BURUNDI-IGITERWA C'IKAWA
Vložit
- čas přidán 19. 02. 2020
- BURUNDI-IGITERWA C'IKAWA
Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 20-02-2020,
Umushikiranganji w'Ibidukikije,Uburimyi n'Ubworozi,
Déo Guide RUREMA, ari kumwe n'abakozi bakuru
bakuru bo muri ubwo bushikiranganji, yishikiye ku
mutumba Muzenga, Zone Buhayira, Komine Murwi,
Intara ya Cibitoke, aho yasanze abarimyi b'ikawa
ku kivi.
Akaba yagiriranye ikiganiro n'abo benegihugu
mu kubaremesha no kubamenyesha uko ibikorwa
vy'isizeni y'ikawa y'umwaka w'2020 ushira 2021
bigiye kugenda muri kino gihe umwimbu w'ikawa
ugiye kwegeranywa mu gihugu.