FANNY LAVINNE akoroy amosozi🥹/ku ncuro ya mbere avuze ico yapfuye na NSORO/yanyagirij kwica umwana

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 23. 10. 2023
  • #sirenvibestv #fannylavinne #sinema

Komentáře • 787

  • @YvetteMuhimbare-ft1oe
    @YvetteMuhimbare-ft1oe Před 4 hodinami

    Yooo fanny nukuri ndagunda ww komezuterimbere mugenzi lmana yivange muvyawe no mubawe iguhezagirire nanoraque wawe mwiza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @valentinemugisha7864
    @valentinemugisha7864 Před 7 měsíci +5

    Lavine ivyawe biteye ubwoba Imana igutabare urutonde gwa'abantu mumaze gukwirana bikanka abagabo ,abasore,abakobwa ushireko n'umugabo wawe nukuri usenge cakora ndazi nawe ntiworoshe,ubonye abantu Bose mutandukana wicontrolé

  • @MukayireCecile
    @MukayireCecile Před měsícem +1

    Courage Fanny ndagukunda cyane

  • @uwizeyeghyslaine5468
    @uwizeyeghyslaine5468 Před 6 měsíci +4

    Fanny tjrs sympatique ntucike intege isi nuko umuntu normal agira abansi nabakunzi witwengera neza

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 Před 7 měsíci +5

    Impanuro kivandimwe kuri mwese kora akazi inyuma yakazi umwe wese muvyiwe, mureke imikwegano yaburi kanya, bizogenda neza

  • @gigimarie9265
    @gigimarie9265 Před 7 měsíci +16

    Ewe Fanny sha!! icukora fata akanya wiyumvire kuva utangura Cinema abo mwakinanye kuva kuri Kamikazi,ugende gushika kuwanyuma urabe amajambo watangaza muvanye😂😂 hama ufukam ahubona ufise akagorane usenge Imana izohaguhindurira !

    • @user-vp8ex2oj7u
      @user-vp8ex2oj7u Před 7 měsíci

      Akagorane aragafise vrnt.kuko biramugora kubana nabantu neza

    • @user-pz5mz3sv1s
      @user-pz5mz3sv1s Před 7 měsíci

      Ntaco ubeshe ahubwo ateye isoni agaca arira rero ukamengo numweranda kandi aragoye cane kweri

    • @tantinendayishimiye579
      @tantinendayishimiye579 Před 7 měsíci +1

      Ahubwo abo bakorana nibo bafise akagorane kinzigo nakomeze gusenga ngo iyo baguhama uba ufise umugisha Imana yakwandikiye

    • @user-wb2bu3nh3h
      @user-wb2bu3nh3h Před měsícem

      ​@@tantinendayishimiye579nihatari

  • @SalimaDusabimana-su8qf
    @SalimaDusabimana-su8qf Před 7 měsíci +5

    Nukuri Fanny ndababayebcane sintahura KO uw ar libert yabikoze ham pol san kd urakoze gutanga umuco kk abafana twahora twibaza vyinshi bikadusiga ham ababona k Fanny yakoz amakosa kubivuga nibamutahure kk iy ahora bovuze vyinshi birenze Fanny pol san ndaku♥️

  • @JOSELYNENIHORIMBERE
    @JOSELYNENIHORIMBERE Před 18 dny

    Fanny vrt ndagukunda

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 Před 7 měsíci +6

    Jewe ivcipfuzo nuko bobirengera ba gasubira ku duha bishasha barikumwe Ribert ni umuntu wumugisha kuri Lavine 🎉🎉🎉

  • @user-zf9px2nq4d
    @user-zf9px2nq4d Před 7 měsíci +3

    Ozi nafanny nanorakse iman ibahezagire ozi ndagukunda ukuntu ubazibibazo vyunvikana numeze nkabandi bamenyeshamakuru iman ikwiteho❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @fostinendayizeye3649
    @fostinendayizeye3649 Před 7 měsíci +4

