Abahizikazi Ba Yesu
Abahizikazi Ba Yesu
  • 4
  • 40 120
IMANA YARAHABAYE NAHO YARI YABUZE IKIBONDO
IMANA YARAHABAYE NAHO YARI YABUZE IKIBONDO
zhlédnutí: 1 559

Video

UMUVYEYI IMANA YAGIRIYE NEZA INYUMA YO KUBURA UMWANA
zhlédnutí 7KPřed 21 dnem
UMUVYEYI IMANA YAGIRIYE NEZA INYUMA YO KUBURA UMWANA
INTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA
zhlédnutí 31KPřed měsícem
NTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA
Abahizikazi ba Yesu
zhlédnutí 914Před měsícem
Abahizikazi ba Yesu

Komentáře

  • @ClaudineBigirimana-x1y
    @ClaudineBigirimana-x1y Před 42 minutami

    Yooo Mana yomwijuru ndagushimiy kubona waributse umusavyikazi wawe cheilla ukamuhibibondo.nanje ndongew ivyizigiro

  • @LynaNdayisenga
    @LynaNdayisenga Před 20 hodinami

    Nukuri uri umuhizzikazi pe kdi Yesu agukomereze ubwo buhizi Kubwanje ndagutangariye gose kuko hari benshi bari guca babivamwwo Be blessed ma❤

  • @user-lz2nf5qo6h
    @user-lz2nf5qo6h Před dnem

    Amen Amen yesu christo nahimbazwe.🎉🎉🎉🎉

  • @AudacienneNzeyimana

    Uhezagigwe uransengere nanje nzoronke

  • @user-vg9lb4eh8p
    @user-vg9lb4eh8p Před dnem

    Yoooh!!!! JW ndacar inkumi ark ndongew inkomz zokwizigir Imana ukundi!!!!!

  • @JacquelineIRAMBONA-z5m

    Imana lhimbazwe ibihe vyose

  • @ArianeIRAKOZE
    @ArianeIRAKOZE Před 2 dny

    Imana ninziza ibihe vyose❤❤❤❤

  • @user-ou2ob8ii1e
    @user-ou2ob8ii1e Před 2 dny

    Imana iguhinkomezi kndi zuguhanganwa nibindi.intahe irafise ahinkuye nahinshikanye.Imana ibahezagire

  • @mariegorethndayisenga5260

    Cheilla na Keza murakoze cane mwaciye ahakomeye kandi mwabaye abahizikazi nyene intahe yanyu iranyubatse inyigishije ko tukiri murino si turi muntambara kandi hahigwa uwihanganira amageragezwa kuko uwundi munsi azambikwa igitsibo.NDIHO abahezagire

  • @user-gn1ur9yl4e
    @user-gn1ur9yl4e Před 3 dny

    N'Imana ihoza amarira

  • @FabiolaNiragira
    @FabiolaNiragira Před 3 dny

    Ndabashimiye cane kuk murikuturemesh Imana ibonger'umugisha

  • @MANARIYOChanella
    @MANARIYOChanella Před 4 dny

    Jew ndafise ikibazo nobaza cheilla,mbg abana bane bambere batashe umengo ntihenze wagiriwemwo opération 2,,,ikibazo mfise abo bane bariho naho hariho abo wibaruts par césarienne ?inyishu iraza kumfasha

  • @user-hj7ud1ke4b
    @user-hj7ud1ke4b Před 5 dny

    Oooh yesu nashimwe cane Courage mama Enora Imana yarakwibutse

  • @GAtwinsfamily
    @GAtwinsfamily Před 5 dny

    Yoo pole birababaje ❤Yesu yarahabaye Kuba ukiriho

  • @AbahizikaziBaYesu
    @AbahizikaziBaYesu Před 5 dny

    Abipfuza kuvugana na madame Nelly numéro ya telephone yiwe ni +257 61466384

  • @mireillemuhimpundu3527

    IMANA ishimweeee.iyi ntahe irandijije.Ishimwe yo itanga itagabanije

  • @user-uu6if3kh2r
    @user-uu6if3kh2r Před 6 dny

    Mme Cheilla Imana ikumpezagirire caaaane kuntahe uhejej kudushingira !iradukomeje❤gooose

  • @RaissaProxedeININAHAZWE

    ❤❤

  • @mpundubuntu1620
    @mpundubuntu1620 Před 6 dny

    Imana ikura ku camvu, urakoze mu maman wa Yesu kudutera intege, ndacakiye umugisha utagabanije, iyi ntahe yawe imbere inyishu yivyo nasavye Imana izongeze kw'isezerano ryayo.Amen Amen Amen .......

