Nikuki Part 2 Full Movie

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 19. 01. 2023
  • #Nikukifullmovie ya Film yigisha Ivuga kubijanye nubuzima, ubu naho ntucikwe na Part 2.
    Ham Reka Dufate Kano kanya ko kubashimira kukuntu mudahengeshanya mukudufata mumugongo no mukudushigikira.
    Tukagusaba niwaba uhejeje kuraba iyi Film uheze uyisangize nabandi.
    Ntiwibagire kugira
    #Subscribe #Like and #Comment
    #62JulyFilms
    #BurundianMovie
    #rwandanmovies

Komentáře • 183