INTAHE Y'UBUZIMA BWOSE BWA PROPHET OF JESUS JOSHUA l AKIRI SUGU J l AMAZE KWAKIRA UMWAMI YESU

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 08. 2024
  • Ushobora kuba warabonye ibice 3 vy'intahe Ya Prophet of Jesus Joshua Joshua , ariko uwu musi twahisemwo kuyegeranya yose iri hamwe ngo muyikurikirane mworohewe , ushobora kandi kuba warayiravye ariko gusubira kuyiraba kandi Mpwemu Yera ashobora kwongera kuguhishurira ikindi kintu gishasha kigatabara ubuzima bwawe ...
    NIMBA UFASHIJWE , Dufashe mukore partage muyisangize nabandi ngo bakire ivyabo biciye muriyo ntahe ...
    SUBSCRIBE , COMMENTAIRE NA LIKE vyawe ni ivy'igiciro cane mu bwami...
    KRISTO YESU ADUHEZAGIRANE NAMWE 🙌🙌🙌🙌🙌🙌

Komentáře • 107