    Mwavanye kubw amasengesho y umudamu wiwe.kuko mwari murengeje pe

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Před 7 měsíci +7

    Pol san mon actrice préférée gukunda urutagabanije ndazi kurumuntu mwiza n'importe ivyoza vyose amashure ntaco avuze iyo Imana Itanze ntagihagararo Iraba cank amashurr merci hosy🥰🥰hama Fanny naho nzoba ndumw ntakintu nakimw combuza kugukunda imbere niheza songa mbere tu ,igiti kiri kwivyamwa giterw amabuye menshi🥰🥰🥰🥰🥰

  • @amessaamessa1950
    @amessaamessa1950 Před 7 měsíci +6

    Fanny ndagukunda kandi cane ariko uzewiga guhora bavuga bareka ubareke ndaguh akarorero kuri ozi urumva ahoyagiye kwisobanura akand karorero sabin wokusimbi murwanda baramuvug bimwe bihagije ariko ntaza kwisobanura ntuze wongere ma chr❤ahonawe azocaza yisobanure usange harababifashe ukundi bareke bavuge kandi ndazi koguhora arivyo bizoguha kubona neza abantu abaribo kuko ubukubera ubusobanuro wamamwo bazi kwariwewe urumunyamakosa kuk umaze gutana nabomukorana beshi ch tekana maze urekane nabo ❤

    • @user-uq9mt7yu6l
      @user-uq9mt7yu6l Před 7 měsíci

      Impanur nziz cyane nukur naze yicecekera arek kwisobanura

    • @benignendayizigiye224
      @benignendayizigiye224 Před 7 měsíci

      Nanje Nico nari numva nomuhanura. Silence n’inyishu ubutanze utarinze kuvuga. Ubuvuzati ivyo muvuga ntibindaba kandi la vie continue.

  • @MukayireCecile
    @MukayireCecile Před měsícem

    Libert ur'intwari cyane courrage

  • @theglobalreform
    @theglobalreform Před 7 měsíci +2

    Uno mukino wa fanny lavine n'abo bahungu guhera kuri Riva, Abel, Libert na Norasque uratunezera cane twebwe abafana. Mugumirize aho nyene, twe ivyo nivyo dukunda👍

  • @JeannineNishimwe-kv7ec
    @JeannineNishimwe-kv7ec Před 7 měsíci

    Nukuri NDASAVYE mundome nkuru, muzohuze Fanny na Libert bavuge turikumw hari ikiganiro nabony Libert yabisavy kugira ubwoburyarya bwa Fanny buhave! 🤲🤲

  • @gloriabayubahe1602
    @gloriabayubahe1602 Před 7 měsíci +8

    Fanny ufs impwemu yo guharara😢 akokantu kokuvugako nolaske aguma akuraba 😂 sivyumuntu yiyubashe vraiment 😮

  • @IradukundaDiella
    @IradukundaDiella Před 5 dny

    Basha nukur birababj kubn arimw mwohanura aband mugac mukor ibint nkabiry hm lmana ibasubiz hamw knd ndabisengr

  • @Shamirbizimana-tb6wc
    @Shamirbizimana-tb6wc Před 7 měsíci

    Shaa abarundi turagoye cane guko yaba uwundi ntiwokwubahuka kuvuga Libert nabi guko niwe muntu yatumye izina Lavine rija hejuru cane bivuye kur sacrifice yagira mugukora atiziganya biciye mur série y'umupfakazi rero Imana ikubabarire

  • @raziarazia3277
    @raziarazia3277 Před 7 měsíci

    Norasike nawewe nturekurubuhanza fani ninkinzoka shirumutimahamwe utekerezabobamaze gukorana cangabahemekira tuzobatubona

