Lt-Col Aaron Ndayishimiye yoba yinjijwe ibohero rikuru rya Murembwe

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 02. 2024
  • #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    #Interviews_zurugendo_news
    AMAKURU YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO
    AMAKURU YA RPA YIHUTA
    AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
    AMAKURU YÍNZAMBA YIHUTA
    AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
    AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE
  • Zábava

Komentáře • 29

  • @SalvatorNikobimeze
    @SalvatorNikobimeze Před 5 měsíci +1

    Biragoe Imana itabare uburundi

  • @user-ws1ro3eh6j
    @user-ws1ro3eh6j Před 4 měsíci

    Urakoze iyontwaro ya sndd yaha uburongozi abantu batagira amashure kandi abizebahari bakaha uburongozi bivanye namabi bakora si Aron wenyene nkakarorero uwundi nuwitwa URIMWENGU

  • @louisnshimirimana9961
    @louisnshimirimana9961 Před 5 měsíci +2

    Sha nahora ndakwemera ariko uyumunsi wapiiii kabisa wew waduhaye titre ivuga ko abarizwa imurebwe murumonge ariko mumakuru uduhaye ntaho bihuriye na titre kweli nkumusesenguzi twemera vrt

  • @user-xz9jg4pe3o
    @user-xz9jg4pe3o Před 4 měsíci

    Ahubwo wew niwugwaye mumutwe!!murumonge mufungiwe hamwe?Agati kateretswe n'Imana ntigahenurwa n'umuyaga
    Kandi ivyo mwipfuza vyose Kuri we Imana itabishats ntaco muzogerako
    Imishenzi gusa !!!

  • @chrisoneilniyungeko839
    @chrisoneilniyungeko839 Před 5 měsíci

    Ntibitangaje kuko sekibi atonesh'ababi

  • @louisnshimirimana9961
    @louisnshimirimana9961 Před 5 měsíci

    Vrt umusesenguzi yiyemera abakwiye kuduha amakuru ajane n'a titre abayaduhaye

  • @mahirwe980
    @mahirwe980 Před 5 měsíci +1

    Sendagara neva arabamarisha mwese

  • @NsabimanaPhocas-nu5wm
    @NsabimanaPhocas-nu5wm Před 4 měsíci

    Namwe kweri murarushe teshwa mute? Abo nababahenda uwutemurwiwe bamutiza umuhoro mwebwe ntiturikumwe narabahevye mugomba kudukwegera akarambaraye kuko ivyanyu turabizi

  • @mahirwe980
    @mahirwe980 Před 5 měsíci

    Aron yishe abatutsi benshii cane muburundi,aroni ni shetani yuzuye

  • @vincentrukundo3928
    @vincentrukundo3928 Před 5 měsíci

    Yooo ibyuga niba ari ukuri yakoze nabi pe

  • @floriennedusenge5327
    @floriennedusenge5327 Před 5 měsíci

    Yabikoze agatera ibitero bidateguye neza kukwiyemera kuko bari Bazi ko arinda

  • @ComeNDAYIZEYE-tc1np
    @ComeNDAYIZEYE-tc1np Před 5 měsíci

    Ni vyiiiizaa!!! Aaroni? Reka reka!!!

  • @user-vu9vs2zz7i
    @user-vu9vs2zz7i Před 8 dny

    Aroni.nibamwice.nawe.abone.ko.ivyoyakoz.kwatarivyo.jiwe.nkuwo.tujanye.niwe.noherako

  • @user-gw1kg4wy6r
    @user-gw1kg4wy6r Před 17 dny

    Nuko Daniel uwushaka umuhutu amutuma uyundi reka nawe akinjire yishure amaraso yumugore wiwe nayinzirakarengane gukouwicishije inkota nawe niyizomwica

  • @user-ve8yb7uk7j
    @user-ve8yb7uk7j Před 5 měsíci

    Ico cibutso mutama ukwiye kugifotira ababakurikirana ukakibereka amakenga agahera

  • @vincentrukundo3928
    @vincentrukundo3928 Před 5 měsíci

    Imiripuko

  • @Gisbeauty
    @Gisbeauty Před 5 měsíci

    Ivyuvuze ntaho bihuriye na titre wanditse. Please dont do it again

  • @mugwanezainnocent8276
    @mugwanezainnocent8276 Před 5 měsíci

    Hhh iyo uzanye Ubusazi imbere ya M23 bikugendekera uko nyine

  • @mahirwe980
    @mahirwe980 Před 5 měsíci

    Aron yateye M23 ,abo yatwaye bose M23 yarabishe

  • @dinenichimwe3497
    @dinenichimwe3497 Před 5 měsíci

    😂😂😂😂😂😂

  • @user-lj3se6or9o
    @user-lj3se6or9o Před 5 měsíci

    Uri ikirofa ww uri umu journaliste canke urumu Nya politique ahubwo ukwiy guhondwa.kuvuga ivyutazi gusa.

  • @mugwanezainnocent8276
    @mugwanezainnocent8276 Před 5 měsíci

    Harya ngo bagiye bavuga ngo bagiye kurwana n"Abanyarwanda ???😂 Urwanda n'Uburundi ntago tungana. Harya ngo mwashize ibibunda kumupaka 🤔??? Ngaho nimurase murebe 😂😂😂

  • @floriennedusenge5327
    @floriennedusenge5327 Před 5 měsíci +1

    UBurundi imana ibutabare nukuri kuko Ivyaho birakabije

  • @KB-rd9vg
    @KB-rd9vg Před 5 měsíci

    🛑🛑nkuyu murwayi womumutwe Ngo ni Aron. Bamurungika kuja kurwana gute ? Iyo bamugumizayo bakazotahana ikiziga.

  • @dusabefabrice3919
    @dusabefabrice3919 Před 5 měsíci

    Reka ubwo bubeshi ntamakuru ufise wavuze ivyutazi sivyo wabeshe

  • @bfreebabi5398
    @bfreebabi5398 Před 5 měsíci

    None urazi ikisoda kitahana desertion .. ??