Bwambere
Vložit
- čas přidán 17. 01. 2024
- #Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
AMAKURU YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO
AMAKURU YA RPA YIHUTA
AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
AMAKURU YÍNZAMBA YIHUTA
AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE - Zábava
Umviriza naho Imana yotuma maiayika gutwara Kino gihugu cacu hanyuma agaca kubiri nibi Léonce ashikirije ntazoba ariko atwarira abenegihugu ivyo abarundi bavyumve Nuko bimeze
Bararozwe aba DD.
Nta bantu barimwo
Mwubahwe abashingantahe muriko mwitanga mutiziganya!!
nice
Ntawutotahura ivyo bano bubahwa bavuga Leta ikwiye kwumva izo mpanuro igahindura ingendo bikigendeka
Nihatari
Iyoba habaho ubwigenge bwugushikiriza ijambo.igihugu coteyimbere.arikubu ndabona tugeze imbere ya 1962.
Abarundi bararushe, kandi abo bagabo DD barabizi naho bi droga kugira basinzire. Barazi neza ko at anytime, vyobahindukana. Never ntimubona ko aguma azerera, avuga ayamuhe. Presidence yayisigiye umugore wiwe, none raba BRB, muka never yarayisahuye, abikorana na Never nakarya kagwi ka ba DD babasuma. Keba mwa bagabo DD😊😊😊😊
❤
Nibagire turb
❤❤❤❤
Abantu bashaka kwiyubakira empire namwe ngo démocratie, kubesha gusa !!
❤❤❤❤❤❤
Bari bakwiye kwiyumvira bagashiraho sentare ijejwe kubahiriza amasezerano ya Arusha ikagirwa n'abarundi n'abanyamahanga.
None rwasa ko atigeze yemera Arusha,yosabako amasezerano atemera yubahirizwa gute ?Rwasa vyaramucanze.Léonce ararushe aramentereye gutsindwa
Abanu bashaka kwifatira abanu nkabana mureke abanyagihugu bitorere ivyo bashaka mana yomwijuru dufashe abarundi basubize umunezero
S'ubwoba gusa n'ukumaramara kwinshi
Uburundi nubw, UHORAHO kuko tuzobusiga.
Air Canada
Ko weho gatogwasa utarafatwa wariyemereye ko wishe impunzi ntaco uziziza, aho uravuga ngotukwunve namabi wakoze utarayahanigwa? Mumetegeko yuburundi mufise erekana rimwe rikwemerera kwica impunzi zahunze intambara ugaca ubica
Eeeeh Kagame arakaze wallah!!!! none yinjiye gute mumitwe yabo bagabo kuburyo babaye convincu bakaba zeze kugera hiyo na Leonce kweli!!!??aracari mubafisinzigo yabari mubibanza!!??😂😂 Tunganya imigambwe yanyu muhiganwe bayama naho gusangira ubutegetsi ngo bapfe gutamwo sha ntigisona murikigihugu kuko nigito,ahubwo mwari mukwiye kwegeranya ugwaruka gwanyu mukarusabira amatongo nifumbire rugakora kugirango ivyokurya bigwizwe canke gorore inkwavu, ingurube,inkoko,nibindi,noho kuguma mugwizeze ngo igihugu gifise ubibanza vyogusangira ishwidaaaaaaa!!!!!.
Mana mbega abarundi bazokwumvikana ryari??
None ntimwogira urunani mumugambwe umwe muzima?
Icendanagatandatu umunyagihugu ashoyakarobe,bagacamwibipandebine,ngoshirabobatutsibawe.nibo baribafisindabonyene? Igitoke bagahanyagura.haruwokugurira imihanyagu? Urusororuvuze birukanimbunda kurutugu abanyagihugu tugasi garaturawota.niko bamye ahobahotswe nibatuvireho twiyubakirigihugu namutamawacu twategwa akadukingira mumasitingi iyotutamubona abade parade bariku dusigayo.
Ewe Leonce ndagukunda uvuga neza cane abanyagihugu turarushe pe mudufashe muvuge ubukene gutotezwa imipaka irapfunzwe yooo Mana ndagusavye utabare abarundi
Senga Imana about bose baharanira indazabo CND niko yavuga. Leonce yatwaye imyaka ingahe? Yahinze kuko banse kimugaburirako😂.
Nimukomere kumuheto ntimuterwe ubwoba
Erega namwe mutwaye ntacomwohindura haraho vyosubirirudubi
Aba DD kr lman ibaharire can bish igihugu !!!!
Mugiramusubire mwibarabara nka2015 twaraciyubwenge murijana😂
Vous les opposants, on ne sait pas comment vous raisonnez. Vous parlez du bien de Neva (Léonce Ngendakumana dit que le président expose toujours les problèmes que vit le pays) et Léonce et les autres opposants sont d’accord avec le president. Alors, je pose une question: qui dirige le pays? Ce n’est pas Neva? Alors les opposants parlent le même langage que le président! Celui-ci est imputable devant tous les succès et les insuccès du pays. Comme vous parlez le même langage que le président, vous chialez pour chialer puisque le président devait régler tous vos problèmes. Ce n’est pas Reverien Ndikuriyo, secrétaire général du parti au pouvoir qui est imputable devant la nation burundaise. Ce n’est pas le CNDD-FDD qui est imputable.
Alors, sachez à qui vous adressez vos problèmes. Vous ne savez pas que c’est le président Neva qui doit résoudre vos problèmes. Vous vous mettez à l’encenser alors que c’est lui qui est imputable devant la population. Si vous pensez que ce sont les généraux ou Reverien Ndikuriyo qui posent problème, vous vous trompez puisqu’ils n’ont pas été élus pour résoudre les problèmes de la population. Même si vous n’avez pas élu Neva, il est automatiquement le président de toute la population burundaise, y compris les opposants.
Arrêtez alors d’encenser le président alors que c’est lui qui devez résoudre vos problèmes.
On dirait que vous êtes des novices en politique alors que ça fait longtemps que vous dirigez vos partis. Vous avez même été les présidents de la république, président de l’assemblée nationale et présidents des partis politiques. Sachez ce que vous voulez et sachez à qui vous adressez vos doléances.
Je vous remercie.
Nawe utangaza ayo makuru uzoze imbere yabandi utange akarorero, hama komera mutama Leonce uraciye ubwenge cane kandi uratanze iciyumviro ciza caane.
Ubwo bwiyunge ntagaciro bufise.
Ngedamugwada.usangeyo.abandi.twarabahinyuye?ntihabaye 20015 iyobumenyumwe ntibwarikidi
Intahe niyafata ijambo uzamanikwa kukarubanda, ntubereye kuyobora namaraso wikoreye yabanyamurenge wahitanye weho na kagame uriko aragukoresha nkuko yagukoresheje nomukwica abanyamurenge.
Ico gifyot rwasa
Wakijuju we wanka kunya ngo wosonza ushigikira abo ba DD hari iciza nakimwe cogutera kubashigikira