  • @leocadieniyomwungere3114
    @leocadieniyomwungere3114 Před 7 měsíci +1

    Iyo utabivuga abantu ntibari kubimenya. Pole kweri shetani yarabavangiye

  • @TuyizereIngride-oj4cu
    @TuyizereIngride-oj4cu Před 7 měsíci +4

    Aliko kubizana kur raison socion siwo muti ahubw nkuk mwari mwarahuy wari kumurondera mugahura mukabiganira nukuri numunt yabateranije numunt yagiy kubinwir libert kubera yabona iteramber mwari mugezeko acaraz arabasambura gusa Fanny iry niry kosa wakoze knd ndagutahuta kuba ubabaye arko mwari kwicar mukabiyag nkabantu bakuru

  • @BelyseNISABWE
    @BelyseNISABWE Před měsícem

    Ndakunda couple yanyu muricitegererezo ciza mukomeze yesu abajimbere cane

  • @user-un1cz2bu1z
    @user-un1cz2bu1z Před 7 měsíci +1

    🎉fanny ndakwemey uramurut libert avuga nivy umwam atamutumy wihangan

  • @nyirakamanafrancine3970
    @nyirakamanafrancine3970 Před 6 měsíci

    Pole Fani ndakwikundira cyane,ariko ibikorwa bivange no gusenga cyane ivyo vyose ni satani ukurwanya

  • @FaustineTuyisenge-mo8vx
    @FaustineTuyisenge-mo8vx Před 7 měsíci +3

    Imana imbere Fanny Lavigne❣️

  • @user-xt9dp3uf2s
    @user-xt9dp3uf2s Před 7 měsíci +1

    Fanny pôle Sana sha Imana niyo vyose ibizi

  • @esperenceniyonzima502
    @esperenceniyonzima502 Před 6 měsíci

    Fani nukuri urazi gukina neza ariko urafise mpwemu mbi cane yubwirasi bwokwishira kubantu kand ababahungu cane wigire gato sha ukine gusa umugabo waramubonye uko bimeze norsq nawe urumwana cane igende gahoro murabe mukine ivyubaka ababiraba neza raba Fani ufukame usenge Imana iguhindure vraiment ivyo bintu ntibisa nuko usa

  • @tresornemerimana2072
    @tresornemerimana2072 Před 7 měsíci

    Sha fanny courrage vraiment kuko kuva utangura urwana intambara zimwe zidasanzwe izina ryawe warwanye intambara nyinshi kugira uryubake.kandi ntutinye abakurwanya kuko bazi gufundikira kumugozi umwe ukamenga niwewe mubi kandi biriko biva kwifuhe ryabo.sha ivyo jewe ndabizi cane kuko bimbako kenshi.rero komeza ukore akazi kawe Imana ikomeze kuguhezagira kandi ngo bakuvuma binyegeje Imana ikagihezagira bafyuye amaso kandi Imana itunyuza mubikomeye ishaka kudushikana kuvyo twayisavye.courage kandi pe

  • @user-bx8tx2qq9r
    @user-bx8tx2qq9r Před 7 měsíci +1

    Pol Fanny imana irakubona iseger gus❤

  • @user-kn5vy1bj1u
    @user-kn5vy1bj1u Před 6 měsíci

    Fanny pole hama ujusenga cyane kugir Imana iguhuze n'abantu bazima.sinon ubandanijuko niyo ngabire yawe uzisanga yahagaze tu

  • @user-pc2tm5gi9c
    @user-pc2tm5gi9c Před 7 měsíci +1

    Fanny ndagkund cnnnn🥰🥰🥰🥰uvug nez ukin nez norsqu muranaberany àbasi banyu kabarye

  • @GhyslaineNishimwe-tl1dt
    @GhyslaineNishimwe-tl1dt Před 7 měsíci +18

    Gusa faxine nkr iyowihorera mukunzi wanje kubera abantu sibeza 😢😢nukuri ndagusengera nahutanzi Fanny ndanagukunda ❤reka Yesu akurengere

    • @RebeccaNkurunziza-dx5nm
      @RebeccaNkurunziza-dx5nm Před 7 měsíci

      Sha Fanny ndabasavye mureke kudutera umutima mubi kubera nari ndakunda cane film ndundi muriko muyitesha agaciro

    • @RebeccaNkurunziza-dx5nm
      @RebeccaNkurunziza-dx5nm Před 7 měsíci

      Ukunt muriko murasebany birambabaza cane muri gera mubona abanyarwanda basebanya ndabasavye muze musabane imbabazi ukunt libert yakuvuze vyambabaje nkumu fans wanyu pe!!!

