Karabaye!🙄 Wamusore yava

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 15. 02. 2023
  • Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
    Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
    Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
    Page Facebook: ihuriroTV/?m....
    Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
    Instagram: / ihuriromedi.... .
    CZcams: czcams.com/channels/ams.html....
    Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
    Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
    Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
    Lumicash: 61320806
    Whatsapp : +257 61320806
    Lumicash : +257 61320806
    This is Answer Media Online
    ************************************************************************
    IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
    Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************
  • Komedie

Komentáře • 128

  • @revkavirovalentinnsengi8487

    Jewe Jackson ndamuzi neza cane kuva akiri umwana agurisha ibirato muri Soweto market i Lusaka arikumwe na Muyomba wiwe yitwa Merthus, kandi turazinanyi. Ndazi n’igihe yagiye i Canada. Ashaka kuva muri Canada yaramvugishije caane ansaba amakuru n’impanuro ko yozana aga projet kiwe k’ibikoresho vy’ibitaro muri Namibia aho nabaga nkora muri HCR.
    Ariko kwumva uyu umusi atanga amakuru atariyo ngo nuko President yamusuye sivyiza. Jewe nomuhanura ko yovugisha ukuri kandi bakishura neza ibibazo President ababaza aho yuko batanga amakuru atariyo.
    1. Jackson avuze ngo ubuzima bwo muri Canada na Amerika ngo ni ‘’FAKE LIFE’’, nashaka ndamubaze ko yoba yarabaye muri Amerika. Kuko jewe ubu mba muri Amerika kandi ubuzima mfise si fake life nihahandi nyene umuntu atovuga vyose, ariko hari abantu ngaha biwacu binjiza amafaranga bakora n’ibokomeye ngaho iwacu binumiye. Natwe twarashinze za businesses ngaha no muri Afrika n’ayandi ma projets muri mu Burundi ariko turatekereje.
    Erega Jacksoni ategerezwa kumenyako abantu batangana. Namba we yahembwa 8$ muri Canada, hari abandi bahembwa 8000$ voir même 10000$ par moi aho nyene muri Canada. Muri Amerika hoho ntiwovuga. Hano n’amashure yawe, ubwenge bwawe n’inguvu zawe gusa amahera n’ubuzima buriho. Ngaha n’ivyo kurya turasesa. Ntasuzugure rero Canada canke Amerika kuko ntazi réalités zose z’ibi bihugu. Amenye ko namba nuyu umusi agize ico ashitseko, nuko Imana yamushikanye kwanza ino, ararahura ubwenge aronka n’uwo mutahe wogutangura izo projets ziwe mu Burundi. Abantu muze muravuga make mureke kubesha kandi mube reconnaissants. Na Président aje ino muri Amerika akunda guhura n’abarundi baba ino yise wenyene ‘’abarundi bakorera hanze’’ canke les expatriés ou expatriates akabasabako babitsa amafaranga yabo iwabo mu Burundi no kujanayo ama projets kugira bene wacu baronke nabo akazi. Ivyo twarabikoze kandi n’ubu jewe mbitsa no kwubaka mu Burundi. Ufise projet mu Burundi Imana ishimwe kuko izofasha abavukanyi benshi, ariko ntiwojako utanga amakuru atariyo ngo nuko uri imbere ya Camera. Vyarantangaje cane kuko ukuri turakuzi cane.

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 Před rokem

      Ibirofa bariko bahenda abanyagihugu... non nimpuwe bafitiye atari hanze??? Ibaze ngo hanze barya bike... je ndumiwe

    • @ngundachris7598
      @ngundachris7598 Před rokem

      Ngo yatunga imiduga ashaka,za cadillac ,za V8 munyuma ngo muri frigo yaba afise inkoko 1 akataho agapande kugira ntihere vuba!!!😂😂 Nibaza ko yavuze avugishwa munyuma yaritoye amakosa.

