62 July Films
62 July Films
  • 16
  • 132 110
THE WAYS (Part 2) : [INZIRA Part2]
•Ino Film #theways ishingiye kubuzima dusanzwe tubayemwo bwa misi yose. Aho tuzi ko iyo ukoze iciza ugisanga imbere kandi n'iko kuri, ariko iyo ukoze ikibi kiraguherekeza, Kora ineza wirenganire.
•Ntukiganyire ngo nuko ubona ubuzima bwanse ngo wihebure #Inzira imwe canke zibiri ngo ziyugaye, ntugire ubwoba, wewe izere Imana kuko #Inzira z'Imana zirenga igihumbi.
• Ese hari uwayizeye yigeze imutererana? ntugire ubwoba kuko Ivuga iti: Nimbere yuko ikibumbira Munda ya nyoko wawe yo yarikuzi none wogira ubwoba bwiki? ifise Inzira zayo ikoramwo ibintu vyayo.
• Ino Film ni film nziza cane yigisha, Ihanura, iteye agahinda niwayibona rero uze wibuke kuyisangiza nabandi.
• Ibibazo navyo Imana yo niyo izi Inzira izobinyuzamwo kugira bigende neza yizere gusa.
Directed : Jean Robert Estime
Edited : Mo
Story : Arsene Wizard Mzizi
Music : Dj Pharès Pro
Located : Friko
Much Thanks : Bakanibona Gedeon
Like, Share and Subscribe uzoba ukoze muri bwabumwe nyene.
#africamovies #burundianmovies #bongomovies
zhlédnutí: 4 365

Video

THE WAYS (Part 1 ) : [INZIRA part1] Burundian Movie
zhlédnutí 12KPřed 8 měsíci
•Ino Film #theways ishingiye kubuzima dusanzwe tubayemwo bwa misi yose. Aho tuzi ko iyo ukoze iciza ugisanga imbere kandi n'iko kuri, ariko iyo ukoze ikibi kiraguherekeza, Kora ineza wirenganire. •Ntukiganyire ngo nuko ubona ubuzima bwanse ngo #Inzira imwe canke zibiri ziyugaye, ntugire ubwoba, wewe izere Imana kuko #Inzira z'Imana zirenga igihumbi. • Ese hari uwayizeye yigeze imutererana? ntug...
THE WAYS | Official Trailer | 62 July Films | Burundian-Movies.
zhlédnutí 751Před 8 měsíci
THE WAYS | Official Trailer | 62 July Films | Burundian-Movies.
THE CHOICE - Third Card | Burundianmovies - English Movie | English Short Movie
zhlédnutí 837Před 8 měsíci
What is life? Life is a journey between B and D , between them lies C. Wht's B,D and C ??? watch this movie #thechoice third card you will get an answer. #africanmovies #nollywoodmovies #englishmovie #bongomovies #bollywood #burundianmovies #romanticmoviescenes #life
PARDON - court-métrage français - 62 july Films
zhlédnutí 803Před 8 měsíci
Dans un couple marié un homme devrait voir ailleurs à cause de la stérilité ? Somme nous encore coincés à une époque où on croyait que le manque d'enfants est la faute de la femme ? Notre mentalité devrait prendre une autre tournure ! L'erreur est humaine mais persévérer dans l'erreur est diabolique. #burundianmovies #filmfrançais #frenchmovies #congo #africanmovies #62julyfilms🎬
GUHANA - Best Action Movies Full Length Burundian.
zhlédnutí 9KPřed rokem
#BurundianMovies #62JulyFilms #Africanmovies Kirazira Guhohotera Umukenyezi witwaje ngo uri nake canke ngo ufise ipete Amategeko arahari azo Guhana Ntawuri musi canke hejuru y'amateko. kandi Kirazira kwihanira ni nayo mpamvu Amategeko ahari. #62JulyFilms🎬
GUHANA!! Official Trailer
zhlédnutí 1KPřed rokem
Vendredi Full Movie izoba ibashikiriye. Guhana none inkozi zikibi ntizihanwa? Guys ntimucikwe niyi Film kuko na jewe yandenze. nikutuyu wa Gatanu Wewe Ubonye Coming Soon wayibonye gute?
Estime amahera yibwe Muri 62 July Flms birangiye abishize ahabona😢
zhlédnutí 867Před rokem
#Subscribe, #Like, #Comment and #Share
The Forcing Love
zhlédnutí 1,6KPřed rokem
Love is not forced, love chooses, love decides the path it will take. #62JulyFilms🎬 #Burundianmovie💪 #africamovies
IGA GUKORA ICIZA [ Burundian Movie]
zhlédnutí 73KPřed rokem
Kirazira Guhenda Imana twigira ngo turasenga Mugabo twuzuranye ishari n'Inzigo Mumitima yacu. Ingero ugereramwo mugenzawe niyo nawe bazokugereramwo. IGA GUKORA ICIZA ukiri kwisi. Nubu turacabasaba, iyi Film🎬 niwaba wayikunze Ntiwibagire kugira #Subscribe nimba utarayikora #Like unatubwire muri #Comment uko film wayibonye n'uko wayakiriye. Murakoze👏 #62JulyFilms
Nikuki Part 2 Full Movie
zhlédnutí 13KPřed rokem
#Nikukifullmovie ya Film yigisha Ivuga kubijanye nubuzima, ubu naho ntucikwe na Part 2. Ham Reka Dufate Kano kanya ko kubashimira kukuntu mudahengeshanya mukudufata mumugongo no mukudushigikira. Tukagusaba niwaba uhejeje kuraba iyi Film uheze uyisangize nabandi. Ntiwibagire kugira #Subscribe #Like and #Comment #62JulyFilms #BurundianMovie #rwandanmovies
NIKUKI! [ Part 2 ] Official Trailer
zhlédnutí 1,2KPřed rokem
Full Movie on Friday, January 20, 2023 NTIMWIBAGIRE KUGIRA #SUBSCRIBE KURIYI CHANEL YACU YA #62JulyFilms KUGIRA NGO UZOBE UWAMBERE MUKURABA FILM ZACU.
NIKUKI !! | FULL MOVIE OFFICIAL| 62 JULY FILMS
zhlédnutí 8KPřed rokem
NIKUKI !! | FULL MOVIE OFFICIAL| 62 JULY FILMS
NIKUKI!! | NEW FILM | OFFICIAL TRAILER | 62 JULY FILMS
zhlédnutí 1,4KPřed rokem
NIKUKI!! | NEW FILM | OFFICIAL TRAILER | 62 JULY FILMS