  • @jeannettejaja
    @jeannettejaja Před 7 měsíci +1

    Fany merci kudukura murujijo maze gusa maze musabane imbabazi kuko mwese ndabakunda na Norasque ❤ hosy wew birarenze

  • @Chazontime
    @Chazontime Před 7 měsíci +20

    ❤from Karol Ontime
    Fanny Lavine urakeneye gusenga cane kuko ntivyoroshe! Raba urutonde rw'abantu mumaze gutandukana bikwigishe,ufise uwo murwana kandi ntivyoroshe,pray hardly!
    Ikindi kintangaza muri Burundian industry sikindi,umva, igize n'abakizwa gusa but haguma indyane,izo ndyane za misi yose zirava he mubantu b'Imana?
    Murabe mukizwe neza pe,asante❤❤you sana

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 Před 7 měsíci +4

    Norasque arivugiye nivurugu yambere tuzinanye kuva kera nduru petite rwiwe akunda😂ariko ikintu ndamuziko cane arazi guca bugufi cane nico ndamukundira kandi akunda abantu atarize kuraba uriya nawuriya numunyamahoro menshi cane gose Norasque nama ndamusabira kugira azombone ivyiza mumaso kandi azogume uwo mutima ndamuziko kuva niga 4ème primaire je t'aime beaucoup Grand-frère uzokwame urumuhanuzi wanje ndi Vanilla mu Bwiza ucumenya kivuruga

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 Před 7 měsíci

    nibiyubakire urugonimba bavyunvaku mwekuko. Fanny yarahuye ningorane namuhoze kweli🤝🤝👨‍❤️‍💋‍👨

  • @hamidahamida4116
    @hamidahamida4116 Před 7 měsíci +2

    Ndamukunda sha fanny
    ❤❤
    Mu lol model 😊and favorite

  • @user-ji9jv2wh8x
    @user-ji9jv2wh8x Před 7 měsíci

    Mpore sha nanje naravyaye arapfa apfiramwo ntawe nabesheye wihangane disi Fanny turagukunda

  • @user-lb5vx9ot5r
    @user-lb5vx9ot5r Před 7 měsíci

    Fanny courrage uft impano arko ugomb kwisengera bikomey KK hariho akantu utariga hm Hosy nice uganiriza neza nubweng bikwiye, Norasque naw bien uter ujimber nubwo fany akubwiy ngubivemo ukomerezaho uzogerakure kd wishuran umutima w' ubwenge, muhezagirwe

  • @niyonizigiyevalentine2477
    @niyonizigiyevalentine2477 Před 7 měsíci

    Ndaguhojeje Funny hankana abakundana, ndagukunda komera,uzobitse ibanga ryawe IMANA mwakina neza murikumwe tugahezagirwa

  • @UwimanaDonathe-zh9yq
    @UwimanaDonathe-zh9yq Před 7 měsíci +1

    Mwese ndabakunda mutore💐💐💐💐💐💐♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @masengeshoevelyne5658
    @masengeshoevelyne5658 Před 7 měsíci +1

    Humura Maama njye ndagukunda cyane ❤

  • @CynthiaNdirabika-gc7gv
    @CynthiaNdirabika-gc7gv Před 7 měsíci

    Hama Fanny ushire Imana imbere muri vyose ureke kwizera abantu cane Hama ubabaye canke ufise ikibazo urayagira Imana yawe gusa kuko aha kwisi ICO nabonye kidahinduka n'Imana gusaaa yonyene