  • @kananisarafe8582
    @kananisarafe8582 Před rokem +3

    Merci Jackson Quincy 💓 kuvyiyumviro ugise vyo kwitegurira imigambi ukavyigisha nabandi. Ndaguteye intege muvyo ukora vyose.

  • @nintunzedesire2120
    @nintunzedesire2120 Před rokem +7

    Imana uguhe inkomezi nshinyi,n, urukundo,rwo kwigishaa Abantu ,kubahinduraa mu byiyumviro vyo kubahoo no kubakundisha ibikorwaa! No kubaha ubumenyi bwinshi ! Kandi mwakoze can iciyumviro ciza caane goose

    • @richaddelafuente7535
      @richaddelafuente7535 Před rokem +2

      Ese na cousin yaravuye Canada Prosper hezagirwa

    • @janvierndori3514
      @janvierndori3514 Před rokem +1

      Nyakubahwa president uwo mugabo wimugwi nareke gutyoza Canada nimba haramunaniye natekereze none ko atakubwiye iyo yakuye ayo mahera yatanguje

    • @mizerovedaste9621
      @mizerovedaste9621 Před rokem +1

      Nukuri nkunze uwo mugabo yarakoze kuza guteza imbere igihugu na Africa yose kandi nawe prezida komerezaho

  • @ngiruwonsangaaugistin511

    Rwose pe!
    Mbakunda cyane.
    Iyi miyoborere; Imikorere yanyu, nimyiza irihejuru cyane.
    Nyakubahwa Umukuru w' Igihugu cy' Uburundi, URI IMPANO Y' IMANA kubarundi.
    Uwomugabo nawe, arakarama, natere Imbere.
    * Ibyo mumaze kugeraho mugihe gito, muri Abalimu mukarere k' Ibiyaga bigari.
    Ndabakunda rwose.

  • @felixndayibuka5300
    @felixndayibuka5300 Před rokem +2

    Ikiganiro ciza caaane, coup de chapeau kuri Dr Jackson, Imana igufashe ukomereze ngaho caane.aba jeunes bakuryeko.Hama President iciyumviro cukuguha gutwara urwaruka agishitse ndazi wotugeza kure.merci

  • @jeezy2232
    @jeezy2232 Před rokem +3

    I'm loving this 💯one conversation we need to have; how to sell our products outside of the country. 🙌🏾🙌🏾🙌🏾

  • @hakizimanafred1749
    @hakizimanafred1749 Před rokem +1

    Murahoneza ndi Kigali nejejwe na Dr wafashe ikemezo akaza gutezimbere uburundi nkigihuguke bivuzeko abanyafrik twese tugize ibyiyumviro nibya Dr afrik twaterimbere Dr kuraje bro Imana ikwagurire imbago👍

  • @zebedemirambi3067
    @zebedemirambi3067 Před rokem +3

    Impanuro nziza mubyeyi wachu❤️❤️♥️🇨🇩

  • @fabriceirakoze9264
    @fabriceirakoze9264 Před rokem +2

    Ndakunda nyenicubahiro ari kukivi cane Imana imukomeze yongere imuje imbere muri vyose

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Před rokem +4

    President wacu turagukunda imana ikuturagirire ❤❤❤❤jewe ninaza nzoshikwa kwanyenicubahiro ampe agakwavu.

    • @ericcyubahiro8991
      @ericcyubahiro8991 Před rokem

      Ariko uyu Muyobozi w'uburundi ndamukunda kandi azayobora uburundi kbs

  • @audacie8413
    @audacie8413 Před rokem +5

    Babiri nkaba n umugisha udasanzwe

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Před rokem +3

    Honorable Alice numuryango wiwe,,twarabanye kera komera Imana ibahezagire

  • @positivemind2255
    @positivemind2255 Před rokem +5

    Home sweet Home🇧🇮🇧🇮

  • @germainenyandwi-iw7yw
    @germainenyandwi-iw7yw Před rokem +4

    Très bonne conversation

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 Před 6 měsíci

    yooo PAPA BURUNDI WUBAHWE CAANE 🎉🎉 KUKU UKUNTU USABANA NABENE GIHUGU ❤NUKURI TWARAGUHAWE N.IMANA MUSHOBORA VYONSE❤ TURAGUSABIYE KURAMBA DISI🎉🎉

