#Covid_19

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 19. 03. 2020
  • Mu rukurikirane rw’ingingo zo gukinga ikiza ca Coronavirus, Ubushikiranganji bwo Kubungabunga Amagara y’Abantu no Kurwanya Sida buramenyesheje abarundi baba mu mahanga canke abanyamahanga baba mu Burundi biciye mu mategeko, basanzwe bari mu bindi bihugu muri iki gihe, ibi bikurikira :
    - Ko boba baratenyenya gutaha, mu kurindira ko tubategurira neza ibibanza bategerezwa kumaramwo imisi 14 basuzumwa ;
    - Ko kandi, kuva iyi ngingo itangajwe, abazotaha bose bazokwirihira aho bazoshikira, hamwe n’ibibabeshaho.

Komentáře •