#Burundi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 01. 2023
  • #Burundi : Icipfuzo nuko Uburundi tubuhindura bukaba nka Dubai.

Komentáře • 53

  • @tumwesigyesimon6088
    @tumwesigyesimon6088 Před rokem +3

    That's so excellent. I wish Burundi starts using English language

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před rokem +8

    I’m proud of this man
    No doubt he will change a lot of thing in our country especially in construction
    To me I feel like he deserves credit for that amazing job he did
    If all diaspora could be like him our country will look more beautiful than Dubai
    Bro keep it up

  • @cyomorochadi100
    @cyomorochadi100 Před rokem +1

    Rwose ni byiza cyane mu zabigeraho uburundi mubuhindure nka dubai

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda5297 Před 6 měsíci +1

    God bless this Man hé is doing an amazing work în our country

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 Před rokem +3

    Komera komera wafashe umurongo mwiza Abarundi bazi gucana intege gusa wakora umugambi wawushikako bagasigara bavuga ngo kumbe birashoboka

  • @kaburagad7268
    @kaburagad7268 Před rokem +1

    Imana ikomeze kumushoboza, abantu nkabo nibo bo gushigikirwa

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 Před rokem

    Uraduteye iteka ##BIG UP BROTHER

  • @eddyrosekaza7922
    @eddyrosekaza7922 Před rokem +1

    Fabrice que Dieu te bénisse abondamment kuba wiyunvira icofasha abarundi bene wanyu.

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před měsícem

    Ntadubai yabuja ndikubona nzabandeba😅😅😅😅

  • @kevinpelomgeni1445
    @kevinpelomgeni1445 Před rokem

    Un excellent travail vraiment 🙏🔥

  • @martialhariyongabo9194
    @martialhariyongabo9194 Před rokem +1

    Jiwaze nkuyu bamushize muri conseil d'administration ya OBUHA na ARB 😱

  • @jeanmariendorere6019
    @jeanmariendorere6019 Před rokem

    IMANA ikuje imbere kandi the imitima yoroshe abarundi tuve mu bitagira ikimazi twubake uburundi buzira amacakubiri twubake Aho twataye uruzogi

  • @makinimoses9041
    @makinimoses9041 Před rokem

    Fablice my inspiration

  • @julius875
    @julius875 Před rokem +1

    This guy we suppose to support him

  • @Pontien-dy7lr
    @Pontien-dy7lr Před rokem

    Ndabateye intege mutama wanje !!!

  • @ntirusampas124
    @ntirusampas124 Před rokem

    Wonderful

  • @aimerwankineza
    @aimerwankineza Před rokem +1

    Very nice accomplishment ! Support & encourage good works. “Rising waters raise all boats”

  • @nx9581
    @nx9581 Před rokem

    Courage rwose Abarundi turabakunda kandi iterambere riganze

    • @SallmaXg
      @SallmaXg Před 4 měsíci

      Natwe turabakunda❤❤

  • @Burundian_Traveller
    @Burundian_Traveller Před rokem

    Wow 😳 turikumwe nanje ntembera ibihugu bitandukanye

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Před rokem

    Courage mon frère

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 6 měsíci

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎉🎉

  • @desirendikumama4835
    @desirendikumama4835 Před rokem

    Well done bro Fabrice

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Před rokem

    Kora mutama Fabrice

  • @vanncomedy3125
    @vanncomedy3125 Před rokem

    🔥🔥🔥

  • @abdullahmohamudmohamed4450

    Kwa pamoja tunaweza

  • @KevinNishimwe-vs3kv
    @KevinNishimwe-vs3kv Před rokem

    Raka itabi ryokwicira kazoza nibubanze bushikire Kenya uve kuvya dubai

  • @jeanmariendorere6019
    @jeanmariendorere6019 Před rokem

    yararengeye ivyiyumviro bipfuye nuwo gushigikirwa mu buryo bwose yaba leta canke abantu terimbere fabrice

  • @ngolivier4016
    @ngolivier4016 Před rokem

    Nabandi nibamufashe bujumbura ibe nka Dubai kandi na leta ibafashe

  • @desirendikumama4835
    @desirendikumama4835 Před rokem

    Abarundi haragezeko dukanguka dukure amaboko mumpuzu dukorane inguvu n'urukundo twubake igihugu cacu ,imyaka twataye tuyipfisha ubusa irahagije , dukunde igihugu cacu ciza c'uburundi na Africa yacu.

