko barakuririmbira uratekereza ukumviriza ukaryoherwa nyene Ariko wewe uguma ukubagana😂😂😂

  • @uwitonzedativedative7258
    @uwitonzedativedative7258 Před 7 měsíci

    Nono kweri uranyemeje pe gira umugisha nkigihe cawe

  • @user-qx4rw7ei8t
    @user-qx4rw7ei8t Před 7 měsíci +1

    😂😂nukur Jew fanny ndamukund ngarafisinges yuk umufatiy mwikos acahindur😅😅😅fanny kl

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 Před 7 měsíci +2

    Turabakundamuratunezera

  • @hakizimanajohn8618
    @hakizimanajohn8618 Před 6 měsíci

    Congratulations brother 🎉keep on God 🙏🏾🙏🏾

  • @user-qx4rw7ei8t
    @user-qx4rw7ei8t Před 7 měsíci

    Sha nono afisubwenge nfabadam bavugamajambo mensh😂😂😂

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Před 7 měsíci +4

    Ubwo MWe nimwebwe banj ndabakunda urutagabanije ❤❤❤❤

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 Před 7 měsíci

    Nukurii vrmt murankuyehooo peee numv nishimy kabisaaa

  • @ndayishimiyeaboubakar6578
    @ndayishimiyeaboubakar6578 Před 7 měsíci +1

    Mungu wangu uhezagira ababantu.murahimbaye icobikoze.uwiteka azobubakire neza.

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Před 7 měsíci +1

    Rugume rusosa bantu banj ndabakunda cneeeeee ahomuri muvyumve cne ❤❤❤❤❤

  • @clementinemahoro1437
    @clementinemahoro1437 Před 6 měsíci

    YEWE MURABURYA NUKO BUTUMVA 💞💞💞💞💞💞💞

  • @user-dr3hb4xt9g
    @user-dr3hb4xt9g Před 7 měsíci +1

    Nukuri ndabakunda ❤️ nsanzenarize kubwokunezegwa

  • @user-jm6uq7jo2t
    @user-jm6uq7jo2t Před 7 měsíci +1

    Kubakunda bindimwo ❤❤❤❤❤❤

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 Před 7 měsíci

    😂😂😂umwaka mushasha narinumvise nabi gusa ivyo Fanny avuze norask yagiravuge vyokurongorana 🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v Před 7 měsíci +1

    Muraberew sana ndabakund ❤
    Ham ibnt vyab ex muvyihoz ark iconobwir fanny sikind ntuzoz urator fon yumugb sivyiz kk na saudia ntamugor akor kur fon yumugb rer igikur nukomwoban mwizeranyen ninavy tubipfuriz 🎉

  • @uwamahorodelfine7
    @uwamahorodelfine7 Před 7 měsíci +1

    Burimunsi mumbera bashya ndabakundapeee ❤❤.❤❤❤

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs Před 7 měsíci +1

    ♥️♥️♥️♥️

  • @husa8849
    @husa8849 Před 7 měsíci +1

    Muraryohey ❤❤❤

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 Před 7 měsíci

    Imana ibagezekubyomwipfuza ndabakunda ❤

  • @NtakirutimanaJeanmarie-ll2fc

    Mukomere cane ndabipfurije urugo rwiza kbs muraberanye

  • @user-mh5fg5wf2o
    @user-mh5fg5wf2o Před 7 měsíci +1

    👌

  • @alinekubwimana3174
    @alinekubwimana3174 Před 7 měsíci +2

    Fanny mba Murubirizi ndumu maman ark ndakeneye kuyaga nawe ark ubona utabikunze unyishure ngaha

  • @joselynenineza3
    @joselynenineza3 Před 7 měsíci +4

    Mbega mbega couple nziza❤

  • @Vanessa-fr5xy9ym3x
    @Vanessa-fr5xy9ym3x Před 7 měsíci +1

    Umuhinga muvyubushakashatsi yavuzeko aadamu n'abakobwa bavuga amajambo ibihumbi 40.000

  • @stephanieirakoze5525
    @stephanieirakoze5525 Před 7 měsíci +1

    Gus muranyishe wallah m ndabakund can muter muj imber mugir nimyiteguro myiz bez❤❤

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 Před 7 měsíci +1

    Abababwira ngo mube sérieux cane bihoze, mube mwebwe niho ibiganiro biryoha. mushizemo ama protocole menshi bica biba ukuntu.i love you so much

  • @divinearakaza3511
    @divinearakaza3511 Před 7 měsíci +1

    Muragahorana ako kanyamuneza turabakunda💕

  • @chanyhassan2341
    @chanyhassan2341 Před 7 měsíci +1

    Mukomere.Imana yivange muvyanyu.ntimuze muhemukirane.

