Raba umurisho w'ingoma abatimbo b'ibujumbura berekanye mukwiyamiriza abakoresheje ingoma muri EAGT

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 23. 08. 2019

Komentáře • 141

  • @josephtwagiramungu4849
    @josephtwagiramungu4849 Před 4 lety +8

    Waooo, Ubu nibwo Butunzi bwacu❤🇧🇮 Burundi, NB:Akaranga ntikagurwa,Ntikibwa,Ntigatizwa🇧🇮

  • @augustinpawan3898
    @augustinpawan3898 Před 4 lety +15

    Iyo ntaba umurundi mba mbabara cane.ewe muco wiwacu😍😍ewe NGOMA ZUBURUNDI😙😍Turacari abambere

  • @hethjessehethlevi9152
    @hethjessehethlevi9152 Před 4 lety +9

    Ndagukunda Burundi 😍.murakoze gwanira umuco wacu ✌

  • @Entertainmenet1
    @Entertainmenet1 Před 4 lety +10

    Kubantu bose bavuga ko ari bibi kwiyamiriza abavugije Ingoma muri EAGT umuco nguyu.
    Kuvuza Ingoma muri EAGT sikibazo gusa ico bari basabwe kwari ugukurikiza Umuco ndundi; nahandi hose barazivuza ariko ntibababuza icatumye barya tubashavurira niki: " Ingoma ija imbere itegerezwa kuba iriko Ibendera ry' I Gihugu cacu " Burundi; mugihe bo bashizeko Ibendera ritandukanye numuco w' Ingoma zacu." Ico iyo bagokurikiza ntakibazo nakimwe kihari.

  • @emmanuerinensavyimana2765

    Nukur dufise igihugu ciza.kirangwa nivyiza gusa aka nakanovera.twisangije africa yose abandi nivyigangeso burundi🇧🇮🇧🇮💪💪💪

  • @colinbigira8449
    @colinbigira8449 Před 4 lety +6

    now this is drums beating a show case!....Love this country....

  • @hassanakida9226
    @hassanakida9226 Před 3 lety +6

    1:08 is my favorite... Peace from Tanzania

  • @augustenzeyimana7999
    @augustenzeyimana7999 Před 4 lety +5

    Authentique 🇧🇮🔥🔥!!

  • @aishaalafifo7057
    @aishaalafifo7057 Před 4 lety +3

    Burundi oyeeee uracar'uwambere uwukwanka yinyonge💪💪

  • @belamienzoyisenga9316
    @belamienzoyisenga9316 Před 4 lety +5

    zihezihezihe mwampay'inkamwe shazaaaa ,iyeyeyeyeyeyeyeeehaaa ,ntahandi atar'iburundi gusa

  • @Boroom_5951mbouki
    @Boroom_5951mbouki Před měsícem

    Comment traduire ce niveau de maîtrise des tambours et de la danse en curriculum ? Fier de mon africainité!

  • @cedriquejoshuas6961
    @cedriquejoshuas6961 Před rokem

    Yoooo ndumiwe pe! Harimo abagabo basimbuka!!

  • @lunabranwen
    @lunabranwen Před 2 měsíci +1

    Viva Burundi 🇧🇮

  • @kadjasengi8179
    @kadjasengi8179 Před 4 lety +5

    Ayiye nimurabe mamaye ninde afise nkwantwe tugahaya 😍😍😍😍😍😋😋😋😋😋😋😋😋

  • @user-xy1tl9mu9f
    @user-xy1tl9mu9f Před 28 dny

    Ndakunda akaranga kanje.

  • @safariadrien5348
    @safariadrien5348 Před 4 lety +4

    Mama Africa our culture's they are original

  • @emeryniyongabo8801
    @emeryniyongabo8801 Před 4 lety +8

    Iyo niyo ngoma yukuri ( akiwacu i Burundi)

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před rokem

    🥳🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮uburundi number one 🥳🥳🥳💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌

  • @natasharukundo9867
    @natasharukundo9867 Před rokem

    Akamere kiwacu muburundi,I love my country Burundi🙏🙏

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Před 4 lety +2

    Wow!!!
    Very nice.

  • @mupe1984
    @mupe1984 Před 4 lety +4

    Hahaha, Abarundi sha muzi kuvuza ingoma nuko mubivanga.

