Kahise : Umushikirangoma wa mbere Pierre Ngendandumwe ashikiriza ubutegetsi kubera abamurwanya

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 30. 08. 2019
  • Umushikirangoma wa mbere Pierre NGENDANDUMWE yabaye intwari, igihe ahawe ayo mabanga yahavuye ashikiriza ubutegetsi kubera abamurwanya, ariko Umwami amusaba gusubiraho. Umviriza uko vyagenze

Komentáře • 9

  • @felixniyungeko1284
    @felixniyungeko1284 Před 4 lety

    Nugusecane. Imana ishimwe kotwarose indongozi zisenga nayo ubundi amashetani yari yara teye muburundi ntakindi coyakura atari amasengesho

  • @silveryzabron8376
    @silveryzabron8376 Před 4 lety

    uko vizuri saaana kaka

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira6146 Před 4 lety

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira6146 Před 4 lety

    Histoire Histoire Histoire !!!!

  • @sindayiheburajeanbosco654

    Aha mwokosora gatoyi. Les rebelles rwandais ntibitwa inkotanyi bitwa inyenzi. Inkotanyi zatanguye kuva mu 1989 zitangujwe na association yitwa RANU(Rwanda National Unity) yari muri Kenya. Ntimusubire rero guhuza iyicwa rya Ngendandumwe n'inkotanyi. Kandi noneho uwo mu assassin bavuga ko yakorera ambassade des Etats Unis a Bujumbura ntaho bavuga ko yari muri rebellion Inyenzi zarwanya Kayibanda

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira6146 Před 4 lety

    Bonjour you tube !! Muduhe Buja FM !! Ico gikorwa kirakomeye kandi ni riche mutama !!!

  • @audacendikumana1041
    @audacendikumana1041 Před 2 lety

    Un