  • @nzeyimanaemelyne-pj3ik
    @nzeyimanaemelyne-pj3ik Před 7 měsíci +4

    😢😢😢yooo ndababaye cane ndagukunda canevimanimbere ejo niheza

  • @LaurentineLolo-vd2sn
    @LaurentineLolo-vd2sn Před 7 měsíci

    Imana imbere fanny vyose bizoher ndakwikundir

  • @itekapictures6659
    @itekapictures6659 Před 7 měsíci +2

    Fanny Never Give Up kwl komeza kuk ur umuhizikazi abaguca intege ntibazobura reo ukwizera izer Imana yawe kd igukomeze mumpano zawe kd uzokwame uyisenga hakurira abantu abariyo uririra

  • @user-tf9bs9so4c
    @user-tf9bs9so4c Před 7 měsíci +1

    Mubinyamakuru vyomuburundi nkunda ikikinyamakuru can Hosy I really love u my love

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq Před 7 měsíci

    Iman ishishikar kugukomeza Fanny igitum bakurwany nukur umwan wimana knd barwany iteramber ryaw arik fin de fin bazumirwa be strong mwiza

  • @ngabirelynda4160
    @ngabirelynda4160 Před 7 měsíci

    Mpore di Fanny wanje.sinarinzi uko vyagenze.none uravyivugiye.so siniyumvisha ivyabaye kuko nyn sinabitahura.gusa hozy naw thank you kumutuzanira kuko twari murujijo.kwisi niko bimeze ikidahinduka n'IMANA.Wihangane Fanny.Mungu yu pamoja na ww

  • @enihacoleofficiel2689
    @enihacoleofficiel2689 Před 4 měsíci

    Yarigezz kunyishura nabi Kandi naramubabariye yumve amahoro

  • @user-nm2lv3nf6n
    @user-nm2lv3nf6n Před 3 měsíci

    Fany ivyo vyose ntibiguce intége courrage mu mpano yawe kuko birafasha benshi nacanecane wisengere Imana.ndakwikundira maze

  • @DorineMuziranenge-pb8pf
    @DorineMuziranenge-pb8pf Před 7 měsíci +1

    Fanny wacuu wihangane cn turagukunda ❤❤

  • @user-mw9qd1gw7r
    @user-mw9qd1gw7r Před 7 měsíci

    Hosy merci sana ibiganiro vyaw biradufasha biraduteramisha IMANA yarakoz kugushir mu nzira zacu nkusabiy amagara meza n amahoro bzu uzigamw hamw n abawe

  • @peacendihokubwayo7732
    @peacendihokubwayo7732 Před 7 měsíci

    Mpole sha Fanny❤️

  • @user-nl7tg7zu5m
    @user-nl7tg7zu5m Před 7 měsíci +1

    yooo Fanny biramababajep wihanganepe nababateranijyr nawe arabumvira gusa usenge cyane kuko haratanezegwa uko ubayeho nuko inikogwa byawe biriko bigenda neza hm ndabakunda muhezahigwe❤❤

  • @JojoDjamira
    @JojoDjamira Před 7 měsíci +2

    Humura mwiza wanje Imana irakuzi gusa nda❤️❤️❤️❤️🥀

  • @user-vp1sf4fg7m
    @user-vp1sf4fg7m Před 6 měsíci

    Uwo mugore niwe mubi avez Ubuntu yigira icana umeng ntakuze 😮😮 46:26

  • @crediakwizera-qd8ii
    @crediakwizera-qd8ii Před 7 měsíci +2

    Urakunzwe sh Fanny ❤

  • @user-bg4jk7mg8k
    @user-bg4jk7mg8k Před 7 měsíci +1

    Faxine mwiza ngukunda kanini kand courage bcp parceque avec Dieu l'impossible devient possible❤❤❤

  • @onesphorekezimana
    @onesphorekezimana Před 7 měsíci

    Fanny wapi urigirish wew urumubandi turakuz nokuri Abel nduwayo wew ufis imigamb yoguhomvy industry ndund