  • @pendonoor8869
    @pendonoor8869 Před rokem +6

    Ese Jackson ntakiba Winnipeg? Uyu yari umugenzi! Bonne chance mon frere! c'est bien de toujours essayer! Kudos

    • @LaCharmanteL
      @LaCharmanteL Před 8 měsíci

      Votre umugenzi est un vrai menteur. Vous là bas, vous recevez ds 🔑 d voiture dans vos boîtes à lettre?? Depuis quand? Le Canada est grand même a le même fonctionnement de l’Île Prince Albert jusqu’à Vancouver. Moi, je suis à Ottawa et je n en ai jamais entendu ce qu’il a dit là. PITOYABLE

  • @habibi5688
    @habibi5688 Před rokem +4

    Vuga ivyo bivu azoze kuvyikuriraho 😂😂ndanakangutse pe 🙏,uri Ku kivi pe 🙏🙏

  • @babounickel7674
    @babounickel7674 Před rokem +4

    Uyu mu president nimwiza atandukanye nuwacu umwiyemezi kagame ntushobora kwicarana numuturage nkuku nukuri abarundi mumfite amahirwe ka kagame twe nukutwica no gufunga

  • @niwemugeni
    @niwemugeni Před rokem +3

    None $12 ni kumusi? Ni par heure plutôt .Harimwo amakavya nkuru ntimubeshe.abagera aho basabiriza haba hari ikibazo ca santé mentale...mais en général qualité de vie de base ninziza kuri benshi.Ariko ivyomukora nivyiza.bravo!

  • @AmusedFrogmouth-xh5yz
    @AmusedFrogmouth-xh5yz Před 6 měsíci

    Muvyukuri nyakubahwa vyose bifira muri; leta kosora leta yawe ; ariyo yacu urabe kobida choboka ugabanye nimi solo ya obeeri . Murakoze

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 Před rokem +2

    Vrmt ico kintu mugikorereko nyenicubahiro. Kudindiza ibikorwa vya business muri leta

  • @celeusndizigiye9795
    @celeusndizigiye9795 Před rokem +3

    Mutama wacu ni wubahwe turinyuma yawe tunumva nimpanuro ,tunashima ukuntu mudutera intege

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 Před rokem +2

    Jackson hejuru cane

  • @alexntahiraja2974
    @alexntahiraja2974 Před měsícem

    mwumvirize umukuru w' igihugu uhereye kumunota wa 30:20 Imana imuhezagire kuvyiyumviro vyiza. Iyo urose inyungu iyo nyungu niyo iguha umutahe ukurikira. Atwigishije ukuntu usabira ingurane munyungu warose.

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Před rokem +3

    tuzorabe uko twokora agakino kukuntu muri Canada tubayeho hama dusigurire bene wacu uko tubibona hama nabo nibahashika bazobe babizi.

  • @laurentniyonsaba1228
    @laurentniyonsaba1228 Před rokem +2

    Nyenicubahiro nakomere, tuguma tumukurikira, ikiyago kiraryoshe

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Před rokem +3

    Jackson na Prosper baravuga ukuri cane.

  • @germainenahimana3465
    @germainenahimana3465 Před rokem

    Waou very impressed, aba diaspora twese duhaguruk, dutez imber igihugu cacu

  • @angelinerizinda2153
    @angelinerizinda2153 Před rokem +1

    Mubihugu vyiburaya bakorera $12 per hour Australia ntirimwo nuwutagiye kwishure akorera $25 per hour kuduga kandi ntanzara ihari ntaninkoko igugwa $40 ibaho

  • @hatungimanarichard1031
    @hatungimanarichard1031 Před rokem +1

    Duhe telephone yawe bwana Jakson, turipfuza gushika iwawe

  • @richardhateg8662
    @richardhateg8662 Před rokem +3

    Namahoro none ko bavuze ngo bahemba cumi 12$ ni kumusi canke kwisaa?

