GUCANA INYUMA

Sdílet
Vložit

Komentáře • 13

  • @user-cv6ze5me8c
    @user-cv6ze5me8c Před 2 lety

    Ntakindinorenzako atarukugusabira umugicha niherezoryiza myakubahwa pasteur 🥰🥰🥰🥰🙏🙏

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 Před 2 lety +1

    Oyaa umushingantahe ategerezwa kubwira umugore wiwe ko adakeneye ko umukozi amu serva. Kandi umugore arashimishwa n,uko umugabo wiwe amutuma nka kurya ubwira umwana uti mwana nzanira amazi.

  • @habonayobonaventure7817
    @habonayobonaventure7817 Před 2 lety +3

    Mugire amahoro cane.
    Hari ukuntu muvuga , numva mudufasha buhoro!. Iyo mugira muvuge ivyanditswe, ntaco muba muvuga ngo" bibiliya ivuga ngo"
    Numva mwovuga muti :" ijambo ry,Imana rivuga riti"
    Kuko amabibiliya ni menshi, ariko ijambo ry,Imana ni rimwe!
    Mugire amahoro,!

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 Před 2 lety

    Mwibereho cane mubandanye kutuhanura nokuhanura beshi 🇧🇮🇰🇪

  • @floranimbona675
    @floranimbona675 Před 2 lety

    IMANA IBAHEZAGIRE caneeeeeeeeee nkunda kwumviriza ibiganiro vyanyu kandi ndabakunda pe ariko hahantu Pasteur ahengama gato ariko suguhengama nibazako akoresha ukwabibona ikindi nuko ikikiganiro kitumviriza abari iburundi gusa harabarihanze yigihugu nabo Baboyi batabafise usanga uwomwubakanye bigoye komubonana umwe yinjira uwundi agasohoka kubera imvo zubuzima umwe arinjiye avuye kurondera uwundi arasohotse agiye kurondera naza keya muvuga ntigishoboka kubera kwitwaririka ubuzima gushaka imibereho none twobigenza gute

  • @kwizeradiane7386
    @kwizeradiane7386 Před 2 lety

    Pastor Mbayahaga Isidor,umukozi w'Imana

    • @aneelaa3486
      @aneelaa3486 Před 2 lety +1

      Ndabemera bat ama mwubahwe kwel

  • @carolinenakirutimana1559

    Amafaranga Jewe nabonye ivyayo ari ingorane iyo mukenye murumvikana ariko hagize ico muronka atangura kukuraba NK,icimbwa ihaze. Niyo mpamvu abagore benshi bagomba kugumana n,abagabo babo bavuga ko ivyo baronse vyose vyohera bagasubira mu bukene ariko bakabana bakundana

  • @carolinenakirutimana1559

    Ico kirakwiriye kumubwira ivyo ugomba gukora ntibituma akubuza gukora imigambi yawe. Pastor uriko uravuga ngo baze babwira abagore uriko uraca av umugani.

  • @carolinenakirutimana1559

    Oyoo nta mugore numwe yonezerezwa n,uko umugabo wiwe yagiye mubandi bagore umugabo wawe yotuma aboregwa agakora ayandi makosa yose umugore akamwihanganira . Kurya umugabo abazwa n,uko umugore wiwe bamufayanye n,uwundi mugabo niko n,abagore bababara kuko n,abagore n,abantu.

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 Před 2 lety +2

    Vyose biva ku rukundo ruke None agwaye, cg umugabo atagishoboye yarigeze gushobora wewe NK, umugore ntiwumva ko aba ateshutse kw,isezerano. N, ukumenya ikintu bita kwikorera umusaraba. Umugabo bimunaniye n,ukumwihanganira kuko ntaba ariwe burya nta mugabo yanka kurangura ivyo ategerezwa NK,umushingantahe. Kuba ari umugabo wawe vyonyene n,agateka baramukubahira, ibindi rikaba ibanga rya mwese.