  • @niyonzimamenedora3102
    @niyonzimamenedora3102 Před 2 měsíci

    Fannyndagukunda cane muri filme Kandi narakunze ukuntu urumuntu yihangana mubikomeye .nunvise store yukuntu wubatse nukuntu wihangamye gushika Aho vyankiye IMana ukuzigame ndetse izokugeze kure

  • @zainabumpawenimana5413
    @zainabumpawenimana5413 Před 7 měsíci +3

    Ndumiwe kabsa ikidahinduka ma Chérie n'Imana yonyene kimw ndababajwe. Na Libert😢😢😢

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e Před 7 měsíci

      Ahubwo ndumiwe narinzi ko baphuy ibindi vyakazi nhtr

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 Před 7 měsíci

    nukuri bieababaj kuremekwa umuvyimba wumunt ariko Fany wihangane abis niko tumez Imana imber

  • @divinemugisha8220
    @divinemugisha8220 Před 7 měsíci

    Niko bimeze iyo ufise umutima mwiza cane urahemukirwa sana kuko abantu baca bashaka kukubonera iyo wanse ko bakubonera rero ucika umuntu mubi ugasanga abandi bavuga ngo urya ntamuntu barambana kuko numuntu mubi kumbe sivyo

  • @leatitienambazimana2485
    @leatitienambazimana2485 Před 7 měsíci

    Wew ungez ahant Fanny rab uhinduk fanny kuk uhemukir besh wew

  • @fafaninyibuka255
    @fafaninyibuka255 Před 7 měsíci +4

    Fanny Lavine nukuri urabe neza kuko wewe uheza nabi nabntu kandi uri Emotionel ntiwari kuvuga ivyo bintu mukiganiro vyibirozi yarabigukoreye wari kubihora ariko lov you❤❤❤❤

    • @lydi791
      @lydi791 Před 7 měsíci

      Nukuri ivyo vy uburozi niyari kubivuga yagize nabi

    • @user-um2ss4mk3k
      @user-um2ss4mk3k Před 7 měsíci

      Nukur ntiyar kubivuga mukigniro arasarishij

    • @bugegenezaujia7325
      @bugegenezaujia7325 Před 7 měsíci

      Umve bashaa ndababwire,hari ukuntu umuntu abika cn ibintu mu mutima hakagera aho abivuga kugira aruhuke,mb w mukuvuga nya libert KO aharara w aba ariko abwira ikijuju?

  • @christellairakoze532
    @christellairakoze532 Před 7 měsíci +1

    Yoooo Fany nukuri ukomeze kwihangana,mana yanje ndababaye pe,sha isi nikwimeze

  • @user-dv1br9tr9e
    @user-dv1br9tr9e Před 7 měsíci

    Mm lao iconogusaba gumakumavi kk abansi nibeshi cn murubwo ubuzima urimwo Kandi atabansi mubuzima ntiburyoha Kandi courage ❤️❤️🙏🙏🙏💪💪💪imbere niheza

  • @bizimanalouise8126
    @bizimanalouise8126 Před 7 měsíci

    Fanny mumuhe amahoro gukizwa kwiwe kuzwi n'Imana ibona mumutima wimbere mwebwe mumucira imanza murabera?

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o Před 7 měsíci +1

    Hosy courage ubikora neza vrmt❤❤❤❤❤❤

  • @soniamanishimwe1271
    @soniamanishimwe1271 Před 7 měsíci +11

    Fanny sivyiza ko ubintu vyose mu pfuy ko mubishir kurubuga. Aho wihaye abakwanka. Arko nd❤