Komentáře

  • @SaydatSaid
    @SaydatSaid Před 4 dny

    ❤❤❤❤❤❤❤😂

  • @EvelyneNIYONSABA-bs3on

    Karigisha neza murakoze

  • @SOSOFARAJA
    @SOSOFARAJA Před 15 dny

    czcams.com/video/UwqTVFh2hH0/video.htmlsi=tegLJ9sqEAdodBzo

  • @harerimanayvette3323
    @harerimanayvette3323 Před 18 dny

    Mbega abagore baroga bose babika uburozi mumabere???

  • @user-zy9jw7mo4o
    @user-zy9jw7mo4o Před 25 dny

    Kiranikiza amenyo ico kigore kiranshisha

  • @user-zy9jw7mo4o
    @user-zy9jw7mo4o Před 25 dny

    Nukuri ndagez ahantu numva ntoyiraba kubera ubwoba gusa

  • @user-zy9jw7mo4o
    @user-zy9jw7mo4o Před 25 dny

    Uwo mugore aragowe pe ivyo bintu akorera impfuvyi ndababae sana

  • @merissapati9630
    @merissapati9630 Před 25 dny

    😢😢😢😢😢😢😢

  • @emelyne321
    @emelyne321 Před 25 dny

    ❤❤❤

  • @Iteritekaivonvi
    @Iteritekaivonvi Před 27 dny

    Sha koma kwl maman pasta akora ibintu nivyo ni hatar

  • @Myry-xr4xx
    @Myry-xr4xx Před 27 dny

    😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @Myry-xr4xx
    @Myry-xr4xx Před 27 dny

    Nezacane❤❤❤

  • @GraceNiyomuco
    @GraceNiyomuco Před 28 dny

    Courage

  • @yvettempawenimana7111

    Ukora ikibi kikaguherekeza ❤❤❤❤❤

  • @GiftBella-de5hz
    @GiftBella-de5hz Před 29 dny

    b

  • @LeaNihezagire
    @LeaNihezagire Před měsícem

    Yoooh ark'kwer birabaje abavyeyi nkabo nukr ark.Man.uzondinde gukora inabi kwer😭

  • @user-mp3uw3zt2i
    @user-mp3uw3zt2i Před měsícem

    Sataniyaweeeeeee ubwo ntubiziko Imana ibona?

