Abantu bokundana URUKUNDO nyakuri gute??//Umukenyuro bokoresha//Ibintu bikomeye mwokwirinda
Vložit
- čas přidán 26. 03. 2023
- Abantu bokundana URUKUNDO nyakuri gute??//Umukenyuro bokoresha//Ibintu bikomeye mwokwirinda
@benindayishimiye5117 #benisexologue #urukundo #pamchanneltv - Zábava
Just Gael Uri umu professionnel mukazi kawe, ntakiganira cawe ntakimwe kitarimwo ubutumwa kandi ubaza neza. Big up
Wow wow 👌🏿 all u say is true bro😳 nakubali ayo maneno👏🏿 kuishi sio jokes. MUNGU atusaidiye sana sisi wana ume. Kupata true love ❤️ is not jokes. ALLAH knows! GOD bless Burundi 🇧🇮 and Africa🇧🇮😢🇷🇼🇺🇬🇹🇿💯🫵🏿👊🏿
Guste Gaïl komera vrt utuzanira abantu bumumaro wubahwe 👍🙏♥️♥️♥️
Benny ndagukunda caaane kumpanuro utanga!!!Just Gaël big up camera yawe ni nziza caaane.Warikokoye kabisa🙏🙏🙏
Kuvyo mbona mubakoresha ibiganiro kur youtube hano iwacu ashobora kuba ari uwambere afise caméra nziza naho atabushakashatsi nabikozeko
Amajambo y'ubwenge P👌,
😘👏👏Courage courage Juste Gael , 🤌ikiganiro kiratesa vrmt👌, Beny Merci bcp kumpanuro nziza🙏🙏🙏
Juste Gaël Big up san ✊🏿🇧🇪 hm Béni naw arakoze k'unyigisho♥️
Uvuzuki kweli merci Gael
Take five juste Gaël a.k.a drama👊👊
Turashima cane kumpanuro mudahengeshanya kutugezako🙌🙌
IMANA ikomeze kwagura ibikorwa vyamaboko yanyu
Beny nukuri wubahwe ❤️❤️ Gael urakoze san kbx ikiganiro ciza Naw wubahw❤️❤️
Juste Gaël urakoz kutuzanira Bénie j ndasavy kabisa bamwongere umwanya wikiganiro azohore akorumwanya munini
🤩🤩🤩
Uyu mu papa nda❤️ kubi avuga ukur kutagabanije dusezeranir ko kumukubito TV tuzomuronka 1 par semaine
👊👊
Urukundo Ruriho
Waouh
Jew ndagufana
Nize, vyishicane kuriki kiganiro.
17:38 la pure vérité
Ubikora neza gael je ndagukurikirana nigaramiye aha zanzibar mapenzi beach hotel
Beny wewe turakwemera kumpanturo
impanur nziz can
Jew benny meng noguma ndamwumviriza uri namajambo yubwenge disii
Ashabiragoye kumenya yuko ayomajambo ariko arakubwira kwarivyo
Harutuntu wokata tugahitinga bamwebamwe bakiyumva bakarabako bohinduka
Good evening, Dr and juste Gaël.Nukuri ikiganiro ni sawa cane.Ego bariho ariko na bonyene abahari bagomba kukubaza ico ufise imiduga impangu. Mbega ataje ngo muze mubirondere hamwe .Dr arigisha neza cane ikindi gaèl uru umuhanga neza cane mon frère.akunyegeza n'abavyeyi ni wabo
Cane gose guta umwanya birababaza😂 cane.
Tumuku tumukwe nibo buzuye sana cane gose
Nukuri Dr gushira hamwe uwo numuronka twese tuba tumeze neza
@@bikinoolivier9790 abububaragoye