  • @rihanashurwe8345
    @rihanashurwe8345 Před 2 lety

    Ego vrm mwabikoze nez cn mukomer💥💥🔥🔥🔥🔥

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil Před 4 lety +24

    We are Burundian and soo proud of our Culture and plz rwanda don’t ever try show our culture in your name shame on Rwanda this culture of (INGOMA) is special and respectively to our Beautiful Country call Burundi

    • @mandelamugabe9288
      @mandelamugabe9288 Před 4 lety

      N. Masscolfied @you are very right

    • @kayitarerobert1735
      @kayitarerobert1735 Před 4 lety +2

      we don't and ever will try to show that witchcraft so called culture , i thought y'all saw eagtalent but u didn't nkurikije ibyo uvuze coz abakubise ibyo binyagwa byanyu ninabarundi not rwadese, nuko mwabagize impunzi mwanijji mwe

    • @carlosnyayo7223
      @carlosnyayo7223 Před 4 lety +1

      their sick gvnmnt has been sliping for sooo long damn !!!!!, they ve come to realise that burundi has got talent in drums when they saw burundian refugees prove it to the east african community , this contry is led by washamba nyama za poli kabisa !!

    • @Irene28092
      @Irene28092 Před 4 lety

      @@carlosnyayo7223 swera nyoko wa nkotanyi

    • @Irene28092
      @Irene28092 Před 4 lety +1

      @@kayitarerobert1735 swera nyoko wa bwawe,,,abarundi turingaboo...ntituri ubuzingo nkakagome

  • @Roza-on6km
    @Roza-on6km Před rokem

    Komere🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪✌️

  • @lesrwemasolutions
    @lesrwemasolutions Před 2 lety +1

    Abarundi benshi bakunze iyi Channel... Ubumenyi buyiriko burahindura vyinshi mu Barundi, Munyaruke mufyonde kuri S'abonner/Subscribe czcams.com/channels/0d9pQkkHP9-N5j0UxWTxaQ.html

  • @mihigosafari185
    @mihigosafari185 Před měsícem

    Azo bagurire inkweto

  • @sharomahesabuinnocent1830

    I love u guys u have talent BG UP

  • @jayc575
    @jayc575 Před 4 lety +4

    Now this is how it’s done💪🏾 proud Burundian🇧🇮

  • @munyongeshabani3532
    @munyongeshabani3532 Před 4 lety +3

    I love my beautiful Country BDI.

    • @carlosnyayo7223
      @carlosnyayo7223 Před 4 lety

      their sick gvnmnt has been sliping for sooo long damn !!!!!, they ve come to realise that burundi has got talent in drums when they saw burundian refugees prove it to the east african community , this contry is led by washamba nyama za poli kabisa !!

    • @timoshand5952
      @timoshand5952 Před 4 lety +1

      @@carlosnyayo7223 it is not from that competition that burundian drums have been agreed by UNESCO .. as always the enemy of a black man is an other black pussy

  • @mugishaaudreille8085
    @mugishaaudreille8085 Před 4 lety +3

    Mashaa Allah 😗😗😗😗😗😗😙😙😙

  • @byamungusimon3204
    @byamungusimon3204 Před rokem

    Super drums

  • @ankahassn44
    @ankahassn44 Před 4 lety +3

    Ingoma yuburundi ixokwamaho sokuru wanje niwe wahora abitubwira uko vyagenda bari mungoro yumwa gitega burundi oyeeee numwana yonka ingo higa higa mwantore ziburundi barasinba bakabegwa mureke kwivanga kukaranga kiburundi

  • @niyongereniyongere4647
    @niyongereniyongere4647 Před 4 lety +1

    Woooooow that's was amazing

  • @user-nm2tu4rt4l
    @user-nm2tu4rt4l Před 3 měsíci

    Very good

  • @Boroom_5951mbouki
    @Boroom_5951mbouki Před měsícem

    Sublime !

