Umurwizatunga w'UMUKENYEZI kubera ubworozi bw'INKOKO n'Uburimyi//Amamiliyoni ndonka mwubu bworozi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 21. 10. 2023
  • Umurwizatunga w'UMUKENYEZI kubera ubworozi bw'INKOKO n'Uburimyi//Amamiliyoni ndonka mwubu bworozi
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #inkoko #ubworozi #diaspora
  • Zábava

Komentáře • 182

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Před 9 měsíci +48

    Mbaye uwambere nkunda ibiganiro nkibi cane ababikunda nkanje tumenyanye mukwerekana like❤🎉

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 Před 9 měsíci +12

    Ndanyuzwe nukuri .Gaël courage sana burya ibiganiro vyawe bimaze gufungura amaso abatari bake nanje ndimwo.

  • @abanyeshure
    @abanyeshure Před 9 měsíci +9

    Turakeneye contacts ziwe kugira tuzomushorere. She is a strong woman, congratulations Gisèle. You touched my heart and made me jealous. Proud of you.

    • @patrickshabani8638
      @patrickshabani8638 Před 5 měsíci

      Hi I'm in sosumo need your contact number for chicken inquires

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 Před 9 měsíci +9

    Thank you Gisele and Joel
    Very smart woman and we need more women like this one. Joel continue to give us more emissions like this.
    Vyose birashoboka tuzoteba dutere imbere mugihugu cose. I just hope son excellency watch your shows and help people like Gisele who need aho bashora ivyo bimbuye. I lived more than 30 years overseas and I learn everyday from your show
    Thank you Gisele to motivate other women, salute

    • @jeanpaulbutoyi1866
      @jeanpaulbutoyi1866 Před 9 měsíci

      Bravo à Gisèle et à Gaël qui montre au monde entier que les Barundi sont un peuple de travailleurs. Bravo à son Excellence le Président Neva qui, pour moi et tout burundais , est le Moîse du Burundi pour l'ammener dans son Canan, qui est le dévelopement.

    • @jeanpaulbutoyi1866
      @jeanpaulbutoyi1866 Před 9 měsíci

      Contact de Gisèle s'il boys plait?

  • @franciskiyuku3547
    @franciskiyuku3547 Před 9 měsíci +6

    Bravo Madame. Nukuri tu es une femme exemplaire👍

  • @Elvvicky
    @Elvvicky Před 9 měsíci +3

    Franchement merci kuba mwatuzaniye uyu mupfasoni ,nukuri keep it up ,natwe tubaye encore une fois inspired

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza1628 Před 9 měsíci +2

    Ndakunda Gaël ga Mana sha ntako utagira vrt muriko mutuma aba Jeune beshi bakanuka bakipfuza gukora courageee Imana Ibahezagire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏

  • @elianeeliane1279
    @elianeeliane1279 Před 9 měsíci +2

    Courage ma sœur Imana ibandanye yagura ihishurirwa ubere umugisha igihugu namakungu

  • @francescafrancesca8901
    @francescafrancesca8901 Před 9 měsíci +3

    Courage Gael.
    Ndagukurikirana ikiganiro ku kindi.
    Ibiganiro vyawe nivyo bikenewe mu bihe nk'ibi indongozi z'igihugu ziriko zihimiriza abenegihugu gukora ibikorwa vyo kwiteza imbere no gutez'imbere igihugu.

  • @Dddma455
    @Dddma455 Před 3 měsíci

    ❤❤❤❤ watching from Australia🇦🇺🇦🇺🇦🇺

  • @smartfarmingandlivingburun6615
    @smartfarmingandlivingburun6615 Před 9 měsíci +4

    Yemwe yemwe bantu mweee, hari ikintu mukunda kuvuga kitarico nagato: ngo inkoko yotanga inka!!! Wapi!!! Inkoko isumba inka!!! Umutahe winka uwushize munkoko ntaho mwohuriza nta nagato!!!!!

  • @user-nj5xe5nm9f
    @user-nj5xe5nm9f Před 9 měsíci +1

    Gisele ndanezerewe kukubona woww bravo ndamuzi twariganye muri primaire kuri ngozi 1 courage cyane

  • @aaii8301
    @aaii8301 Před 9 měsíci +2

    Masha allah inapendaza sana mwanamke mpambanaje namukunze cane😍😍😍

  • @Ubuntu81
    @Ubuntu81 Před 9 měsíci +2

    Courage madame, "iciyumviro n'umutahe", wewe tuvyumva kumwe kandi ico civugo nico nama ndiko ndabwira abarundi benshi.