    • @happy6376
      @happy6376 Před 7 měsíci +1

      Mangwa zurabizana Sha tubote chimmamamda anaduhe show😅

    • @maniragabaeric1558
      @maniragabaeric1558 Před 7 měsíci

      @@happy6376 ngo mubote? Aba chu mupo nyonyo

    • @esperancekamikazi5479
      @esperancekamikazi5479 Před 7 měsíci +1

      Wapi iyukuri kugiye ahabona bituma abantu bagabanya urusaku

    • @DorineMuziranenge-pb8pf
      @DorineMuziranenge-pb8pf Před 7 měsíci

      Wap mureke abivuge kugira bihere norasque courage kW fanny❤

    • @shizomaniga9627
      @shizomaniga9627 Před 7 měsíci

      ​@@happy6376😂😂😂😂😂😂nawe unkuyeho ako ka show Niko kabi😂

  • @DjaliaUwimana-qm1dp
    @DjaliaUwimana-qm1dp Před 7 měsíci

    Murakoze kuduh umuco🎉

  • @alinenderabakura6942
    @alinenderabakura6942 Před 2 měsíci

    Fanny et Norasque ndabakunda cane yesu abandanye abazigama agume abambika igikundiro ciwe

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 Před 7 měsíci

    Komer madam fanny ntibiba vyoroshe kurinosi siwewee wenyene uhuranibibazo nkivyo nibeshi gusanuko beshi batabivug so courrage kuronderuhuzim sicoroshe ndagukunda cne❤❤❤❤

  • @jmc2196
    @jmc2196 Před 7 měsíci +1

    Fanny i love you ariko ndanse uku kuntu ico mwafuye na libert ushotse ukivugira aha abantu twese ntituri beza ntawuzi uko aba nabariya bagiye kubifata il fallait k biguma entre nous IMANA yonyene niyo izi ukuri izi n'impamvu uriya mwana malayika aho yibereye niheza ibindi.

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Před 7 měsíci +1

    Mwese ndabakunda cane❤❤❤

  • @annociattenish-qk1mb
    @annociattenish-qk1mb Před 7 měsíci

    Yayyyyaaaaaa ivyonivyobapfuye kxl 🥱🥱🥱🥱emwe barakwiye kubirenger basubire kuturyoher kk bigishij benshi kur scène bakinye barikumw

  • @HavyarimanaEtienne
    @HavyarimanaEtienne Před 7 měsíci +2

    Turakeney #Ribert naw Muzogeragez mumutuzanire kugirango naw aduh Umuco

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 Před 7 měsíci +1

      Libert numugab ntaburof nkubw yojamw ivy bavug iy imbox vyarahez

  • @irakozemarierose
    @irakozemarierose Před 7 měsíci

    Buriya haribintu bitaba bituraba pee nkaho jew nzoraba hma nicare ntekereze kuko vyose vyabaye ntahari niyo mpamvu ataco norenzako🙏.Murakoze

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 7 měsíci +1

    Shahu Fanny arihangana kweli courage kbx nibutse imijugujugu watewe muriyo myaka iheze ariko ugakomera nturumuntu asanzwe vrt ❤❤

  • @larissamugisha6359
    @larissamugisha6359 Před 7 měsíci

    Fanny courage mukunziiii igiti camye ivyamwa nico giterwa amabuye .Nibindi bazobikugirira sikibazo co kubahemukira bavuga kuko kuri tv si muri sentare nishari bagufite .Wewe rero tera imbere abavuga nabi bavuge

  • @faithjoel9273
    @faithjoel9273 Před 7 měsíci

    Pole sana fanny.ariko abantu burya sibeza .amajambo yose ntavurwa. Niwihorere imana izokurwanirira.

  • @user-oh6wd9ic9s
    @user-oh6wd9ic9s Před 7 měsíci

    Fanindababayecyane cyane riqati kucyiyakozebyo

  • @odettendaribwirimana1605
    @odettendaribwirimana1605 Před 7 měsíci +10

    Impanuro Norasque atanze,muyifate nkama....nimureke gushira ama emotions mukazi....nimube abanyamwuga.....muze ngaha muje kuvuga ibikorwa vyanyu murek kuza kuvuga ama beef yanyu.....birabasubiza inyuma turasavye....