  • @Vision2300
    @Vision2300 Před rokem

    Ni abantu nkabo Igihugu gikeneye!

  • @emelinenegamiyimana4103

    courage nabo twipfuza mu gihugu cacu

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Před rokem

    Nivyo kweri bariko barahindura uburundi

  • @feldrichnanitelmaio8100
    @feldrichnanitelmaio8100 Před rokem +1

    Pourquoi vous ne parlez pas en français ou en anglais afin de permettre aux étrangers de comprendre aussi.
    La langue c'est le seul côté un peu négatif du Burundi, j'ai eu du mal à me déplacer pendant mes vacances au Burundi la plupart des gens ne parlent pas français et anglais. Mais le reste c'est cool . J'envisage investir et acheter une maison à Bujumbura.

  • @ndayihimbazejoel4241
    @ndayihimbazejoel4241 Před rokem

    Komeraaa

  • @dilwalasylveste9137
    @dilwalasylveste9137 Před rokem

    Komera Fabrice

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 Před 9 měsíci

    uburundi ntibwoba nka dubay kuko nibisuma bakunda inda yabo gusa ntibagira nisuku byobagora cane je ndu murundikazi nfise inzu nubatse nda pangisha ari nshiramo vyose nkiburaya ariko wapi ntiboza ama wese

  • @burundishallsmile1day109

    🎩
    🇧🇮✊🏾

  • @peniellakazemwami4560

    Dubaï yubahwe mu Burundi👍👌

    • @melchiadehishakiye8639
      @melchiadehishakiye8639 Před rokem

      Kuki mwikengera ngo Dubaï.Non vyiza twomera nk'uburundi nyene budasa nubwo twarimwo muminsi iheze .kirazira kwipfuza kumera nka naka .umusumvye naho ????kimwe gusa tuje kukivi uburundi tubwite inzu yabarundi vyukuri .Aho rero inzu yaw urumva uko uyifata .merci

    • @fatmahaf4951
      @fatmahaf4951 Před rokem

      @@melchiadehishakiye8639 umbaye kure sha uvuzukuri ncuti yanje 🤝🏽🤝🏽👏

  • @pierrendikumana3416
    @pierrendikumana3416 Před rokem

    Be fesse

  • @stephyniyonkuru706
    @stephyniyonkuru706 Před rokem

    Izo nindoto zibisazi Dubai murazi icarico

    • @desirendikumama4835
      @desirendikumama4835 Před rokem +2

      None kuvuko wibazako dubai yubatswe nabamalayika bavuye mwijuru? Ni abantu bayubatse natwe rero mu burundi bwacu birashoboka kuburundi tubuhindura .

  • @milliardere9177
    @milliardere9177 Před rokem

    Bave mubururi ngo na mazu

    • @fatmahaf4951
      @fatmahaf4951 Před rokem

      Ahubwo ww reka kudabwagura asikii shima nivyo bakora😏😏

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh Před rokem

      Nkawewe wosanga urara mwihema imahama.Hahahahah

    • @milliardere9177
      @milliardere9177 Před rokem

      Etage zibiri sogo .IMANA IGUHA INGORO IKURINDIRIJE AKA RURI

  • @millionsofreasons9806

    Kuki u burundi butaba u burundi aho kuba dubai? Iyi ndwara yo kwigereranya n'abandi nicyo kibazo abanyafurika beshi dufite! Urebye byibura iyo u burundi iyo buba nka Morocco cg adis? Mwari mwanabageraho?
    Mu Rwanda ngo ni Singapore yewe none namwe ngo dubai bwahahahaha ubu buswa nibwo butuma tudaterimbere

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 Před 9 měsíci

    je nkunda igihugu canje cu burundi iyo ndavye ibindi bihugu nunva nabi cane ica mbere ntitugira amazi aguma agenda amatara nulo igitoro nuko ino turi bara duseka cane ngonikuberiki ubu rundi arigi hugu gikenye nka sudani je. mbona abadutwara batwara nabi ntibaraba ingene ibindi bihugu uko bisa iyaba uko bagendagenda mundege yaba ariko bakora vyoba vyiza ntitugira amabarabara nibishimu gusa bikantangaza cane iyo bashira izonfashanyo biteye isonicane retanvyeyi y

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 Před 9 měsíci

    iyonindoto uburundi ntibwoba nka dubayi nuko mutazi dubayi nibube basi nkugwanda

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana Před měsícem

      Murwanda nibiki bafise tudafise?? Wibaza KO tutahazi 😂😂😂😂