  • @VONTValfaxade
    @VONTValfaxade Před rokem +2

    Ariko bizokunda tuzoshika . bukebuke ni gwo rugendo.

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 Před rokem +1

    Hari aho abo bagabo bavuye muri Canada babeshe, ntaho bakorera $12. Abo banyagihugu biyumviriye ko ari $12 ku munsi, ntimwasiguye ko ari ku isaha. Jewe aho ndi mu kindi gihugu ni $26 ku isaha le minimum. Ukuri mukuvuze uko kuri biba ari vyiza

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Před rokem +1

    N'imiburiburi Jackson atabaye ministre yoba gouverneur

  • @ndayishimiye745
    @ndayishimiye745 Před rokem

    Najewe ndi Oman nugutaha nkore umuti nahonivukira kukibira Musigati abari mubarabu muze dutahe dukore umuti amazi turayifitiye kbx

  • @elias-pt9tc
    @elias-pt9tc Před rokem

    Salut to the our president, Salut to Jackson. IMANA IHEZAGIRE UBURUNDI N ABARUNDI.

  • @innocentnezehose8232
    @innocentnezehose8232 Před rokem +1

    Hahah Jackson ndabona yarakandagiye !!! Ndakwibuka Winnipeg wari umwana mwiza !! Ushyikirana ukunda bose !!!

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Před rokem +3

    Ego cane nyakubahwa mujama wacu ,,,kurema akazi ngaho i Burundi birashoboka,,,Prosper ndamuzi arakunda gukora cane ,,

  • @sylvananahayo4673
    @sylvananahayo4673 Před rokem +2

    Komera ndagutegera rwose

  • @esaiehakizimana5783
    @esaiehakizimana5783 Před rokem +1

    Ivyo umukuru w'igihugu abuze Ukuri jewe natanguje urudandazwa ibihumbi cumi mugabo naraguze ikibanza ça 15 millions,ndubaka inzu murugo mpangisha zirantunze mutama bwanje naryama isaha imwe canke zibiri kumunsi ahandi naba Ndiko ndakora ubunebwe n'indwara ndashimira lmana yanshoboje murivyo vyoseee.

  • @urumurifilmsBurundi
    @urumurifilmsBurundi Před rokem +3

    🙏🙏

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 Před rokem +1

    Uyu ko ariko ariza imbere yari kubishikako iyo ataja murayo mahanga. Rero ico cokutavuga ukuri kubera igitsure c'indongozi nico kizotuma imigambi myinshi idashoboka ko itera imbere

  • @joshuahnsengumukiza3775

    Mubisanzwe Amafranga siyotwaridukwiye Gushira Imbere . Twaridukwiye Gushira imbere Umurimo. Kuko Iyumuntu Afite Akazi Amafranga Acayizana. Gikuru nakazi. Kuko amafranga ntaboneka Atakazi.

  • @nintunzedesire2120
    @nintunzedesire2120 Před rokem +2

    Courage cane!

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 Před rokem +2

    12$ kwisaha si kumunsi

  • @kananisarafe8582
    @kananisarafe8582 Před rokem

    Umwubahwa umukuru w'Igihugu atanze inama nziza,abo bategetsi babaserukira ivyo vyiyumviro utanga ntibavyumva bari mubindi.

  • @oma3795
    @oma3795 Před rokem +2

    Komera muvyeyi👌👌

    • @umusanzu_Life_Time_Value
      @umusanzu_Life_Time_Value Před rokem

      HE Evariste Imana ikomeze kumushyigikira mu kuyobora u Burundi. Nkunda ukwicisha bugufi kwe n'urukundo akunda abantu bose.