  • @fadianijimbere4963
    @fadianijimbere4963 Před 7 měsíci +1

    ❤🎉

  • @user-yd9yh6vx2d
    @user-yd9yh6vx2d Před 7 měsíci

    Nawapenda sana

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 Před 7 měsíci +1

    Ngo warikausha kumb warashaka umugabo 😂😂 urasekej vrt❤❤❤❤🎉

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official Před 7 měsíci

    Basha nzonabicapako😊🤗❤❤❤

  • @user-yb7uc2ej2o
    @user-yb7uc2ej2o Před 7 měsíci

    Solution couple hejuru cane ubundi nimwebwe mwenyene mundyohereza umusi🎉🎉🎉🎉

  • @BMCdiamante2024
    @BMCdiamante2024 Před 7 měsíci +2

    love from Yvette diamante, couple yacu y'umwaka❤

  • @lilianemanirambona6005
    @lilianemanirambona6005 Před 7 měsíci +1

    Ter'imbere nk'umuzinga

  • @belyseishimwe-yd5vk
    @belyseishimwe-yd5vk Před 7 měsíci +5

    Un des couples que j'aime ❤

  • @pilindayishimiye9393
    @pilindayishimiye9393 Před 7 měsíci +3

    Fanny n'a nono murakira kuvuga ikibanza wegusa muzobukoreramwo ubwo bukwe ibisigaye jewe nzovyimenyera

  • @chantaldusabimana9510
    @chantaldusabimana9510 Před 7 měsíci +3

    Ndabakunda sibanga❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉

  • @user-vh8vo3rn9r
    @user-vh8vo3rn9r Před 7 měsíci +2

    Ariko Fany uri cyuki pe Norasque ukimupoteza binakuona

  • @FurahaNdayishimiye-wv2ef
    @FurahaNdayishimiye-wv2ef Před 7 měsíci +5

    Nimwebant banj nkund nubwonacerew ndahagez kbs courage bez banj ndavakund❤❤❤❤muvyumv imyitegur myiz ibah nibisigay mutararonka 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-yn4cw7kh1z
    @user-yn4cw7kh1z Před 7 měsíci +1

    Mukomeze mubaho mu Mana nzima❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Před 7 měsíci +4

    Ingen muba muriko muritwengera rero jew ndababuz noc rwara😂😂😂 ivyo navyo vyokwifata nkomurusengero sivyo 😂😂😂😂ham Nora naw ntuzomubuze kwisiga Fanny biramubera🤦🤦🤦 Hama je vous aime ❤❤❤❤

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 Před 7 měsíci

    Kuga akusitike twokorana vrm sebeni yoyo hejuru cn 😂😂😂😂😂😂 zukiyo nuguhurutura yoooo umvee nukunyereza

  • @umwizero
    @umwizero Před 7 měsíci

    Mwirambire bantu banje ndabakunda muvyumve mbipfurije kuzagira urugo ruhire Ndiho abaje imbere❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-ds1tl1wv9o
    @user-ds1tl1wv9o Před 7 měsíci +1

    Ndabakunda cne Iman ikomez kwivanga muvyanyu

  • @NkingiAlbertKelly
    @NkingiAlbertKelly Před 7 měsíci

    Bonne chance Imana izobe hamwe namwe

  • @user-hh1zu9zf2g
    @user-hh1zu9zf2g Před 7 měsíci

    Imana ibe hamwe namwe beza banje❤❤❤ abantu bandika Imana bakoresheje akadome gato muhindure niyo kwubahw nikibirengey

    • @miracleange1588
      @miracleange1588 Před 7 měsíci

      ❤warasaze birakwase kumubuga mwizina ndaguseste nukuri aha rero murantwengeje cane

  • @claudineniyonsaba
    @claudineniyonsaba Před 7 měsíci +1

    Nice song murakoz cyane peu muranshimishaa

  • @astaingabire4469
    @astaingabire4469 Před 7 měsíci

    Mur beza shaa ❤❤

  • @DivineNDAYIKEZA-cm2vq
    @DivineNDAYIKEZA-cm2vq Před 7 měsíci

    Kabisaaa ndabakunda❤

  • @sabbaothmediatv6885
    @sabbaothmediatv6885 Před 7 měsíci +3

    LOVE FROM SABBAOTH MEDIA TV 🌹🌹

  • @AaSss-lo2zy
    @AaSss-lo2zy Před 7 měsíci

    Ibintu ni fureshi sana ❤❤❤