RABA UKO IBIRORI VYO KWAKIRA UMUBIRI W'UMWUNGERE VYAGENZE KU KIBUGA C'INDEGE I BUJUMBURA
Vložit
- čas přidán 8. 09. 2024
- Kurikirana uko ibirori vyagenze igihe indege yari ishikanye umubiri w'Umuhisi Umwungere wa mbere w'Ishengero ry"i Kiremba ku kibuga c'indege i Bujumbura kur'uyu w'Imana 26/05/2024
Egome Mpwemu aravuga ngo Amina ngo baruhuke Ubutame batamiye mw,isi,None Umwungere wacu wanje wa twese aruhuke neza kuko yareze benshi mu hakiza none Imana iramudukuyemwo iramutwaye
Amen 🙏💖
Mwijuru baranezerewe.ruhuka mutama wacu tuzogendera iragi wadusigiye
Amen 🙏💖
Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, Mwiruhukir' amahoro
Amen 🙏💖
Imana imuhe uburihukiro bwiza
Amen 🙏💖
Umwungere w'akarorero.
Uzobere icitegererezo abawe n'abasubirizi bawe mutama pasteur Élie NDIKUNKIKO.
🙏💖
Imana yagukunze kurusha ariko twagu❤❤❤ caaane
🙏💖
Merci bcp Meirra TV
Amen 🙏💖
Hahirwa abapfa bapfira mu Mwami Imana ngo baruhuke Ubutame, Umuvyeyi w, Ishengero niyiruhukire amahoro
Amen 🙏💖
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami Yesu.
Amen 🙏💖
Biranezereye kuruhuka ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen 🙏💖
Bene Data Imana Izoduhe gupfa nkuko abera bapfa
Amen 🙏💖
Burya biragaragara kwivyo Salomon yavuze arivyo, iherezo ry'umugororotsi n'umunyakibi ari rimwe kugeza igihe Uhoraho Imana azibukira Umugororotsi akamukura mw'ivu.
RIP mutama wahora uri umwungere w'Ishengero rya Pentecote ry'Ikiremba.
Ubu abanyamitwe baramaze gutangura kurondera IMPINYANYURO zuko bogusubirira ntibanashobora kwigira KURUPFU😢😢😢😢😢
🙏
Imana ikwakire mubwami bwayo
Amen 🙏💖
Umugororotse ntapfa arasinzi asanze imana yakoreye
Amen 🙏💖
Ruhuka muvyeyi hahirwa abapfa bagapfira mubwami bw'iman 😢😢😢😢
Amen 🙏💖
UMUGENI aratashe
Amen 🙏💖
Uburuhuko bwiza muvyeyi❤❤❤❤❤❤
🙏💖
Urandinda gufpa kabiri MANA uzumpe gupfa nkuko abagororotsi bapfa🙏🙏🙏
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro mwungere wacu 😭 aheza ni mw'ijuru💔
Amen 🙏💖
Aheza ni mw'ijuru❤
Amen 🙏💖
Imana.imwakirre
Egoo Yaramaze kumwakira.
Iman imwakir mubwamii bwami
Amen 🙏💖
Haleluyaaaa egomeeee tuzobanana
Amen 🙏💖
Aheza nimwijuru muvyeyi iruhukire amahoro warakorey,imana
Amen 🙏💖
Yabaye intwari mu rugamba. Aheza mwijuru muvyeyi
Amen 💖🙏
MEIRRA nukuri Uhoraho abahezagire mushishikare twifuza kuzobibona vyose neza
Amen. Mudusengere bizogende neza vyose uko natwe tuvyipfuza.
Aheza nimw'ijuru
🙏💖
Imisi irahita vubaaa....irahera imisi irahera
🙏💖
Twagukunda pe ariko ntakundi tuzobonana
Egoo🙏💖
Mwijuru baranezewe ruhuka mwungere wacu nubu ntawuzokwibagira akarorero keza mwaduhaye
Amen🙏💖
Murakoze caaane.Naruhuke Amahoro umuvyeyi wacu
Amen 🙏💖
Amaziko muzogira live streaming?
Yoooooo muvyeyi wacu ntiruhukire mumahoro
Amen 🙏💖
Hahigwa abapfa bapfira mumwami.icompa nkazopfa nkukwabagororotsi bapfa.naruhuke yarayikoreye
Amen 🙏💖
Natw twisabiy iherzo ryiza😢🎉
Amen 🙏💖
Meirra muhzagirw.umugororotsi aeieuhukiye.urazompa iherezo ryiza
Amen 🙏💖
😭😭😭😭😭😭👏🏾👏🏾
🙏💖
Mbega mvuge iki kumuvyeyi mwiza nkuyu !!!!!!!! Mana urazompa iherezo ryiza
Amen 🙏💖
Iruhukire amahoro muvyeyi wacu mwiza
🙏💖
Ni wiruhukire muvuyeyi wacu wadusigaranye yesu adapfa
Amen 🙏💖
Niyiruhukiree Umuvyeyi wacuu
Amen 🙏💖
Wakoze kuyoboka mutama
🙏💖
Ruhuka amahoro muvyeyi mwiza wabereye akarorero benshi caaane usize iragi mw'isi yose
Amen 🙏💖
🎉🎉🎉🎉
🙏💖
Uburuhukiro bwiza muvyeyi wacu
Amen 🙏💖
Wari intwari muvyeyi
🙏💖
Mwatuverey akarorero mugusenga hamw nukwizera tuzongera kubonana kurirwaruzi rwera muvyey wacu
🙏💖
Merci Mechack. Muzobitwereka live ibizokurikira?
🙏💖
Bonsoir kubera ik mutagira live ?
Bonsoir. Bizokorwa ku musi wa enterrement
Umugeni aratashe hashimwe data watwese
Amen 🙏💖
Urupfu rw'umugororotsi nurw'agaciro imbere y'Imana! Mana urampa gupfa nkuko abagororotsi bapfa
Amen 🙏💖
Murashobora gukata Pstr Bigirabagabo ariko arasenga ??
Egoo
Naruhuke amahoro.arik video mwayiherey hagati
🙏
Ko mwaduhaye agace gatoya!!
Ibindi vyinshi biri inyuma🙏💖
😭😭😭
🙏💖
Aho bwana wakoze kuyoboka
🙏💖
😂ego Muyoboka
Hahigwa abapfa bapfira mumwami ngo baruhuke ubutame bwabo niyiruhukire mutama wacu igih carik Nyen co kuruhuka
Amen 🙏💖
Mana uzompe iherezo ryiza 9:24 9:27
Amen 🙏💖
Iruhukire amahoro y'Imana mutama wacu ubutame bwawe subwubusa mu Mwami
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro muvyeyi wacu ❤❤❤❤
🙏💖
Imana imwakire mubwami bwayo
Amen 💖🙏