#TANGANYIKA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 5. 09. 2024
  • Duhamagare tuyage nawe kuri WhatsApp:
    +25769406405.
    Dushigikire kugira iterambere natwe turyinjiremwo nka:
    #walkthrough, #wasafimedia, #isimbitv , #denalifofficial , #mrbeast#yomidenzel ,#wildlife, #yağmur ,#happy ,#jungkook n'Abandi benshi.

Komentáře • 37

  • @user-lp2ll5dl9t
    @user-lp2ll5dl9t Před 5 měsíci +2

    Urakoze ca ne Wirambir ❤

  • @user-lp2ll5dl9t
    @user-lp2ll5dl9t Před 5 měsíci +2

    Mwirambir Burundi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @yongwetv738
    @yongwetv738 Před 5 měsíci +8

    Aya Makuru n'iyo tuba dukeneye.
    Uziko nkubu woza urakora nk'ibi woronka Abantu benshi bagukurikirana!!!
    Ndazi ko benshi bariko barashima Ibi bikorwa vyawe!!!

  • @user-ws8ig3bt5y
    @user-ws8ig3bt5y Před 5 měsíci +5

    Jakukivi sha gus ntuzubesh mugih wobura amakuru

    • @MaximeHARUSHIMANA
      @MaximeHARUSHIMANA Před 5 měsíci +1

      Yobura Amakuru gute?
      Ahubwo azobe umunyamwuga ntazobeshe!!!
      Kandi ndavye avyamaze imisi akora mbona ari Sawa!!!!

  • @salathielniyomwungere3993
    @salathielniyomwungere3993 Před 5 měsíci +5

    ARB kukivi ariko nabanyene Ama beach niba protège Ama beach yabo.munteguro yabo yokuzitegura

  • @user-uu3lu3qs8n
    @user-uu3lu3qs8n Před 4 měsíci +1

    ndakwemera papa

  • @benericyarankunze6793
    @benericyarankunze6793 Před 5 měsíci +4

    Tanganyika yashavuye kabisa

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 Před 5 měsíci +3

    Asante kijana kutwereaka

  • @irakozenancy
    @irakozenancy Před 5 měsíci +4

    urakoze cane uremesheje benshi , abandi batanga inkuru zerekana ko amazi atazibigwa baca umutima abantu, ariko wewe urahumuriza

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 Před 5 měsíci +3

  • @JeaprefereIninahazwe
    @JeaprefereIninahazwe Před 5 měsíci +3

    Komera mon frere

  • @Davyquentin
    @Davyquentin Před 5 měsíci +3

    Vyiza cane🙏🙏

  • @dj_clover257
    @dj_clover257 Před 5 měsíci +3

    Vyiza can.

  • @chimamandamosesoffice8109
    @chimamandamosesoffice8109 Před 5 měsíci +2

    Good job .appreciate this

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před 5 měsíci +2

      Merci beaucoup Le Grand.
      Nanje nkunda Ibikorwa vyawe!!!
      Bikunze twozoyaga inbox.
      Imbuga Hwaniro zanje zose ni:
      Papa Utamu.
      WhatsApp: +25769406405.
      Hose wondonka!!!
      Ubwo reka ndindire Feedback.
      Merci encore.

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 Před 5 měsíci +1

    Komera musaza

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Před 5 měsíci +2

    Good job 🎉

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana7616 Před 5 měsíci +3

    Urakoze cane, ukomeze rero kutwereka n' ibindi bikorwa bikuru biri mu gihugu cacu.

  • @user-bu7im7vq4q
    @user-bu7im7vq4q Před 5 měsíci +3

    ni vyiza ariko ama plages muriko murayatuza kubera ayo mabuye,kumusenyi haca habura

    • @hosewebtv77
      @hosewebtv77 Před 5 měsíci +1

      Wap kuko nubundi aho hantu ntamusenyi waruhari hari amabuye

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před 5 měsíci +1

      Murakoze kumuduhera Umuco!!!!

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Před 5 měsíci +3

    Niyi tanganyika niyi yindi ibaze hagutera ija muri congo hari uruhugu runini yoronka nisaganirizo itera iza hino iwacu

  • @jeanpierreuwitonze4233
    @jeanpierreuwitonze4233 Před 5 měsíci +2

    Urakoze kuduha amakuru ajanye n’iyo Tanganyika

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před 5 měsíci +1

      Namwe Murakoze Gushima!!!
      Ubwo biduha Inguvu nzokurondera n'Ayandi makuru!!!

  • @HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm
    @HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm Před 4 měsíci +1

    Iman ishimwe nukuri ko l'ETA itanguye kwubaka urakoze mumenyesha makuru murahumurije abantu rusizi nayo gute ?

  • @MajutoPogba-yw9cb
    @MajutoPogba-yw9cb Před 5 měsíci +3

    Ayo mazi ni problème

  • @HabonimanaAlbertine
    @HabonimanaAlbertine Před 4 měsíci +2

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅 1:27

  • @remeshofernanddior8061
    @remeshofernanddior8061 Před 5 měsíci +1

    Murabaza kugira muronke contre expertise yemeza canke ihunyuza ko urwo ruhome hari ico ruzofasha kugira ayo mazi ya Tanganyika adashobora kwicira uyindi nzira

  • @Goldgrou
    @Goldgrou Před 5 měsíci +1

    Niduge kuko barayisatiye bararenza urugero kandi icomwomenya nuko tanganyika itazibirwa