INTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 14. 06. 2024
  • NTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA

Komentáře • 129

  • @alicenduwayesu7245
    @alicenduwayesu7245 Před 2 dny +2

    Imana niyokwizerwa peee Mana ndakwubashe ubugirakandi👏👏👏👏

  • @user-cc5rw1lx7u
    @user-cc5rw1lx7u Před 6 dny +6

    Amen amen amen....agahinda karanyinshe...urakoze kuturemesha muvyeyi....mana wibutse uyumumama ikamuha ibibondo...nanj niwe nizeye....icubahiro 'icawe mana...

  • @yvettenininahazwe-lv7kq
    @yvettenininahazwe-lv7kq Před 18 hodinami

    Amen Amen iyo ntaahe atanze Madame Sheilla ndayizi pe kand nd mu bantu Bari basigaye bamutinya wariyumvira naho wotangurira kumuvugisha ukabura Imana ihabwe icubahiro cane yo yamuhojeje

  • @landradamutegarugori5513

    Haraho umuntu aba yibaza k ari wenyene yahuye nibibazo kumbure agasanga ari mubandi.Imana ishimwe ko isaha yayo igeze ihindura ibihe aho umuntu yaririye akahavugiriza impundi

  • @dorotheuwamaria5107
    @dorotheuwamaria5107 Před 2 dny

    Nkunda ABARUNDI ❤❤❤❤ Mama ukomeye umutima, NDIHO yarakoze !

  • @Vns120
    @Vns120 Před 6 dny +3

    Amen Amen Imana iguhezagire cane Madame Cheila guca mu kigeragezo nikimwe ariko ukuntu wavyifashemwo navyo ntibisanzwe.. uri Umuhizikazi kandi uzofasha besnhi cane kandi nanj ndafashijwe cane gose❤❤

  • @rehemakaneza2544
    @rehemakaneza2544 Před 4 dny

    Imana ni nziza,nanje nabuze umwana a deux mois dix jours,,nubu sindavyakira,intahe yawe irandemesha

  • @MukankusiSeraphine-hc6bw

    😢Ndarize kubera ibyishimo. Uyu muryango Imana iwumpere umigisha

  • @mireillegatikimana5482

    Yari yasavy abahungu 4 n umukobwa imwe,Imana yarabahanaguy amarir yise,uzobona abuzukuru nabuzukuruza

  • @rachellengabirano7762
    @rachellengabirano7762 Před 3 dny +1

    Imana ihabwe icubahiro

  • @pameegrace894
    @pameegrace894 Před 4 dny +1

    Mbega une brave femme,une femme de foi ubikiwe ibitsibo vyinshii ❤❤urakoze kudukomeza mu mwami ❤️

  • @user-cc5rw1lx7u
    @user-cc5rw1lx7u Před 6 dny +5

    Sha imana ninziza yagutwengeje ikakwibagiza agahinda....nanje mumfashe gusenga maze gukora inda 4 niya 5 namuvyaye acaritaba imana....inda 5 ntamwana numwe mfise....imana itwibuke ..kutaronka ikibondo nigikomere gikomeye...ababizi barabizi....

    • @christella5092
      @christella5092 Před 5 dny +1

      😢😢😢😢😢😢😢yooooo mpore mpore muvyeyi Imana ikwibuke nukuri kandi izobikora

    • @NkumiJolie
      @NkumiJolie Před 5 dny +1

      Nimpore mubyiyi imana ikwibuke iguhe kibondo

    • @justinekanyamuneza16
      @justinekanyamuneza16 Před 3 hodinami

      Mpore IMANA nawe izoguhekerereza n'inyembabazi

  • @dynanikiza1551
    @dynanikiza1551 Před 7 hodinami +1

    Nongeye kukwizera Mana😢turacagutegerej Mana natwe

  • @claudinekamariza6111

    Imana izi guhoza cane merci seigneur

  • @sarahetcaleb
    @sarahetcaleb Před 5 dny +1

    Merci Sheilla intahe yawe irakomeye iratwibutsa que Dieu est souverain et qu Il a de bons plans pour nous . Reka turirimbe zaburi zacu naje urwo rugendo ndaruzi . Uhoraho abakuze abo bana baze bayikorere .