  • @vava-bc7ys
    @vava-bc7ys Před 8 měsíci

    Well and good

  • @jeankalubandika2560
    @jeankalubandika2560 Před 4 lety +1

    Lov my beautiful country

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil Před 4 lety +7

    We don’t need to go in that competition to show that the Drums is for us no no no ever almighty God knows that is for Us sooo those guys who was in African has go talent they should put a Burundi flag on front of drums

  • @ireneburundi7144
    @ireneburundi7144 Před 2 lety

    Nukuri mwabigenjej nez mukomerezah kabis

  • @gamelahg4613
    @gamelahg4613 Před 4 lety +3

    nutumye ndira nkuye iburundi iwacuu

  • @geosouleimanndayikenguruki7860

    Uburundi turashoboye kwer!!akaranga kacu kubahwe

  • @yviherman6396
    @yviherman6396 Před 4 lety +2

    This is Burundi 🇧🇮

  • @user-mb5jj2ns6h
    @user-mb5jj2ns6h Před 20 dny

    🎉🎉

  • @noellahabimana5558
    @noellahabimana5558 Před rokem

    Suis fiere kuba nd'umurundi

  • @patricknkurikiye9721
    @patricknkurikiye9721 Před 4 lety +1

    Vrai ingoma from Burundi

  • @chantalnizigiyimana4667

    Ndakund à igihugu cacu My country Burundi uramata koko

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 Před 4 lety +1

    my lovely country

  • @kcdxjb6720
    @kcdxjb6720 Před 4 lety +2

    Pow Vous 😍😍😘🤣

  • @user-sz8ct3ni9z
    @user-sz8ct3ni9z Před 4 lety +1

    Muburundi harateyigimwe.cane hishwe ningorane.imwe.gusa

  • @suavismurekerisoni4386

    Nciye nkumbura Iwacu . Ingoma 🇧🇮

  • @desirecitegetse3004
    @desirecitegetse3004 Před 4 lety +2

    proud of you guys!

  • @allmovies8606
    @allmovies8606 Před 4 lety +23

    If you are proud of burundi pls like here

  • @kuziririzaisabatosiitegeko7088

    Murabesha ntaho mwikukiye

  • @godeliveniyongabo7066
    @godeliveniyongabo7066 Před 4 lety +3

    Nimba zavugijwe n'abarundi baba mu Rwanda jewe mbona atangorane ihari kuko still biguma vyerekana UBURUNDI

    • @habimanajohn1447
      @habimanajohn1447 Před 4 lety

      Umwambaro nibindi barahinduye uko tubizi.

    • @alphynibishaka3129
      @alphynibishaka3129 Před 4 lety

      Ingoma bavugije zicapweko ibintu ntaribwabone, raba ningene bari bambaye, it’s just a bullshit

    • @Entertainmenet1
      @Entertainmenet1 Před 4 lety

      Kuzivuza samakosa nahandi barazivuza gusa ari abarindi Ingoma ija imbere itegerezwa kujako ibendera ry ' Igihugu cacu ntakindi apana irindi ibendera.

  • @fahimafah349
    @fahimafah349 Před 3 lety

    Wawooo

  • @dghjjgfjkfhkiyg8840
    @dghjjgfjkfhkiyg8840 Před 7 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤

  • @habimanajohn1447
    @habimanajohn1447 Před 4 lety

    Ntubona abatimbo nyabo original.

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 Před 4 lety

    Represent,GISHORA STILL NUMBER ONE.

  • @vumbishida9953
    @vumbishida9953 Před 4 lety +1

    I miss hommmmm

  • @nduwimanaemmanuel2903
    @nduwimanaemmanuel2903 Před 4 lety

    ndabemey nukuriii

  • @bucanajuste3565
    @bucanajuste3565 Před 4 lety

    Egooooooooo !!! Ndemeye Pe!!!!!

  • @PesaMadafu
    @PesaMadafu Před 4 lety

    ❤️❤️❤️

  • @haranagaspari4064
    @haranagaspari4064 Před 3 lety

    👏

  • @leenleeen9666
    @leenleeen9666 Před 4 lety

    Nivyo kuberik bagomba kutwambara kumatwi yabo

  • @armand23974
    @armand23974 Před 3 lety

    💓💓💓💓💓

  • @nijimbereanne-lj2kh
    @nijimbereanne-lj2kh Před rokem

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alainbigero8609
    @alainbigero8609 Před 3 lety

    Rukinzo nayo yarihe?