  • @emmanuelmugumyankiko6751
    @emmanuelmugumyankiko6751 Před 9 měsíci +1

    Umugambi [projet] w'igitangaza, ukozwe n'umuphasoni yawitondeye neza.
    Kandi utangajwe neza
    [présentation-
    reportage] mu buryo bwa kinyamwuga.
    Félicitations Gisèle pour votre capacité d'inspiration.
    Merci Gaël, pour vos reportages & une excellente présentation👌

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 Před 9 měsíci +1

    Waooo bubanza iwacu 🇧🇮🇸🇦👍 mutuh
    Nime tworore natwe

  • @pascalngabonziza2978
    @pascalngabonziza2978 Před 9 měsíci +1

    Komera saana Mme ....Really uri ku umugambi mwiza ....'

  • @DonavineNininahazwe-bu9ub
    @DonavineNininahazwe-bu9ub Před 9 měsíci +1

    Courage cane disi Mazina yanje murakoze mwe na Gael kutubwira ibirama ❤❤

  • @user-id3on1pg2u
    @user-id3on1pg2u Před 9 měsíci +1

    Nkunda ibibiganiro gael komerezaho turaryoherwa iyutuzaniy abantu nkaba❤

  • @Sympholine
    @Sympholine Před 9 měsíci

    Merci cher Gael kubiganiro vyiza uduha. Ariko ukwo maze kwumva ubu urukwavu ntibarufata amatwi, twabigira kera.

  • @marcbuci
    @marcbuci Před 9 měsíci +1

    TURASHAKO UMUNTU WESE AGIRA ACCES KUKANYAMA CANKE KURIGI❤❤❤❤❤❤
    BIKUNDA GAEL YOMPA NUMÉRO YANYU SI POSSIBLE S'IL VOUS PLAÎT.

  • @NdayikengurutseEmanuel
    @NdayikengurutseEmanuel Před měsícem

    Bravo madam ndagusavy inomero zanyu za tel .

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Před 9 měsíci +1

    Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾👊🏾👊🏾👊🏾👊🏾,Cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @francisdusabe3688
    @francisdusabe3688 Před 9 měsíci +1

    Merciii pour cet interview Gaël

  • @viatorykashabizi2538
    @viatorykashabizi2538 Před 9 měsíci +1

    Exactly! Farming and livestock is the God's gift for his people

  • @NishimwePacifique-fs2uo
    @NishimwePacifique-fs2uo Před 9 měsíci +1

    Shaa antey integ nnj zogutangura kworora inkoko

  • @krc0607
    @krc0607 Před 8 měsíci

    Izo mboga avuga mu gifaransa bazita ''Chicorée''. Projet nziza cane, courage à elle. Et merci pour l'émission.

  • @fredericindanga1423
    @fredericindanga1423 Před 7 měsíci

    Merci Umukubito.Mugira ibiganiro vyiza cane.

  • @NathaSmart
    @NathaSmart Před 8 měsíci +1

    Courage Burundi 🇧🇮 natw turi kukiv

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 Před 9 měsíci +1

    Numva nobashimira pee iganiro cakamparo nukuri cigisha vyinshi 🇧🇮👌

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Před 9 měsíci +3

    Belle émission

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo Před 9 měsíci +2

    Courage Gael 🔥🔥🔥

  • @kabuturachupi1389
    @kabuturachupi1389 Před 9 měsíci +2

    Good job Gaël

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e Před 9 měsíci +1

    Mbega ibintu bihimbaye ❤❤

  • @user-ix2vk6mk3q
    @user-ix2vk6mk3q Před 5 měsíci

    Courage gyslaine naj ndakunda ibiganiro ngirakamaro nkibi natwe ugwaruka turinyuma yanyu nimw jisho ryacu

  • @abrahamnshimirimana2382
    @abrahamnshimirimana2382 Před 9 měsíci +1

    Gaél ndakwemera

  • @ntamatungironestor153
    @ntamatungironestor153 Před 9 měsíci

    Thanks a lot and it’s very interesting ariko turifuza inumero ya Gisele mudoba mukoze pe.Be blessed

  • @yvesirakoze2470
    @yvesirakoze2470 Před 9 měsíci +1

    Imana imujimbere

  • @Roza-on6km
    @Roza-on6km Před 9 měsíci +1

    Waaaaaa💪💪💪💪👌👌😍

  • @placidendikumana
    @placidendikumana Před 9 měsíci +1

    Felicitation kumugambi wawe

  • @audavieniyo
    @audavieniyo Před 9 měsíci +1

    Nukuri ndemeye nukuri gusa Gael wubahwe can

  • @mbonicuraastere7352
    @mbonicuraastere7352 Před 9 měsíci

    Thx Juste Gael

  • @ariellauwizera5003
    @ariellauwizera5003 Před 9 měsíci

    hejuru cane gael; reka mvuge nti courage a madame gisele

  • @NjejimanaEnock-mm5si
    @NjejimanaEnock-mm5si Před 9 měsíci +1

    Gaël ndagushimiye Can uri kunyigisha ndabikunda ibiganiro nkibi bandanya udukorere umuti frer

  • @geremanikongendakuriyo
    @geremanikongendakuriyo Před 9 měsíci +1

    Nkunze ibikorwavyanyu❤🎉

  • @addygold1379
    @addygold1379 Před 4 měsíci

    Bravo Gisèle. video nyirebye ndi My Rwanda, Let build world. as Eastfrican children

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před 9 měsíci +1

    Wooooa barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅

  • @IngabireChristaBella
    @IngabireChristaBella Před 2 měsíci

    WAOUH ! Stronger Woman!