  • @ThomasNimubona
    @ThomasNimubona Před 6 dny +3

    Intahe yawe Imana Izovyibuke Ibugiherre ingororano

  • @user-dq1pk7cj2b
    @user-dq1pk7cj2b Před 9 dny +2

    Ndaremye nukuri ❤nfise umugenzi wanje arimubibazo vyokubura akazi akaba atanaronka amahera yokuriha inzu aheranye amazi menshi kandi nyenknzu ashibora nokumusohora rero nfashe akakanya dusaba amasengesho murakoze

  • @jeannettendikubumwe4313

    Imana ishimwe kandi ishirwe hejuru kandi ni nteturuye

  • @PamelaNikuze-o7z
    @PamelaNikuze-o7z Před 7 dny +1

    Isezerano ryaw mana ntirihera,iyusezeranye urashitsa, merci Madame cheilla kuntege uriko uratera iyindi miryango yesu abandanye akongera imigisha

  • @Janeostiby
    @Janeostiby Před 4 dny +1

    Wamuma urankomej ibihe ndikucamwo ariko ngizivyizigiro bizima❤❤

  • @FabiolaKezakimana
    @FabiolaKezakimana Před 19 dny +1

    Numva amarira menshi kubw'iyi ntahe. Umufise Imana, ndabihamya gose. Ugire umugisha

  • @AdelineInamahoro
    @AdelineInamahoro Před 3 dny +1

    Yesu aguhe umugisha cane utubwiye intahe ikomeye cane

  • @zenandayishimiye2233
    @zenandayishimiye2233 Před 2 dny

    Mana wee jewe nabuze babiri nahatswe gusara neza.ariko Yesu niwe wenyene yahankuye

  • @YvetteNintunze-c8z
    @YvetteNintunze-c8z Před 20 hodinami

    Imana lbishimirwe yarakoze kugutabara

  • @christella5092
    @christella5092 Před 5 dny +1

    Ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii❤❤❤❤❤❤❤murakoze cane kudusangiza iyintahe abarundikazi dusigaye tuzi kuvuga😂😂 kubona umurundikazi ashinga intahe neza nkuku Imana Nininahazwe Mana nanje uzonteteshe

  • @T202
    @T202 Před 8 dny +1

    Imana ihabwe icubahiro kuba yaraguhojeje amarira !!Ndagushimiye kukwizera ufise uri umusirikare muri Yesu christo

  • @JoellaNishimwe-xf2ke
    @JoellaNishimwe-xf2ke Před 5 dny

    Ameeeen🙌🙌🙌Habw Icubahiro n'Amashimwe Mwami Mana Urashoboyee ntanakimwe kikunaniraa🙏🙌🙌🙌

  • @Gloria-ht8rn
    @Gloria-ht8rn Před 3 dny

    Vyukuri Urandijije!! Gusa Imana nigitangaza inkomezi yaduhaye ziteyubwobaa🥰

  • @user-nc7cg3eo2r
    @user-nc7cg3eo2r Před 3 dny +1

    Yesu agiraneza

  • @jessicadusenge5405
    @jessicadusenge5405 Před dnem

    Haleluaaah nukuri ndashijwe

  • @ancillankunzimana8544

    😢😢urandijije ningen umwana angoye kuronka

  • @karangwacarine8539
    @karangwacarine8539 Před 2 dny

    Imana numukozi wumuhanga

  • @inezruzunga
    @inezruzunga Před 18 dny +1

    Biraryoshe kuba mubihe nkivyo waciyemwo warameny Yesu kuko ubuntu bwayo nizo nkomezi zacu.

  • @nicolekaneza5671
    @nicolekaneza5671 Před 18 hodinami

    Gloire à Dieu pour toujours

  • @user-vu1wq3pu7i
    @user-vu1wq3pu7i Před 7 dny

    I
    Mureke Imana ibe Imana,iratagaje,ikora ibyo ishaka mu ngabo zayo,nkuze ijambo wabwiye Imana "icyo mpfana namwe Mana si ibintu" nibyo pe, twikomeze ku Mana muri byose,murakoze❤

  • @nadegekamikazi
    @nadegekamikazi Před 3 dny

    Reka Imana yitwe Imana

  • @ClementineNshimirimana

    Christo akonger umugishaa

  • @SandrineKaneza
    @SandrineKaneza Před 5 dny

    Imana ibishimirwe
    Intahe yawe ikoze kumitima yacu
    Kandi nawe Imana iguhezagire kubwo kwamamamaza ubukuru n'ubushobozi bw'Imana ihoraho.

  • @ericakaneza7601
    @ericakaneza7601 Před 7 dny

    Imana ishimwe yagumbiriy umutima waw,ikagukomeza mubihe bitoroshe, ishimwe kandi ko yakwiruy ikaguha abana beza❤❤

  • @user-ci9cd2oq7l
    @user-ci9cd2oq7l Před 6 dny

    Yes,ndashingirintahe Yesu kuvyo yakoze ndabiziii❤❤❤❤

  • @MarieLouiseMUKASHYAKA-jt7fv

    Amena Amena

  • @francinemiburo6162
    @francinemiburo6162 Před 3 dny

    Hallelujah Hallelujah ndafashijw Imana ishimwe cane kukurinda mama🎉🎉🎉

  • @MikeNdayi
    @MikeNdayi Před 25 dny

    Ntivyari vyoroshe disi
    Uhoraho yunve gushima kwawe aguhe kuvyiza vyo mwijuru ❤