  • @jessyniteka7518
    @jessyniteka7518 Před rokem +7

    Salaire minimal c est par heure de travail 12$×8heures/jrs

    • @richardninganza2265
      @richardninganza2265 Před rokem +1

      Whatever it’s my friend

    • @gerardnizi5240
      @gerardnizi5240 Před rokem +5

      Ivyo bavuze bahengamye kubera ni 12$ par heure, par jour Ni 96$. Rero ya nkoko ayiguze 10$ nukuvuga ko bien sure Ni Sawa. Kandi salarie par moi ica iba 1800 $. Ze muravugisha ukuri ntimugashuke abantu pour vos interets.

    • @revkavirovalentinnsengi8487
      @revkavirovalentinnsengi8487 Před rokem

      Jewe Jackson ndamuzi neza cane kuva akiri umwana agurisha ibirato muri Soweto market i Lusaka arikumwe na Muyomba wiwe yitwa Merthus, kandi turazinanyi. Ndazi n’igihe yagiye i Canada. Ashaka kuva muri Canada yaramvugishije caane ansaba amakuru n’impanuro ko yozana aga projet kiwe k’ibikoresho vy’ibitaro muri Namibia aho nabaga nkora muri HCR.
      Ariko kwumva uyu umusi atanga amakuru atariyo ngo nuko President yamusuye sivyiza. Jewe nomuhanura ko yovugisha ukuri kandi bakishura neza ibibazo President ababaza aho yuko batanga amakuru atariyo.
      1. Jackson avuze ngo ubuzima bwo muri Canada na Amerika ngo ni ‘’FAKE LIFE’’, nashaka ndamubaze ko yoba yarabaye muri Amerika. Kuko jewe ubu mba muri Amerika kandi ubuzima mfise si fake life nihahandi nyene umuntu atovuga vyose, ariko hari abantu ngaha biwacu binjiza amafaranga bakora n’ibokomeye ngaho iwacu binumiye. Natwe twarashinze za businesses ngaha no muri Afrika n’ayandi ma projets muri mu Burundi ariko turatekereje.
      Erega Jacksoni ategerezwa kumenyako abantu batangana. Namba we yahembwa 8$ muri Canada, hari abandi bahembwa 8000$ voir même 10000$ par moi aho nyene muri Canada. Muri Amerika hoho ntiwovuga. Hano n’amashure yawe, ubwenge bwawe n’inguvu zawe gusa amahera n’ubuzima buriho. Ngaha n’ivyo kurya turasesa. Ntasuzugure rero Canada canke Amerika kuko ntazi réalités zose z’ibi bihugu. Amenye ko namba nuyu umusi agize ico ashitseko, nuko Imana yamushikanye kwanza ino, ararahura ubwenge aronka n’uwo mutahe wogutangura izo projets ziwe mu Burundi. Abantu muze muravuga make mureke kubesha kandi mube reconnaissants. Na Président aje ino muri Amerika akunda guhura n’abarundi baba ino yise wenyene ‘’abarundi bakorera hanze’’ canke les expatriés ou expatriates akabasabako babitsa amafaranga yabo iwabo mu Burundi no kujanayo ama projets kugira bene wacu baronke nabo akazi. Ivyo twarabikoze kandi n’ubu jewe mbitsa no kwubaka mu Burundi. Ufise projet mu Burundi Imana ishimwe kuko izofasha abavukanyi benshi, ariko ntiwojako utanga amakuru atariyo ngo nuko uri imbere ya Camera. Vyarantangaje cane kuko ukuri turakuzi cane.

    • @munezerozuzu2351
      @munezerozuzu2351 Před rokem

      @@gerardnizi5240 wibuke il y aussi les loyers a payer

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 Před rokem

      @@munezerozuzu2351 humura niba mumerewe neza nta kibazo... atari hanze bihoze Kandi niba bakenye nta kibazo.😀😀😀😀😀ariko mana... na prezida w igihugu arabesha kweli... abandi ba prezida babwira abenegihigu bati genda much amahera hama muze mukore investment... mu burundi ntavyokurya boshora bafise. Kubera ntibarima bikwiye

  • @jeanhabimana6719
    @jeanhabimana6719 Před rokem

    muhereje ku kintu gikomeye co kwinenaguza infungurwa.nibuts igihe inzara yateye muga inrya tukazigaburira ingurube abantu bashonje.burya naratangay nsanze umuvyuka ari imboga .muce muraba imivyuka iri mu gihugu ingene dusoroma ibijumbu imivyuka tukayita.