  • @lewisshotit
    @lewisshotit Před 9 měsíci +1

    ❤❤👌👌

  • @ndaalexis9221
    @ndaalexis9221 Před 9 měsíci +1

    I appreciate you guys

  • @geremanikongendakuriyo
    @geremanikongendakuriyo Před 9 měsíci +1

    Mugambi nuyo👍👍

  • @user-th1vh4ew1u
    @user-th1vh4ew1u Před 8 měsíci

    ❤❤❤keep going sister, good girl ❤

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 Před 9 měsíci +1

    Uyumukobwa ndamukundiye ukuntu asobanura ibintu vyose kandi ari Serious
    Well done mukobwa

  • @user-gq1qd5cg1t
    @user-gq1qd5cg1t Před 9 měsíci +1

    Sabira nimero bwana gael😂😂😂😂😂

  • @dusosteen7
    @dusosteen7 Před 9 měsíci

    Safi san

  • @irakundarosette6867
    @irakundarosette6867 Před 9 měsíci

    Courage vrt

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9v Před 3 měsíci

    Chirako nimero zuwo mworozi tuzoje kumuraba Atwigushe

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda5297 Před 9 měsíci

    Merci❤

  • @pamellansengiyumva
    @pamellansengiyumva Před 9 měsíci

    Gysele wanjeu ndagukunda can❤Courageeeee

  • @guyjoelrema2899
    @guyjoelrema2899 Před 9 měsíci +2

    Ngo nurukwavu kuyindi mpwemu idasanzwe 😂😂😂

  • @augustinnsengiyumva6543
    @augustinnsengiyumva6543 Před 5 měsíci

    Majoro mbega wompuza nuyo mukenyezi yoroye inoko woba ukoze caane

  • @wakandatyganelsonofficiall6395

    Courage ❤❤

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 Před 9 měsíci

    Wawuuuu mbegibiganiro vyiza

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Před 9 měsíci +1

    Komera ku kivi kandi mwigishe benshi. Amasoko nayo mwegere abarwizatuga mwubake amahingurire naho abafungura ni benshi kw'isi ntimwobahaza. Tuzoshima ko mwabahagije igiciro cavyo kigabanuke gishike nka 1/10 icagurwa 1000 tukigure 100 kandi mugume mwunguka.

  • @user-et7xo7cz2k
    @user-et7xo7cz2k Před 9 měsíci

    Bravo madame mwubahwe

  • @christophen1749
    @christophen1749 Před 9 měsíci

    Courage madame

  • @gliter281
    @gliter281 Před 8 měsíci

    Wow❤

  • @norbertndayishimiye2044
    @norbertndayishimiye2044 Před 6 měsíci

    Amahoro amahoro mwoduha numéro yuwo mworozi. Mwoba mukoze

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 Před 9 měsíci +1

    Mukobwa ntakintu makimwe kitamera kumusenyi uretseko bivana nubuhinga bwumurimyi
    Ino Australia 🇦🇺 isi yaho numusenyi gusa ariko abarimyi bimbura buri musi
    Vyose nubuhinga gusa bukenewe

  • @niyihamvanyecanesius3262
    @niyihamvanyecanesius3262 Před 9 měsíci

    Iyo vibe ya Gael vrt

  • @oscarbaramfatanya6775
    @oscarbaramfatanya6775 Před 8 měsíci

    Emwe uyu mukenyezi nda mushimiye cane yarize kandi yaramenye. Ngushimiye ingene wasize indoto zawe mu ngiro kandi bikagufasha mu kwikenura. Urazi no gusobanura ivyo ukora kuburyo ikirundi cawe cumvikana neza.Ndagusabiye umugisha muvyo ukora ku Mana yo mw’ijuru.

  • @niyimpumurizamoise2256
    @niyimpumurizamoise2256 Před 7 měsíci

    Ndababaye numvise ayo ma defis ahura nayo.
    Kubura aho ashorera vraiment. Inyama nkizi Ziri Presque bio nazonyene inyama Ibiraya zimeze nkirengarenga zitekwa au plus 4min ziba zihiye. Mufashe kurondera amasoko uyu muntu ntawenzi Kandi ndashimye.