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 4 lety

    nibarek amajsmbo nabo bagenda mur rirya higanwa turab

  • @jeandedieuhakuziyaremye8623

    Uyumusi urwanda rwiyitako urwomutima wa Africa.mugihe uravye ahurwanda rurikwikarata ya africa kubize Geography bacabibibona.ivyokomutabihinyuza ngomuvugeko Burundi the heart of Africa.ariko kandi vyose rekabaze baravyiyitwarira ababonakure ntakundi igihugu ntanindege dufise hama ngonaheze bacapeko iyongoma iriko drapeau yuburundi gutyo ingoma zikomeze gusamirana mumashinga.bashireko nijambo the heart of africa ataruko jew mbona turacibwa kabisa.ahondi USA 🇺🇸 ndababazwa nukuntu ntakintu nakimwe dufise cank kuri gukorwa cotuma uburundi bwacu bumenyekana🤦‍♂️

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před rokem

    Ni correction kabisa barakosoye.

  • @etiennenduwimana4769
    @etiennenduwimana4769 Před 2 lety

    Good

  • @benmuhizi1975
    @benmuhizi1975 Před 3 lety

    This is it

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 4 lety

    ok nibagend mwigmhiganwa nabo babakosore baberek ko bataz ic bariko barakor

  • @alltooler4341
    @alltooler4341 Před 4 lety

    Those are proud burundis very cool

  • @viatorhatuga5367
    @viatorhatuga5367 Před 4 lety

    Abarundi turakaze pee

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 4 lety

    hh ako kan karanyish kbs

  • @user-dl6lt5xp1j
    @user-dl6lt5xp1j Před rokem

    😂😂😂😂

  • @charlotenibitanga216
    @charlotenibitanga216 Před 4 lety +1

    Jewe nabonye barya batari bazi kuvuza ingoma

  • @baquezprofessionalcleaners3178

    Bariko barataruka nkibikeri

  • @ankahassn44
    @ankahassn44 Před 4 lety +3

    Urakina numutinbo wewe weweeeee burundi oyeeee nigihugu gikenye ariko twarandikishije amateka mumakungu higa higa mwantore uwiiiiiii uwubank abandureko

  • @ddssddsss7616
    @ddssddsss7616 Před 4 lety +1

    kwani kosa liko wapi mbona walisema ni wanyarwanda ila wanatumia talente ya burundi sema munge shukuru kwamaana wali watambulishe na wakatupa mdaa wao kwenda kutambulisha ngoma ya kihasiri ya burundi nanyie nendeni inshaAllah kwa uwezo wake mungu mutapita bila kubahatisha kwamaana dhuuuu burundi tunajuwa sana ngoma

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    bite ego

  • @mandelamugabe9288
    @mandelamugabe9288 Před 4 lety +1

    Nukuri murabizi .ntavyo gutomboza birimwo

  • @ugirashebujajbaptiste2368

    Gusa ibintu mwakoze byaribyiza ariko inyito y'icyo mwabikoreye itumye biba bibi binuka kurusha amabyi

    • @emmanuelniyomugisha5098
      @emmanuelniyomugisha5098 Před 4 lety

      ntanisoni mugira???
      ceceka munume!
      nimba umuco wa kinyarwanda wabanukiye, tangaza kwataco ukibamariye hanyuma mwibereho nkihene!
      ubusuma gusa!!!

    • @marthamboza7880
      @marthamboza7880 Před rokem

      Non nkiyimbwa niyahe

  • @havyarimanacelestin8021

    Murarondera amatiku aho Atari, kuba baragiy mwarirya higanwa bari bavyemerew kuko bafise uburenganzira bwo kuba mu Rwanda nk uko amategeko yarirya higanwa abivuga, kuvuza ingoma naho ntaco bahinduye kukaranga k iwacu
    Mbe ko tuzi ko ingoma irangwa n ibendera ry igihugu, ko ataco mwavuze, mutanga ingoma icafyeko inkona muha uwutwara cndd fdd igitega?
    Muratwengeje, ariko barabasuka!

    • @Entertainmenet1
      @Entertainmenet1 Před 4 lety

      Erega kuzivuza nticari ikibazo kubwanje nuko mukuzivuza ingoma ija Imbere itegerezwa kujako ibendera ry' Igihugu cu Burundi apana irindi ibendera

  • @ugirashebujajbaptiste2368

    Murapfusha igihe ubusa.