    • @IngabireyimanaMiracle-tq2os
      @IngabireyimanaMiracle-tq2os Před 7 měsíci

      na wenyen bizorangira aje kur tv kuvuga nkivyo Libert ariko aravuga Norasque agend gahoro uwo mu mère ntashobotse arabaza abel nduwayo 😢

  • @avidan-deonntihanabayo5247
    @avidan-deonntihanabayo5247 Před 7 měsíci

    Sha fanny Wew urabomotse tu,
    Kwa abampfasoni na techno turi very poor uvyanke uvyemere, Libert burya yaragufashije runini, n, uko nyene abaogore tuvuga meshi, calm down, Fata Ubu calm niba vyogushobokera mumpfaso, gabanya umunwa

  • @liakatali9699
    @liakatali9699 Před 7 měsíci +1

    Fannny rekana nabo bana babahungu raba umu papa mu ngana hama wihe amahoro

  • @RaissaNiyukuri-cc3my
    @RaissaNiyukuri-cc3my Před 7 měsíci +1

    Akarimi kumwe karasosa✍️lov u Hosy❤️

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 7 měsíci +5

    Pole sana Fanny iconabonye mw'inosi kubahamwe n'umuntu bisumba kwibana wenyene kuko abantu bikigihe barabaye ibikoko urukundo gwaraheze bimereye nk'inyamaswa gusa 😢😢

  • @belysensabimana8139
    @belysensabimana8139 Před 7 měsíci

    Yoooo fany pole sana.libert numuntu mubi cane cane gose kwikeka ivyo bintu ko uroga

  • @nsengiyumvapeline5278
    @nsengiyumvapeline5278 Před 6 měsíci

    Nipfuza ko fanny bosubirana na nsoro fanny ndakunda flm zanyu nansoro nimusubirana

  • @user-ut3mx5ke6m
    @user-ut3mx5ke6m Před 6 měsíci

    Fanny komera ushikame mukazi kaw
    Uwukwanka akwandureko twetukurinyuma

  • @user-xp2pc5sj8i
    @user-xp2pc5sj8i Před měsícem

    Fanny turamukunda kbsa

  • @alainfernandniyo805
    @alainfernandniyo805 Před 7 měsíci

    Fan urakwiy gusengegw kuber riber ntimwavan ukonyen nn nkaw ejo muryany na Abel unomus ni ribel wicung uwomutim mubi waw sinumv kwr

  • @user-ph2tf1tt3g
    @user-ph2tf1tt3g Před 7 měsíci

    Funky ico nokubwira ivyo biriko biragucako ntibigutere ubwoba ico nokubwira Imana iratanga abagenzi kdi igatanga nigihe muzomarana murikumwe mukindana nico azokumarira rer ivyo bihe biheze nihamwe acagenda nawe ukagenda rer igihe ca wew na libert caheze

  • @user-fu4qh6cs5m
    @user-fu4qh6cs5m Před 7 měsíci

    Faxine nuhumure uruvugo ntigwonza ahubwo rutera intege muga mwana wa mama igihambaye muri vyose nugufata umwanya ukagira méditation ukaraba ko ivyo bavuga ko Ari vyo ukaraba nigituma urwo ruvugo ruba. hama uce ubitorera inyishu kuko mu buzima intimenya niyo ntinegura

  • @chadiaManirakiza
    @chadiaManirakiza Před 7 měsíci +1

    Nono ndagukunda cane ❤

  • @lydi791
    @lydi791 Před 7 měsíci +1

    Fanny uranyemej❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Imana ibigukorereko

  • @angenelly109
    @angenelly109 Před 7 měsíci +1

    Yooooooh🤭🤭🤭🤭fanny pol San Imana izokwishurra

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker Před 7 měsíci +1

    Fanny Lavine wewee ubu uzwi neza nk' intware yingowe dufise muburundi🖋📚💪👌💪
    Amarira yingona yawe ubu Mzee Libart agira abigaragaze neza biciye munzandiko sha kuk wewe si Abèl wifatiye😂😅🖋📚🖋📚 Xo Close your mind again wamugorewe💪💪