  • @jajaniyo4439
    @jajaniyo4439 Před rokem

    Irambire muvyeyi wacu dukunda.

  • @ndabanezelindon3302
    @ndabanezelindon3302 Před 11 měsíci

    Respect 🙏

  • @laetitiakabirori0201
    @laetitiakabirori0201 Před rokem +1

    👏👏👏👏👏👏👏

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Před rokem +1

    Nanje naragiye mwisoko ngah saudia ndikumwe nabamabuja mbon umwarabo arasavye naratwenze atikumbe ndakaze candamuha ireyare5

  • @VONTValfaxade
    @VONTValfaxade Před rokem

    Ndakunze ikibazo co kuvomera mu gihe co muci. Vraiment Uwo mugambi bawiteho. Ndawumva caane.

  • @niyongereremy5246
    @niyongereremy5246 Před rokem +1

    Vyiza cane

  • @mariegorethmujawayezu1161

    Nikki utagumye winnipeg, ukarima tiurnesol

  • @ihuriroFamily
    @ihuriroFamily Před rokem +5

    our President 💪💪

  • @N.therence
    @N.therence Před rokem +2

    Mugiz neza.
    Mumpe Telefone ya Jackson

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Před rokem +1

    Sha nyakubahwa président ntakwadakora

  • @josephkamali3389
    @josephkamali3389 Před 3 měsíci

    mushingantahe , ntabwo wabasobanuriye neza 8$ ni ku isaha buno ni 15$ / h jye ulimo kukubwira ndi muli canada

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Před rokem +1

    ego abakozi bo kuri Aeroport,,,no kuri Port baragorana caaane,,,basaba ibiturire cane,,,kandi hari abarundi benshi bari muri diaspora bifuza gukora imigambi cane import export hama baciye babiheba kubera decouragement,,,,,mugabo turizeye ko bizoteba bigahinduka hama tugakomeza urugamba rwiterambere,murakoze.

  • @fidelebisangwa5322
    @fidelebisangwa5322 Před rokem +4

    Hari iniga nzi itakwicara kuri iyi ntebe ,niyo byaba umuti

  • @257baby8
    @257baby8 Před rokem

    💯💯💯

  • @clementdusabe3941
    @clementdusabe3941 Před rokem +3

    🏅🏅🏅🏅🏅🏅

  • @danielciza-bp4zo
    @danielciza-bp4zo Před rokem

    Courage

  • @Myry-xr4xx
    @Myry-xr4xx Před měsícem

    Wirambiremuvyeyimwiza

  • @AmusedFrogmouth-xh5yz
    @AmusedFrogmouth-xh5yz Před 6 měsíci

    Muri make. Muburundi badutezi bibazo twebwa; Bari hanze nibabe. Nki bindi bihugu

  • @diomedeemerusabe8031
    @diomedeemerusabe8031 Před rokem

    Komera nyakubahwa président..izo mpanuro muduha nizo pe!

  • @floraflora9622
    @floraflora9622 Před rokem +1

    Nomubihugu'''vyabarabu'''kugirutungumukozi'''ubuhebwa'''umushahara'''uzwi'''murireta'''harigitigiri'''utagikwiza'''ntutungumukozi'''ntivyemerwa'''arikiwacu'''muburundi'''nguwuronkamake''akenera'''umuboyi'''umuyaya'''nimwemutuma''ubukene'''burwira

  • @jacquelinefrey9461
    @jacquelinefrey9461 Před rokem

    Thomas up!