  • @aishaalafifo7057
    @aishaalafifo7057 Před 4 lety

    Abanyagwanda bivye imico n'akaranga vy'Uburundi🤔nimurondere ibyanyu mureke ingoma zacu

  • @toyipepe2408
    @toyipepe2408 Před 4 lety

    Turiyamurije Abaziyitirira Abanyagwanda Ntimusubire Please🙏

  • @MBARAGA
    @MBARAGA Před 4 lety

    Abarundi ntago bazi kuvuza ingoma kurusha Abanyarwanda gose.
    Emwe no gutamba ntago babarusha.

  • @christiannsengiyumva6253
    @christiannsengiyumva6253 Před 4 lety +1

    Babajwe nuko atari bo batumiwe,rondera ay akayeri mutahe ntaco muriko muriyamiriza ngaho mwa bigugu.

    • @sanny.m3767
      @sanny.m3767 Před 4 lety +3

      Sinumva kurumurundi wewe
      Hamwe woba uriwe uri muri zantumva zata akaranga zigatorana akaranda
      Ufise ishavu ninzigo ataho bizopfa bigushikanye kubera wataye akaranga mutima.

    • @christiannsengiyumva6253
      @christiannsengiyumva6253 Před 4 lety +2

      @@sanny.m3767 a karanda ni wewe n abiwanyu uzoba nze u menye imigwi y abatimbo bari hanze y uburundi n a mahiganwa bamaze imyaka bajamwo hanyuma uzosanga ari wewe utazi nivyo uvuga ,Europe hari imigwi irenga cumi,America irenga itanu ,Canada hoho ntuvuge wewe nimba utunye mu burundi utazi ikintu na kimwe uvuga ayamuhe weho urushwa n a karanda sinzi n ingene nokwita.

    • @arielchavez4507
      @arielchavez4507 Před 4 lety +4

      Boy menya kimw, imigwi yabatimbo iri hanz nubw bavugiriz hanz baba bafis ibiranga uburundi sinz kutahur ic nshats kuvuga ngaho sicokimw nabary bagiy baserukir urwand knd mu rwanda atangoma bavuza, biry bakoz namakosa. hama gutukana mbona ubishoboy

    • @christiannsengiyumva6253
      @christiannsengiyumva6253 Před 4 lety +3

      @@arielchavez4507 bavuze ko ari impunzi zose abarundi zahungiye mu rwanda nico gituma bavuze ko baje bava mu rwanda.none sivyo?ninde atazi itandukaniro ry ingoma z uburundi n urwanda?

    • @charlotenibitanga216
      @charlotenibitanga216 Před 4 lety +1

      Ndibaza ko utari umurundi

  • @emmanuelniyomugisha5098

    si vraiment le Rwanda n'a pas sa propre culture à presenter dans les competitions exterieures,
    Qu'il se taise dans des cas pareils.
    Et s'il en a, Qu'il demande pardon à qui, il a tenté de voler sa culture!!!!

  • @nellyjc3994
    @nellyjc3994 Před 4 lety

    Murabona abakuri mwabanyagwandamwe

  • @pepeinno1747
    @pepeinno1747 Před 4 lety

    Thuggish! Burundian culture does not enter this sort of low class insults and this drumming itself is far from being orthodox.

    • @carlosnyayo7223
      @carlosnyayo7223 Před 4 lety +2

      their sick gvnmnt has been sliping for sooo long damn !!!!!, they ve come to realise that burundi has got talent in drums when they saw burundian refugees prove it to the east african community , this contry is led by washamba nyama za poli kabisa !!

    • @andrelaymon6550
      @andrelaymon6550 Před 3 lety +1

      @@carlosnyayo7223 🙄🙄🙄 this our historic beginnings so if you don't like my people go of with your Tanzania or kanye you guys went into slavery how shame is.

  • @adrienblue452
    @adrienblue452 Před 4 lety

    Urwanda nirutuve inyuma eudukome burundi oyeeeeeeeeee💪💪💪💪💪💪💪💪💪

  • @charlotenibitanga216
    @charlotenibitanga216 Před 4 lety

    Kusa turacari abambere koko muvuza neza