  • @AnithaNdayikengurukiye
    @AnithaNdayikengurukiye Před měsícem

    Ishetani y'umugre uzopf nabi

  • @user-ij7yd8cy4m
    @user-ij7yd8cy4m Před měsícem

    Murakoze muzadukinire ikindi gice cyagatatu

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille Před měsícem

    Ingero yicah nurufu

  • @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu

    Ab mama pasteur nkab mwihane kwel graciella ararengan kweli

  • @user-kc1qb4yg9w
    @user-kc1qb4yg9w Před měsícem

    Ibaze crissi mubu pasteur

  • @lyonog250
    @lyonog250 Před měsícem

    Pasteur naza ndabona ahukina ukijijwe😂😂

  • @user-jc6uw8ue1o
    @user-jc6uw8ue1o Před měsícem

    Iyifilm irambabaj irandijije

  • @uwurukundobella-uv4xx
    @uwurukundobella-uv4xx Před měsícem

    Iyi film mwayimaze nabi kuko ibi Chris yari kubimeny ko uwo mukobwa afashw nabi akiriho

  • @user-dw1zk1wd3j
    @user-dw1zk1wd3j Před měsícem

    Muzokwikebuke mwakinye nabi sana

  • @user-qc9ny7sd9v
    @user-qc9ny7sd9v Před měsícem

    Yooo nyibonye nteba

  • @ingomayacufilm487
    @ingomayacufilm487 Před měsícem

    czcams.com/video/pf3qaKGAesY/video.htmlsi=q2z-SWjOkBLilnyX

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 Před měsícem

    🥰🥰🥰🥰🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉♥️♥️♥️👌👌👌👌👌👌👌👌

  • @SarahEdward-qh2jp
    @SarahEdward-qh2jp Před měsícem

    ❤❤❤❤❤❤❤😂🎉🎉🎉🎉

  • @user-tn1fc4uq2d
    @user-tn1fc4uq2d Před měsícem

    Mwubahwe ❤❤❤

  • @OscarBarankunda
    @OscarBarankunda Před měsícem

    Maman pasta uhoraho Azé abiguhore

  • @JFleury257
    @JFleury257 Před měsícem

    62july mubandany mwatsa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Kirimogene nirinaba kumbuye kweri narinarabuze fine baribayinyivye ndabakunda cane ❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Kirimogene nirinaba kumbuye kweri narinarabuze fine baribayinyivye ndabakunda cane ❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Kirimogene nirinaba kumbuye kweri narinarabuze fine baribayinyivye ndabakunda cane ❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮 19:07 😊

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Kirimogene nirinaba kumbuye kweri narinarabuze fine baribayinyivye ndabakunda cane ❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮 19:07 😊

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Kirimogene nirinaba kumbuye kweri narinarabuze fine baribayinyivye ndabakunda cane ❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Kirimogene nirinaba kumbuye kweri narinarabuze fine baribayinyivye ndabakunda cane ❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Kirimogene nirinaba kumbuye kweri narinarabuze fine baribayinyivye ndabakunda cane ❤❤❤❤

  • @aishalovesesibe
    @aishalovesesibe Před měsícem

    Estime wubahwe ndagukunda cane ❤❤❤

  • @nzigamiyepaul742
    @nzigamiyepaul742 Před měsícem

    ❤❤❤🎉

  • @user-or6zd8bq3i
    @user-or6zd8bq3i Před měsícem

    Chris pasteur🤣🤣🤣🥳🥳

  • @pascasienyandwi4222
    @pascasienyandwi4222 Před měsícem

    Uwo mukobwa mumwongereye igikomere mukindi

  • @pascasienyandwi4222
    @pascasienyandwi4222 Před měsícem

    Harimwo inyigisho ariko uwo mugore numugome kabisa

  • @AngeKeke-jh3ou
    @AngeKeke-jh3ou Před měsícem

    Iyi film irimqinyigisho pé. Courage

  • @AishaNininahazwe-nd4nw
    @AishaNininahazwe-nd4nw Před měsícem

    Murashoboye

  • @user-rj8mf5op5n
    @user-rj8mf5op5n Před měsícem

    Burundian talent❤❤

  • @user-ll4fz3jm5c
    @user-ll4fz3jm5c Před měsícem

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂𝓳𝓪𝓺𝔀𝓪𝓷𝓲 𝓬𝓸𝓾𝓻𝓪𝓰𝓮 𝔀𝓪𝓷𝓮𝓳𝓮𝓻𝓮𝓳𝓮 𝓹𝓮❤❤❤❤❤

  • @user-ll4fz3jm5c
    @user-ll4fz3jm5c Před měsícem

    𝓐𝓼𝓽𝓪 𝓱𝓮𝓳𝓾𝓻𝓾 𝓱𝓪𝓶𝔀𝓮 𝓷𝓪𝓼𝓽𝓲𝓶𝓪❤🎉😂