  • @mariegorethmujawayezu1161

    Muburundi bashaka kurya vyinshi kuruta nyenevyo Neva, ntawobikura Ngaho adatanze igiturire kiruta ico tuzokwunguka

  • @mbonyumugenzijules9345
    @mbonyumugenzijules9345 Před rokem +3

    Uwomugabo afise imigambi yakamaro

    • @jeremiesendegeya6578
      @jeremiesendegeya6578 Před rokem +1

      Akanyoni katagurutse ntikameny'iyo bweze. Uwumaze gukubitira hanze y'igihugu atar'izindi ntumbero yoba afise zo gucafuz'igihugu camwibarutse, hanze y'igihugu ubuzima birazimvye. Gufungura isahani y'indya ubihay'agaciro mu ma rundi ntiwofungura kuko uc'umengo barakwivye!!!

  • @esctasyhaiti2693
    @esctasyhaiti2693 Před rokem

    Ko nfise umugambi woguteza imbere igihugu cacu.
    Mufashe mupe contact za Jackson twungurane ibitekerezo muzoba mukoze

  • @iratubonastam2248
    @iratubonastam2248 Před 8 měsíci

    Komera

  • @nduwayezulaurent1431
    @nduwayezulaurent1431 Před rokem

    Njywe ndi umunyarwanda ariko sindagera iburundi ariko nzaza gusura doctor nanyemerera

  • @esaiehakizimana5783
    @esaiehakizimana5783 Před rokem

    Ikibazo abenshi barazanirwa Nico bokora kandi barize rero nibahanuze abantu twiteze imbere nayo ishuri siyo izana ubwenge ubwenge buva ku Mana Data .

  • @mariegorethmujawayezu1161

    Na moyen de transport ziragoye muburundi,vyodushikira vyaboze

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 Před rokem

      Ibiki ko batarima... wewe worimisha isuka ukarima ahangana gute???

  • @alouisejohn7752
    @alouisejohn7752 Před rokem

    Kwarintica ntikize muburundi barayatanga nibaguhicumu uzeguhiga ntakinda kwizanzara yishe abarundi waruvise umuntu aboroga yuko yarayinzara mbesha imbonerakure big up wazungu

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 Před rokem

    Guca mu ngorane ahubwo bicisha ubwenge. Ni ikibazo co kutamenya kw'itunganiriza ivyacu. Ukwirundako ubutunzi abandi bakenye cane ataco bafise. Guhembwa nabi bibuza abantu kuja gusuma bigatuma abashoye ivyo bimbuye bataronka ababigura. Umuntu aba mu nzu ya gusa? Ni nde?

  • @LaCharmanteL
    @LaCharmanteL Před 8 měsíci +1

    Le mec a dit ds mensonges et je trouve ça manque de respect envers le président. Il le prend pour un bourrique, villageois qui n connaît rien ou quoi? Tu veux quémander, soit honnête et demande de la bonne façon et non avec la malhonnêteté. En le regardant même, je doute du Canada dont il dit qu’il a été. Moi qui suis ici bientôt 30ans, je n ai JAMAIS reçu une clé 🔑 contact d’auto disant q l auto m attend qlq part pour partir prendre ça. JE N EN AI JAMAIS ENTENDU. Et de quel poulet 🍗 🐓 lui parle qui coûte 10$ et au restaurant 40 à 50$? De sa sorcellerie dans le monde d ténèbres ou bien? Olaolaolaaa ds gens qui mentent comme ils respirent. Et si le président vérifiait ces choses auprès d’autres compatriotes ou même son représentant monsieur l’ambassadeur et qu’on lui apprenait q ce q vous avez dit là est faux, où est votre crédibilité ? Oui l’initiative q vous avez d agriculture est bonne MAIS faut p mentir pour avoir de l aide. Dieu n sera p content d vous. Vous risquez d entreprendre ds activités et vous n en profitez p parce q votre commencement, soubassement avait mal commencé.