  • @user-je2po4lx1q
    @user-je2po4lx1q Před 9 měsíci

    Nanje ndakwemera muvyeyi

  • @mbonyumugenzijules9345
    @mbonyumugenzijules9345 Před 9 měsíci +1

    Iwacu ndahakunda can

  • @user-gi5vo9nd4m
    @user-gi5vo9nd4m Před měsícem

    That 's my mom

  • @LabanIrankunda-es7gk
    @LabanIrankunda-es7gk Před 7 měsíci

    Bravo sana

  • @niyibiziviane3396
    @niyibiziviane3396 Před 9 měsíci +1

    Wawoooooo9❤❤❤❤😊😊😊😊

  • @nijimbereathanase9995
    @nijimbereathanase9995 Před 9 měsíci

    Waouh! Umuntu wese ashobore kurya irigi! Aho tuvyumva kumwe. Ahandi amagi n’indya z’abakene n’abatunzi.Ariko ma soeur amaganga y’inkwavu nayo c’est produit chimique comme les autres usivye ko itaciye mw’ihinguriro. Kubisigaye du courage

    • @chrismendel2429
      @chrismendel2429 Před 9 měsíci

      Muntu we produit yose ibonetse mu buryo naturel nivyo bita bio. Amsobe y'inkwavu rero ni bio kuko aboneka ata miti (chemicals) barinze kuvanga

  • @divinemugisha8220
    @divinemugisha8220 Před 9 měsíci

    💪💪💪

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 5 měsíci

    ❤❤❤

  • @user-wi8nd4ox1f
    @user-wi8nd4ox1f Před 8 měsíci

    Bravo Gisèle. Muzashakishe marché muri Moyen Orient: Dubai, Qatar, Oman.

    • @krc0607
      @krc0607 Před 8 měsíci

      marché y'iki? aje kurondera inkoko muri Moyen Orient canke???

  • @besttv6224
    @besttv6224 Před 8 měsíci

    Iyi emission ninziza cane rwose kabisa .
    Nashaka mbaze uwoshaka kuvugisha Uyo mu entrepreneuse vyogenda gute ?
    .
    Murakoze cane

  • @FistonMarc
    @FistonMarc Před 4 měsíci

    Vyiza cane please muturose numerous yuwo mumama

  • @gmbtvburundi2725
    @gmbtvburundi2725 Před 9 měsíci +1

    Da way da way da burundi way

  • @sylvestreniyonzima6645
    @sylvestreniyonzima6645 Před 8 měsíci

    gisele arakaze wallah👌

  • @butoyiantoine7058
    @butoyiantoine7058 Před 3 měsíci

    ❤❤❤❤

  • @user-js9nv3zw4d
    @user-js9nv3zw4d Před 9 měsíci

    Courage

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9v Před 3 měsíci

    Kuberiki mudashuraho nimero zabo kugira tubakeneye tubaronke

  • @Korandebe
    @Korandebe Před 3 měsíci

    Urumumama aganiraneza

  • @Musindi736
    @Musindi736 Před 9 měsíci

    Je ndiko ndagushimira kumasanamu meza kbx

  • @DET-BTV
    @DET-BTV Před 9 měsíci +2

    Gaga nukuri wewe utandukanye nabandi ibiganiro vyawe uduha vyatuguruye amaso!

  • @user-hn8ib9ut2p
    @user-hn8ib9ut2p Před 8 měsíci

    Komera.imanigufashe
    Yewe.abashwi.bagurabate

  • @user-et5le6sf6t
    @user-et5le6sf6t Před 8 měsíci

    Umuswi w'musi umwe ugurwa angahe uyu musi ??,uwubizi ampe umuco

  • @mbonicuraastere7352
    @mbonicuraastere7352 Před 9 měsíci

    Gisèle neza caaaane

  • @africanlegacytv6621
    @africanlegacytv6621 Před 9 měsíci

    Gaël wewe ndakeneye kukugurira agacupa kuko ndavye ibiganiro uzana uri imwe kweli

  • @user-gg6pf6xg9r
    @user-gg6pf6xg9r Před 5 měsíci

    tuba dukeneye ibiganiro nkivyo

  • @alphonsinenionhoro4065
    @alphonsinenionhoro4065 Před 9 měsíci +1

    Gaël uzoshirako numero zabo nkubu uwoshakizonkoko yomutora gute ?

  • @Hi-jw1mw
    @Hi-jw1mw Před 9 měsíci

    Umukubito. Ndakwikundiraaaaa

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi7044 Před 9 měsíci +1

    Uri igitangaza

  • @user-cx1jl5ek4x
    @user-cx1jl5ek4x Před 7 měsíci

    Tworonka gute contact ziwe