  • @sandronahishakiye4294

    Shalom nasavye numéro yanyu

  • @DianeBizimana
    @DianeBizimana Před 6 dny

    Imana iratwenzaaaa.❤

  • @user-fy2zm7xs2y
    @user-fy2zm7xs2y Před 7 dny

    Madame cheilla merci kuntahe nibenshi biruhije ariko uduhaye kurema

  • @YollandeNkurunziza
    @YollandeNkurunziza Před 7 dny

    Imana iguhezagire maman

  • @GuygoleNimwiza
    @GuygoleNimwiza Před 7 dny

    N'Imana ikomeye cn knd ikora

  • @NsengimanaJeannette

    Yesu nimwiza ibihe vyos yarakoz yamuvuy ibikomer

  • @NshimirimanaJacqueline-j3u

    Imaniguhezagire muvyeyi kandiyarakoze kugutabara

  • @NduwimanaEuphraim
    @NduwimanaEuphraim Před 8 dny

    Mpore ndakwumva yesu yarahabaye

  • @bedineuwimana8075
    @bedineuwimana8075 Před 8 dny

    Urigishije ihanga ryisho uwohagarara kukxizera kwaxe ndizeye ko aeishurwa vuba warahezagiwr

  • @bedineuwimana8075
    @bedineuwimana8075 Před 8 dny

    Madame cheilla Imana yaragukomeje ibzndanye ikujimbere nibibondo yaguhzye numuryango wawr iyo ntahe irigisha nuvise agahinda amarira arandenga Imana ieogukomeze nihrezo ryiza

  • @bernicemidonzi8752
    @bernicemidonzi8752 Před 9 dny

    Ooooooh nelly merci kur'iyo ntahe.... Il y a des pertes zigoye mais avec le temps ça passe

  • @EsperanceNkurunziza

    Mpore muhizikazi! Imana ishimwe ko yongeye kugushumbusha.

  • @PrinciaIRADUKUNDA-o4q

    Amen Amen 🙏🙏🙏

  • @user-zr3yf3qd2q
    @user-zr3yf3qd2q Před 9 dny

    Yesu ahezagire madame nukuri warabonye Imana p!akomez abazigamire izo ngabire zibibondo

  • @darlenemugisha4434
    @darlenemugisha4434 Před 10 dny

    Nzobarondera ndabashingir intahe nanj uko vyashikiy duter integ abandi bavyeyi.Kuko Yesu arahoza d,apr y,ububabar bwos uba waraciyemwo

    • @AbahizikaziBaYesu
      @AbahizikaziBaYesu Před 5 dny

      Hello, wotwandikira ukaduha numéro yanyu ya téléphone ? ukandikira umwe muri twebwe

  • @UwizeraEmmanuel-mu5eg

    Nelly sha mpore,

  • @NadineAkimana-t7n
    @NadineAkimana-t7n Před 10 dny

    Amen amen intahe yawe irakomeza nukuri uwizeye lmana ntamaramara imugeza kwisezeno

  • @noahgisubizo9677
    @noahgisubizo9677 Před 10 dny

    Nanjye ndafise intahe

  • @nsavyekwizerasonia8417

    Nelly ntivyoroshe ,nukuza turatanga intahe kugira twereke aba maman kobatari bonyene

  • @MichelineIngabire
    @MichelineIngabire Před 10 dny

    Abaganga muzokumviriza inontahe mugerageze mwisubireko kuko murakomeretsa cne abaje babagana ibikorwa vyuhoraho birakomeye irishura iyomana iragahezagirwa

  • @user-hp9eo8lw7h
    @user-hp9eo8lw7h Před 10 dny

    Reka nicare numve ibikomeye YESU KRISTO wanje yakoze ❤❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @jeaninendayishimiye6253

    Imana iriho. Idusaba kuyizera. Ukugira neza kwayo kurengeye ubwenge bw'umuntu. Ni Alpha n'a Omega

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Před 10 dny

    Mbayuwambere mubahizikazi yesuuu a abampere umugishaa❤❤❤❤

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Před 10 dny

    Amen yesu abaaaaheeeezaaaaagiiiiireeee ndabakunda cne❤❤❤❤

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Před 10 dny

    Intahe ya cheilla na keza idadukomeza cne❤❤

  • @KevineIgirubuntu
    @KevineIgirubuntu Před 10 dny

    Nivyo lmana ntanzigo

  • @alineniyongere8836
    @alineniyongere8836 Před 11 dny

    ❤❤❤❤

  • @francinekwizera6557
    @francinekwizera6557 Před 11 dny

    Amen Amen

  • @glorioseniyonzima4449

    Merci Madame Sheila,natw mudusengere Imana,natway inda imw mu nywaka icumi kandi ntiyavuyemwo umwana,yavuyemwo à deux mois,ndababay kanini

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Před 11 dny

    Sheilla imana yaragukomej umukma ahabwe icubahiro muvyeyi📖📖🙏🙏🙏🙏

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Před 11 dny

    Amen amen ndahimbawe nubwo nabanj kuriraaa❤️❤️❤️💖💖💖🌹🌹🌹🌹🌹🌹