  • @user-gp3lm8ek1r
    @user-gp3lm8ek1r Před 5 měsíci +1

    Girahub wubahw mutama

  • @claireinamahoro1593
    @claireinamahoro1593 Před rokem

    Ko mutavuga yuko ari$12/hr kandi ukora 12hrs a day. Guys say the truth

  • @slyvesterleonard
    @slyvesterleonard Před rokem

    Me

  • @AmusedFrogmouth-xh5yz
    @AmusedFrogmouth-xh5yz Před 6 měsíci

    Abarundi ntiba chobora gukora nkivyo. Liberal; leta ntiboro hereza muku ronku mutahe

  • @alouisejohn7752
    @alouisejohn7752 Před rokem

    Tekereza dogo ubuzima dufise muburundi ntaburiho besha abasuma bamatora nimbonerakure

  • @kjbktjb5877
    @kjbktjb5877 Před rokem

    ati bobo barya ibiharuye hhhh tweho turya muri forfait

  • @rehmastyle4446
    @rehmastyle4446 Před rokem +1

    Uyo mû tupe numubeshi😂

  • @lolollololi1050
    @lolollololi1050 Před rokem +1

    Jewe mfise 2millons ariko mba mu nzu mpanze none mumpanuye nkore gute kugira ndonke iterambere?

  • @fainesi
    @fainesi Před rokem

    Turibwacane iyotuje

  • @janvierndori3514
    @janvierndori3514 Před rokem +2

    Uyu mugabo navugishe ukuri mvuga uyu wo mu cibitoke yigize Dr nabe ashimirimana kuko yakoze fundraising aronka amahera yo gukora iyo migambi afashijwe nabo bazungu bamureze .Niyo Doctorat nibaza ko atayo yize numu foroma wo muri kaminuza

    • @eddyjoyeuxtuyishime3201
      @eddyjoyeuxtuyishime3201 Před rokem +1

      Mwijambo ukoreshe imvugo yogukekeranya ... "(nibaza)"... uba wishe nivyo wavuze vyose rero nkuko ugikekeranya wewe rero reka du korera ku mungambi wiwe witerambere.

    • @Lyrics90
      @Lyrics90 Před rokem +1

      Nibaze kurayo makenga utanze utari incabwenge yambere ibona Kure gusumba abandi, ntamuntu yobesha abarongozi kuko muvyo akora baba baravyizeko. Twe twemera resultants yibikora abe yarize cank atize, nuryoherwe ko hariho n’umwe ariko atera imbere kubera we nayo abapinga muzokwamaho reka tugwanye ubunebwe dukure amaboko mumpuzu dukore twiteze imbere!

    • @yesunimwema4497
      @yesunimwema4497 Před rokem +1

      None nkivyo uvuze vyunguye iki abantu basomye comment yawe inyigisho irimwo niyahe?

    • @donquddusiteriteka8913
      @donquddusiteriteka8913 Před rokem

      Ww uri ikinebwe cikijuju. Genda ubeshe nawe ukore ibikogwa birenze ivya Dr Jackson. Ushoboye gupinga gusa.

    • @revkavirovalentinnsengi8487
      @revkavirovalentinnsengi8487 Před rokem

      @@eddyjoyeuxtuyishime3201 Ariko akavugisha ukuri. Jewe ndamuzi cane akiri n’umwana. Parcours yiwe yose ndayizi kandi nawe aranzi. Ivyo yavuze harimwo amakuru atariyo. Nivyiza mubuzima kwa turi reconnaissant ku Mana kandi ntitubeshe abandi ngo nuko turi imbere ya camera.

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Před rokem +1

    Ikikiganiro nicubwenge gusa kandi turashimira nyakubahwa sebarundi kk ntakumira.

  • @felixmutondo8294
    @felixmutondo8294 Před rokem

    Biratangaje umujama nkuyu yicishije bugufi yiyagira nabaturagebe

  • @muslimmuslim512
    @muslimmuslim512 Před rokem +1

    Nyakubahwa urarivuze abakozi bakorera reta nibo babi baragisibije birakwiye ko mushiraho amategeko abahana woba udufashije cane