  • @furahabeatrice2057
    @furahabeatrice2057 Před 5 dny

    Amen ubarikiwe kwa ushuhuda mzuri maman 👏👏👏🙌🙌🙌

  • @ayinkamiyelysemartine865

    Murakoze cane kubw'iki kiganiro❤ Yesu abahe umugisha

  • @chanellanizeyimana4074
    @chanellanizeyimana4074 Před 4 hodinami

    Ndatahuye ko ikintu cose gifise impamvu kiba.Hari umu maman amaze kugira avortement 8 fois Imana izomushumbusha ndavyizeye.Nawe yaramaze kwiyakira

  • @NduwimanaChantal-gg8vk

    Merci madame sheilla turafashijwe caane ''Yesu Aguhe umugisha

  • @SteffyNkurunziza
    @SteffyNkurunziza Před 19 dny

    Amen 🙏 Imana ihabwe icyubahiro 🙌

  • @MukamanaVestine-zy6ts
    @MukamanaVestine-zy6ts Před 23 dny +2

    Iyi ntahe narinsanzwe ndayizi ariko émotions zimereye nabi Cheilla mugenzi yongeye gushima Imna kubwawe yrakoze kuguha indirimbo nshasha mumutima iyo Zaburi ndumva siyabena Asafu kweri

  • @user-cc5rw1lx7u
    @user-cc5rw1lx7u Před 6 dny +1

    Nanje ndizeye imana izontabara ibigeragezo ndimwo urabimvugiye...numva agahinda mumutoma. Kandenze....muvyeyi wabaye intwari yezu niwe mutabazi nyene....

    • @arleneininahazwe
      @arleneininahazwe Před 5 dny

      Ngiye kugusengera nawe umuronke ngiye kugushira mumitwaro nsengera komera

  • @DieudonneNsabimana-cm3gb

    Ndabihamya ko wabaye umuhizi kazi,mubihe bikwiye nibidakwiye❤Kandi ndabihamya ko wavugutiwe bihagije.

  • @CarineNshimirimana-rs7us

    yuuuuuuuu Imana ninziza caneee intahe yawe iranyubatse

  • @DorineBUKEYENEZA-gv7xn
    @DorineBUKEYENEZA-gv7xn Před 25 dny +1

    Yesu abahe umugisha bahizikazi bacuuu❤

  • @user-hp9eo8lw7h
    @user-hp9eo8lw7h Před 4 dny

    Imana ninziza cane rwose nihabwe icubahiro kuvyo yakoze vyose ❤🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @ornellandayitwayeko5255
    @ornellandayitwayeko5255 Před 5 dny +1

    Mana urigengaaaa😢😢😢warakoze kunezereza uyumu mama

  • @IrutingaboJoel
    @IrutingaboJoel Před 10 dny

    Ameeen iyontahiradukomeje goseeee

  • @user-bs8mw5zg4o
    @user-bs8mw5zg4o Před 25 dny

    Dufise Imana yirura imibabaro imana ishimwe cane

  • @irakozeines8143
    @irakozeines8143 Před 6 dny

    Urakoze caneeee kuntahe yawe🙏

  • @user-rt5jj3vk1o
    @user-rt5jj3vk1o Před 7 dny

    Sheiii Imana ni Nziza ibihe vyoose

  • @user-qf7nd1et3g
    @user-qf7nd1et3g Před 7 dny

    Natwe turafise uwabuze 3 Abana Bato bakwirikirana ariko Imana yamuhaye amahasa umuhungu numukobwa Imana yama Ari Imana

  • @DorineBishahu
    @DorineBishahu Před 6 dny

    IMANA yarahabaye

  • @francineinansuhurwa6112
    @francineinansuhurwa6112 Před 21 dnem

    Uri umuhizikaze Maman Heaven Emotion ziranyishe kd nari nsanzwe nzi iyi ntahe 😢

  • @elianendayisaba5751
    @elianendayisaba5751 Před 7 dny

    Ooooh mon Dieu,,,mpore mpore,wakomeye mubitoroshe

  • @vumiliaevangeline5681

    Imana yarahabaye cagihe.
    Ubarikiwe sana mama

  • @nadinemunezero6182
    @nadinemunezero6182 Před 5 dny

    Amen amen amen

  • @KellyIgiraneza
    @KellyIgiraneza Před 8 dny

    Amen

  • @MireilleIrakoze-e1k
    @MireilleIrakoze-e1k Před 6 dny

    Ohhh my God felicitations lovely family ❤

  • @beatricenibizi
    @beatricenibizi Před 6 dny

    Dieu est fidèle .,Dieu est amour. turategereje natwe kandi twizeye

  • @user-dq1pk7cj2b
    @user-dq1pk7cj2b Před 9 dny

    Imana ibahezagire

  • @user-es9ro4gd1v
    @user-es9ro4gd1v Před 8 dny

    yesu ni muzima

  • @eventssudi1212
    @eventssudi1212 Před 23 dny

    Urakoze
    Kundiza kandi belle soeur

  • @ganzashammah5319
    @ganzashammah5319 Před 6 dny

    Groly to you God 🙏

  • @Janeostiby
    @Janeostiby Před 4 dny

    Yesu nimwiza

  • @graceniyonagize260
    @graceniyonagize260 Před 5 dny

    Yesu arakora nukuri 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-pt7it9rw6c
    @user-pt7it9rw6c Před 9 dny

    Imana ishimwe

  • @alveranshimirimana4251

    Imana ninziza

  • @CynthiaNIKUZE-mt5tz
    @CynthiaNIKUZE-mt5tz Před 9 dny

    Iman ishimwe

  • @AngéliqueTuyisenge-c3z

    Imana ihora arumwizigirwa

  • @donatienndihokubwayo4209

    Imana niyo nkuru.

  • @MarieLouiseMUKASHYAKA-jt7fv

    Imana yumve gusenga

  • @alineuwizeye674
    @alineuwizeye674 Před 23 dny

    🎉Yesu Agira neza !

  • @ShalomTV903
    @ShalomTV903 Před 6 dny +1

    Mpore mpore Maman naje byambayeho 3 ndakunva cane

  • @theddyninderere
    @theddyninderere Před 5 dny

    Bien

  • @vkggjjhff
    @vkggjjhff Před 2 dny

    Icubahiro nicawe Mana

  • @HenrietteHarumuremyi
    @HenrietteHarumuremyi Před 4 dny +1

    Jew ico natahuy nuko uyu mukenyezi yavuzati narinarasavy Imana abana4,abahungu3 numukobwa1,erega Imana yacu irumva non KO yasavy abana4 ,Imana yariyashats kumuha abana 8,ariko kuk arivyo yasavy Abo bandi yaciy ibijanira,bisigurak iyo dusaba harigoh dusaba ukutariko jew vyanyigishij Can k tworeka ubugomb bw'Imana bukanda uko bushats ntibugend nkuko dushats,kuberik utasavy ATI Mana urampa uruvyaro ???wayibwiyati nshaka abana4 gusa,tuhitondere Aho hantu,ariko Imana yabikoz nk'Imana nyen,

  • @floramunezero2548
    @floramunezero2548 Před 6 dny

    Yooo wa mumaman we urandijije😭😭Imana yacu niyo kwizerwa

  • @blackandblessed1847
    @blackandblessed1847 Před 6 dny

    how i love her ❤️

  • @michelinendayiragije5129

    ❤❤

  • @RaissaKaze
    @RaissaKaze Před 12 dny

    Ba maman beza courage beaucoup ndabakunda 🫂

  • @floramunezero2548
    @floramunezero2548 Před 6 dny

    Ufise nabahungu musa sha caaane

  • @kathiabenithaumukunzi384

    ❤❤❤❤

  • @go-glory2070
    @go-glory2070 Před 25 dny

    ❤❤❤❤❤

  • @VeroniqueMinani
    @VeroniqueMinani Před 8 dny

    Ihindura amarira ibitwenge iyo MANA ishoboye vyose

  • @cartinehope1421
    @cartinehope1421 Před 8 dny

    Mama Heaven ndagukunda kuburyo utabizi,ndagusavye uzugurure chanel yawe uze uravugirako ubutumwa ndagukurikirane,ubu ndi kure yawe ntibinyoroheye kukubona hafi ngo nze ndakumviriza ariko ufise ucishiriza ubutumwa vyomfasha.murakoze,ubu butumwa muzobumumpere Mam Heaven please!!!

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 Před 7 dny

    Yoooo Sheila 😢 mpore mpore cane

  • @modestenzoyihaya2093
    @modestenzoyihaya2093 Před 7 dny +1

    Kubura birababaza nukuri,jewe haheze 1mois ndamubuze,nubu kuvyakira biracangoye

  • @inezruzunga
    @inezruzunga Před 18 dny +1

    Maman Heaven🫂🫂🫂

  • @EsperanceKanyange-hs5wc
    @EsperanceKanyange-hs5wc Před 4 hodinami

    Urakanihazwa mana waturemye,wewe uhoza abawe.

  • @DukureLyseMarie
    @DukureLyseMarie Před 5 dny

    Mme Sheila iyo ntahe yawe irankoze kumutima.Muhezagirwe

  • @aniellenzeyimana6820
    @aniellenzeyimana6820 Před 6 dny

    Mana weee nukuri rengera aba bavyeyi